- 269
- 143 656
MINEVAM Kigobe Church
Belgium
เข้าร่วมเมื่อ 27 ม.ค. 2016
IMVO ZO GUKURIKIRA YESU KRISTO
#MINEVAM_KIGOBE_CHURCH
THEME: Imvo zo gukurikira Yesu:
Yohana 6:66-69
Winjiriye hé?
Uronderera iki Imana?
Wubakiye vouskuki urugendo rwawe n'Imana?
Uriko ubaho ubuzima gute mu mutima ?
1.Uburyo butaribwo bwo gukurikira Yesu
✓Kumuronderako ivyankenegwa canke amasezerano gusa;
✓Kujana n'umugwi mufise ivyo muhuriyeko;
✓Kutamenya ivyo urimwo canke kwihenda ;
...
2.Uburyo bwiza bwo gukurikira Yesu
✓Kumenya neza urukundo no Kugororoka vyagaragaye muri Yesu ku musalaba
1 Yohana5 :19, Yesaya 53:4-5
✓Urwo Rukundo no Kugororoka tuvyakira mu Kwihana no mu kwizera
Yohana 3:16,Abaroma10:9-10
✓Ukwo Kwihana n'ukwo kwizera bivyara ubucuti hamwe n'Imana aribwo bugingo budashira
2 Petero 1:3-4
Indunduro
👉👉
Abakurikira Yesu ku mvo z'ukuri n'abarondera Yesu mu nyonga hiwe cane kurusha Kurondera mu kuboko kwiwe;
👉👉 Ubucuti tugiranira hamwe N'Imana bukwiriye kuba intumbero yo kubaho kwacu
👉👉
Abakurikira Yesu ku mvo z'ukuri n'abamutahuye mu gikorwa ciwe co ku musalaba;
Ibigufasha kwimenya
Ubwoko bw'amasengesho ugira;
Ivyo ushira imbere mu kubaho kwa misi yose;
Inyifato yawe mu bigeragezo

มุมมอง: 265
วีดีโอ
UWUFISE KRISTO AFISE UBUGINGO BUDASHIRA
มุมมอง 41119 ชั่วโมงที่ผ่านมา
#minevam_kigobe_church UWUFISE KRISTO AFISE UBUGINGO BUDASHIRA Yohana4:14-15 1yohana 5:9-13
EMERA UHINGURWE KUBW'ICUBAHIRO C'IMANA
มุมมอง 1.3K14 วันที่ผ่านมา
#MINEVAM_KIGOBE_CHURCH Thème : *Emera uhingurwe kubw'icubahiro c'Imana*. Yesaya 43:1-7 V.1: .....Uwakuremye ewe Yakobo, akakubumba ewe Isirayeli.... - Celui qui t'a créé O Jacob, _ Celui qui t'a formé, O Israel V 7. ...Que j'ai *créé* pour ma gloire, *formé* et *fait*. ... Uwo naremye kubw'icubahiro cane, ndamuhingura ,maze ndamugira..... - Itanguriro 27: 1, 15-17, 19-27. Urugendo rwa Yakobo, (...
SI AHO IVYAWE BIGARUKIRA [TON HISTOIRE NE S'ARRETE PAS LÀ]
มุมมอง 67921 วันที่ผ่านมา
#MINEVAM_KIGOBE_CHURCH
GARUKA MUKIBANZA CAWE
มุมมอง 2.6Kหลายเดือนก่อน
#minevam_kigobe_church Thème : Garuka mukibanza cawe. Reviens à ton poste Jérémie 15:18-21 Imana ibwira Umuhanuzi Yeremiya KO yari yahamagawe n'Imana nk'umuhanuzi w'amahanga kuva akiri urusoro Munda ya nyina. Jér 1:5-10 V.18 : Yeremiya azazanirwa. Jérémie en confusion Harageze igihe azazanirwa nivyo yabona akabona umengo ntibijanye nivyo yariyiteze kumana. Atangura kwidogera Imana. (Jer 12:1-3;...
KUVA MU KUZAZANIRWA UJA MUKWAMBIKWA INKOMEZI
มุมมอง 623หลายเดือนก่อน
KUVA MU KUZAZANIRWA UJA MUKWAMBIKWA INKOMEZI
Dufise Imana y'imigenderanire [ We have , the God of Relationship ]
มุมมอง 4062 หลายเดือนก่อน
Dufise Imana y'imigenderanire [ We have , the God of Relationship ]
INGORANE ZABAGOROROTSI ZIKWEGERA ABANDI KU MANA
มุมมอง 4792 หลายเดือนก่อน
INGORANE ZABAGOROROTSI ZIKWEGERA ABANDI KU MANA
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 29 | GUHORANA ISHIMWE
มุมมอง 2783 หลายเดือนก่อน
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 29 | GUHORANA ISHIMWE
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 26 | KUGIRANIRA AMAHORO N'ABANTU BOSE
มุมมอง 2193 หลายเดือนก่อน
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 26 | KUGIRANIRA AMAHORO N'ABANTU BOSE
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 25 | URUHARA GWANJE MU GUSHINGIRA INTAHE KRISTO YESU
มุมมอง 1533 หลายเดือนก่อน
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 25 | URUHARA GWANJE MU GUSHINGIRA INTAHE KRISTO YESU
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 24 | GUKORERA ABANDI MW'ISHENGERO CANKE HANZE
มุมมอง 2303 หลายเดือนก่อน
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 24 | GUKORERA ABANDI MW'ISHENGERO CANKE HANZE
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 22 | AKAMARO KO GUKORANA NABANDI MW'ISHENGERO
มุมมอง 2233 หลายเดือนก่อน
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 22 | AKAMARO KO GUKORANA NABANDI MW'ISHENGERO
NICO NAREMEWE - REDEMPTION VOICE PAR CHORALE LES ETOILES - EGLISE MINEVAM KIGOBE
มุมมอง 3213 หลายเดือนก่อน
NICO NAREMEWE - REDEMPTION VOICE PAR CHORALE LES ETOILES - EGLISE MINEVAM KIGOBE
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 20 | EXHORTATION
มุมมอง 1193 หลายเดือนก่อน
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 20 | EXHORTATION
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 19 |
มุมมอง 2733 หลายเดือนก่อน
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 19 |
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 18 | GUKIRA IBIKOMERE VYA KAHISE
มุมมอง 2003 หลายเดือนก่อน
30 JOURS DE JEUNE & PRIERE | JOUR 18 | GUKIRA IBIKOMERE VYA KAHISE
Please ndabasavye mumbwire izina ryuyu my psstor
Amen amen
Inyigisho nziza cane ❤
Amen Amen hezagigwa mukozi w'Imana
Amiel muhezagigwe pasta Yesu Abahezagire
Amen amen 🙏 🙌 👏
Mana yanje ndakwinginze umpe imbaraga nemere guhingugwa kubw'icubahiro cawe kugirango nzovemwo inzahabu y'agaciro kanini.Amen
amen❤
Mana Komeza Uduhingure kubw'icubahiro cawe. Amen🙏🙏🙏
Amen
Amen ❤
amen amen
Amen Amen hezagigwa mukozi w'Imana ❤❤❤❤
Amen amen
Amen🎉❤
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Amen Amen🙏
Ndafashijwe
Imana ihabwe icyubahiro. Iyo ikomeye ikunyuza mu bikomeye Imana irakomeye Kandi ntibeshya idukomeze Kandi itwongerere ukwizera n,imbaraga.
Merci pasteur
Amen Amen hezagigwa mukozi w'Imana urakoze
Merci beaucoup pasteur Anaclet. Que Dieu te bénisse abondamment
Merci beaucoup pasteur Anaclet. Que Dieu te bénisse abondamment
Merci beaucoup pasteur Anaclet. Que Dieu te bénisse abondamment
Data ahezagire uyu mukenyezi. Ivyo turimwo si magie ni ubuzima. Yesu ariho kandi arakora.Yaradukuye mu mwiza atuzana mu muco. Niho turi kandi tuguwe neza.
Amen 🎉🎉
Nukuri Yesu ariho 🙏🏾🙏🏾🙏🏾. Turi abahamya bo kuvyemeza 👍🏽
amen amen..
Jesus est vivant 🎉🎉🎉🎉
Amen Amen🙌🏾🙌🏾🙌🏾 c'est vrai Jésus existe et Il est VIVANT🥳.Ma petite sœur chérie, je t'aime, tu sais. Dcomme ça 👌je suis fière de toi 🫂😘😘😘
yesu yupo🙏🙏
amen amen 🙏🙏
Amen. Merci pour cette parole, past 👌
Niwewe mwizigirwa mwami rudende mfise à toi la gloire papa
Amen amen inyigisho nziza cane ❤
Wawo, Imana ishimwe cane 🙏🙏🙏, Imana iguhezagire cane ndafashijwe
ijoro ryiza cane twaharonkeye umunezero udasanzwe
Iri joro narahezagiwe cane🙌🏼
Amen
Amen; Imana Ishimwe caane kandi Ishishikare Gukomereza iyerekwa muri Christo Ishengero ryayo. Pasteur Imana Ikwongere umugisha wongeye ku nkomeza.
Wow! Ijambo rizima ritavugwa na benshi. Guhinduka imbere hanyuma inyuma hagakurikira. Abarundi bavuze ngo “ ibibogaboga mumitima bibonekera ku mibiri. UHORAHO abahezagire Pasteur komeza utubwire.
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙈🙈 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Ndahezagiweee❤❤❤❤
Amen Imana impubwenge bwokuyubaha
Amen
Amen.
Muri wewe yesu niho harakaruhuko ahandi hose numuruhuko
Amen
AMEEEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Pasteur urantwengeje kandi uranyubaka