Réverien NDIKURIYO boba bamuhaye uburozi? || kur'ino saha amakuru yihuta ku magara yiwe !

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ก.พ. 2025

ความคิดเห็น • 37

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 9 วันที่ผ่านมา +3

    Ahubw arahunz kuk manda yiw yahez yabony ko bitomworoherez agiy kuraba ahoyashize amahera yanonoye😢

  • @jeanmarievianneynirukiyima3341
    @jeanmarievianneynirukiyima3341 10 วันที่ผ่านมา +4

    komera nutama wanje KING Umurundi kumakuru atagirivumbi wamudushikiriza,iyinkuru uzokomez uyidutohoreza mwana wa maman❤

  • @barnabesaruvyiro7437
    @barnabesaruvyiro7437 10 วันที่ผ่านมา +2

    Merci beaucoup

  • @NkunzimanaDieudonne-d4g
    @NkunzimanaDieudonne-d4g 9 วันที่ผ่านมา

    Imanainukize

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض 9 วันที่ผ่านมา

    🤔 nkeka banuhinya nyuye

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 9 วันที่ผ่านมา +1

    R I P Kaburimbo

  • @FlorianeNshimirimana-jh7zw
    @FlorianeNshimirimana-jh7zw 10 วันที่ผ่านมา +1

    😮😮😮😮😮😮😮😮

  • @yuui1878
    @yuui1878 9 วันที่ผ่านมา

    😮😮😮😮😮😮

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 8 วันที่ผ่านมา

    Ngo kwihana ? Nde yihana ? Shetani mahembe irihana ? Ntamuhutu azogera mw' ijuru mwese mur'amashetani yamuka kumashetani ntuzongere...
    Umusi nogera mw'ijuru nkasangayo umuhutu novayo niruka kuko noba nibeshe umwango..

  • @IrankudaAlida
    @IrankudaAlida 10 วันที่ผ่านมา

    Imana imutabare

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 9 วันที่ผ่านมา +4

    Nagende nagendw ntaco kumwifuriza ngwakire. Umwicanyi numwicanyi nawe nafe. Kandi nabandi bamezuko nka ndayishimiye yahereje abasirikare abana buburundi yabamariye kwicumu ryo muri fongo ngo bagiye gufasha,bafa agaca abihakaba ngo ni red tabara

    • @GabbyNzoyisaba
      @GabbyNzoyisaba 9 วันที่ผ่านมา

      Rofa sana wew wipfuriza umuntu gupfa urigiki uri Imana wamuremye?

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 9 วันที่ผ่านมา +1

      @@GabbyNzoyisabareveries ariko wewe ntawe yifuriza gupfa???? Nako we Arica ntiyifuza… reveriyano sumuntu ni Goliath….

    • @GabbyNzoyisaba
      @GabbyNzoyisaba 9 วันที่ผ่านมา

      @@pierreclavernduwimana1974 ndagutwenze

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 10 วันที่ผ่านมา

    🤔🤔🤔🤔🤔

  • @فاطمهاسماعيل-ع4س
    @فاطمهاسماعيل-ع4س 10 วันที่ผ่านมา

    😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @ChantalKamikazi-o3w
    @ChantalKamikazi-o3w 9 วันที่ผ่านมา

    Inana imworohereze

    • @pierreclavernduwimana1974
      @pierreclavernduwimana1974 9 วันที่ผ่านมา +2

      Icombwira uwamuhaye iryo shadow nomuhera akaryoherwa nukuri adukuriyeho umugesera wumwicanyi amazed abantu abaziza uko bamwe. Mumfashe mumpe numero zuyo yamuhaye ishano ndamuhe aka dollar

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 10 วันที่ผ่านมา +1

    Uwogomba yoca bugufu kurinosi.

  • @RUNYOTA
    @RUNYOTA 9 วันที่ผ่านมา

    King none uzana amakuru utatohoje neza?

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 9 วันที่ผ่านมา +3

    Yashitse en enfer dans le coin le plus vilurent. Ama milioni y'abantu yanyuruje abahora ubwoko abandi abahora ko badasangiye umugambwe , ba Kaburimbo yahoye ubwoko etc..
    Ubu baruhitse neza nawe ariko arasha pour l'éternité
    Nagende arakahenda aboshe

  • @justincodyy6058
    @justincodyy6058 9 วันที่ผ่านมา +2

    Satan yiteguriye umuvandimwe/umugenzi wiwe

  • @JeanBoscoNIYONGABO-e6x
    @JeanBoscoNIYONGABO-e6x 9 วันที่ผ่านมา +1

    Bandanya utohoza twunve

  • @AgrippineNahayo
    @AgrippineNahayo 9 วันที่ผ่านมา

    Iyo nkuru niyo?

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 9 วันที่ผ่านมา

    Akakantu ngo abaganga ngo bagendanira umukuru wigihugu wibagiye KO afis abaganga biwe

  • @impemburo1tv867
    @impemburo1tv867 9 วันที่ผ่านมา +2

    Ntivyari ngombwa ko ubitubwira, ahubwo nshaka ayandi makuru y'ibindi bihugu ureke ubujuju

  • @wre1565
    @wre1565 9 วันที่ผ่านมา

    🙄🙄🙄

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 8 วันที่ผ่านมา

    Ubwo muzi gusoma bible ? Jamais ntaluhutu numwe yihana kuko ntibazi nuko bibaho barabihishijwe...
    Abahutu ni bene Gahini bamuka kuri Gahini ni abicanyi gusa. Ikibi nico bakunda kuko basa naco

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 9 วันที่ผ่านมา +5

    Sekibi Révérien natembe ashike mu muriro udahera hamwe n'a Nkurunziza bakirwe nasebuja Shetani bakoreye..
    Ahubwo sa famille banyuruzwe ntihagire uwubacika bose bahambanwe nawe baboshe uwindege

    • @kevincandy3488
      @kevincandy3488 9 วันที่ผ่านมา

      Sivyiza kuvuga nabi nkaw usanga atanumwe yakwiciy bavuga guhora nukwimana ntabwo arukumwan wumuntu,ikindi umuntu umenya ahoyacumuriy ntumenya aho yihaniye wotangara ugiye mumuriro nabo abuvuga bakaj mwijuru Imana iraba iherezo ntirab intango so vuga make kurinosi ivyaha nivyishi hageze numukurinatsi arapfa nirenganira

    • @Leecaspian-w6b
      @Leecaspian-w6b 9 วันที่ผ่านมา

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 9 วันที่ผ่านมา +1

      @@kevincandy3488😂😂😂yihana??? Mbe uribaza abantu reveriyano yishe uko bangana??? Imana??? Uravuga Imana abuya reverien??????

    • @kevincandy3488
      @kevincandy3488 9 วันที่ผ่านมา

      @nmnteamdknn8405 ababipfa nababisangiy ivyo sindaba 😄 🤣

    • @EmmanuellaBahati-f5m
      @EmmanuellaBahati-f5m 9 วันที่ผ่านมา

      Urubanza rw'lmana reke kumucira urubanza