Umuririmvyi wambere atunze mu BURUNDI//Ibanga ry'UBUTUNZI bwanje//Naradandaje amagi//Indoto zanje
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
- Umuririmvyi wambere atunze mu BURUNDI//Ibanga ry'UBUTUNZI bwanje//Naradandaje amagi//Indoto zanje
@meilithekey #meili #thekeyhouse #business - บันเทิง
Mbaye uwambere sha🥰🥰abakunzi ba Juste Gaël mump like tumenyane❤
Gaël harukuntu vya mugoye ariko arashiramwo ibiraya mu muceri abura ukwangira kandi camera imutumbeye 😂😂😂😂
Woooooo 🥳🔥#Meili keep pushing ,ushik #kure caane ,consistency is the key 🔑🤩🤩🤩🤩
Respect Meilli keep it up much appreciated
Yookumbafise indirimbo zitesa nukuri nubwamber ndamubonye uyu mudemu❤niwirambire rero big up
Inca bwenge courage mukobwa mwiza. Uzogere kure cane
Waouh Shn ❣️ meill jew ndagukunda sn vraiment kandi ntaribi ryawe shn ❣️ kandi terimbere CN shahuu naw Justin Gael bandanyuterimbere sn bro numukubito numuhushuroo numutwikoo kwakundi Nyene hahandi nyene tu brother Gaël sister meil courage sn shn umugambi nigushikaa kuree caanee
Meili uhabw intebe yimbere ufis 🧏🏽♂️🧠
Turashaka mutumire Nella n marlicool 🙏 mukiganiro basha
Muze murahanura na cane cane urwaruka rwacu ngaho rwama rubona ko ubuzima urukudandaza umubiri kugira batunge ariko ugasanga ivyo ntanico bibaviriyemo atari gutakaza iteka, kurera amaboko no kubaho bar mumubabaro kuko ababona ibintu ariko atabishikako
Gaël interview yawe yu yumusi yaguhezagiye eh manger manger! ariko interview yarinziza kabisa terimbere nk'umuzinga.
Bravo 👏 ubandanye uter imbere utezi imbere nabandi. Waouuuuuu la cuisine Chinoise mes prochaines vacances au Burundi ni abonnement muri restaurant yawe
Well done Meili 👏🏿 ✔️ 👍🏿 👌🏿 😀 I am proud for u Meili. Sorry to say this. I don't like China's food at all😕 I like Africa food, who I can say Burundi food. I like all u said. Very good Meili. The day I come back home to Burundi 🇧🇮 Bujumbura. I will pay to see u place. If we get many people's like u in our country in Burundi 🇧🇮 let think for tomorrow Burundian, let think how to get money 💰Burundian. Sio kila saa nipe pesa! Faya gasi uta pata pesa yako. Akuna pesa ya bure kila saa. GOD bless Burundi 🇧🇮 and all Africa🇧🇮🇨🇩🇹🇿👊🏿🫵🏿
Waooh, ubandanye uterimbere nkumuzinga
waooo urateturuye abakobwa babarundi
Big up Meili tera imbere.. next time Gael azokubaze ibijanye na capital watanguje, abakozi ukoresha, ingene wahomvye , vyose. Merci
She is positive ✨
Ewe Justin Gael naw uriye caméraman akubona ndakeee abakameramani mwaragowe nkeeu ngo kameramani ihangane ndabizi kushonje urabizi ariko ugumurya ewesha
Much respect Meilli courg❤❤
Courage vrmt ndabay inspire
Vyiza cyane kora inguvu siste non mbaze camera man mwamuhayeko ?? Kandi bisaba munyishure
Good interview
Mrs mukubito,ndasavye umpe Num yawa muhungu yavuye Australie yubatse mur quartier miroir,nshaka kugura
Muza muratwara abagabo babandi ngo nimigambi ngo murateye imbere wamukoshi weee
Wow proud of you !!!
Gael ko wari waberewe ubwo ntiwari wagiye kuresha Meili
😅😅😅 Hushula Hushula muga shinwa😂😂😂❤
Brochettes ni sawa
Barya bakinye umwana womumuji
Yooooh,ama dampe weeeeee,ninshika Buja nzoshikiraho
Kuberiki ibishwa vyakomeye muburundi yewe Hushula😅😅😅😅
Uworonka nume yuyu mukobwa. Yoyiyindonsa
Urumwana mwiza nzagushorera
Meilii kizigenza 🥰🥰la mabuja ,,umukozi tuzinanye
Félicitations
Natacha ko atoroshye Gael we😂😂
Meilli hejuru cane🥰😍😍
Nungukora cane hama ndushik ahondushak
Terimbere mungenzi
Much respect my sister,kora cane
Felicitation nimwe dukeneye kweli kuturwiriza ivyiza mugihugu kugira giterimbere nkahandi
Rekasha nivyomumuryango sivyavuye mwuyo muziki
Nkahuvuz iki??
@@nandy662 wewumvise iki
Ni bon kumpanuro kubirirwa bicaye
Nice kuyindi mpwemu❤❤❤
Courage
gaël kumeng ntuvyemey😂😂ko sat iry agenc ari rwiw
Ewe gael sha no kurya mwariye😂😂😂
Keep moving #kure
Meilli afise umugabo canke ninkumi?
Ndabony ahantu nzoja kwiga kurisha uduti ndakesiri
Eeeeeh ntahonarinzi nani
Reka nzoze ndavyirabirabire
Ashaaa aha kuri juste Gaël arahotora i food n ibara rirwee 😂😂😂😂😂
She's very smart
Kbsa super les stars du burundi ils ont évolués .C'est une bonne chose .Kandi mutere imbere mushike kure kbsa
Respect to tha girl
Courage meilli👍👍
We gayer urampak
#meiliofficial 🎉 kure cane❤
None. Asumvya. Natacha. Mwemuradutwenza?????
meilli niwubahwe👏👏👏
Turakeneye udukorere na sushi 😂😂
Vyiza cane kabisa 😋👍
Entrepreneur
Big sister komera
Nzoza umpe akz🙈
Smart mind✨
Inspirant❤❤❤
Neuzaaaaa
Gaël kwihanaguza kumeza kweri😂😂😂
Abarundi muragoy none mukiganiro cose nico kintu kizima watoyemwo ??🤷🏽♂️
@@nestagad1288 ibaze vrm
Big up
None. Ntanyama. Ntamikeke. Ntabugari. Ntakinono. Ivyovyo.nivyabakire.
Kandi nubwambere ndamubonye ntanubwo azwicane
nyamba ariryambere umubonye bisigurako umuziko wo mu Burundi utawukurikirana
Kubera utazi abaririmvyi kazi
Vyiza cane
Melii🔥🔥🔥🔥
Ntasumba natasha ariko
Novugako asumba natasha kubera uyu namafranga yiwe arondera natasha nawe nayo umugabo amuha😂
@@aaii8301 eg cn
Natasha ama faranga nayumuzungu sayiwe uyunawe nayiwe
Aho hantu k hatesa
Yahora abaye mudiospora yazanye amahera hanze c'est normal. Kandi ari mariée n'umugabo afise amahera
Meili ar mariée bury?
Woooooo Meili😘🫶🏾😘
Keney Number yiw
KUBADIDA
❤️🇧🇮
Courage kabis ❤