GASAPE akoze ibintu ata MURUNDI numwe yari bwakore// INTERNET izokoreshwa na SATELITE/G.CHAT ije

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
  • GASAPE azanye inyishu ya INTERNET// Izova kuri SATELITE//Akabirya ka GASAPE CHAT//kuyikoresha bisaba
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬

ความคิดเห็น • 250

  • @niyonkuruleopold1
    @niyonkuruleopold1 12 วันที่ผ่านมา +23

    Murakoze cane kutuzanira urubuga ariko rero jew ndi mugihugu ca Africa Yepfo nagerageje kujako vyanse sinzi impamvu Nyakubahwa Gasape natubwire uko vyogenda kugira dushobone gutangura kurukoresha.

    • @JaphetHabiyambere-t4m
      @JaphetHabiyambere-t4m 11 วันที่ผ่านมา +3

      😢sha je nkubu niyindi ndayifuse

    • @paternosterking
      @paternosterking 11 วันที่ผ่านมา +1

      Naje vyanse kbx, ndi Durban, nagerageje kugira sign up vyanse. Nibazako Gasape chat itararondera partnership nama networks yino South Africa.

    • @ngabireolivier611
      @ngabireolivier611 11 วันที่ผ่านมา +3

      Naje inimero yanj yanse kwinjira knd ndi muburundi.

    • @silopatrickbdi4370
      @silopatrickbdi4370 11 วันที่ผ่านมา +1

      Kenya yase pee

    • @emilenijembizigiye5061
      @emilenijembizigiye5061 11 วันที่ผ่านมา +1

      no mu burundi ntibikunda vyanse

  • @Possible204
    @Possible204 10 วันที่ผ่านมา +2

    Courage Gasape et merci beaucoup. Je ndi hano mu burayi, ndayibuze kuri play store, mbonye ikindi ngo G Chat ariko logo simwe. Nimutubwire uko tubigenza. Murakoze

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 9 วันที่ผ่านมา

      Andika Gasape chat ucuyibon

  • @KalimRyamungu
    @KalimRyamungu 10 วันที่ผ่านมา +2

    Vraiment atere aja mbere! Kandi abakire bamufate m'umugongo.Nanje ndi Congo nagerageje vyanse!

  • @InnovationFamilyTechnology
    @InnovationFamilyTechnology 11 วันที่ผ่านมา +6

    murakoze Ir Gasape vyukuri turabateye intege hamwe muze muradufasha kugira duteze imbere igihugu cacu imbere

  • @NdimuLyne-be4nf
    @NdimuLyne-be4nf 11 วันที่ผ่านมา +3

    Waooooo mukanya nanje ndayishitamwo nigukunda Ivyacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮hejuru cane

  • @jeanclaudeloydonmagenge1121
    @jeanclaudeloydonmagenge1121 11 วันที่ผ่านมา +1

    Merciii bcp Héro Gasape
    Ndiko ndakurikirana mpeza ncandayinjira mpeza nca muta iyonahorana natwe kuki tutoshigikira ivyacu nukuri numva mpimbawe gosee ndaza kuca mpimiriza abanje mpereye murugo iwanje no mumuryango incuti n'abagenzi

  • @IrakozeEmmanuelhogo-fw5nq
    @IrakozeEmmanuelhogo-fw5nq 11 วันที่ผ่านมา +4

    Jew yaseko ndayesitara gusa 🎉🎉💐gusa Akira ayo mashugwe yawe mutama

  • @hakizimanainnocent253
    @hakizimanainnocent253 7 วันที่ผ่านมา

    Abagenzi nibo basambura abantu👍👍👍

  • @kamarojoeoleg9293
    @kamarojoeoleg9293 9 วันที่ผ่านมา +2

    Uyu musore wacu tumushigikire kuko nikubwinyungu zacu.
    ❤☝️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎤💯💯💯🗣️.G chat hejuru cane 🇧🇮

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. 11 วันที่ผ่านมา +4

    Umurundi hejuru 🇧🇮✊Gasape yubahwe
    Atwerek nez uko ikora bamwe vyanse Ko tuyenstrala neza muma telephone yac

  • @VincentNduwimana-m1j
    @VincentNduwimana-m1j 11 วันที่ผ่านมา +1

    INGENIEUR félicitations vraiment, uguma uvumbura vraiment

  • @Steve_Uwimana
    @Steve_Uwimana 7 วันที่ผ่านมา

    Félicitation gasape

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k 11 วันที่ผ่านมา +2

    Genda Gaelle urazi gutegura inkuru yawe!!!!❤❤❤ Ndakuvyire ukuri urabikora pe!!!

  • @user-xj4pb7tx7s
    @user-xj4pb7tx7s 8 วันที่ผ่านมา

    Ndagukeje mwene Burund i! Komeza uriko urakura agasuzuguro ku Burundi bwiza bwacu! Felicitation!

  • @panacool978
    @panacool978 11 วันที่ผ่านมา +2

    Merci Gaël, iyindi mpwemu idasanzwe

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 11 วันที่ผ่านมา +8

    twayitercharge iyo application muga ugez harya ushiramwo i numero ya telefone uriko urenstalla ntibikunda ica ibi rejetta ica yandika ngo"An unknow error occured"

  • @BizabiBizabi
    @BizabiBizabi 7 วันที่ผ่านมา

    Ash nah ndimwo I love my country bdi

  • @VYBurundi
    @VYBurundi 5 วันที่ผ่านมา

    Wew ndakwemera urumuntu muzima

  • @mbonihankuyejimmypeter5490
    @mbonihankuyejimmypeter5490 11 วันที่ผ่านมา +1

    Umukubito big up kabisa. Ndiko ndayitelechargea

  • @EpimackCishahayo
    @EpimackCishahayo 3 วันที่ผ่านมา

    Mwubahwe caneee

  • @kazefloride9992
    @kazefloride9992 11 วันที่ผ่านมา

    Waooooo
    Imana Ikomeze Kubashigikira ❤❤❤

  • @nenegash24
    @nenegash24 11 วันที่ผ่านมา +3

    Jewe narayivomye mais ntikora walahiii ivyirobot ntitubivamwo

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 11 วันที่ผ่านมา +2

    Gasape akira 💐💐💐💐💐💐🥰🥰🥰

  • @SEKANYONIAloys
    @SEKANYONIAloys 10 วันที่ผ่านมา

    felicitation mon frère GATEKA

  • @christianingabirekubwimana
    @christianingabirekubwimana 8 วันที่ผ่านมา

    Crge kbx❤

  • @steveirankunda5297
    @steveirankunda5297 11 วันที่ผ่านมา +1

    Congratulation bro🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @skip30.
    @skip30. 11 วันที่ผ่านมา +3

    Felicitation Ingenieur Gasape! Good Job! keep it up!

  • @Niyonkuru31Emlie
    @Niyonkuru31Emlie 11 วันที่ผ่านมา

    Mamaweeee 😮 urarenze vraiment gasape wubahwe

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 9 วันที่ผ่านมา

    Gourage sana my brother turikumwe birashoboka

  • @jpromo4554
    @jpromo4554 11 วันที่ผ่านมา

    big up

  • @dieudonnempawenimana2876
    @dieudonnempawenimana2876 11 วันที่ผ่านมา

    Good idea bro

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 9 วันที่ผ่านมา

    Gourage sana my brother

  • @Bosderatus106
    @Bosderatus106 11 วันที่ผ่านมา

    waouhhhhhh🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤩🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰.
    Verrry coooooooooooool.
    iyo internet irakenewe cane kl .
    hama Gchat numero ntiba verifié muri Algérie sinziko mwobiraba muma firebase.
    hama courage cane . verry verry cool

  • @jeanmarievianneynsabimana2544
    @jeanmarievianneynsabimana2544 11 วันที่ผ่านมา +1

    Gasape chat , turayikoresha pe!

  • @katihabwaaugustin3401
    @katihabwaaugustin3401 11 วันที่ผ่านมา +2

    Aje kudufasha cane, kuko muvyatuma ntataha Burundi nukubera connection nke, ubu rero nzoza kuko nzoba nshobora gukorera ahariho hose online

  • @KogotaEvent
    @KogotaEvent 12 วันที่ผ่านมา +2

    Unable to process request due to missing initial state. This may happen if browser sessionStorage is inaccessible or accidentally cleared. Some specific scenarios are - 1) Using IDP-Initiated SAML SSO. 2) Using signInWithRedirect in a storage-partitioned browser environment.

    • @KogotaEvent
      @KogotaEvent 12 วันที่ผ่านมา

      Mbona yanse raba mudufashe

  • @bizimunguemmanuel9403
    @bizimunguemmanuel9403 9 วันที่ผ่านมา

    Love you umukubito TV ni Emmy from Rwanda 💞💞💞💞💞💞💗💗💓💓💓💗💗💫💥💥💥💫💥💥🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼💯💯

  • @pacifiquendayisaba3780
    @pacifiquendayisaba3780 11 วันที่ผ่านมา

    Uri umugabo kweli, bravo gasape.

  • @JeanboscoKanyamusivya
    @JeanboscoKanyamusivya 7 วันที่ผ่านมา

    Amahoro imana ihoraho ikomeze kubana name reka nitwabona ababidufasha tuzobabwira babidufashe dukoreshe gwachu

  • @Gilos-l5e
    @Gilos-l5e 11 วันที่ผ่านมา

    God bless Gasape God bless Burundi

  • @botchenjohnbosco1933
    @botchenjohnbosco1933 10 วันที่ผ่านมา

    Gasape Chat!

  • @cubahiropatrick6896
    @cubahiropatrick6896 10 วันที่ผ่านมา

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NZEYIMANAJeanBerchimas
    @NZEYIMANAJeanBerchimas 8 วันที่ผ่านมา +1

    Terimbere utangakazi

  • @AlfredBagorikunda-cv7qc
    @AlfredBagorikunda-cv7qc 12 วันที่ผ่านมา +1

    Neza cane 🎉

  • @innocentndayizeye5134
    @innocentndayizeye5134 2 วันที่ผ่านมา

    Uruwogukezwa cane

  • @user-jh5ui3gq4e
    @user-jh5ui3gq4e 4 วันที่ผ่านมา

    Abari mu Rwanda natwe mudufashe tuyikoreshe

  • @Umweranda_BIHOME
    @Umweranda_BIHOME 12 วันที่ผ่านมา +2

    Abarundi turakwiye kwiga gufata mumugongo ivyacu , tugakunda IVYACU, JEWE IYI NZOYIKORESHA

  • @IrakozeKingjames
    @IrakozeKingjames 11 วันที่ผ่านมา +3

    Reka kubesha je ndi South Africa nagerageje kugusapotinga ariko nsizemwo inimero nibikunda be honest

    • @divinbigirimana8952
      @divinbigirimana8952 11 วันที่ผ่านมา

      Genda gahoro dii. Tahuza ivyo utasobanukiwe

  • @simeonkubwi1968
    @simeonkubwi1968 11 วันที่ผ่านมา +1

    Umurundi hejuru,reka ntore Gsape

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 11 วันที่ผ่านมา +1

    Nzoyishiramwo munyuma yabandi mbonye hari abavuze ko yase kwijira😂😂😂😂😂

  • @jacksonnimubona6991
    @jacksonnimubona6991 11 วันที่ผ่านมา +1

    Felicitation cane , gusa abari hanze y’uburundi ndabona bikigorana kuverifia numero

  • @NIYOMUKIZZofficial
    @NIYOMUKIZZofficial 11 วันที่ผ่านมา

    mzee courage kbsa

  • @MrkubwimanaMoses
    @MrkubwimanaMoses 12 วันที่ผ่านมา +2

    Nakore publicite Ahantu hose hashoboka apana tv online imwe gsa man Hama irya numero mwaduhay ntifse whatsapp man Kandi no Kuma radio hose naceko man🎉

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 11 วันที่ผ่านมา

    Courrage disi komera kwibanga🎉🎉🎉 kweri uvuze ukuri umwna winpfuvyi lmana iramukunda caane

  • @herveirakoze8837
    @herveirakoze8837 11 วันที่ผ่านมา +1

    Dukurireh iparara ntac turabona muvyo yavuze vyose

  • @user-yy2rk4wi3p
    @user-yy2rk4wi3p 12 วันที่ผ่านมา +1

    Mwiriwe jewe nagerageje kuyugurura gasped chat ndi south Africa nkoresha samsung s21ultra ariko nashize inimero zaha south Africa vyaseko yuguruka sinziko ikoresha bugihugu camavukirogusa

  • @FiacreIrankunda-b5p
    @FiacreIrankunda-b5p 11 วันที่ผ่านมา

    Crge bro🔥🔥🔥🔥

  • @tnob4592
    @tnob4592 11 วันที่ผ่านมา +1

    Nanje nyishizemwo

  • @benyCruz-zg3gi
    @benyCruz-zg3gi 11 วันที่ผ่านมา

    Comera mr gasape

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 12 วันที่ผ่านมา

    Kuyindi mpwemu ukab utuzaniy gasape🎉🎉🎉🎉❤❤

  • @NyabendaEmile-y9w
    @NyabendaEmile-y9w 11 วันที่ผ่านมา +1

    Coraggio, vai avanti verso il Burundi sviluppato

  • @user-ug1xz2gf6t
    @user-ug1xz2gf6t 9 วันที่ผ่านมา

    Il faut ko umuntu akoze ineza akezwa tukava mugasuzuguro kikibano.
    Gasape, nukuri Imana ibandanye ikumurikira

  • @Bishakaalexis
    @Bishakaalexis 10 วันที่ผ่านมา

    Kovvyanse ndahamyene buja

  • @DésiréNduwayo-q9j
    @DésiréNduwayo-q9j 11 วันที่ผ่านมา

    Ntikora

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315 11 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂 amajambo ko ari menshi.

  • @philoscoco
    @philoscoco 11 วันที่ผ่านมา +1

    Kwinjira ntibikunda jew bavuga unknown error 😊

  • @user-dp6rm6lh5k
    @user-dp6rm6lh5k 11 วันที่ผ่านมา

    Komera mutama wamateka gasape urintwari Hama komeza uhinyanyur oe sape chat ira téléphona kuri watsapu Cank ni kuwukoresha gasap gusa❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ICGLRGERARD
    @ICGLRGERARD 7 วันที่ผ่านมา

    Bravo brother. Muraraba kuko ugeze kwinjiza numero de telephone bica biza en rouge comme quoi iyo numéro atariyo. Courage

  • @N-Sagittar
    @N-Sagittar 9 วันที่ผ่านมา

    Hano murwanda ntibyemera!!!
    🇷🇼🤷🇷🇼🤷🇷🇼
    Mutubwire impamvu🧏🧏🧏🤷🤷🤷

  • @UPTVBURUNDI
    @UPTVBURUNDI 11 วันที่ผ่านมา +1

    UGANDA nitikora

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 11 วันที่ผ่านมา

    Nanje ndi Nairobi ariko yaseko ndayikorako

  • @tnob4592
    @tnob4592 11 วันที่ผ่านมา +1

    Nivyokwishimira kbs

  • @theairwalk
    @theairwalk 11 วันที่ผ่านมา

    Gasape congrats

  • @davidntahombaye5726
    @davidntahombaye5726 11 วันที่ผ่านมา

    Muri America 🇺🇸 Gasspe chat ntiyemera inumero zacu. Mubikirereko

  • @AngleberthappyNiragira
    @AngleberthappyNiragira 11 วันที่ผ่านมา

    Gael ndamufashe nta guhayanisha G chat yashizemo Bien avant

  • @JeanBoscoIranezereje-ui6gx
    @JeanBoscoIranezereje-ui6gx 11 วันที่ผ่านมา +2

    Jewe naj yase kub installé

  • @Nsabiyumvalphonse181
    @Nsabiyumvalphonse181 11 วันที่ผ่านมา

    Ikijanye n'a installation ntiriko irakunda tugeze kuvya Robbot

  • @innocentndikumana-2023
    @innocentndikumana-2023 9 วันที่ผ่านมา

    jw ndi south africa vyanse ko ninjiramwo

  • @wondersofcreation2344
    @wondersofcreation2344 9 วันที่ผ่านมา

    Jewe nagerageze kw'installa biranka.hageze Kuri numéro ica yandika ngo unknown error.donc c'est encore un projet mais pas une réalisation

  • @alexandrendayiragije8510
    @alexandrendayiragije8510 16 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Iyo application ntikora,nurabe uhinyanyure kandi

  • @Capy-xo1
    @Capy-xo1 11 วันที่ผ่านมา

    Tuzanire BROTHER twibereho

  • @bahostevo6627
    @bahostevo6627 12 วันที่ผ่านมา +2

    non ko shiramwo number bikanka

  • @GedeoMbarushimana
    @GedeoMbarushimana 2 วันที่ผ่านมา

    Twese vyaraseko IBA instal

  • @JeandeDieuBIGIRIMANA-r1p
    @JeandeDieuBIGIRIMANA-r1p ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Vyase ko tuyestall tugeze gushiramwo numéro kuri gasapu chat

  • @renechretienira
    @renechretienira 11 วันที่ผ่านมา

    Ikibazo:abari mumahang bushak kuyikoresh k vyabay ndanse ntivyabakundiy.abar hanz yigihug bobigenz gut?

  • @iradukundamanase-ip4xz
    @iradukundamanase-ip4xz 4 วันที่ผ่านมา

    Kigoyekugurura cane

  • @Samja80
    @Samja80 11 วันที่ผ่านมา

    Amashi meshi kuri Gasape , mbega iyo internet tuzoyikoresha muri Google, TH-cam nizindi mbuga

  • @KubwimanaJayMichael-lf5wd
    @KubwimanaJayMichael-lf5wd 11 วันที่ผ่านมา

    Mbega nabari hanze yigihugu birashoboka tworukoresha.???

  • @user-nd3lg4ic5f
    @user-nd3lg4ic5f 11 วันที่ผ่านมา

    👍👍👍

  • @OrthoMedic
    @OrthoMedic 11 วันที่ผ่านมา

    Amahoro ko dushizemwo numéro pour valider iguma irejetta

  • @JfMusic-tg7cn
    @JfMusic-tg7cn 11 วันที่ผ่านมา

    Abarundi turabazi namajambo gusa

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 9 วันที่ผ่านมา

    Mbe waruziko ubwenge butungisha kurusha ubutare. Urabaza uwashinze facebook atunze kure kurusha abandaza ibitoro. Utagira ubwenge nubwo wosanga iwanyu huzuye zahabu ntavyo kumarira.

  • @NiragiraAnnitha
    @NiragiraAnnitha 6 วันที่ผ่านมา

    Turanezerewe kwironkera Application yacu sivyo gusa Biratanguye turagukeje

  • @ELBLACKC
    @ELBLACKC 11 วันที่ผ่านมา

    Nshaka udusigurire birya bintu uvuga muri présentation pleassse😊🙏

  • @Visionstv-f5v
    @Visionstv-f5v 12 วันที่ผ่านมา +1

    Mpise nkora subscribe kbs umukubito turagukunda muri Norvege

  • @ruhumurizarichard3211
    @ruhumurizarichard3211 11 วันที่ผ่านมา

    Jewe ndi muri America nashize mwo numéro vyanse. Bisaba numéro yo mu Burundi gusa?

  • @nshimirimanaalain3041
    @nshimirimanaalain3041 11 วันที่ผ่านมา

    Jewe biranse n'a numéro mwaduhaye ntirengana gaheze gushirayo numéro robot yanyemereye ariko numéro zanse kuba enregistrer

  • @kabizit.v4586
    @kabizit.v4586 11 วันที่ผ่านมา

    Ntabwo ikora
    ..tekana Gasape

  • @JacksonMunezero-x8l
    @JacksonMunezero-x8l 9 วันที่ผ่านมา

    muri kenya vyase ko tugira compte

  • @CluadeMurenda
    @CluadeMurenda 11 วันที่ผ่านมา

    Shalom