Buramatari wa Ngozi yabajijwe n'umukuru w'igihugu ibijanye nitoni 15 zisukari yari igenewe iyo ntara
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
- #Burundi Mu gihe kuri uyu wa kane umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yakoresheje inama abadandanza isukari n'abo bose begwa n'ico gisata, buramatari wa #Ngozi yarabajijwe ivyerekeye itoni 15 z'isukari zari zigenewe iyo ntara mu kwezi kw'indwi, ariko iyo sukari ntiyashikira abo yari igenewe. Buramatari bimaze kumunanira gusigura, umukuru w'igihugu yamenyesheje ko agiye gukurikirana abarongozi bose babigizemwo uruhara, maze bahanwe.
Nimba ubona yuko President of Burundi Evariste Ndayishimiye akunda igihugu cye impa Like.
Imana ihezagire Président wacu kandi amuzigame mwi banga ritoroshe yamuhaye mugutwara abarundi. Ntivyoroshe ariko rumusenge Yesu Kristo amushoze. Yesu Kristo yaradusezeraniye ati ibidashobokera umuntu vyose, bishobokera Imana. Tumusengere azomushoboza.
Huuu anatukumbusha mzee wetu Pombe nagufuli capa kazi wizi watoke.
Ndiho amurinde amaja namaza Uhoraho ashishikare kumwungura ubwenge nkuko. Yabwunguye Salomé
Najye Perezida Neva ndamukunze , abarundi muzamurinde ntihakagire ubashuka kumwanga, abanyarwanda turi kumwe mu iterambere tujenge africa🎉
Iterambere ryahe nkarukwirirwa yidoga gusa.tuzimpamvu mumukunda mwa biterahamwe mwe
@@Makakulaya vana amacakubiri ngaho.
@@Makakulayaq
@@Makakulayaa
@@Makakulayaaa
Courage mon Président... mukabandanya kuri uwo murindi nzobagwa inyuma
Mon president oyeeeeeeeeee❤
Yooo ingene ajugumira jewe yuuu nihatari
Inyama mbisi ivyura iyumye👍
Akantu numvisemwo ni kamwe, "abo bayitoye ntibari nagaha bari mugasho kubera twarabafashe"😅😅😅😂😂😂
Komera kumuheto papa Neva ❤
❤
Good
Hmmm buramatari RER 😮😮
Perezida Uyobowe Nimana kbs. Duke tugomba gusaranganywa. Uko tungana
Emwe abategetsi barenganya Abo bajejwe bagatunganiriza bamwe abandi barenganya nibo benshi nyen'icubahiro .
15 tones zakora iki mugihugu gituwe nama millions yaraturage!??
None nya kubahwa vyari kuba vyiza yuca umu kura muma banga ngaho nyene
Hana imbwa ukubite n’imisega bene wazo ziri mama koti gusa dore uko zireba sha😮
Nihatari vraiment
Bosukuru bati icutarabona ucerekwa nukuramba.
watsinzwe
Ntamurundi atomushigikira aho ariko atuza abatuma ibiciro mugihuhu camata nubuki biduga agasakisaki
Numuvyeyigito peeeeee! Arinkajewe nacanfatiyosukari burikomine imwimw igize province ngozi narigutegeka kwihabw itonizibiri zitarenga kandibarigukwirwabose
Kuba buramatari ntivyoroshe .....😢
Uyu mu Buramatari ntaramwirukana???
Ngo yariko arabandanya.,😅😅😅 agenda hh😅😅😅
Noe 15 tonnes,harimwo ibiro 15000,umufuko umw ni 50kg,noe harimwo imifuko amajana 300sacs,noe imifuko amajana 300 kuguburira abantu 64 muvyukuri,umw umw yarikubura kweri??nibaz barabasha kko bararendegey kwikwegraka ivyo twategerezwa kugabura
Umukuru w'igihugu ntategerezwa kuvuga iyo mvugo.
Zurabah ninkoni mutama
15 tones ku badandaza 64. Kubera iki uyo muburamatari avuga ko, umwe atari gutwara 234 Kg, ariko abenegihugu bose bakakira iyashoboye kuderenganywa. Aho niho yari kuba abae umuvyeyi mwiza afata cokimwe abana biwe. Mu gisaga ko hariho abadansaza benshi bisukari, ntiwumva ko nubundi arih hari gusigara urugero runini rw'isukari hanyuma mu makomine hari abadandaza bayo bake hagashikayo isukari nke ariko ijanye n'urugero rw'abadandaza bariyo? Uyo mubaramatari yabaye umuvyeyi gito!
Aba bantu bapfa ubusa hakenewe ibindi biwanda bigezweho bihingura nyinshi gusumba kandi birwiza nakazi
Uyu mutipe niwe ukwiye kuyobora uburundi nibura imyaka 30
Umuvyeyi mwiza amenya uko agaburira à ana 15T zarigukwira umwe wese dukeduke. Natahe yaradufukamye munda.
Abantu bagenwa mu mabanga sinzi ko bagwanya umukuru w’igihugu.Nine ko abaha umurongo ntibawukwirikize . Ntagihugu kuri mwo ibiturire n’akarenganyo cotera imbere.Ntagihugu abo bantu bameze uko abanyamitahe boyizana
President of Burundi abanyarwanda turamukundaaaaaa. yateye ikirenge mucya President wacu Paul Kagame. abarundi namwe muraje mwiyumvire uburyohe bwamata nubuki. password izabageza kurubwo buryohe ntayindi ni ugutora Never 100%.
Nevs mdsyishimiye! Uri umubyeyi gito. Shubwo wewe nturi gito gusa, uri igisizimwe cigendera. Wewe icuzi nugutukana kandi igihugu catemvye ubizi wewe uri gito nougitongati
Imanikujimbere neva nukuri yesu akubehafi niwe mukuruwigihugu
Nonese buri wese nabwo afite uburenganzira bwo gucuruza isukari?
Wallah uburundi bwarapfuye hasigaye umuzimu nawe Isukari nawe Ibitoro nonese ibitoro bibura gute?
Kombona bafite ubwobara
Muta jewe kubwanje ndavye guhera kuri ba Gwagasore na bandadaye murarabaneza sogo ntibagucemwe kuko harabimitima mibicaane
Jew mbona buramatari bamurenganije ahubwo igihugu gikenye ibintu iyaba bihari iyongorane ntiyobonetse ahubwo abadd nibatore amahera bivye igihugu nkuko president akunda kubivuga baje kuyirangura hanze igwire murabeko hari abazosubira kugwa,muriyongora none wew iyoni 15 wozigaburira intara yose ?
U burundi 15tonnes igihugu cyose😂😂😂😂😂😂
Turi inyuma yawe nyakubahwa komeza ubakubite inkoni mugahanga izonyanka burundi
Igihugu nta president gifite vyaranze nareke kwiha ba buramatari uruganda rumwe rwisukari rwahaza igihugu cyose koko niwe yari akwiye kubazwa impamvu nta madorari ari mugihugu ngo batumize isukari ihagije
Nimureke guta umwanya. Ntagihugu ci ikwije kibaho na kimwe. Ni mwugurure urudandaza umudandaza wese ashoboye kuja kurangura imfungugwa aje kuzana imfungugwa. Ivyo vyogushaka ko abadandaza bate importa ibifungugwa. Kubera imvo za abandi. Ntibizokunda. Bakwiye kugabanya amakori ku mfungugwa. Bakareka tugakora.
Imvugo irakwiye kujana ningiro,nayahandiho kuvuga abobishobora nibenshii.
This is burundi now 🇧🇮 I really appreciate our president
Nukuri imana imurinde kandi imukomeze 👌👌 👌 i love it 😍 Komera mutama. Ibintu nibikomeza kumeraneza nzotaha ndabona ko biriko biraza
Izobwa nibazihane nukuri kuko ziricigihugu. Our president keep it up 👍 ❤
Gouverneur yarahanywe?
None se isukari ibura gute kd igurwa nkibindi byose?
Isukari
Ibitoro
Sha burundi we urababaje kbs ubonye n'isukari kweli?
Uyo muntu a filma akora muri rtnb😂😂 zero filming skills 😂 aba dd ga mukama
Uyu mugabo areze buramatari yarakwiy kumusubirira
Ariko nyakubahwa isukari niyo izayobora isukari washatse uburyo igitoro ukava muribyo
😂😂😂😂 egooooo mbega urusambo urusuma nako ibisuma vyibereye mubuyobozi
mufite president mwiza cyane utekereza ku iterambere ryigihugu cyanyu. abarundi murahirwa. rero nimwebwe mugomba kumufasha mukamutera courage. mugabo namwe mugatera imbere nkibindi bihugu byose. abarundi turabakunda cyane. ndi hano mu Rwanda. Bravo to President of Burundi. you are in the foot of Bompe Magufuri and HE president of Rwanda Paul Kagame. May God bless us
Natale ntavyo ashoboye yahe is Ukaronka bankunzi cnke niwe wayigurishirije kubayijabukana murwanda. Nyakubahwa turagusavye uyo buramatari umufute, kubisanzwe yaca ava haryana yahejeje gufutwa kuburongozi bwi ntara. Abo bugaboo nibo batukisha umugabwe wacu mwiza cndd fdd. Toa uchafu happy Nakare warubivuze nezako " KUTAHANA IMBWA KUGWIZA IMISEGA" Hahahahahaaaaaaaaaaa nakumiro umugabo muzima kugereranywa nimbwa yumusega !!!😂😂😂😂
Ivy’Uburundi , yemwe, ni amayobera
Eva list yubahwe niwe president twaritunyotewe.
None kwatakibazo babajijemwo murbi numvirije.
Ntivyari vyoroshe kwa buramatari
Inyama mbisi ivyura iyumye zana
Kbs Nyakubawa president Aho ni sawa mukomereze aho
Imana niyo yogufasha Umuvyeyi wacu President of Burundi
Ntiyarakwiye gukurwa,ahubwo yokabaye yaratanze imihoho vuba cane...ntarinde kwimaramaza...cank agatuma avuga ko yari yasamaye agasaba imbabazi😊
Jewe ndakeza cane nyakwubahwa umuvyeyi wacu président Evariste Ndayishimiye Imana imwongerereze inguvu,ubwenge nubumenyi n'imyaka myinshi yokubaho uburongozi bwiwe turabwishimira imbere yiwe ntawigira igihangange nabandi babonerweho ❤❤❤🙏🙏🙏
ivyo uriko uravuga ntabyo uzi, urya si president nakamaramaza,
igihugu kiragiye akagirire timuzoshobora no kukivyura
cndd fdd izogishora mu mwobo igifube
Samandari arafashwe
Babura kotsa birateba
Muburundi tweho twifitiye General Traore'
Imana imugumizeko inkomezi abandanye kumenagura ivyo bihute ngo nindongozi baje kurongora ingo zabo ariko nazonyene ngirango ntazobashoboye gutegeka!!
Umuyobozi mwiza
Good
Evariste Ndayishimiye akunda uburundi kweri. abarundi namwe murasabwa kumvira inama umukuru wigihugu ababwira kandi ntibibe kuzumvisha amatwi byonyine ahubwo mukazikurikiza bityo muzikura mubukene mumazemo imyaka amajana. rero iki nicyo gihe cyo gutekereza 2 mugashyira hamwe mukubaka igihugu cyanyu mugatera intambwe nkiyo u Rwanda rwacu rwateye.
Hahahahahah mbega yemw Gouverneur muzima agatota nkuko kweli ????😅😅😅
Gusa intwaro ibereye niyoyarikwiye gutsimbatazwa , nkaho buramatari yarakwiye gukurwa vyihuta
Nibaz baraduha natw abantu batobato barek kwikorana
Nibareke umuntu umurundi wese
A bishoboye aje kurangura isukari bareke kuyitugerera Ku rushi nk'uko umengo n'imfashanyo Ku ya HCR.
Icokintu uvuze ni ukuri
Sosumo se niki?nimba idashoboye kandi koko ntishoboye kugaburira abarundi.mworetse abanyamahanga bakaza kuhakorera busness abenegihugu bakaronka akazi!!!!
Muzotembere zambia 🇿🇲 mozambique 🇲🇿 muzokwika vyishi ko igihugu iyocikunze ntakintu kigerako
Iyudashoboye urafashwa
Le
Uri se barundi pee
Umushikiranganji wunudandaji ari weak ntakazi ashoboye sinzi nimpamvu akiri umushikiranganji,bizoguma uko kugeza ico kibanza kirose umukozi mwiza
Ndagapfa notarized igiturire kumbe Kimura mwenenuko!!! Umugabo muzima yasigaye akubita Amanda nkinyo yagaharo kagize Nabi. Ndorya bike niryamire kare.
Pole sana 😂😂😂
Haahaaa, Buramatari n'umuvyeyi gito komesha😂😂😂
Aba dd turateye isoni none isukukari habanza kuba debat gwize umwimbu gusa ntakindi gikenew
Mashaliki tv kuberik mutadushirirak akavideo gatoya ntitubone nez iyibintu vyaherey
Hhhhhhh
😂😂😂😂
Mutama hoye komera komera
Akantu numvisemwo ni kamwe, "abo bayitoye ntibari nagaha bari mugasho kubera twarabafashe"😂
O
Burigihe Akanyuma niko kaba kabi🤣🤣🤣🤣buramatari rero sasa ungene azura amaso😂😂😂😂
Muvyeyi wu Burundi ndakwemeye
Kuberiki uwu mu gouverneur aruhisha son excellence 😢😢
Ariko bashiraho ba buramatari bibigoryi gutyo vrt.namukure ahonyene agende agenye uwundi
Igisirimba
Umu type yariko acira mw’ijambo président ????
Nabadandaza ntibakundanda ntibavugisha ukuri niyongorane dufis mugihugu
Yun
Bb
Komesha mutama😮😢😂😂😂😂
My president ! Niyubahwe !!!
Hhhhh buramatari
Nyakubahwa hejuru cane buramatari nawe urantwengeje pe ngobari mugasho
Live long Mr président
Burundi is my beautiful country I like how our president doing is like jony pombe magufuri
Iconzi neza ntakekeranya nuko Imana ivuze ngo baho ubaho kuko ijambo ryayo rirema rero guma kumvi dusenge kuko Umuvyeyi wacu ashobozwa vyose niyimuha inkomezi nayo siyindi Christo Yesu kuko iramuzi kandi iramusobanukiwe Kandi noneho naho zitontoma ziraziritse ntankeka Uhoraho ari. Muruhande rwiwe uwomurwanya yoband????????
Ati gutahana imbwa birwiza imisega
UBURUDI BURI MUNYISHU
ASANTE BABA WA TAIFA