GARUKA MUKIBANZA CAWE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
  • #minevam_kigobe_church
    Thème :
    Garuka mukibanza cawe.
    Reviens à ton poste
    Jérémie 15:18-21
    ----------------------------------
    Imana ibwira Umuhanuzi Yeremiya KO yari yahamagawe n'Imana nk'umuhanuzi w'amahanga kuva akiri urusoro Munda ya nyina. Jér 1:5-10
    V.18 : Yeremiya azazanirwa.
    Jérémie en confusion
    ---------------------------------
    Harageze igihe azazanirwa nivyo yabona akabona umengo ntibijanye nivyo yariyiteze kumana. Atangura kwidogera Imana. (Jer 12:1-3; Jér 15:10)
    V.19: Imana ikosora Yeremiya.
    Dieu corrige Jérémie
    -----------------------------------
    Imana imwereka aho yatereye intumbero, n'ingene yokosora.
    Niwahindukira (niwihana), nzokugarukana mukibanza cawe imbere yanje (nk'umuhanuzi)
    Niwarobanura ivyikimazi muvyimburakimazi, uzoba nkakanwa kanje.
    Si tu.....je ferai ....
    V.20-21: Amasezerano y'Imana
    Les promesses de Dieu
    ---------------------------------------
    Yeremiya niyagaruka mukibanza ciwe, Imana imwibutsa amasezerano imufitiye.
    Nzoguhindura uruzitiro rukomeye rw'imiringa;
    bazokurwanya, ariko ntibazokunesha
    Nzokurokora ngukure mu maboko y'abanyakibi,
    nzogucungura ngukure mu maboko y'abantu b'agaterabgoba

ความคิดเห็น •