ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Turagowe wallah nimba ikibazo cubukene iyo Ari reponse 😢😢😢😢😢
Ndikuriyo naremeye urumugabo🎉❤❤
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
Nkeseri
😄😄😄 poleni
ayo namaraso yabene guhugu atuma uvuga nkuwutagira ubwenge ariko murindire amarira yabo umusi Imana yayarambiwe muzumirwa yoyo ntabwoba muzoyitera
Dukeney naw dukorer ivyakorey bunyoni hasigaye wew
👏
Tukiwa ndani ya tanzania mwanza tunafatiria kazi yako ninzuri simama imara tuko pamoja bega kwa bega
Koerakumuheto nyakubahwa baziburamatwi bumve akamaro kukwishirukizana ❤
Ndikuriyo uvuga Aba coût d'état ariko umunsi umwe uzisanga aho utazi
Ntavyazi
Komera cane ✊🏽✊🏽🔥🔥🔥
Ramba ramba ndabakwirikirana cane Imana ibanzigame murintwari
Shaaa reveriano umunwa ntacupfana..,.....,, humamaso aba dd nyene ,ejo ntuzosange Imana iriko igupangira shaaa
Sha rêver urikijuju subira kwishuri Ubu is ntabwo iyobowe nibijambo
Imana iraba konjiga verbe
Indundi ifis ama image nkuwafata amashusho ya mariage Ya kera😂😂😂😂
😂😂😂😂
Nivyo ni camera nyishi zahano iburundi umengo zirimo imyotsi
Zamuraduza qualite mugabanye ubugugu nimba urimw ubirabira kuri 144 vyobona neza gute urinjiji disi@@SindayigayaDeo-ox8bx
Urumv n indundi nyen😂
@@pickfordjustin3432 bamuba abasirimu basha mureke kwigaragaza nkabarenze kandi murinjiji video zose utadugije karite ziba zirimw ubufu nimba uzirabir kumuvuduko wa 144 vyobona neza gute?
Ndabakunda
Komera mutam❤❤❤❤
ndamukund reverie ntaryumunw
None murumva uyo mugabo harico atababwiye , amabanga yabo yose ngo pooooo 😂
Je me declare ko nkunda Reverien
Ndikuriyo wubahwe cn ahubwo rero ndemeye urumugabo goose
😂😂😂😂😂😂😂 komera mutama 💪🇧🇮💗🌺🌺🌺
Urumuntu wumugabo ndagukunda cn👌🫶
Uburundi buracyafite urugenfo rurerure kbs,ntakuyoborwa ningegera pee!!!!!
Uyumugabo ndamwemera pe
UYU MURUNDI NDIKURIYO REVERIYANO NI UMUHANGA CYANE! C'EST UNE FIERTÉ DE L'AFRIQUE ! EN PLUS IL S'EXPRIME TRÈS CLAIREMENT. BRAVO LES BAGUMYABANGA.
Nubona ndababwire barundi barundikazi umugabwe cdd igihe uzokoroka uzokoroka nkakumwe kwivoka abari muri cdd bazobura aho bahungira kuko abenegihugu barababon bakanuma
Ibi ngira niwee ubitekereza wenyine iburundi cdd ninkumuco bro
Ubwenge bwawe ngira bucanze numunyota kweli kabisa uraza uyikorore turabe sha
@@uwimanasteve tacitagira iherezo
Ariko uyu numuyobobozi kweli 😅😅😅
Igihugu nicaguma muminwe yaba kizotembegara wallah
Ngwino umusimbure😅
Burya abahutu twibagira ningoga burya murabona ko hari huwundimugambwe wochobora gutwara Uburundi atari dd?
Hezagirwa muvyeyii SG
Ark ibyo avuga ari nako abikora uburundi bwaba bufite umuntu ukomeye ark araza akababeshya yarangiza akigenda abandi bagakoma amashyi 😂😂😂
😂😂😂😂bof arababwiza ukuri sha
Basha uyu Mugabo numwicañyi wahatali
Ikinyoma kimarumusi ntikimaru mwaka muzohinyuka bumvamwanguha
uyumutama wacu avuga ukuri kwinshi atakwinyegeza ubu nugushira ibintu kumurongo😅😅😅
Ark areba nabi kbx
Umugambwe wanyu wa CNDD FDD washaje kera n'ivyo utabona. Mwebwe muzomera nka Micombero kuburyo kwumva CNDD FDD ari nko kwumva Shetani Murusengero
Nimubabarire ngira barisubiyeko
Nugutegura mutama,umutekano uriho,
Abakwanka baribaza wewe panga akarere 🎉
"Umugabombwa aseka imbohe" nawe byakubaho
Mbega ko uyu muntu ahaze none umve ivyo avuga
😂😂😂😂ndakunda imvugo yumwubahwa kabisaaa😂😂😂😂
Basha naje. Bagonvye.kunturirira.mungaga ngonsa.nimboneralkure.yemwe bakorerekp
Sha nujamwo nukuri ndabizi urankunda urankunda wew jew nta politique dimwo,wew hing nzotera comment kabx !uzajamwo hing vraiment+!
😂😂😂 iyo batakwishuye se wumviki mushingantahe 😂😂😂😂😂😂
Mbega yemwe uwokumva... Umwubahwa Gelase NDABIRABE ko mbona Inkonda zamubanye nyinshi?
Kiretse bafunze wew na neva
Sha ba vuvuzera mwabaye benshi hasigaye aho uvuga nivyo waraye uravugana na mukawe. Uri ikigorye kabisa.
Mon General nta Ngoma itazotemba
Ese iki gihugu nta muvugizi kigira povre Burundi kbs
Nyakubahwa,ibi ndabishimye,ark mumugambwe iwanyu ndaziko mutabihurizako iyab mubihurizako ntimusubire gucanamwo ubwanyu mwotugiriye inama bikanakundaa
Komera mwubahwa
Kaburimbo nawenyene yarumwicanyi reka nawenyene agenda kwishura
Wavuga mukirimi ikihe i Londre?😂😂😂 uratubeshe pe
😂😂😂😂😂😂 uragiruti ntaco yovuga😂😂😂
😂😂😂😂 I londre wavuzeyo uruhe rurimi utabeshye koko
Non wew upfuy umuhero woba ushice
Hello 👋
Ntawuri hejuru yamategeko niaje ndabivuze
Ariko tumaramara buhoro kabisa abo bantu barimbere yawe aho basa nabariye vraiment aho haruguru uvuga kwarimwe mumarirayo abantu
Nimukomere, NTIMUGASAZE
Nawe uzojayo
Ngo? U Burundi nubgande ?
Icongukundira nuko udaca kuruhande Mukuvuga😅😅😅 Uwoguha gutwara igihugu nkeka Hari abokworoha
Mwumvise ngo muraceza ngo murazi congo ubutunzi buriyo,, ko mwagiye gufasha kurwana,muri kumarayo iki uretse kwiruka gusa 😂😂😂😂
Hello 👋 Turanbiweagasunzuguro kisegeti 😂🎉😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Komera kubikorw
Ahubwo muvuze ivyigiturire murakwiye gutora itegeko ryokunyonga abanyonyeza itunga ryigihugu banse kuritora murizane mubantagihugu turi vote 1000% murabeko kadasopana
Jew aha ndagushigikiye nibanyonge abadya igiturire
😂😂😂 shaaaa kiretse ugomba guheza dd yose,
Iryo tegeko noritora 100%
Amagorwa ntasiga ayandi wallah 😂
ICO c'ibiciro ntukivuze neza
Kabisa ico kintu cokwubaka aho hantu himbuka ndagishigikiye ariko mubishire mungiro
Uvuzukuri mu Nda harari nzara hakavyuka inzigo . Akimuhana kaza imvura ihise.
Iyaba amategeko akurikizwa wew waba upfunzwe. Kwica abantu atacamira
Ninde yishe??? Upwagiriziki
Mbega imvugo mbi!!!
Umwana wogwanje ntarimwo mubishwi
Gukira subu
Twebwabarundi turacari impehesa kweli
Ibiswi vy'inkona muri Diaspora
Swera nyoko
Ivyo muvuga bizovamwo iterambere ryogihugu
Koerakumuheto nyakubahwa baziburamatwi bumve akamaro kukwishirukizana
Uyu mugabo nu mu genocidaire ibya Genocide ngo nukwiriza mu Rwanda ufite ibibazo wowe ngihaye 3years zokuvuga ubundi amaraso wariye akakuniga
Ngo mubafashe igihugu ntibagitware !!! Ko cafashwe none mwaroye he !!!!?
Amaraso ari kurayo maboko yawe umusi umwe uzovyishura igihe kigeze
Mubonako uburimyi aribwo buzofasha uburundi kuva mubihe bibi uburundi burimwo?.Kuva 2005 gushika 2025 ntumurimbura?.Urumvako Bunyoni ntiyapfungiwe ivyaha mwavuze??.Twakize ababirigi ariko ntitwakize intwarombi irimuburundi.Uratwenga ukibazako utazoshikigwa?.Rindire ivyawe tuguma twandika amanyanga yawe bitebe bitebuke uzoshikigwa.
Ariko uyu mugabo nta kiyeri aba yanyweye?Maturité politique ye ni zero neza neza
Mana we!
Ibwa bwebwe😢😅😂
Twige ariko kubera mufise akazi kagoye
Nubu nambutarapfa nturaheza uzosubirayo rindira ntiwokwirata nonebunyoni nawe nindeyarimukuru nawuzopfungwatu ndakubesha ngonungukiki
Komera
Muzotunga nukogusubi ranamwo mukuranamwo sosumo nimwemwayishizeho ahomwanguha
Uzoreka gusaza mugihe abarundi tuzoba tubayeho neza
Ubukene ntimurabona icabuteye?_ umve uko abesha, mungu weee uyo mugabo ntabwenge agira,ikibazo cubukene ntakintu ntakimwe ukivuzeko
😂😂😂😂 arabufise kuko yabagize ibijuju bose ntibatahuye ko bitavuzwe
Abarundi mwanze kugurisha igihugu kagame we arakimaze arasenya amazu nta munyarwanda ikigira akantu nakamwe😮
NDIKURIYO ndamwemera, afise speech.🎉🎉🎉🎉.
Mn ubwo wemera umuntu ca wemera speech ?
@DushimirimanaJoseph Speech n'iy'ingenzi kuko hariho benshi badasohora ijambo neza kandi Bari barifise.
@KennoKanse igahurira hehe nibikorwa,
@@DushimirimanaJoseph Nagirango ijambo riri mu bikorwa canke?
Izo ni speech zindongozi? 😂😂😂😂
Nta bagumya banga bahunze
Umugambwe urasaza bivany nimigambi badafis vyabana bavuka sibo batum umugambwe udasaza aho wagisiguye nabi can umugambwe urasaza kandi cane
Umwakamushya
Urumugabo
Ntanumwe hatokwira
🎉
Komera mugipange turinyuma yanyu
Urinyuma yabo ubarigata munyo

Ariko uyu mugabo nta kiyeri aba yanyweye?
Maturité politique ye ni zero neza neza