ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Maman umwami Yesu abahezagire cane
Ndagunda Mama. GLORIOSE. Narakunda ibiganiro vyanyu nkiri muto. UMUTWARE YANYU YARANYIGISHIJE MURI Psychologie
Merciii madame Gloriose👏👏
Une maman au service de DIEU❤komera muvyeyi utuganirije neeeeza uhezagirwe can,wuzurizwe aho wakuye,ufise ubutunzi bwinshi
Imana ihezagire SSH ihezagire umuntu wese afise ico atanga kugirango abandi bagire umugisha, Merci namwe Mme Kagayo Gloriose
Je mundagire ssch ahikorera nigih itang inyigisho nzoze ndizira😊
Imana ikumpere umugisha❤
Natwe turagukunda Mamy
Avuga neza Ndabasabe SSH muzogire ikiganiro Co gufuhiranira mu rugo , nuko umuntu yobivamwo....
Yesu azodufasha tuzobikore
Bjr turabashimiye caaane gooose ninyigisho muduhaye zidufashije ingene twofasha abana bacu bakuze biteguriye mariage
ImanaImuhe umugisha maman gloriose je sais si bo du partagea numéro zanyuu tukagir ico tubibariza muvyoo urugo kuko twafashijew merci
+1 613 513 9264
Mukorera hehe tuzoze mudufashe twaryohewe ninyigisho zanyu
Dukorera mu kinindo kw'Ibarabara rya Rumonge
Murakoze cn muvyeyi wacu. Jew mwomfasha mukama numéro yuwo muvyeyi yaduhay ikiganiro numva harico yomfasha
Ntamuntu wonfasha akampa number y'uyumubyeyi w'umuvugabutumwa?
Knd nawe ukoresheje ikiganiro lmana ikwagure,Unfanshe umper number yiwe,
Ooooh ego uyu mu maman ndamwibuka,naramwumva kwiradiyo none uyu mwigisha yitwa gute ,nkaho wosanga yaranyigishije muri kaminuza 😂😂😂
🫶🫶🫶
Uyumubyeyi ntasanzwe murik'igihe,knd lmana imumenyekanishe mw'isi yose ndifuzako mwaduha number yiwe tukamushimira,ibyavuga n'umusanzu ukomeye,Imana imwagure mw'isi yose,Ark uzekumpa number yiwe akoresha kuri whatsapp,Nzamuhe aka audio kamwe,
Maman umwami Yesu abahezagire cane
Ndagunda Mama. GLORIOSE. Narakunda ibiganiro vyanyu nkiri muto. UMUTWARE YANYU YARANYIGISHIJE MURI Psychologie
Merciii madame Gloriose👏👏
Une maman au service de DIEU❤komera muvyeyi utuganirije neeeeza uhezagirwe can,wuzurizwe aho wakuye,ufise ubutunzi bwinshi
Imana ihezagire SSH ihezagire umuntu wese afise ico atanga kugirango abandi bagire umugisha, Merci namwe Mme Kagayo Gloriose
Je mundagire ssch ahikorera nigih itang inyigisho nzoze ndizira😊
Imana ikumpere umugisha❤
Natwe turagukunda Mamy
Avuga neza
Ndabasabe SSH muzogire ikiganiro Co gufuhiranira mu rugo , nuko umuntu yobivamwo....
Yesu azodufasha tuzobikore
Bjr turabashimiye caaane gooose ninyigisho muduhaye zidufashije ingene twofasha abana bacu bakuze biteguriye mariage
Imana
Imuhe umugisha maman gloriose je sais si bo du partagea numéro zanyuu tukagir ico tubibariza muvyoo urugo kuko twafashijew merci
+1 613 513 9264
Mukorera hehe tuzoze mudufashe twaryohewe ninyigisho zanyu
Dukorera mu kinindo kw'Ibarabara rya Rumonge
Murakoze cn muvyeyi wacu. Jew mwomfasha mukama numéro yuwo muvyeyi yaduhay ikiganiro numva harico yomfasha
+1 613 513 9264
Ntamuntu wonfasha akampa number y'uyumubyeyi w'umuvugabutumwa?
+1 613 513 9264
Knd nawe ukoresheje ikiganiro lmana ikwagure,
Unfanshe umper number yiwe,
+1 613 513 9264
Ooooh ego uyu mu maman ndamwibuka,naramwumva kwiradiyo none uyu mwigisha yitwa gute ,nkaho wosanga yaranyigishije muri kaminuza 😂😂😂
🫶🫶🫶
Uyumubyeyi ntasanzwe murik'igihe,knd lmana imumenyekanishe mw'isi yose ndifuzako mwaduha number yiwe tukamushimira,ibyavuga n'umusanzu ukomeye,
Imana imwagure mw'isi yose,
Ark uzekumpa number yiwe akoresha kuri whatsapp,
Nzamuhe aka audio kamwe,
+1 613 513 9264