ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ndakwemera Mugisha utanga amakuru ufitiy ubuhamya kuko ntutubesha kabisa
❤❤
Eeee yapfase ra ! Biradusha kiramutu namuzigo wake ! Kabilin ndiyo kiwanja cyake
Basha nawe Arahuye nagwa Afiriye hejuru nahozokira girazocha yihana 🎉🎉🎉
😢😢😢😢 imana imungwanirire
Ntakuntu wohindura amakuru utanga ukavuga ayajanye nayo muri CNL. nukuntu yozoshika mumatora?ivyo wama uvuga birarambirana
Imana imuhe gukira
Urutari bugusige gwokujana kare biramusha nawe yarishe abandi mbiswaaaa
Nukuri ntumwanka kuko uriko uramutabariza
Mon frère Daniel Mugisha nsindakubujije kubandanya uvuga inkuru z,uwo Mugabo ariko turagusavye nkinyamugayo zuracoshamwo n, amakuru yakwubahwa Honorable Agathon Rwasa nukuntu yiteguriye kuja mumatora guko niwe azohindura Uburundi Paradison ivyabo ba DD nabo ushake ubivuge bisanzwe guko guko nabonyene ubwabo nta Rukundo bafitaniye guko urabona bibereye mumunero kandi bagwaje ni hatari kl
Imana imutabare
Ndababwire ukuri nimutandukir'Imana mukaguma mumoko, muzopfanabi ndabibabwiye Imana ntishigikiye abanyamoko muzokwa muryana none ubu ntimuriko muryana nta bwoko nindandende nayo ivy'ibindi bihugu nimureke kuvyisukamwo
Ubwo bujuju uriko uvuga niki?
Yooh maramarira hiyo none yopfa womurya murarushe wohisha umuntu yapfuuye murasesemye mukwiye gupfa abantu mukorera kurayo maradio none iburundi muduhama kwiki KO musara
Ico mbona vyoba vyiza tugiye ku mavi tugasenga ibisigaye imana irabibona
Nawe upfuye bovyina kuko uraseemye
Nigikongomani barakizi
Oyagusa urabesha kwl nkabantu baciyubwenge ntiwobahenda Kandi basanzwe bakuri kirana politique kubahenda biragora. Ariko kubayarasavye umutwe wuwashaka kwonona igihugu numvatakosa kwl. Kuko Ubu igihugu kiratuje ntatudumbidumbi muburundi dukeneye. Dukeneye amahor iwugombakuyahungabanya tukamukuramwo. Is okay.
Nibasaba uwiwiwawe niho uzobibona neza.
Nareke kwiriza ngaho 😂😂😂Ariko harabuze abarundi bazima bo kurongora Uburundi kuburyo Neva abandanya arya ingurube gusa nta terambere
Daniel, nta makuru mashasha ufisi
Bashize imana imbere kwer haaaaa nakumir
None mwebwe ivyo vyamoka ntimwovyihoza bakimaranira Ari bamwe? Abatutsi muravye nabi nubundi bazogishikira arimwe mwamaranye kk muri nibijuju pe
Naww ntayuzi nureke kubesha abantu
Serupfu yashitse semiti ntakora.
❤
Reveriye arayomakamba ejo azobayiberey kukibuga
😔😔😔😔😔😔😔😔😔😢😢
Mb uwo avuga ngo inkuru irashaje w yarabuz ibind'akora we ntiyokureka
Ryogora Duhure ntakuvuga kuko niwavuga barakumesa jew nizera kwazokira😂😂
Yarafuye ntawukiriho
None wewe uzorusimba kubura ivyuvuga. Imana iramubona azokira mbega rwasa yishe abangana gute. Warofawe
Wewe none uriko ugirira he? Ko ufise umwanya wo guta! Muka inarunyonga ni nde????
Wewe ndayishimiye wamuhaye ishano rêverie wewe neva urumwicanyi ariko is ntisakaye nawe uzofa
Uramukunda kumukurikirana cane?
😂😂😂😂😂😂😂.nanje nivyombona
Nawurarengeje
Ingwara iza cane ikagenda bukebuke
Komera mutama
None America uyitiranya nuburundi??? 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Eee nibige ukuntu aba DD bahemba nabunyoni bamuhemvye umunyororo rêveries nawe,.bamuhemvy isumu ibihangange muburundi nivyige,
Wew ntukomey kok urumusener ntabwenk ufise
Uyo mugambwe ni spécial nta muntu akunda uwundi urangwa n'indyane
Nawene arapfiriye hejuru,burya ikibi ntigihera,twese bitubere icigwa
Tu seras surpris un jour . Kuko nta na kimwe Uzi kuvyuyu muntu
Oya ntawovyifuza nukuri
Niki bazo kl
😂😂😂inarunyonga
Hoooooo!!!
nihatari
....none ewe mukama !!! Namba atari yezu yoba agaarutse uwundi abe Lazare Sha ubwo baribaza ko hoho twize dufise ubwenge?? Baravuze ngo bayuda!! Ivyo bikorane ayo masengesho bahoramwo Muga akavamwo uguhana amashano nubundi bwicanyi Sha reka turabe ko bazomuzura ntaribi!! Ikinyoma Coco burakeye bazobitubwira tutabibabajije gusa ukurinda bafise nukwabasazi!!
Amakuru 5l5 atagira ivumbu
Banza uje guca ivyo bizara
bariko baramutamba kumuvyimba imana nimukize aze guhangana naneva mumatora🤣🤣
Daniel Mugisha, reconnais tu que la politique est l'art de mentir ? Na wewe tu joues ta carte.😊😊😊
❤❤❤😅😅😅😅😅
Oya.mumusengere.akire.kumbure..hari.gishasha.imana..yomurugikana.
Wewe ejo bundi wavuze ngo ni iryanyuma uvuze kuvya reverien ngo kubera kaciye,ariko kuva uyo musi gushika ubu ntusiba kubivuga!!! Ufise umunwa utamaramazwa n'ukuririmba ibinyoma!!
Tuzohurirayo bangenzi arikuyaga nakburimbi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ngo yarunguruts Umwami Kazi😂😂😂
,😂😂😂
Harya Bari havurwa ururimi rwikinyarwanda
Uravuganabi iyuva
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂
Wew bandanya iki motard sha
😂😂😂😂😂😂
Ntako warizu kuvuga inkuru, ikibabaje ikinyamakuru cawe kirabesha
Mugabo abagwana Badi nabatagwana bose bazofa ntanumwe azoba umugeni wisi Ngo ntazafe gifs sibibi vuganabi utihanye nivyobibi icambu camutama nkurunziza
Toka washakabacebaheba gusenga mberenambere lmana
Tetwa
Ja kwishure wige Dani amashurr 5 yintango naho fyirigita gute biguma biboneka ko ukuri icuri subira mu Kayanza Aho uvuka nicuri barakizi subira kwishure wige uwagatandatu Hama ubandanye iki motard wakora muri sudani yepfo
Sha nawe ubuyogutunga ukabaho nkawamukobwa wiwe naho mwankana aragusumba cane
Uramuzi pe! Naje kwitunganya.
Mwotukana, mworeka Imana yoyo Irazi ukuri knd ntawuzoburingero yigikorwa yakoze caba gito,canke kini.Ingero ugerako niyugerwako
Ubura gukurikiranira hagufi amakuru ya shobuja rwasa ariko.uguma uvuga reveriye kandi abarundi baziko umwanka urunuka😮😢
Ahubwo napfe, numuzimu we uze uyerera muba DD… ese mwese ko mugiye kugira ibibazo.. NEVA WEWE MBE MUHUNGU waba ufite numero ya NEVA,, ndamwihamagarire.. urazimpa. Nanje ndamwanka ijana kwijana ndetsee nubwo yapfa… na SATANI WE UBWIWE YAHINDA UMUSHITSI. Kubona REVERIANO AMUSERUTSEKO…
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Ndakwemera Mugisha utanga amakuru ufitiy ubuhamya kuko ntutubesha kabisa
❤❤
Eeee yapfase ra ! Biradusha kiramutu namuzigo wake ! Kabilin ndiyo kiwanja cyake
Basha nawe Arahuye nagwa Afiriye hejuru nahozokira girazocha yihana 🎉🎉🎉
😢😢😢😢 imana imungwanirire
Ntakuntu wohindura amakuru utanga ukavuga ayajanye nayo muri CNL. nukuntu yozoshika mumatora?ivyo wama uvuga birarambirana
Imana imuhe gukira
Urutari bugusige gwokujana kare biramusha nawe yarishe abandi mbiswaaaa
Nukuri ntumwanka kuko uriko uramutabariza
Mon frère Daniel Mugisha nsindakubujije kubandanya uvuga inkuru z,uwo Mugabo ariko turagusavye nkinyamugayo zuracoshamwo n, amakuru yakwubahwa Honorable Agathon Rwasa nukuntu yiteguriye kuja mumatora guko niwe azohindura Uburundi Paradison ivyabo ba DD nabo ushake ubivuge bisanzwe guko guko nabonyene ubwabo nta Rukundo bafitaniye guko urabona bibereye mumunero kandi bagwaje ni hatari kl
Imana imutabare
Ndababwire ukuri nimutandukir'Imana mukaguma mumoko, muzopfanabi ndabibabwiye Imana ntishigikiye abanyamoko muzokwa muryana none ubu ntimuriko muryana nta bwoko nindandende nayo ivy'ibindi bihugu nimureke kuvyisukamwo
Ubwo bujuju uriko uvuga niki?
Yooh maramarira hiyo none yopfa womurya murarushe wohisha umuntu yapfuuye murasesemye mukwiye gupfa abantu mukorera kurayo maradio none iburundi muduhama kwiki KO musara
Ico mbona vyoba vyiza tugiye ku mavi tugasenga ibisigaye imana irabibona
Nawe upfuye bovyina kuko uraseemye
Nigikongomani barakizi
Oyagusa urabesha kwl nkabantu baciyubwenge ntiwobahenda Kandi basanzwe bakuri kirana politique kubahenda biragora. Ariko kubayarasavye umutwe wuwashaka kwonona igihugu numvatakosa kwl. Kuko Ubu igihugu kiratuje ntatudumbidumbi muburundi dukeneye. Dukeneye amahor iwugombakuyahungabanya tukamukuramwo. Is okay.
Nibasaba uwiwiwawe niho uzobibona neza.
Nareke kwiriza ngaho 😂😂😂
Ariko harabuze abarundi bazima bo kurongora Uburundi kuburyo Neva abandanya arya ingurube gusa nta terambere
Daniel, nta makuru mashasha ufisi
Bashize imana imbere kwer haaaaa nakumir
None mwebwe ivyo vyamoka ntimwovyihoza bakimaranira Ari bamwe? Abatutsi muravye nabi nubundi bazogishikira arimwe mwamaranye kk muri nibijuju pe
Naww ntayuzi nureke kubesha abantu
Serupfu yashitse semiti ntakora.
❤
Reveriye arayomakamba ejo azobayiberey kukibuga
😔😔😔😔😔😔😔😔😔😢😢
Mb uwo avuga ngo inkuru irashaje w yarabuz ibind'akora we ntiyokureka
Ryogora Duhure ntakuvuga kuko niwavuga barakumesa jew nizera kwazokira😂😂
Yarafuye ntawukiriho
None wewe uzorusimba kubura ivyuvuga. Imana iramubona azokira mbega rwasa yishe abangana gute. Warofawe
Wewe none uriko ugirira he? Ko ufise umwanya wo guta! Muka inarunyonga ni nde????
Wewe ndayishimiye wamuhaye ishano rêverie wewe neva urumwicanyi ariko is ntisakaye nawe uzofa
Uramukunda kumukurikirana cane?
😂😂😂😂😂😂😂.nanje nivyombona
Nawurarengeje
Ingwara iza cane ikagenda bukebuke
Komera mutama
None America uyitiranya nuburundi??? 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Eee nibige ukuntu aba DD bahemba nabunyoni bamuhemvye umunyororo rêveries nawe,.bamuhemvy isumu ibihangange muburundi nivyige,
Wew ntukomey kok urumusener ntabwenk ufise
Uyo mugambwe ni spécial nta muntu akunda uwundi urangwa n'indyane
Nawene arapfiriye hejuru,burya ikibi ntigihera,twese bitubere icigwa
Tu seras surpris un jour . Kuko nta na kimwe Uzi kuvyuyu muntu
Oya ntawovyifuza nukuri
Niki bazo kl
😂😂😂inarunyonga
Hoooooo!!!
nihatari
....none ewe mukama !!! Namba atari yezu yoba agaarutse uwundi abe Lazare Sha ubwo baribaza ko hoho twize dufise ubwenge?? Baravuze ngo bayuda!! Ivyo bikorane ayo masengesho bahoramwo Muga akavamwo uguhana amashano nubundi bwicanyi Sha reka turabe ko bazomuzura ntaribi!! Ikinyoma Coco burakeye bazobitubwira tutabibabajije gusa ukurinda bafise nukwabasazi!!
Amakuru 5l5 atagira ivumbu
Banza uje guca ivyo bizara
bariko baramutamba kumuvyimba imana nimukize aze guhangana naneva mumatora🤣🤣
Daniel Mugisha, reconnais t
u que la politique est l'art de mentir ?
Na wewe tu joues ta carte.😊😊😊