ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mpore cane Maman Nyota..kndi Imana yarakoze kukurinda kugira twumve temoignage yaw uno munsi. Dukeneye suite.
La suite s'il vous plaît Imana ishimwe ko yabanye nawe 👏👏
Urakoze cane Mukozi w'Imana Mma Nyota
Maman nyota merci beaucoup. Turifuza iyo ntahe suite yayo.Yesu aguhe umugisha.
Uyu mu maman yarahise cane muzomugarukana muzoba mukoze. Ibi biyago birubaka cane. May God bless you ba Damu beza 🙏
Ndafashijwe.komeza maman nyota
Ameen murakoze kubw'Intahe mama nyota🙏
Please, mugarukane Mama Nyota. Murakoze
Duhe ibikurikira please
Nukuri Imana Ninyen’Imbabazi.
Iyo ni erreur abagore benshi bagira! Ntiyakwandikishije ntaki Mungu we 😢 ndababaye kweri!
Amen
Turasavye azogaruke🙏🏻
Mama nyota ubivuga neza caaaane
Nagaruke impanuro ziwe zirakenewe cane muribi bihe kndi abahungu naba kobwa bose barabikeneye nowdays benshi bariko barahura nivyo bibazo
Shalom shalom, Nkunda iyi Channel cyane ariko hariho amagambo amwe ntasobanukirwa "uruhumbu " avuga ni ki?
@mutembayirealine5935Ubuhumbu ni ubusambanyi
Suite suite suite please
Please agaruke
Azogaruke
La suite s'il vous plaît
La suite please😢
Turikumwe namwe sandi
Turasavye azogaruk mur suite
Mam Nyota wakoze kuduha intahe yawe
Turasavye azogaruke 🙏🏻
Mpore cane Maman Nyota..kndi Imana yarakoze kukurinda kugira twumve temoignage yaw uno munsi. Dukeneye suite.
La suite s'il vous plaît
Imana ishimwe ko yabanye nawe 👏👏
Urakoze cane Mukozi w'Imana Mma Nyota
Maman nyota merci beaucoup. Turifuza iyo ntahe suite yayo.Yesu aguhe umugisha.
Uyu mu maman yarahise cane muzomugarukana muzoba mukoze. Ibi biyago birubaka cane. May God bless you ba Damu beza 🙏
Ndafashijwe.komeza maman nyota
Ameen murakoze kubw'Intahe mama nyota🙏
Please, mugarukane Mama Nyota. Murakoze
Duhe ibikurikira please
Nukuri Imana Ninyen’Imbabazi.
Iyo ni erreur abagore benshi bagira! Ntiyakwandikishije ntaki Mungu we 😢 ndababaye kweri!
Amen
Turasavye azogaruke🙏🏻
Mama nyota ubivuga neza caaaane
Nagaruke impanuro ziwe zirakenewe cane muribi bihe kndi abahungu naba kobwa bose barabikeneye nowdays benshi bariko barahura nivyo bibazo
Shalom shalom, Nkunda iyi Channel cyane ariko hariho amagambo amwe ntasobanukirwa "uruhumbu " avuga ni ki?
@mutembayirealine5935
Ubuhumbu ni ubusambanyi
Suite suite suite please
Please agaruke
Azogaruke
La suite s'il vous plaît
La suite please😢
Turikumwe namwe sandi
Turasavye azogaruk mur suite
Mam Nyota wakoze kuduha intahe yawe
Turasavye azogaruke 🙏🏻