richy uvuze ikintu ciza cane bien sur harabahungu atarabo gutesha umwanya nabakobwa barahari ico nokubwra ikundire umwna nakare on drague la beaute mais on epouse le comportement nibenshi beza badatanga amahoro arik uwawe ntahaja ne force pas
Mwa bahungu mwe reka kurongorwa ivyo bintu birateye isoni none nkaho uyo azoba serugo gute?azocira umugani abana gute?nimwige kurya duke muryame kare reka amaronko
Bro i need number for this girl. Let me try my like day. Ana one kana nitamu. Watoto waki masikini tuko apa! She live in America 🇺🇸 she from Burundi 🇧🇮 that nice. Bro find the number for her. I can try my best. Mutoto Mweusi 😢 wow 👌🏿 wow 👌🏿 wow👌🏿 let pray for Burundi 🇧🇮 and Rwanda 🇷🇼 we all Brothers and Sisters ❤ all we need One Love ❤️ my people's ❤ GOD bless Burundi and all Africa🇧🇮🇷🇼🇨🇩🇿🇦🇹🇿🇿🇼🇸🇳🇳🇬🇸🇴🇸🇸🇺🇬👊🏿🫵🏿
Nimu rambe ❤
Un couple au top🎉 God bless u❤
We apreciate Ivy ukora Gaël ariko urab uronder micro zikwiye. Tena uter uje imber
Nn ko ukund ibikorwa rab ico ukor iz micro zibonek
UMUKUBITO courage vrt kand congratulations 🎉🎉🎉🎉🎉 intambwe kuyindi 🎉🎉🎉🎉
My Lil brother Richy may God continue to bless You Guyz
Iyo citer yavuze bartimor ni quartier iri très dangereux ni yaba trafiquants de drogue, ni habi vrmt 🤨
Imana Ibaje imbere
Smart couple❤❤go a head
Wow
Imana ize ibubakire!
Richiiii nakubali😂😂😂 asha ibisagae nihnyum 😂😂😂
Iyindi Viza ikaba irabonetse, Muze mwubake rugume,Bonne chance !
Imana iguha uwo musa ❤inzozi zanyu ni zimwe biraryoshe kubana
Dj rich my bwoy 🙌🏾Fata kumavuta bro ntabundi buhinga 🤝✅
uwu mugore candamwubuka aha nyene kwa gael komera ubu wararuhutse
richy uvuze ikintu ciza cane bien sur harabahungu atarabo gutesha umwanya nabakobwa barahari ico nokubwra ikundire umwna nakare on drague la beaute mais on epouse le comportement nibenshi beza badatanga amahoro arik uwawe ntahaja ne force pas
Nice Couple vrmnt 😍😍😍🙌
Ewana hamwe Missing heart yoba ariwe wayanditse wubahwe kbs
Courage ndabakunda muganira neza
Nakubali dj rich umwana wo mu Nyakabiga 🤛
Nice couple 🙌🏽🔥🔥🔥 mutere imbere cane kuko muri equipe mfana🙌🏽🔥🔥🔥
Ino umugabo yomukurahe?
IMANA ibaje imbere
Fata umugishaaaa😂😂😂
Iyo couple iratesa IMANA ibaje imbere
Neza 👌
Avuga nka monna walda
Umukubito anywhere
Pro bt ndakunda ibiganiro vyawe ark uyo m type namenye k mumahanga turyama amasaha abi2
love win
watching from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nimwikundanire sha Rugume rusosa ahari ho hose urashobora gukunda
Nabakunze cane lmana izobajimbere
Hariya bakoresha ikintu citwa pluie artificielle
👌♥️♥️
🔥🔥🔥
Wooooa ❤❤❤❤❤
Irambire bantu bacu
ikiganiro kiraryoshe basha ndumva nanjye mpise nkumbura gukundana ariko story yanyu irajyoshe cane 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
🤣🤣🤣🤣noe kurya inoti nicaha aziguhaye?😂😂😂aziguhaye urazirya ntacaha kirimwo bro abo nabakumvira inzigo kuber wifitiy um diaspo🤣🤣🤣babwira ati olohaaa...😂😂😂coupl nziza cane 👌👊
🍇🍇🍇
Ils sont mignons malgré tout 😊
Kurya indagara ni mikeke ahhh walahhhh 😂😂😂😂😂😂😂😂
Rich stance BZ ziryoshe peee waaao
Mwa bahungu mwe reka kurongorwa ivyo bintu birateye isoni none nkaho uyo azoba serugo gute?azocira umugani abana gute?nimwige kurya duke muryame kare reka amaronko
Imigani bazoyibacira mugifaransa no mucongereza wew wosanga utabimetriza regis 😂 wew nturi umusirimu regis😂😂😅
@@rihannafansofficial363 nihatari kabisa uruhigi rwahindukiye
Sha régis biraboneka suwino hagufi vrt ab jeune nkamwe nimwe mutuma n'igihugu kitaba développé
Bro amahera nibisanzwe hari urukundo ivyo bindi numuhezagiro w imana
@@IgiranezaBryan buhendwa buhoro ugabanye n ama emotions nta rukundo rubaho habaho inyungu abo ubona barafise ivyabahuje batonavuga
💪💪💪💪
Nn gaël wabuz ivyokuduha pfuma usubira kwa Fabrice utwerek iyo inyubako zigeze,nayahandi nawe ubuca urongora uri murukundo 😂😂,ushaka sibzosubire kugukurikirana?
Yiga gutwara drone 😂😂
Ryumwanq pp imana itanga kwishi ariko ubuhemu beshi mushaka kuprofita ngo muje hanze plz urukundo first
❤❤❤
ako kantu ka bebe niko kabi😂😂😂Nice couple😍
Napita zangu na perruque na wig
Bkomere kwibangaa kbxaaa
Nice couple
Abahugu😂mwademaye mushabakobwa baguhonge😂😂
Nice couple ❤️❤️💓💓
Nanje ndum diaspora nshaka umuhung yoza tukubaka urugo Gaël kora umuti😂 umuhung atari munsi yibiro 60 je précise bien😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂
Ndamugufitiy pe umbwire
Dlacycy Nawe😂😅 ntiworohew😅
Iyizire mwana 😂
Ngo Atari munsi ya 60kg😂
Umugore nawe anywa inzoga cane sivyiza ntibinaryosh kombona nuyu mudemu asa nicupa😂😂😂😂😂😂
Ryirare dogo😅😅😅😅
Mbega umukobwa asa na Joyeuse
🤣🤣🤣
Toka. Mwabanyarwandamwe ngo asanande
Dj rich nareke kumbesha go ntiyojayo nareke turabe
Nic couple
😂😂genre ariko amwingingira kuja US😂😂
Nice couple vrt
Ndabifurije mariage nziza
Uyu si wamukobwa umwe #nellyNat yigera kutubwira 😂😂😂😂😂😂
🤣🤣😂😂😅😅😅yes
Nukonyene mubarabo imvura iguye nibiragi biravuga igwarimwe mumwaka
Ako ka bb eo😂😂
😅😅hahaha nakaja
😘😘😘
Charon muze mukundane mwubahane ndabakeje🙌🥂 kandi mubibemwo serieu ego vrmnt🙌.
Uyu mudada afise ijwi nka Monna Walda
Afise nkirya Lavine
Akajwi kiwe gatuma ukuguru kwagatatu guhaguruka😂😂😂😂
@@jacquesntabagara2702kagirinkuru 😅
Ark abarundi murigana wirirwaga uvuga nabi abahanzi baba nyarwanda none utu views twaritwabuze none wakopeye sabe cg chita nibo batangije mwene ibyobiganiro none warabiganye komeza ark byaraguhiriye
Noé abanyarwanda komufise inzigo mubintu vyose
Niko ngaha uzombwira😂
Mundemer nduwamber
ABAKOBWA BABA HANZE BAZE BIGISHE ABAHUNGU ? BABA SUPPORTINGE ? MORT DE RIRE😂😂😂😂😂
Nne womenya gte utabiriye iwanyu ga type
Nikibajou vrm
Hi❤❤❤❤
Akagahungu nagashonji kandi nagatekamutwe
Mwadusabiye uyumukobwa akuremwo ayama loupes
Ngahoo😂
umu petit yar yamwize kabisa..narab ajaniranye na dot
akakumasq mugongo njanye nawe uvuga ukuri
Good
Yoooooo
We pt nuguteka umuceri w 6h mushika murya midi kubadida kumbe Nawe😂
Gael wewe nawe nta soni biguteye,gusangiza abantu micro imwe vraiment??
You got to be one of gang in da to happen to you.
Aho ntaconufise uyo nikawa mbisi muri AMERICA aho vraiment aho ntacufise raba gusa nuko ateye mumaso ari muri america aho yokura iyo perique woca wiruka ninzoga zaramwishe kumunwa raba aho ntacufise mon frère. Ryayo ma dolard gusa nyene
Umuhanuye iki 😂
Yacuvuga nabi.
Sha abantu muribabi 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Iryo nishari ryonyene rikuvugisha
Uwomusore uraba ukabona asa na Papa wawe,ntiwosanga arimusazawe uwomusore yavyawe na Papa wawe?
Amaraso yawe nayuyumusore ariyo yabakweze
😂😂😂😂
😅😅😅😅
Nyuma yokwumviriza kino kiganiro, Ndabivuze hakiri kare muzorinsubizeko, iyi couple nibanana ntibazomarana 6ans batarasambura kandi nabi cane
Gabanya volume
Nn natwe nibiyizire tubatware
Babatware hehe😅😅😅😅😅😅
Petit ni beau gars mais momi ni sula mbaya! Petit anataka visa! 😂
Bro i need number for this girl. Let me try my like day. Ana one kana nitamu. Watoto waki masikini tuko apa! She live in America 🇺🇸 she from Burundi 🇧🇮 that nice. Bro find the number for her. I can try my best. Mutoto Mweusi 😢 wow 👌🏿 wow 👌🏿 wow👌🏿 let pray for Burundi 🇧🇮 and Rwanda 🇷🇼 we all Brothers and Sisters ❤ all we need One Love ❤️ my people's ❤ GOD bless Burundi and all Africa🇧🇮🇷🇼🇨🇩🇿🇦🇹🇿🇿🇼🇸🇳🇳🇬🇸🇴🇸🇸🇺🇬👊🏿🫵🏿
None nkawe uri mubikii tekana.
@rihannafansofficial363 find the number for me. U never no what next!
@@rihannafansofficial363😂😂😂😂
Eban mwitagatir
🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤
Mundemer nduwamber
Atanze BZ ziryoshe
😂😂😂😂
❤❤❤❤