Reta y'Uburundi irashimangira ko ivy'ubukokayi n'ubu commissionnaire vyahagaritswe mu Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • Reta y'Uburundi irashimangira ko ivy'ubukokayi n'ubukomisyoneri (commissionnaires ) vyahagaritswe mu #Burundi. Umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati Martin NITERETSE ashikiriza ko intumbero ari kugira ngo ntihagire umurundi arya ivyo atabiriye akuya. Yabishikirije mu kiganiro abagize reta baremesheje bishura ku bibazo vy'abenegihugu.

ความคิดเห็น •