Que Dieu te bénisse Gynella Uri courageuse caneee utanze témoignage beshi batoshobora kugira hama Imana Ibandanye Ikuzigama et sourtout que Dieu te restaure kuko ivyovyose wabigiyemwo kubera blessure wagiz ntibagu critique ahubwo bagutahure hama iyo bessure wagize niw ’invita Jésus dans ta vie azoza à restaure ton coeur
Niho nkimenya kwitahura ico arico guca mubibazo bikakwigisha ginella a vécu des experiences émouvantes. Courage Ginella Tu es une fille mûre mûrie par les expériences vécues
@@B.s3909 nta temoignage irimwo nimwe ntumushigikire 😒😒😒 ahubwo atey isoni ,uragenda ukurikirane ikiyago yagize na Waka right nimba ntibagiy niho uca umenya yuko ari temoignage cank kwimaramaza😏😏😏
Gynella c'est une fille dépressive igikomere cavuye Aho yavukiye (absence de l'amour des parents )agira n'ikindi cukubura uwo yakunze cane ....niyegere ABA psychologue kuko n'impunzi yurukundo elle cherche refuge
Bonjour Gynella nabaheruka il ya qlq années tukiri LNDS(Intelligente et Courageuse) naryohewe n'umvise ko wabandanije ukunda Ivya Journalisme uter'ujimbere , Hama Ivyakubayeko Pole sana gusa atar'IMANA Ntakindi cogufasha abantu bazogutwenga ariko IMANA ntizogutwenga
Uyu mukobwa ari courageuse, avuga nibintu birimwo ubwenge! Ibindi vyose bizohera , afise igikomere indani, yoronka umuntu amutahura , akamuganiriza , akamugira umugenzi wukuri, ivyobikomere vyukuri! Be courageous mukobwa mwiza
Courage gynella
Reka kumutwenga 😂
Que Dieu te bénisse Gynella Uri courageuse caneee utanze témoignage beshi batoshobora kugira hama Imana Ibandanye Ikuzigama et sourtout que Dieu te restaure kuko ivyovyose wabigiyemwo kubera blessure wagiz ntibagu critique ahubwo bagutahure hama iyo bessure wagize niw ’invita Jésus dans ta vie azoza à restaure ton coeur
Aamen😢 umuhay impanur nziza mwene Data uhezagirw cane nokuba wamutahuye
Keep it up Gyna, Yesu abandanye agukuza, ejo uzobe uza wigisha utanga témoignage z'ico wabonye muri Christo. Gob bless you sha Gyna
Niho nkimenya kwitahura ico arico guca mubibazo bikakwigisha ginella a vécu des experiences émouvantes. Courage Ginella Tu es une fille mûre mûrie par les expériences vécues
Bashak ubuzima bwiza badakoze ngo babire akuya, mumutw habo nihato cane, congratulations to Francine Niyonsaba, Sada Nahimana, nokuba Maman bose baturez tugakura abagabo babo ataco babafasha.
Ibaze nkuyo ni umugore wumugabo vyokunda ko banana neza ?
❤❤❤
😂😂
Très courageuse la fille vmt...nugusenga ntakindi kintu codufasha kubaho....Imana idufashe cane
Juste Gael hejuru can sh mon frère
Gael tubandanya tubashimira kuvyomudushikiriza, IMANA ikomeze ibahezagira mubikogwa vyanyu, ariko turasavye mudukorere ikiganiro kuri Niyibituronsa Hoteri murumonge, turipfuzakumenya ivyayo, muzobamukoze cane.
Bon courag gynelle Imana ibandanye ikugiriraneza kuvuga nkivyo nikwo gukira izogushumbusha mwiza
Mukubito utannguye nabi kbx uzanye indaya nazooo oya tubandanye niterambere mugabo
Mbona abikora vyose😅
Oya nazane vyose kwl birakenewe
Ababihisha Nibo benshii kubivuga Niko gukira namwe munumye ntimubuz Ivy mwovuga tukumirwa
Je ndatangazwa nabavuga nabi uyo nuko ajahabona
None nkubu umwitiye indaya iki??
We continue to be amazed
Jinichou,pole sana gukosa mpenzi,courage ma belle.hama abagabo baca inyuma abagore babo nibo bariko umuvumo nayo abakobwa bagendan n'abagabo nta kosa numva bafise mubaveko
Uyumukobwa Imana imuhezagir vrt kndi Imana izomukiza burundu ibikomer vyiw naho ashinz intah ukonamwumvis ibikomer ntibirakira neza ariko arimunzira nziza yogukira uhoraho akuros umunezero umukomokako
Mwubahwe ba gaella umukubito hejuru cane 🙏🙏🙏🙏
Gynella ndagukunda Nukuri uvuga nibintu bikomeye vyigisha💞
Imbere yogu critiqua ikiganiro nimucumvirize cose yaco muba mwumviriza introduction
aho kuza ngaho nama menace yubu rofa
Ni témoignage yuyu mwana afise ivyo yaciyomwo yavuze.
Mudakunze ikiganiro next
Big up Gaël 🤝🫡
@@B.s3909 nta temoignage irimwo nimwe ntumushigikire 😒😒😒 ahubwo atey isoni ,uragenda ukurikirane ikiyago yagize na Waka right nimba ntibagiy niho uca umenya yuko ari temoignage cank kwimaramaza😏😏😏
Egooo vrt😢
Wapi ibisha biratagata
Yooo,mbega wokwihana ukakira Yesu ga mukobwa ntiwoba ugize neza?
Utihanye umuriro w'inkazi uzorigata abanyavyaha urakurindiriye,urababaje caneeee uriko uja habi
Umuriro urahari
Bwabundi😂wamukobwa yararushe pe
Pole sha Gyna yaratubabaje muri famille komeraa
Ngo asa na element le afit izur nka olegue ntaco bapfana??
Wurikirofa
Pore sana mwiza ndumv warakomerets cane gus wihangane🎉🎉❤❤❤❤
Courage mwza,iy ni témoignage ikomey caaan nukur ter'imber
Uwo mukobwa avuga amajambo menshi cane. Nimba anywa akantu.
Gael ndumv umugore wanje uriko ugenda umutereteramwo.ndakwirahira mamayangu
😂kwavuga nkuwitahuye nyene😅anteye ubwoba 😮
Uracarimuto Ivugire make ngo abubaka iyo batubakiye ku Mana baruhira ubusa.
Salomon acabivuga neza ngo vyose nubusa nyuma yokurongora abagore igihumbi,a 24ans nguratanze impanuro😂😂😂ewe wa siwe🤣🤣🤣ndumvuhejeje kwigisha uko bobakurako ikintu.ivyingo vyihoze ntuzunywere kurico gikombe wanyweshejeko abandi kugira isi ntizikwibutse ati we kowarumu expert ajahanze gt😂😂😂
19:53. Wihangane cane , IMANA izoguha uwundi
Gynella ndagukunda uvyumve kubera wewe wavugishije ukuri hari beshi babikora bakihisha mugusenga. Kimwe ico nogusaba ibintu vyaba papa bubatse ubirinde cane kubera icatumye aca inyuma umugore wiwe ninaco cotuma nawe agu citing😢😢 tuza mukobwa urumunt mwiza
Nyamara uyumwana nimureke kumutera amabuye. Imana igufashe mukobwa wa Yezu ntuzosubire mungesombi kandi zawbara neza wikwize nkabakobwa bindero nziza 👏👏👏
ntiwibagirwe ko ari amahitamo ye, noneho tumuhe indabyo kugirango wishime?
Ariko ivyobintu uzi ko ari vyishi ukaba ufise imyaka mike ubwo uzohava uvamwo umugore muzima? Ingenzi y'imihana niyo nzanyi yamazimwe.
Uyumukobwa kwavuga cane gusumvya umukubito
😂😂
😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Gael aba journalist barakwiye kukurabirako ibibazo ubaza nukuri nivya vrai sana
Uyu mutip araciy ubwenge cane
@@stevekubwimana2119yarize. Kwiga birafasha.
Big up kuko kuza imbere yabantu ukavuga icurico sivyabose harico Imana iguteguriye ciza go ahead sisi
😅😅
Reka kumufaka simaraya. ahubwo nuko wwe yemera kubivuga abandi barabinyegeza.ahubwo azotubwire igituma abagore nabo Baja mubahabara.
Internat ntiyakugize wewe mwana ahubwo yaragutakaje🥲
Ukwiye kwivuza bakakuganiriza depression yaguteye kwiroha ibiyoga vyishi none umeze nkagasazi.
Ibintu biza nabi ubu ngaha basigaye bazanye ibiganiro vy'abamalaya Imana itubabarire.
😅😅😅😅😅
Kubazana nukugirango bigishe abantu bagire isomo bakuramo
Ubumalaya Niki ?
Courage petite
Ndakunze Gynella cane,warakize koko biraboneka kandi komera cane ukomeze nabandi
Ngurumunya musaga ngokandi nta characters zabanyamusaga ufise abanyamusaga ninde yakubwiye kobose basangiye characters nosense.
Kurondera ubuzima...Big UP💪
Aba nya Musaga turi Class nivyo bumva 😅
Abavyeyi baragowe😢
Tera imbere Gynella
Ikorere akazi ibindi bizoza nyuma
Courage ma fille
Gynelle uraciye ubwenge.abo bavuga nabo ngo uri indaya bariko baravyara.umwana asa nuwundi .uyu gynella wewe afise nubwenge data.Yesubakugumbire kandi ahezagire ibikorwa vyintoke zawe
Gynella c'est une fille dépressive igikomere cavuye Aho yavukiye (absence de l'amour des parents )agira n'ikindi cukubura uwo yakunze cane ....niyegere ABA psychologue kuko n'impunzi yurukundo elle cherche refuge
Jun merciiii uvuz ukur
Ntubesh
ivyovyose bigaruka hahandi life is life enjoy it big up on yr self
Mwijwi ryawe harimwo amarira, Kandi wakomeye cane abandi bari kuba baturitse bakarira
Muri make urindaya ibisigaye niwihorere twakwumvise😢😢
Twebw abavyeyi tuguy mukangaratete😢😊😢😢 irwaruka rwakinogihe
Vraiment uravuga ukuri kudateye amazi
Gynella wanj😂😂😂😂
❤❤❤❤
❤
Urandyoheye uri Kool knd uciye ubwenge courage
Abantu bariko baravuga muma commentaires ngo Gaël areke kuzana indaya, nibaza ko atabagirisha inama yo kubabaza uwo azana canke atazana. Nimutekereze cank ntimukirabe. Hama indaya ni titre y’akazi baha umuntu akora ako kazi. Uwo mukobwa sivyo akora.
Ntangazwa nabantu babona uteye intambwe bagatangura kukwigisha ukuntu ubikora ugitangura batarigeze bakugira inama
Just gael ndakwemey sana ibintu nkivyo birakenew kwabagore bamenye ivyabagabo bajamwo
Ivyo vyose vyabaye muri espace ya 18 na 24 ans 😭😂
😢😢😢😢
Twese nuko jewe umwana turareha😢😢😢
Num Legend erega vyose bibaho
🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂rek nitwenger hma nirenganire😂😂🏃🏃
MWe ntimuramenya ahisi igeze aba bibereye muri business yama $$ namw mwishinge ngo indaya😂😂😂komere komere🎉🎉🎉🎉
Muburundi dusigaye turwaje Kwli Bujumbura murarera 😢😢😢
Iyi channel ntizoramba niyatangura kuvanga abantu nka Gaston hamwe nutumalaya aba pasteurs...Hange. Ubucafu nibwishi.
None uwo Gasto niki???uyuwe niki???bose sabantu ???si Abarundi???ubwobusumbasumbane mubukurahe kuburyo mwumvako ivyiyumviro vyumuntu atobishikiriza???none gasto ataha iwe uyu ataha iwe Mukubito komeza wakire bose shatwumve ivyiyumviro vyabo woza urindira ba gasto ukazogerahe????
Uri kezaaa gose
Ee muko gabanya amajambo yuburara uracari ndoriyo bija
Ibyo mubiba nibyo muzasarura
Gaël , kweli uwo mutumire ni intelligente kndi kwel arafis ukuri kwinshi gos , ntabesh ndakunze temoignage yiwe, big up kbsa nta kwishima afis
Sha,naho stobanikora,oya urumva ko umwuga awuzi neza. Ariko asa nkubikora asa nabo. Nihamwe abagabo bashihishwa nubusa,uto mukobwa kuri jewe ntivyosoga ngo bikunde sindababesha
Ndatahije Agakobwa kitwa Kercy nako kahoze gatwika imbuga nuyu hazogera igihe tumwibagire 😂😂😂😂 Abanyamuji bazomutera yose
Uwu mudayimoni musubiye kumutumira shaaa
lmana ikubabarire .ntuzi ivyo uvuga.vyukuri uyu mukobwa ivyo atibwiye nivyo Kandi nivyo vyiraye kuriyinsi.ahubwo nimwige Kuko iyi ntahe irimwo inyigisho nyinshi❤ Gyn merci bcp❤
😂😂😂😂😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣Ariko gayemye
Kuja kwipangira ni umuco utuma abana biga kwihigira ubuzima bakiteza imbere. Niko Kenya bakora, ukwize imyaka 18 uca wibako bakagufasha bikenewe
Uyu mukobwa araciye ubwenge cane!
Ntako mutagira kugira muce amafaranga urabona ingene ako kigeme kibeshera vrmt ngo bari ku kazi 🤦
Bonjour Gynella nabaheruka il ya qlq années tukiri LNDS(Intelligente et Courageuse) naryohewe n'umvise ko wabandanije ukunda Ivya Journalisme uter'ujimbere , Hama Ivyakubayeko Pole sana gusa atar'IMANA Ntakindi cogufasha abantu bazogutwenga ariko IMANA ntizogutwenga
abariko bara critiquant mwumvirize impanuro ziri mu kiganiro kuko nimwe muvamwo musambur'ingo zanyu
Kora gym birashira ibyo bikomere ufite
6:48 Kwibana nizo ndoto nanje mfise tu 😅 gusa sinshaka kubana n’abandi duhuje indoto kuko 😂narabigerageje biranka tu
Ibintu byinshi bitubaho Nitwe tubyikururira
Pore sha kubura boy friend birababaje
Gyna komerezaho di influenceuse
Amanyama zohera kwl urumukobw kwl ntawowokang 😂😂😂
Nihatari kwelii
Uwo mwigeme wacu arasobanutse kbx , afite mumutwe vrt!
Ka Gynella ni keza vraiment ☺️,taille française,Love from Sweden 🇸🇪
😂😂😂😂😂
Eg vraiment 😘😘😘
Aho rr murafise ic mwihaya? 😢munteye akagongwe Akira Yesuuu kwl
Waraha ntuharire
Bandanya wige petite uracari muto Ubu star burahera
Genda usare nyine
Yariyakiy kabisa😂
Mureke kumu jugea uyo yarahuye nibikomere vyinshi
Abatutsikazi dukunda Imboro kubi ivyo tubizinanyemwo😂😂😂
😅😂😢😢😢
😢😢😢😢
Toka satani wivuge ntuvugire nabandi.
Murazikunda kwer mukarenza😂😂😂
Gabanya musaga harabakurenze cane havabakobwa bakanura simwe mwavyasame
Black man nakubali
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
navuze vyinshi ariko ntakamaro bifise reka ndababwire ivy"akamaro please GenZ stand up kura amaboko mumpuzu nakamaramaza kubona ivyo bigabo bitazi internet 😂😂barriko baratutwara abagenzi bacu muze rero tuje hamwe dukore ndazi dufise ama depression kubera ivyo tubayemwo inyishu ziri muri twebwe nitwe burundi bwejo dufashanye tuhatwike bashiki bacu bareke kuja muba tama baze iwacu babone iyo value murakoze
izo films zizosohoka ryar
NIMVUGAKURI
Fille intelligente kbsa
Huuim yitahuyee okay???? 😉😉😉😉