Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 มิ.ย. 2024
  • #Burundi: Umunyamabanga mukuru w'umugambwe #CnddFdd Reverien Ndikuriyo asaba abarundi kwama bibuka intwari zitanze kugira uburundi bugere aho bugeze uno munsi. Yabivuze mu nyigisho yatanze mu masengesho yo kwibuka Umuhisi Pierre Nkurunziza mu Ntara ya #Butanyerera.

ความคิดเห็น • 84

  • @angebuntu
    @angebuntu 5 วันที่ผ่านมา +8

    Imana Ikujimbere
    Uzotubere
    Président.
    Uzokorere mungata samuragwa wacu.
    Tuzogusengera
    Imana Igushitse kwiryo yerekwa ufise.
    Amen

  • @KubwimanaTherence-vl6mw
    @KubwimanaTherence-vl6mw 6 วันที่ผ่านมา +2

    Ndimumpimba ariko ndabakunda cane nyakubahwa nyeniteka Kandi imbonerakure musongembere nanje ndikugororwa nzogaruka nkomereza ahomugejeje murakoze cane mbonerakure zingozi nomugihugucose mukomeze musongembere 💯💯

  • @kingjameskj111
    @kingjameskj111 11 วันที่ผ่านมา +9

    Uvuze Ukuri Nyakubahwe

    • @bigirimanayves9354
      @bigirimanayves9354 9 วันที่ผ่านมา

      None mwagifashishe umuheto?aba dd vyarabacabze.

  • @user-uc6zj1wp6j
    @user-uc6zj1wp6j 4 วันที่ผ่านมา +2

    icompa nkakubona uri président

  • @user-zq8cm9gm3c
    @user-zq8cm9gm3c 11 วันที่ผ่านมา +7

    Imana ihezagire Burundi bwacu...,

  • @RobyRobytz
    @RobyRobytz 11 วันที่ผ่านมา +6

    Ndakwemela urakabaho imisimyishi 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 4 วันที่ผ่านมา +1

    Révérien yarakunda Nkurunziza vrt urupfu rwiwe rushobora kuba rwaramubabaje nuko tutazi icamwishe neza na neza nubu.

  • @ninsabahassan2508
    @ninsabahassan2508 7 วันที่ผ่านมา +2

    Komera komera mutama wacu umukama abandanye akugirira neza muri vyose nahose

  • @IbrahimTonny
    @IbrahimTonny 5 วันที่ผ่านมา +2

    Muvyukur urumugabo vrt

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba 11 วันที่ผ่านมา +2

    Ahaaa

  • @richndihano6476
    @richndihano6476 10 วันที่ผ่านมา +2

    Komera cane Mutama!

  • @niyonkurusalim2186
    @niyonkurusalim2186 6 วันที่ผ่านมา

    Komera mzee ndakwemera cn

  • @Topnews6148
    @Topnews6148 10 วันที่ผ่านมา +2

    Uyu Muntu icompa akaba Prezida w'igihugu cacu

    • @user-ws3gi8fk8j
      @user-ws3gi8fk8j 10 วันที่ผ่านมา

      Ngo bararwanye?
      Nonese ko bishyize hamwe na Tshishekedi bakaba nana 1cm baramugaruriza ahubwo abana b'abarundi babamariye ku icumu

  • @JulienNsengiyumva
    @JulienNsengiyumva 5 วันที่ผ่านมา

    Uvuga nez yaravuz AT inkino nazonyen zituma kugira amagara mez zigatuma tubana nez ngo ninkirudandaz mumwak itan cumin tobiboz non turahay tubibon itaranahe yubahw yarumugab p👍🇧🇮👏👏

  • @barutwanayojeanchristian3138
    @barutwanayojeanchristian3138 10 วันที่ผ่านมา +1

    komera komera nyeniteka

  • @AbdulMajid-pb2sx
    @AbdulMajid-pb2sx 7 วันที่ผ่านมา

    which country is this

  • @bigirimanaregis1770
    @bigirimanaregis1770 10 วันที่ผ่านมา

    komeraaaa

  • @user-yl5ye8xk2o
    @user-yl5ye8xk2o 2 วันที่ผ่านมา

    Ntacomvuze😂😂😂

  • @wowejean-bosco1117
    @wowejean-bosco1117 10 วันที่ผ่านมา +2

    Umuhimbiri avuga ibiki, interahamwe reverin

    • @deoniyonkuru1311
      @deoniyonkuru1311 8 วันที่ผ่านมา

      Karakurya sha

    • @PaciLast-mi6uq
      @PaciLast-mi6uq 6 วันที่ผ่านมา

      Asha kirakuniga ariko ntaco umukoza

  • @Goodman.600
    @Goodman.600 8 วันที่ผ่านมา +1

    Uyu mugabo yaba President mwiza ndumva atanfukanye na wawundi kbs

  • @JustineNizigiyimanajustine
    @JustineNizigiyimanajustine 11 วันที่ผ่านมา +1

    Muba muhaze shahu

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p 11 วันที่ผ่านมา +2

    Akagatama karabesha muveho igihugu sichaso urinde mwichi igihugu mwigishe kwiba igihugu muveho myaka 20 mwakoziki nikibuga chindege nacho mufite stadium nayo mufite none mushaka kwigisha iyo ngeso abana muveho I'mbonerakure zitachiye kwishuri

  • @NimpagaritseEmmanuel-yt7td
    @NimpagaritseEmmanuel-yt7td 4 วันที่ผ่านมา

    Urugamba gwo gukenesha abenegihugu

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 11 วันที่ผ่านมา +3

    uvuze ukuri mutama wacu imana ibandanye ihezagira igihugu cacu

  • @ruganzutiger115
    @ruganzutiger115 8 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Mana tabara u Burundi. Ibiswi by'inkona😮😮😮😮

  • @user-gw9xi2tc2b
    @user-gw9xi2tc2b 10 วันที่ผ่านมา +1

    Gusta muzi kuvuga

  • @bonheurNimbeshaho-qy7sy
    @bonheurNimbeshaho-qy7sy 2 วันที่ผ่านมา

    Mutama w,amateka caane

  • @user-je7ud9ip5s
    @user-je7ud9ip5s 10 วันที่ผ่านมา

    komera mutama uvuze neza

  • @NdayizeyeJeanMarie-zl2op
    @NdayizeyeJeanMarie-zl2op 3 วันที่ผ่านมา

    Yubahwz sokuru wacu twabuze tutanka

  • @EnnyhacolleMasengeshoEnnyhacol
    @EnnyhacolleMasengeshoEnnyhacol 10 วันที่ผ่านมา

    Haaaaa huuuuuuuuu

  • @PrinceTuyishime
    @PrinceTuyishime 10 วันที่ผ่านมา

    Mukome mubeshye abarund mwisahurire igihugu nabo bashinyitse.

  • @Musabirema949
    @Musabirema949 11 วันที่ผ่านมา +1

    Ibiswi hhhhhhh

  • @CynthiaPhiri-wz2wv
    @CynthiaPhiri-wz2wv 10 วันที่ผ่านมา +1

    Ni WWE dusigarany

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 11 วันที่ผ่านมา +1

    Nukuri. Murihanga ritavumika

  • @user-sw4re3wm2x
    @user-sw4re3wm2x 10 วันที่ผ่านมา +1

    Ubahwa mutama

  • @user-et8lc7tb3p
    @user-et8lc7tb3p 10 วันที่ผ่านมา

    Ayomafaranga wayakuyewe ????

  • @niyomwungerebienvenue7675
    @niyomwungerebienvenue7675 10 วันที่ผ่านมา

    Emwe uvuze ibintu bizima,,ABASOGOKURU bacu tubatagatifuze kweli ni INTWARI

  • @jaystrongmagaboy1633
    @jaystrongmagaboy1633 10 วันที่ผ่านมา

    Status ya Ndadaye na Rwagasore

  • @NINFASHAGuyDesire
    @NINFASHAGuyDesire 10 วันที่ผ่านมา

    Ntamuntu arekuriwe gutagatifuza iwundi urubanza nugw'imana mushoboravyose ingero itangwa na Rurema twotagatifuza umuntu?ninkuko atawohezagira canke ngwahezagize Imana

  • @Claire-rq9cg
    @Claire-rq9cg 7 วันที่ผ่านมา

    😢😢😢 imbonerakura ntanahamwe ziriko zirajana uBurundi. Mureke kutubesha. Iyo discours wamenga ni comédie 🥵🥵🥵

  • @Lock940
    @Lock940 6 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂

  • @BigBrother-lm7xo
    @BigBrother-lm7xo 10 วันที่ผ่านมา

    Ahubwo hakenewe ibintu vyoteze imbere igihugu vyokwiyemera wapi ahubwo ibikogwa gusa nivyo bituma umuntu bamwemera mwubahwe

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 10 วันที่ผ่านมา

    Ntaco mvuze !!!

  • @samyr9071
    @samyr9071 7 วันที่ผ่านมา

    hhhhhhh ngo yarwanye intambara arazitsinda sha hhhh ibinyoma gusa, wewe wenyine watubwiye ko nta numutumba numwe mwafashe

  • @ruganzutiger115
    @ruganzutiger115 8 วันที่ผ่านมา

    Mbega no gukaraba bisaba amafaranga? Ntabwo kuyobora ari ibyanyu😢😢

  • @itangishakapascal531
    @itangishakapascal531 8 วันที่ผ่านมา

    Ni vyiza ariko abakunzi ba sokuru muduhe umuco tumenye icamwishe

  • @mukwegabudutira2419
    @mukwegabudutira2419 7 วันที่ผ่านมา

    Uyu ninterahamwe cyecyeka

  • @user-ws3gi8fk8j
    @user-ws3gi8fk8j 10 วันที่ผ่านมา

    Oya, Nta ntambara Nkurunziza (CDD) yigeze irwana ngo iyitsinde ahibwo kubera imbaraga nkeya z'ubuyobozi bwariho bwahise bubashyira ku ibere
    Akarorero muri DRC nuko abo mwoherezayo abagaka cg abazagaruka m'uburundi ni mbarwa ntimukajye mwirirwa mubeshya abarundi

  • @kushfirefamilyteam7799
    @kushfirefamilyteam7799 10 วันที่ผ่านมา

    Yego rwose muta abatagatifu bacu ni abarundi batwitagiye bakadupfira atari abazungu .

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 10 วันที่ผ่านมา

    Zanibyiwanyu babyoturebe

  • @user-tz8hj1sd5o
    @user-tz8hj1sd5o 11 วันที่ผ่านมา +1

    Rumeshangabo
    Mzee uratuba hafi mukiyago kabisa
    Iyataba wewe basi uzuraturemesha tuba tugeze kure mutama
    Wubahwe cane

  • @DesireMisigaro-ku4cb
    @DesireMisigaro-ku4cb 7 วันที่ผ่านมา

    Comédie

  • @user-ws3gi8fk8j
    @user-ws3gi8fk8j 10 วันที่ผ่านมา

    Imbonerakure = interahamwe muri 1994 ni abafasha ubuyobozi bubi gushyira munziro imigambi yabwo mibisha

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn 10 วันที่ผ่านมา

    Ariko ko ata na 1m carré bigeze bafata nizihe ntabara yatsinze les conneries n, avancent pas le pays nuwa muguye impande asa nuko ari kumviro mwarabonye iyo yamukoreye (rajabu)

  • @user-lc7oq4ze8r
    @user-lc7oq4ze8r 10 วันที่ผ่านมา +2

    Nyara hiyo shaaa igitoro nisukari biriheheh
    Amakara arihehe
    Amazi numuyagankuba birihehe internet irihehe

  • @user-gw9xi2tc2b
    @user-gw9xi2tc2b 10 วันที่ผ่านมา

    Aba DD vyarabacanze. Muraciyita abocavunye? Canke Abo cananiye.

  • @BigirimanaAmidou-sx5tg
    @BigirimanaAmidou-sx5tg 7 วันที่ผ่านมา

    Imbwa ziragwira

  • @YvesNgabonziza
    @YvesNgabonziza 5 วันที่ผ่านมา

    Ivya CNDD FDD vyose ni comedy umengo nta vya Politics bazi

    • @NimpagaritseEmmanuel-yt7td
      @NimpagaritseEmmanuel-yt7td 4 วันที่ผ่านมา

      Inkezi ikera ubwo bireha Kandi umuvbumvyi w'inzavya ntabumba imibindi

  • @wowejean-bosco1117
    @wowejean-bosco1117 10 วันที่ผ่านมา

    Mureke avugire aba bahutu bi nterahamwe..imana irabona amabi bariko barakora, ibikoko gusa.

    • @user-ws3gi8fk8j
      @user-ws3gi8fk8j 10 วันที่ผ่านมา

      Ark ikiza gihari ni uko m23 irimo kubahanira muri congo

  • @CynthiaPhiri-wz2wv
    @CynthiaPhiri-wz2wv 10 วันที่ผ่านมา

    Ukomer bwañ mukubwa

  • @EricNIJIMBERE-lg4rf
    @EricNIJIMBERE-lg4rf 11 วันที่ผ่านมา +1

    INDWARA Y' IGISUKARI
    ( DIABÈTE SUCRÉ Type 2)
    Benshi turazi neza ko Diabete idakira ivyo tukabitegwa n'inyigisho twigishijwe ariko nubwo ariko twese twigishijwe.
    Twomenyesha ko ishobora gukira igihe cose yubahirije amategeko y'imirire akanafata ningaburo kama ziyivura.
    DIABETE YIYEREKANA RYARI
    Diabète n' indwara yibonekeza igihe urwagasha ( pancréas ) rujejwe guhingura inkaburamubiri ( hormones ) bita insuline itakiboneka bivuye kuduhimba bita cellules de bêta des îlots de langerhans tuba twononekaye kubice biri hagati y'ibice 75 na 80.
    Aho rero Ugwagasha ntiruba rugishoboye gukora umusembura Insuline ushira isukari kurugero gwiza ninaho bavugira ko umuntu agwaye Igisukari.
    IBITUMA UMUNTU AGWARA DIABETE DU TYPE 2.
    Ubundi Diabete, Hypertension arterielle, Goute nizindi tutavuze ningwara zitegwa n'ikora nabi ry'uduce ndemangingo (Cellules) bitewe nimvo z'imirire mibi (Malnutrition) kuri Diabete rero du Type 2 ngiye kuvuga ibintu bike bidufasha gutahura:
    1.Gufungura ingaburo igwiriyemwo isukari ryera ryinshi.
    2.Ukubura vitamine B 6
    3.Umuvyibuho w' umurengera ( obésité,)
    4.Gukoresha ibintu bikoresha nabi umubiri nk'inzoga,itabi,Icayi,...
    5.Hariho nibindi ariko ivyo nivyo bibafasha gutahura.
    IBIMENYETSO
    Iyo umuntu kenshi bishitse agafatwa na diabète du Type 2 hari ibimenyetso bimwe bimwe vyibonekeza bikamutera kwikanga iyo ngwara.Hamwe nawe wovyibonako vyiza woca uja kwisuzumisha kugira umenye ubuzima bwawe:
    1.Gusonza cane( polyphagie)
    2.Kunyoterwa bikabije (polydypsie)
    3.Kwihagarika kenshi kandi bitavuye kumazi menshi wanyoye (Polyririe ).
    VYAKOMEYE ( COMPLICATION )
    1 .Kutagira inguvu zo kurangura amabanga yabubatse ( impuissance sexuelle masculine ou frigidité )
    2.Kugwara amaso ( Retinopathie diabétique )
    3 .Infection urunaire Repetitive
    4 .Kwonda cane kuri bamwe
    5 .Kwononekara Amafyigo (Insuffisance Renale Diabetique),...
    Harico wobaza canke ukeneye impanuro ningene wofungura woturondera kuri: +257 *62790705* ( WhatsApp, appels ou sms )
    Avec des conseils nutritionnels, le Diabète izwi nkingwara idakira iba isezerewe !!!

  • @yvesmbazumutima3376
    @yvesmbazumutima3376 7 วันที่ผ่านมา

    Mwatsindiye hehe kobakibagabiye none nka wewe wihaya zana kaburimbo Imana irihangana nukuri

  • @user-tx9rr6nu6o
    @user-tx9rr6nu6o 10 วันที่ผ่านมา

    Urabesha ntanisoni
    Mufisekl

  • @sharonshaz-lw9qj
    @sharonshaz-lw9qj 10 วันที่ผ่านมา

    none wewe iyuhaze wibaza kotwese tumeze neza?iyo democras ntayomuragerako

  • @jeanclaudegasana8818
    @jeanclaudegasana8818 7 วันที่ผ่านมา

    Stupidity 😅

  • @JohnjohnZulu
    @JohnjohnZulu 10 วันที่ผ่านมา

    Mwubahw mutam

  • @user-zp3ki3ek9d
    @user-zp3ki3ek9d 10 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂

  • @user-sw4re3wm2x
    @user-sw4re3wm2x 10 วันที่ผ่านมา

    Ubahwa mutama

  • @Topnews6148
    @Topnews6148 10 วันที่ผ่านมา +1

    Uyu Muntu icompa akaba Prezida w'igihugu cacu