ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Vraiment émission yanyu irampimbaye cane vraiment, Imana ihezagire apôtre Mbayahaga, aciye bugufi kandi aciye ubwenge vraiment. Yishura neza ibibazo vyose
Imana imuhezagire Mbayahaga n,umukozi w,Imana akomeye Imana igume imuhezagire cane
Iyo humilité vrt👌👌
Numu vyimwiza cane numu kozi wimana❤❤❤❤
Ndagukunda cyane muvandimwe, Imana iguhe umugisha.
Hahaha iki kiganiro cycy azogisubiramw😂😂❤❤
😂😂😂😂
Félicitations Cynthia. Ndashimye cane ivyo wasavye. Tera imbere nk'umuzinga
Ese buryaa sumwana wiwe😮😮😮😮😂😂😂😂😂
Keep going. You have gift and use it. Don’t worry about what other people say. Tera imbere
Mbahaga Ndamukunda cane Kandi Nimana Uramukunda kuko Arasilimutse mumutwe. N umupasteur mwiza ico Imana ikimukeneyeko gusa rya Cane rimwe ritanguzwa ngo wibuke. Kuva20:8 Hamwe na Yesu Mat24 :20 Jean 14:15Turamukunda cane. Dushimire n uwumwigeme yagukunze nkatwe .
😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤amavuta yimana akomeze kukubako mbayahaga numuvugabutumwa koko❤❤❤ ninarinda chaka gukizwa nzokirizwiw
Ufise igikobwa cizaaa❤❤
Cycy ndamubonye gusa nicwa nagatwengo kuko atuma ndangiza umusi ntasha uye❤❤❤❤
Barasa cane nukur 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
🥹🥹merci du fond du cœur ❤🙏
Impa numéro yawe Cycy
Ukuntu rero cycy yatekereje 😂😂😂 ❤❤❤❤
Ndamukunda cane
Ndakunda canee apotre ❤❤❤❤😂😂😂😂❤❤❤❤❤
😂😂😂😂😂waoooo mbikundira mwese❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂😂😂Ico cana ca Mbayahaga ni ciza weee❤❤
Mwakoz kutuzanir apôtre twar tumukumbuy turabakind
❤❤arantwenza uyo mudada so I love you da
Na cane cane, twenga nka we😂😂😂
Mbayahaga aranyica ngo ntamuntu arasubiramwo agacerere 😂😂😂😂😂😂
Mbayahaga Nisawa
Ukunt rer yar yatekerej ndaz mumis iza azohaturira😅😅😅
🎉🎉🎉❤❤❤
We cycy asha ukuntu ukunda kumvunimbavu 😂😂😂 naraye ndarota wagisubiyemwo
Cycy ariko afata kumutwe😂😂😂
Harico yigeze kuvuga apôtre ATI Ntamuntu akomera hakomera igihe carankomeje muvyeyi mwiza lmana iguh kuramba
Wazampuje na pst
Mbayahaga niwe wanje
Timidité ya Cycy ga yemwe...
Lakini Wewe Apostle unatukana watu
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Turahari kweri
Mbega umukobwa wa apotre n'amapantalo!!!!!?😂😢
Koko uyu mukobwa asa na apôtre
❤❤❤❤❤❤
Naje ndagukunda cane
Mugiye mumaz yabant geragez muze murakur ibirato 😂nah nyeninz yinjirany ibirato wew bikure 🫵🏻
Urumuswa wewe😂
Pasteur azogusubiramwo kandi 😅
Mbayahagutse
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ahubwo batambuka cokimwe
Tura ba kunda ❤❤
😂😂😂❤❤❤❤❤
👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤
Burundais
Cycy
Ubutumwa bwiwe avuga neza
Ni kuki Mbayahaga avuze ko amaze kubona umukobwa wiwe cycy gatatu gusa? Vyoba bifise insiguro?
@leonard. Ntiwakurikiye neza. Uwo mukobwa si uwa Apotre Mbayahaga. Jewe biranejereje kubona aba bantu babonana kandi bakavugana.
Vyizacane
Hhhhhhh
Cycy ww sinarinzi kowitonda uko.bokwihendako bagiy tiktok yaw
❤❤❤❤❤❤❤❤
Vraiment émission yanyu irampimbaye cane vraiment, Imana ihezagire apôtre Mbayahaga, aciye bugufi kandi aciye ubwenge vraiment. Yishura neza ibibazo vyose
Imana imuhezagire Mbayahaga n,umukozi w,Imana akomeye Imana igume imuhezagire cane
Iyo humilité vrt👌👌
Numu vyimwiza cane numu kozi wimana❤❤❤❤
Ndagukunda cyane muvandimwe, Imana iguhe umugisha.
Hahaha iki kiganiro cycy azogisubiramw😂😂❤❤
😂😂😂😂
Félicitations Cynthia. Ndashimye cane ivyo wasavye. Tera imbere nk'umuzinga
Ese buryaa sumwana wiwe😮😮😮😮😂😂😂😂😂
Keep going. You have gift and use it. Don’t worry about what other people say. Tera imbere
Mbahaga Ndamukunda cane Kandi Nimana Uramukunda kuko Arasilimutse mumutwe.
N umupasteur mwiza ico Imana ikimukeneyeko gusa rya Cane rimwe ritanguzwa ngo wibuke. Kuva20:8
Hamwe na Yesu Mat24 :20
Jean 14:15
Turamukunda cane.
Dushimire n uwumwigeme yagukunze nkatwe .