Hon. Rose urazi Kuri kandi urakuvize. Erega Uno munsi aba CNDD FDD ntibashora kubona ko hari amabi ahari. Nico kumwe nawe wari mu ntwaro ntiwoshobora kubona ko higeze haba umukozi bw'ikibi. Ariko nahusavye ko nawe wokizwa ntuzapfe utishuye ivyo wakoze
Bon Jew nama nibaza mwibaza ko mugumy muzurakaboze impande zose zarakozamabi Ubu Niko mufise ahomutabariza uyomuvyeyi ndazi ko harivyish Azi akahise ashimakurondogora kubirubu hera irindwi nakabiri lusesangure
Uwo mugore yakosheje Sana. Jewe ndi uwo bita umututsi muga kuvuga ngo bazana ishano kugira bakore ihonyabwoko ry'abatutsi. Il faut que imvugo yo kubiba amacakubiri iva mumitwe y'abantu. Kuko ubwoko sibwo buhanze ingihugu duhanzwe n'intwaro mbi.
Maman raba amakuru utanga ivyimana uvyihorere
Angerine yasutuye wamunwa mumunazero koyabaze ndikuriyo arikoatintura arye aseswanakamwemwr ntiworaba yishwe numunezero angerine iyatavuka vyarivyiza abapfa boseni angerine yabamaze ngumugabowe yamekungoma mpaka yesu agaruste
Mbegumugome.wumukecuru.eweevanjerine.urumurozi.kweri
Nukuriv nicyatwagukudira kuvaker nukuri kwawe turacakuri inyum
Oya reka kubesha ariho
Ewe rose urarushe,ugeze aho wihanga abakizwa??? Mbe wew ko wamaze inganda 72,ivyo ubesha abantu? cndd yituke nivyo kuba ubatuka inzu zawe ziri I Bujumbura,niwivugire.Yarapfuye yazibiye ikinogo ciwe,iyo Poudre yanyu namwe yobica.Reka kuguma muteranya abantu.Ntimucoka???? Ewe felicitation rero ko mwumva yapfiye!!!!😮
Abami baribeza baragabinka kubasavyibabo arikobo bagomba kubaribo bagabigwa nabanyagihugu mwamubibona bahabwa amaka ibiseke vyimbugwa ibitoke kirakintu
Bagombako asubirigwa na angerine umugabowiwe ngo azovakubutegesti yesu agaruste nimwigumuti biragoye
Biryavyose vyatagwa numwami siweyabisaba nibara gutozamahera kubato nabakuze kbakene nabatunzi nizana ngobafisi ntwaronziza huuuuuutwarabahinyuye
😊
Mamaweee! 1972 yari CNDD FDD, kwica Président Ni CNDD FDD ga Rose?
Ugomba kubimenyera iki , ni so, ni mwenewanyu , ni nyokorome ? Iyo ntambara yumunwa ntizonanirana aho niyamasasu bayihotoye . Urusaku nkabagore
Babuze uruvyaro
HINDURA Azofubwa jeudi uyo musore naho ntazi icamwishe
Imana ibaharire abariko barakora ubwicanyi nkubwo kuko ntibazicobakora kuko ntibazicobakora zicukora ntiwokwicumuntu atamurya
Muvuge make muzigute koyapfuye vugayowitondeye
Urakaryumuswa urakaryivu nawuzopfa ryigihugu nacokizokurya nkuko wariyabandi wishebenshi
😢😅Birababaje uburundi bwacu ga Mana abantu nibo bamarana
Vy'uwo mu chauffeur wiwe barabibeshuje ntabwo yapfuye😢
Mbega uwo mukecuru azoheza
Muriko murategura guter,u uburundi birazwi munyuze kuri red tabara/m23.nkuko mwagize muri Congo ,muhishe muri m23..Turabizi.Bizabagora.Ibyo bindi byo kiduteranya nimpfabusa.Turabazi.Harakabaho ubumwe bw,abarundi Igisikare c,ubumwe nyakuri.Imbonerakure mube maso!!!!
Nibaje guhamba ugira yasumba Sogo yaciye atangazwa ko yapfuye ko atajanywe Dubai nkuko nugushinyanga umuryango ngo aracariho kumbe yapfuye kera.
Murabesha herves ni cousin wanje yakora sopebu ntiyigeze aba umuchauffeur mwa babeshi mwe
Hon. Rose urazi Kuri kandi urakuvize. Erega Uno munsi aba CNDD FDD ntibashora kubona ko hari amabi ahari. Nico kumwe nawe wari mu ntwaro ntiwoshobora kubona ko higeze haba umukozi bw'ikibi. Ariko nahusavye ko nawe wokizwa ntuzapfe utishuye ivyo wakoze
Niyaba yarapfuye azoba azibiye gwiwe .none komutavuga intwaro 1972 ukuntu bica incabwenge gusa
Vuga ukuri
Mbesha ubivugangobumve nkuyumumenja ejobundi yarungista basoda muricongo bahonerayo nonengo nubuyoherejeyo batayondwi basubire bahonereyo atacobazira nkuyo azoboniki ahoyahekuriya bavyeyi tumugiregute ntakwiye gupfa
None twebwe ko Turi mugihugu ko tutarapfa nimugezaho urucira mukaso rugatwara nyoko
None twebwe ko Turi mugihugu ko tutarapfa nimugezaho urucira mukaso rugatwara nyoko
Rosa,wowe ntagasho kokwakira kuko ubusho butakira abapfu.Wapfuye keraa.
Ariko nkawe wa gicucu we kitazi kwandika,wisuka muvya politique utazi niyo biva niyo bija kabuki?
Jana imyanda ikuvamwo kwa nyoko!!!!
😂😂ariko murakumiza nukuri
😮
Bon Jew nama nibaza mwibaza ko mugumy muzurakaboze impande zose zarakozamabi Ubu Niko mufise ahomutabariza uyomuvyeyi ndazi ko harivyish Azi akahise ashimakurondogora kubirubu hera irindwi nakabiri lusesangure
Vyukuri turababaye p
Murabesha iyo muva