Ooh iyi ntahe iranryoheye afise histoire isa n iy umuvyeyi wanje nawe yakize cancer du sein après chimiotherapie. Gloire à Dieu!! Imana irakiza Cancer n Imana iri hejuru ya vyose
Yoo Claire uretse ko asigaye ari umuririmvyi ni numu infirmière yize imbereyanje kuri MEDICO elle était toujours dynamique et très très gentille Imana imukomeze
Hosy respect ibiganiro vyaba legend nkibi nivyo biba bikenewe bikagira ico bimaze muri Generation zubu.
Apana vyabiganira vyaba parakomando atanico usanga vyunguye. Thanks Again.
Hosy wakoze gutumira Mme Claire kugira avuge ubwiza n’ububasha bw’Imana Data wo mw’Ijuru ku bwa Yesu Kristu Incungu yacu akaba n’umuvugizi wacu mw’Ijuru.
Claire mu bikorwa washize imbere y’Imana ngo bikuvugire nongeyemwo ko wigeze gutanga imfashanyo y’ibitanda mu bitaro hamwe n’intererano ishimishije yo gusanura ishule ryari rigeze habi cane.
Imana ibandanye kukugirira neza ize igushikane kure cane
Ooh iyi ntahe iranryoheye afise histoire isa n iy umuvyeyi wanje nawe yakize cancer du sein après chimiotherapie. Gloire à Dieu!! Imana irakiza Cancer n Imana iri hejuru ya vyose
Madame Claire wubahwe cane ndakwibuka uza muri zone iwacu mu Cibitoke tukiri abana vyari biryoshe sana 💪🇧🇮💪
Yooo Claire shaaaaa I was and still a big fan of her. Akajwi kiwe keza ntikahindutse. Tjrs elegante ❤
Kabisa sister ubivuze neza wizera neza udashidikanya urakira. Nta muti ,ni Yesu gusa akiza.
Imana iguhe umugisha
Ni mwiiiiiiiiiza uyu mu damu ntimushobora kwibaza❤❤❤
😂😂😂😂nimwza vrt...en plus umntu abegwa nugipara😮
Imana ihabwe icubahiro kub yaragukijije👏👏ico ntahuy nuko yakoz igikorw co kwizera aragir n ibikorwa vyiza yakoz yibutsa Imana
Amahoro, sinahora nkomenta, uyu mu maman sinarinzi kwakiriho, nakuze nd'umwana muto nkunda indirimbo ziwe,yooooh arahira remix y"indirimbo ziw vraiment
Hosy merci bcp kutuzanira Claire.Nakuze nkunda indirimbo ziwe. Imana ishimwe cane ko yamukijije
Imana ihabwe icyubahiro kubwa Claire Natwe Imana itwibucye idukize. Kandi izabikora
Wizere Imana irakora
Yooh.Ndiho arakomeyeeee.nashimwe ko yagukijije.Wakoze kumuzana ngo adushingire intahe.Imana ishimwe caane
Yooo!maze minsi nunvirize indirimbo ziwe sha.yaravyibushe muga asa neza.👌🏾✌🏾
Claire wanjeee shaa, twariganye mu Ngagara kuri Poroto twicarana, elle n'a pas du tout changé. Big hug to you Claire Rushatsi!!!❤❤❤❤
Imana ishimwe,Yesu n'Imana nzima ikora bigakunda.
hosy merci bcp , kuba mbonye rushatsi nahora ndamwumva ntamuzi kandi ndumva yakoze ibikorwa vyiza, uti komereza ngahoooo narimfise ico nomubwira nuko ata num mwaduhayeee
Yoooh,Hosy chr urakoze cane uyu mu Maman kwaruwa grave none urabona ingene ashinga intahe ntamarira ntaki Basha yari kumwe Na Ndiho kwel.anyigishishe kwizera Kristo gukorera kuyikorera bigikunda kugira ninagera mwirinde nzendayibutse ibikogwa vyiza nayikoreye.Ezekiya yibukije Imana ibikogwa vyiza yakoze bituma yongegwa 10ans zokubaho.hama Claire sinarinze kwariwe wavyina kurya uragahezagigwa
Yooooo claire Manaaaa ,,,, Twariganye muri Primaire sha Mu Ngagara .... Nahoraa nibaza iyoo Yagiyee...
Dieu est fidèle sha Claire,
Ndahaye Imana icubahiro kubwawe.
Ariko Claire ntuzosubire kwipoteza❤
waouuuhh merci hosy kur uwo mu dame watuzaniy ingen namukunda😍😍😍
Imana ishimwe cyane kubgawe.
Amahoro y'Imana aguhore m'umutima.
Urazo consulta n'umu nutritioniste... muri iyo situation arakenrwe cane.
Merci beaucoup pour la témoignage ❤👌🥰❤️🫂🙏🫂🙏🥰❤️
Ntasaza vraiment tjrs bellle et jeune❤
❤Pour me dame, surtout un grand câlin à Claire je t aime bien
Uyu mu maman n'uwa grave 😊 ingene aracont son histoir nabikunze canee❤❤❤
Ooooooh😩😫🤧🎊🎉♥️🌹.... wooow my journey y'uno munsi irasara🥳🥳🥳🥳 Siren vibes oyeee kure cane ube international kabisa wakoze kutuzanira Madame claire coup de chapeau hosy wacu turagukunda cane
❤️❤️❤️❤️❤️
IMANA ishimwe cousine wanje kuba warakize.numuganga mukuru
yoooo ako ga smile kuyo mumama karatesa ntikirahinduka 😍😍😍😍..................hosy big up saaana
Bsr hozy muraho Sha ndabakunda fraiment, Sha nukuri ndi umunyarwanda gusa uyu mudamu ndamukunda [amanihura yarugamba twarayumvaga tuyikunda turabana]
Yoo Claire uretse ko asigaye ari umuririmvyi ni numu infirmière yize imbereyanje kuri MEDICO elle était toujours dynamique et très très gentille Imana imukomeze
Waou
Imana ibagirire neza kubwiyo ntahe no kubwo kusangiza iyo ntahe kuri Rosy.
Claire
Uhoraho akwiteho cane
Je suis grave touchée 😌🫂imana ibiguhezagirire uradukomeje
Woooooow🥹Elle est toujours belle disii😍J aime bcp ta voix kuva kera 🥰 urarenzeee maa🥰🥰
🤩
Waouhhhh elle est courageuse vrt🥹🥹
Alleluaaa❤❤❤❤Psaumes 34.8: Nimwumvirizeko mumenye yuko uhoraho aryoshe hahirwa umuhungirako.ooh God❤❤❤
You have to wait 7years Claire . Ariko turashimye Imana ku bwawe
Hosy Irakoze oun@siren vibes Tv. Shalom ....next time try to give the guest to introduce him/her self before you say what he/her has done..
Thanks
Merci pour le feed-back !!! Merci pour le feed-back de ce que vous avez aimé aussi de l’émission 🙏🏽
Ndaryohewe gusubira kumubona❤
Yuuuu uzukuntu namukunda cane? Yoooo Rya jwi disi.yoooo yaraciye mubigeragezo disi
Afse vibe 😊😊😊😊 irenze
Yoo Sister Claire ne change pas 🙌 💞
Yooooooh,notre maman Claire❤
Iyi ntahe irigisha caneee iranaryoshe gosee Uyu mu maman yarahezagiwe
Hosy mbanje kugushimira ubundi niwe wanje abatumire nkaba nibo tuba twifuza kuri siren. Gusa ndacakwishuza: gerageza ukuntu wotuzanira baba maman bo muri lac aux oiseaux tubabone kuri siren batuvyinire live batere twitabire nubwo tutazoba turikumwe uzoba ukoze cane ndifuza kumenya amakuru yabo
Ego vrema uzoturonderer Matilde ni mama Anaïs lac aux oiseaux
@@Gashdiego liberata na Miriana disi🫡 ibaze arya majwi live muri siren vibe
She was my longest crush ever…..
Elle est trop belle ❤😊
Aba Dames baba sanguins ,mwubahw muraryosha ubuzima . Imana ishimwe Can kugukira yaguhaye. Courage
Yooo aracari mwizaaa caaaane❤❤❤
my childhood crush🤣🤣🤣🤣🤣🤣 aciye rtnb umunsi wahera nryohewe
Imana ishimwe yagukijije
What a legend
Merci Hosy
Ndafashijwe❤
Wow😍100Thanks Hosiane🥹my childhood fav Artist havuy Kidum🤩
Nti womenya ukuntu nkunda uyu mu maman Claire. Ndamuzi kuva kera nkiri akana gato.
Belle émission!
uyo mumaman cari cuki😂😊
Waouhhh komutesa none ooooooooh😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nostalgie 🥹
Hahahahahahaha nakuze ndirimba nambaniruha ya rugamba .Hosy wanje merci bcp maze 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
imana ishimwe 🙌🥰🥰🥰
Uri umushakashatsi sha ukomere.uwo muntu twari twaramubuze.
Courage kbsa,fyonda kuri iyi photo hanyuma umpe subscribe,murakoze mwese
Wakoze cane kumutuzanira Hossy
Elle est tjr belle
Hosy yubahwe pe ! Arazi kurondera ! Umuntu atuzaniye Claire Rushatsi basha niyubahwe pe !!!
Yambiii clair3
Hosy harya 94 papa n mama waw ntiba bwabonane!!!!
Egooo ese burya tubana hano 😂tugaseka, tukaganira kandi uri umu Star 😢😂😂🙄Eeehh Claire
Ameeeeeennnnnnn❤❤️❤️🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
❤❤❤turaryohewe cane nakuze ndamukunda cane
Nubu songs ziw ndacazumviriza
Yooooo naramukunda kera uturirimbo twaw
Yooo iryo jwi🥰🥰🥰🥰
Oooh Intahe nziza merci kutubwira ubushobozi bwimana
Izondirimbo nizakera gusasinari nzimwenezo urakoze kumuzana
Yooo narimazigihe ndakwiyumvira iyo wagiye sha urihehe ubahe? Ndagukunda
Amennnn
Stunning Living Testimony!🥹👏
Yari mwiza
Hosy naduhe link yiyo nibayure ya 3h du matin
❤
🙏🙏🙏❤
Yifuh iyindimbo
❤❤❤❤❤❤❤❤
Moore Elizabeth Martinez Anna Jones Kimberly
Hahhaha nibutse ukuntu duhora twitabira iyi ndirimbo.tuvuga amakosa gusa😂😂😂"ngo mama niho uraye rugamba"nditwenze.😂😂😂Hosy urakoze hahaha
Na hosy yivugiye ngo namanihura ya Rugamba knd ari mama nih’uraye rugamba z🤣🤣🤣
😩🤣🤣natwe yabanje kuyitwigisha.. twaririmba amakosa
@@sirenvibestv yes!!twese tukiri abana niko twaririmba bakadukosora nabimemye kera cane..uzotumire lac aux oiseaux Intashikirwa nabo bararirimvye karahava sinzopfa nibagiye ishamba rikwiriye inka ukuntu yahitize twiga primaire ku buryo twayivyina aho turi hose tunayirirmba ku mashure hhhhhh
Babita abagore b'amagajo ego hosy azotwigorer nkuko asanzw abikora
@@Gashdiego club ni “lac aux oiseaux INTASHIKIRWA” bakongerako akazina ko kwitaka abagore b’amagajo
Twaritugukumbuye
Claire Rushatsi hobeeeeeee....Mpise nkumbura ta soeur Chantal, ton frére René Quartier 4 ...J'ai fait l'école primaire avec ton frére René
Baza ikibazo kimwe kimwe
Yesu azoramba nari Namye ndamwiyumvira iyo yagiye kubera narakunze ivyino ziwe😂😂😂😂
💌💌💌💌💌💌💌💌💌
Hosy courage knd wakoze.ariko uvuga ubujambo bwinshi bubisha ikiganiro.kuki utamubajije kwizina Rushatsi umuhaye kwidondora
Ntabujambo bubisha ikiganiro Hosy yavuze ahubwo niwe urintashima none washaka agume ahoze nikiragi hhh???cnk wewe uwohagushira wokoriki ahubwo niwe wobibisha double.Hosy wetu Courage chr ubikora neza utuzanira abantu batandukanye knd umwuga urawushoboye
Amen !
Anyibukije sha utuntu twa kera mb yavuze ko Abo batimbo ko batagarutse😂😂😂 nibo batimbo bambere baba diaspora twaronse
😂😂😂😂
❤❤❤
Très belle émission
Urisubiramwo ba uvuga amajambo make journaliste
Mutubabarireee… ntabindi vyiza mwumvise?
Amen
Amen🙏
❤❤❤
❤❤