EMERA UHINGURWE KUBW'ICUBAHIRO C'IMANA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ก.พ. 2025
  • #MINEVAM_KIGOBE_CHURCH
    Thème :
    *Emera uhingurwe kubw'icubahiro c'Imana*.
    Yesaya 43:1-7
    ---------------------------------------
    V.1: .....Uwakuremye ewe Yakobo, akakubumba ewe Isirayeli....
    Celui qui t'a créé O Jacob,
    _ Celui qui t'a formé, O Israel
    V 7. ...Que j'ai créé pour ma gloire, formé et *fait*.
    ... Uwo naremye kubw'icubahiro cane, ndamuhingura ,maze ndamugira.....
    Itanguriro 27: 1, 15-17, 19-27.
    Urugendo rwa Yakobo, (umusuma) gushika aba Israel (uwagwanye hamwe n'Imana n'abantu akanesha).
    Itanguriro 32: 25-32
    Ukwihana n'uguhindurirwa izina vya Yakobo.
    Zaburi 33: 15
    Ni we abumba imitima yabo bose,
    Akitegereza ibikorwa vyabo vyose.
    C'est lui qui forme leur cœurs ....et attentif à leur œuvres
    1Pierre 1: 6-7
    Affligé par les épreuves afin que votre foi soit éprouvé et bien plus précieuse qu l'Or
    Kugira ngo kuramura kw'ukwizera kwanyu (kand' ukwo kwizera kurusha igiciro izahabu ishira, nah' ivugutirwa mu muriro ikaramura) kuze kuboneke kuri n'ishimwe n'ubgiza n'icubahiro mu guhishurwa kwa Yesu Kristo.

ความคิดเห็น • 7

  • @khalidalshammari9501
    @khalidalshammari9501 10 วันที่ผ่านมา +1

    Amen Amen hezagigwa mukozi w'Imana ❤❤❤❤

  • @MukeshimanaM.Josette
    @MukeshimanaM.Josette 7 วันที่ผ่านมา +1

    Mana yanje ndakwinginze umpe imbaraga nemere guhingugwa kubw'icubahiro cawe kugirango nzovemwo inzahabu y'agaciro kanini.Amen

  • @GlorioseNIYUHIRE
    @GlorioseNIYUHIRE 8 วันที่ผ่านมา

    Mana Komeza Uduhingure kubw'icubahiro cawe. Amen🙏🙏🙏

  • @TechElyssa
    @TechElyssa 2 วันที่ผ่านมา

    Amiel muhezagigwe pasta
    Yesu
    Abahezagire

  • @NiyonsabaGédéon-y7o
    @NiyonsabaGédéon-y7o 9 วันที่ผ่านมา

    Amen ❤

  • @uwimananicole5862
    @uwimananicole5862 10 วันที่ผ่านมา

    amen amen

  • @KwizeraJesus-e8g
    @KwizeraJesus-e8g 8 วันที่ผ่านมา

    amen❤