Ku nama: Hokorwa iki kugira amatora yo mu mwaka wa 2025 na 2027 azobe ayizewe na bose?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
  • Mu gihe himirije amatora yo mu mwaka wa 2025 na 2027, hari imigambwe yidoga ko ata mwidegemvyo ifise mu gutunganya ibikorwa vyayo ku rubuga. Abatumire Agathon Rwasa arongoye umugambwe CNL, Olivier Nkurunziza arongoye umugambwe UPRONA na Francis Rohero aramutswa umugambwe FPI baravuga uko babona ibijanye n'umwidegemvyo w'imigambwe hamwe n'icokorwa kugira icuka kibe ciza.

ความคิดเห็น • 317

  • @nduwayogerard4166
    @nduwayogerard4166 12 วันที่ผ่านมา +2

    Good speech of excellence Gwasha😢

  • @AlexisNdayiragije-j4y
    @AlexisNdayiragije-j4y 16 วันที่ผ่านมา +3

    Rwada shigikira rohero

  • @budisigodsgood
    @budisigodsgood ปีที่แล้ว +33

    Ikiganiro cakamaro caane kuri twebwe abarundi❤❤❤gwasa barikobaramugwanya caane arko nibemere ntanganji ihoraho kandi bagiye barabisimanya ntamacakubiri asubira kuba nibarekure imitima yazitanye

    • @SylvestreNdereyimana
      @SylvestreNdereyimana 7 หลายเดือนก่อน

      0p0ppp0000000000pp0pp000 mm 0pp0p000ppp0p0p0p000 22:17 22:18 😊

    • @DorotheeNduwimana
      @DorotheeNduwimana 3 หลายเดือนก่อน +2

      Ihinduka ryukuri turyiteze kwa Muzehe Hon.AGATON RWASA

  • @MoussaAbamtaki
    @MoussaAbamtaki ปีที่แล้ว +8

    Cnl Imana imbere

  • @suadonahayo
    @suadonahayo ปีที่แล้ว +15

    Rwase hejuru

  • @MugishaEnock-qq7ep
    @MugishaEnock-qq7ep 11 หลายเดือนก่อน +5

    Mwateguye ikiganiro ciza cane❤❤

  • @violetteniyonzimaimanaiguh7208
    @violetteniyonzimaimanaiguh7208 2 หลายเดือนก่อน +4

    vyukuri mugihe ROHERO ndumva yobogora uburundi kure cane niho ndamwifurije💪

  • @theontaki8062
    @theontaki8062 ปีที่แล้ว +16

    Imana ntanzigo irafise inzira nyishi kandi zizewe zo gutabara abayo bizofata intumbero nziza kurusha ivyo tubona mu Gihugu

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 ปีที่แล้ว +51

    Cnl nubwo boyibuza kwiyamamaza tuzoyitora !!!!

    • @prosperirambona2134
      @prosperirambona2134 ปีที่แล้ว +2

      None kuyitora bisigura kwica itsinda?

    • @ShirambereNoelibere
      @ShirambereNoelibere 11 หลายเดือนก่อน

      Xiwuwj. K. I 😊😊😊😊😊😅😊😊😊😊😅😊😅😊😅😅😊😊😊😊😊😅😊😅😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊

    • @MinaniAppolinaire-r1t
      @MinaniAppolinaire-r1t 11 หลายเดือนก่อน

      Nimbanyene. Itotsinda Kandi twayitoye haba habahayiki?? Ndengana mwanyakubahwa!!!!

    • @LievinKarikumutima
      @LievinKarikumutima 9 หลายเดือนก่อน

      Oyàaaaa yesu yaraje hhh!

  • @MireilleKezimana-fj3cd
    @MireilleKezimana-fj3cd ปีที่แล้ว +26

    Rwasa bariko baramunyunyura goose baramuhohotera cane nkahumenga bamuretse yohavura abakura .

  • @lewisshotit
    @lewisshotit ปีที่แล้ว +21

    Rwasa you are my Idol❤

  • @ToyiErrisa
    @ToyiErrisa ปีที่แล้ว +10

    Rwasa tujogutora ijanakwijana

  • @Jospin-Noel
    @Jospin-Noel ปีที่แล้ว +17

    F.P ineza 🍊
    Umushingantahe ROHERO niwe munyepolitike uburundi bwari bukeneye, ni koko akarorero k'umunyepolitike abereye

  • @Kfkdkdlxkdk
    @Kfkdkdlxkdk 9 หลายเดือนก่อน +6

    We love you papa RWASA AGATO❤❤❤❤ Imana yomwijuru ikomeze kubazigama.ikiganiro ciza cane cakamaro nyenicubahiro womwojuru natwe aturabe ryiza ❤❤❤❤

  • @msholozizuma5428
    @msholozizuma5428 หลายเดือนก่อน +3

    Honorable AGATO RWASA my future President
    Ntawundi tuzo tora atari wewe
    ABARUNDI duguhanze Amaso.

  • @hassann4209
    @hassann4209 ปีที่แล้ว +6

    Kubona ROHERO atatowe kurongora igihugu twahahonvye cane , kuko birunvikana ko azi ico avuga.
    RWASA nyene nurusaku gusa.

  • @Irakyves
    @Irakyves 10 หลายเดือนก่อน +2

    Francis Rohero nuko nyn muburundi tudatora ivyiyumviro bose arabarenze❤

  • @ManirakizaThadde
    @ManirakizaThadde ปีที่แล้ว +7

    Komera cane Mutama Rwasa

  • @niz21idi59
    @niz21idi59 ปีที่แล้ว +6

    Francis nubwambere ndamwumva vrema arazi kwisigura kandi umengo arazi icarico uburongozi.Imana n'imuje imbere ijimbere n'uburundi n'abarongozi bose bahari uyumusi aho bavabakagera.

  • @Sebarazingiza
    @Sebarazingiza ปีที่แล้ว +8

    Hariho abavuga ngo: IGIHUGU KIGIRA ABATEGETSI BIJANYE. Abarundi nabo nyene bafise abarongozi babakwiye kuko benshi muBarundi turabarenganya nta niveau barashikako yokugira abategetsi nkaba bari muriki kiganiro. Hariho incabwenge/Abashingantahe mugabo ntiharagera ko aBarundi bumva ivyo bavuga. Turacari kure, turacakeneye kw'igishwa.

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 8 หลายเดือนก่อน +1

    Gwasa ko tumutora bagaca bamwiba amajwi nubu tuzomutora gusa ntazosubire kwemerako bamwiba amajwi ❤❤❤❤

  • @innocentwasafi7787
    @innocentwasafi7787 11 หลายเดือนก่อน +3

    No matter what Agatho Rwasa atakua kiongozi wa inchi ya Burundi

  • @Anithangabire
    @Anithangabire ปีที่แล้ว +4

    Sangwe cnl❤❤❤

  • @DinisDesire
    @DinisDesire 24 วันที่ผ่านมา

    Turagushaka mutama turinyuma yawe❤❤❤❤❤

  • @habonayobonaventure7817
    @habonayobonaventure7817 23 วันที่ผ่านมา

    Mugire amahoro Ava ku Mana.
    Ikibazo ku bwanje ni séparation des pouvoirs.
    Ubutungane bwigenge, leta yingenge, abatora amategeko bigenge. Iyo niyo ntwaro rusangi.
    None dukore iki ngo ubutungane butungane koko? Ukwirukana akarenganyo bihera mu mutima wa zina muntu!
    Murundi we, reka kurenganya mwene wanyu.
    Kuko ejo yokwihora.
    Naho atokwihora ntuzotekana. Nta mahoro Ava ku nabi narimwe❤❤❤❤❤

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 2 หลายเดือนก่อน

    Turagukunda❤

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 ปีที่แล้ว +6

    Vyoba vyiza muburundi hari imigambwe 4. Kubera uburundi nibutoya cane! Kandi mumyaka mike hagiye kuba intara 4.

    • @DrangonsDjuma
      @DrangonsDjuma ปีที่แล้ว +1

      Rws nibamurek

    • @newafricanforum
      @newafricanforum 2 หลายเดือนก่อน

      Even the US has just 2 parties, really😂

  • @AngerobertMpundu
    @AngerobertMpundu 11 หลายเดือนก่อน +4

    Ikiyago ciza cane respect isanganiro 🤗🤗

  • @EricNshimirimana-x9o
    @EricNshimirimana-x9o หลายเดือนก่อน

    Agatho rwase turamwemera caneeeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 หลายเดือนก่อน

    Nukuri ivyomuvuga nivyizacane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ArakizaKpeace
    @ArakizaKpeace ปีที่แล้ว +2

    Respect Rwasa

  • @hpmobile7874
    @hpmobile7874 7 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤hejuru mutama rwasa

  • @ndihokubwayoaudace6352
    @ndihokubwayoaudace6352 11 หลายเดือนก่อน +2

    Tekana mutama agatho abarundi isinz turinyum yawe

  • @Umweranda_BIHOME
    @Umweranda_BIHOME ปีที่แล้ว +13

    Sangwa F.P ineza🍊
    Uburundi buzokira ......ntitwari tuziko uburundi ntibwari buzi ko buzosubira kuronka umunyepolitike azi ivyarimwo afise n'intumbero y'ukuri ashaka guha iki gihugu cacu cigorewe kiguma mubibazo bitagira umutwe namaguru

  • @kagasaclovisTV
    @kagasaclovisTV 6 หลายเดือนก่อน

    Mzangutora woe ndangukunda cyan ❤🎉

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln ปีที่แล้ว +1

    Mutama rwasa turamukunda💪💪👆✌

    • @LievinKarikumutima
      @LievinKarikumutima 9 หลายเดือนก่อน

      Imana twayihaye ikibanza cambere cndd fdd tsindaaaa ntibakorako

  • @JosueNsengiyumva-ch7mh
    @JosueNsengiyumva-ch7mh ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤❤❤❤ ikiganiro ciza cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @MugishaJeremie-jy4vo
    @MugishaJeremie-jy4vo ปีที่แล้ว +1

    Ikiganiro c'inkoramutima❤🇧🇮❤️

  • @EmmanuelHimekiller
    @EmmanuelHimekiller 11 หลายเดือนก่อน +1

    Ok Mutama Rwasa turinyuma yawe

  • @ZabulonNiyonsaba-fh1gt
    @ZabulonNiyonsaba-fh1gt ปีที่แล้ว +4

    Agathon Rwasa Imana imube imbere

  • @LéopoldTUYISABE
    @LéopoldTUYISABE ปีที่แล้ว +9

    Rwasa juu zaidi

  • @DinisDesire
    @DinisDesire 24 วันที่ผ่านมา

    Rwasaa hejuru❤❤

  • @SengiyumvaMonicka-ug2jv
    @SengiyumvaMonicka-ug2jv 9 หลายเดือนก่อน +1

    Tuzohurira cane agatho tekana ahuri hose

  • @kagasaclovisTV
    @kagasaclovisTV 6 หลายเดือนก่อน

    Rwasa niwewe cungu yuburunda mzangutora 100/100 🎉❤

  • @jeaninendayishimiye6623
    @jeaninendayishimiye6623 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤ Rwasa Irambire muvyeyi.

  • @Jules_Ariella
    @Jules_Ariella ปีที่แล้ว +4

    F P ineza yubahweee ntacakuruhandee❤

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 ปีที่แล้ว +4

    ❤❤❤

  • @MuhireChristian-pv6bh
    @MuhireChristian-pv6bh 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ndi umunyarwanda ark uyu Mugabo ashobora kuba yarusha ibitecyerezo bizima ,never. Bamuhe igihugu ayobore abarundi. Viva 🇧🇮

  • @prosperirambona2134
    @prosperirambona2134 ปีที่แล้ว +5

    Olivier nawewe waravuze ijambo ryinyarigabo👍

  • @EdyssaVyizigiro
    @EdyssaVyizigiro 3 หลายเดือนก่อน

    Rwasa wubahwe🎉🎉🎉

  • @dj_clover257
    @dj_clover257 10 หลายเดือนก่อน

    Rohero N'umugabo Mwishwanje💪

  • @jeandedieundihokubwayo1379
    @jeandedieundihokubwayo1379 ปีที่แล้ว +1

    Ikiganiro ni ciza cane, ark Isanganiro, munagure ubwiza bw amashusho muduha, muduhe meza kurusha !

  • @MelanceJimmy
    @MelanceJimmy 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤ mwubahwe kwr

  • @bayiramyedanielkolenda2141
    @bayiramyedanielkolenda2141 ปีที่แล้ว +2

    Nta ngoma idahanguka murasoma Bible hari benshi Bible uvuga banditse amateka ariko Imana yasizeho izindi nzira ibintu birahinduka

  • @DM-li2kf
    @DM-li2kf 5 หลายเดือนก่อน

    Ndakunda F. Rohero.
    Afise ivyiyumviro birashe ...

  • @NibitangaFabrice
    @NibitangaFabrice 10 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤sangwa cnl ya Agathon rwasa

  • @KuruboneGerard
    @KuruboneGerard 9 หลายเดือนก่อน +1

    Please turipfuzako amatora akurikira ko botunganya inzego neza kugirango amatora aze ahimbare abenegihugu ntibisubire kubaba ikibazo nkivyo twahitiyemwo😢 Agato Rwasa tukuri inyuma umugambi ni wawundi ntitwivuguruza turizerako neza uyu mwaka dushaka ubuhinga bwemewe namategeko atakarenganyo karimwo

  • @ReubenFeitoto
    @ReubenFeitoto ปีที่แล้ว +1

    ❤❤CNL❤❤imana imbere

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 ปีที่แล้ว +1

    Bwana Agathon Rwasa umugambwe sikoti bagushineyeko reka habe democracy mumugambwe wanyu abandi nabo bitoze.

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wy 11 หลายเดือนก่อน

    Rwasa ❤❤❤

  • @NzisabiraJonathan-z2z
    @NzisabiraJonathan-z2z 10 หลายเดือนก่อน +1

    Icombona nuko ROHERO atoba umunye politique, ahubwo yarakwiye kuba umu formateur wabanye politique bose muburundi, kugira bose bamenye ivyo barimwo, kubisanzwe akwiye gushigwa hejuru

  • @BIHOMENiyokwizera
    @BIHOMENiyokwizera ปีที่แล้ว +2

    FRANCIS ROHERO 🍊
    🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @newafricanforum
    @newafricanforum 2 หลายเดือนก่อน

    I left the country like 20 years ago .... and it looks like nothing has changed since then 😢

  • @jeanbucumi581
    @jeanbucumi581 2 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉

  • @Linda-c6h7t
    @Linda-c6h7t 2 หลายเดือนก่อน

    Turabumva❤

  • @JustinIrambona-dd4rm
    @JustinIrambona-dd4rm ปีที่แล้ว

    Francis Rohero❤️❤️❤️

  • @VianneyNiyomwungere-y1l
    @VianneyNiyomwungere-y1l 2 หลายเดือนก่อน

    👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍 5:17

  • @etienneniyorugira4444
    @etienneniyorugira4444 11 หลายเดือนก่อน +1

    ntamakuru ufise wew nurabe ivyawe urekana na cndd-fdd kuko numusozi

  • @jesusniyimbona
    @jesusniyimbona 11 หลายเดือนก่อน +1

    Niwirambire gwase turagukunda knd tuzogutora

  • @jeandedieundihokubwayo1379
    @jeandedieundihokubwayo1379 ปีที่แล้ว +4

    Politique ya Francis niyo yambere itomoye ! Ntiyaribwabeho mu Burundi, nsabe abarundi kumutiza ugutwi n umutima

    • @nellykwizera1989
      @nellykwizera1989 11 หลายเดือนก่อน

      Vyukuri araciye ubwenge

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 8 หลายเดือนก่อน +1

    Muzambarize Rwasa uko abona CNDD na UPRONA ya kera

  • @PascasieNizigiyimana-se7ti
    @PascasieNizigiyimana-se7ti 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ariko kuki mutatumiye Abo muvuga batahari mwari mukwiye kuzogisubiramwo nabo muvuga bumva kugira twumve nabo bisigure twumve

  • @asile-charnelkn9947
    @asile-charnelkn9947 22 วันที่ผ่านมา

    Rwasa! Umwana w'imyaka 18 yotwara igihugu 😢

  • @Alexandrendyakarika
    @Alexandrendyakarika 10 หลายเดือนก่อน +1

    Uyu mu menyesha makuru ni nde ?ubwo si "Toyi Vestine"?

  • @DianeNahimana-rx6xz
    @DianeNahimana-rx6xz 10 หลายเดือนก่อน

    Cane turabumva ❤❤❤

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 ปีที่แล้ว +3

    Nonese iyi Sanganiro ni sentare urikwitwaramwo kugirango bagutunganinirize!!!????

    • @lewisshotit
      @lewisshotit ปีที่แล้ว

      Ziba

    • @kijanyabastino2534
      @kijanyabastino2534 11 หลายเดือนก่อน

      Uri igipfu,cnl oyeeee,bitebe bitebuke cnl izotwara igihugu

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye4183 ปีที่แล้ว +2

    African muri rusangi tuyobowe nibikoko,sinumva ukuntu umugabane wogira ingwara imwe,Raba mugwanda,tanzania,ouganda,za Senegal Kuba umu oposant bigna nugufungwa kwica Kandi umuntu yobozi wese akora ivyo nuko ataco ashoboye ,SADC niyo iriko igerageza kuyobora neza kndi nayo iteye imbere si ngaho iwqcu iterambere riguma kuri micro

  • @elishahezekiah7049
    @elishahezekiah7049 ปีที่แล้ว +1

    Francis ndamushigikiy 100%politike business

  • @ClaudeNduwimana-t6n
    @ClaudeNduwimana-t6n 7 หลายเดือนก่อน

    ❤Komera mutama

  • @JeanBertrandIhuwizeye-qd2sw
    @JeanBertrandIhuwizeye-qd2sw 9 หลายเดือนก่อน

    Urumunyabwenge kbx !! Ijambo uvuga riratomoue pee

  • @athanasendikumana9464
    @athanasendikumana9464 7 หลายเดือนก่อน

    Niharambe H. Agathon

  • @prosperirambona2134
    @prosperirambona2134 ปีที่แล้ว +1

    Mutama fransis urumugabo

  • @claudeniyonkuru2442
    @claudeniyonkuru2442 ปีที่แล้ว +5

    Amatora yognda neza yizew nabose mugihe imigambwe yose yobifise kwitegemvya igakora. Kumugaragaro atagukumirwa bose bakiyumva batekanye.

  • @achilentNaweyi
    @achilentNaweyi 3 หลายเดือนก่อน

  • @ElieNduwumuremyi-ed1wk
    @ElieNduwumuremyi-ed1wk ปีที่แล้ว

    Honorable Olivier yarakwiye kuvuga Aho abakurubimitumba bababujije gukora

  • @esperanceniyukuri8197
    @esperanceniyukuri8197 21 วันที่ผ่านมา

    CNDD-FDD Umugambwe warokoye I gihugu 🤌Niwo🇧🇮 dufise ubu tutari kuba dufise 🤌

  • @ReemAl-Qahtani-se6bl
    @ReemAl-Qahtani-se6bl 10 หลายเดือนก่อน

    Noé bamutinyira iki nibarek Bose baje kwitoza Hama uwobazogena nuwonyene

  • @ClémentNdinduruvugo
    @ClémentNdinduruvugo 5 หลายเดือนก่อน

    Ndagize mwiriwe,mutama Rohero atange fone akoresha

  • @haircutstyleofficial4698
    @haircutstyleofficial4698 ปีที่แล้ว +2

    Rohero wubahwe uvugana Ubuntu budasanzwe namutama AGATHON NABONYE KOYAKWEMEYE NDABASABE MUGIRE CORABO😅😅

  • @munezerozion7580
    @munezerozion7580 ปีที่แล้ว

    freedom of speaking

  • @NimbonaRegis
    @NimbonaRegis 10 หลายเดือนก่อน +1

    Isanganiro turabakeje nimutugwirize ibiganiro nkivyo umucarubanza n'imana yonyene

  • @DushimeElyse-m4u
    @DushimeElyse-m4u 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂Yoooo kugez yesu agarutsr

  • @RiyaziFrancois
    @RiyaziFrancois 10 หลายเดือนก่อน

    Nivyiza

  • @CeleusHARERIMANA
    @CeleusHARERIMANA ปีที่แล้ว +1

    Rohero kumenga arasobanukiwe uburongozi canee

  • @EricNganda
    @EricNganda ปีที่แล้ว

    ❤❤❤ 23:38

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 ปีที่แล้ว +3

    Mutama sezera politic intuma yiyu manda urimwo mu 2027 ubushingamateka usezere

  • @ndayishimiyerenovat3840
    @ndayishimiyerenovat3840 10 หลายเดือนก่อน

    Ndakunze Francis Rohero. Tuzoguha amajwi . Wubahwe

  • @LadislasHarerimana-ix1ke
    @LadislasHarerimana-ix1ke 10 หลายเดือนก่อน +1

    Eee uwomugabo angana na paul kagam kwakaze muri cerveau

  • @mbonyumugenzijules9345
    @mbonyumugenzijules9345 ปีที่แล้ว

    CNL hejuru can ❤❤❤

  • @LéonidasNiyongabo-nd5
    @LéonidasNiyongabo-nd5 20 วันที่ผ่านมา

    Agaton rwasa ndakwipfurij kurongora uburundi