SIMBIZI ntaco Asigiye DOUBLE JAY 😱 Yavyaye IKIVANGUNDU..||twajanye kugura INDAYA umunsi 1 Duhura

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ก.พ. 2025

ความคิดเห็น • 41

  • @YagaTech208
    @YagaTech208 13 วันที่ผ่านมา +3

    Akazi ko kuvuga #Mwamikazi😂

  • @donnar3790
    @donnar3790 13 วันที่ผ่านมา +19

    Simbizi ndakugaye cane, umwana wawe ntuzohore umwaturisha amajambo nkayo ngo" nikivagundu" wapiiii kandi umwana ukwavutse kose numugisha uvakuMana, ayomazina nukureka kuyita abana kubera umuvyeyi amajambo watura kumwana wawe canke umwaturisha uburiko urarema.
    Please reseau social ntiziguteshe agaciro nkumuvyeyi

    • @ChristabenichouNiyongabire
      @ChristabenichouNiyongabire 13 วันที่ผ่านมา +2

      Uwo je haraho nibaza kwatagira ubwenge nukuriii, ndamwankaa nkamubona pe🤦

    • @Alinebella-Niyogushima
      @Alinebella-Niyogushima 13 วันที่ผ่านมา +2

      Nukuri ntazoze aratura amajambo mabi kubana bizobakurikirana mubuzima nukubaturako ivyiza basha

    • @adriang.
      @adriang. 12 วันที่ผ่านมา +1

      C'est dommage nokubona amuzana imbere ya camera 😢😢 akavuga ibigambo nkivyo

  • @PrinceNinzizaaymar
    @PrinceNinzizaaymar 13 วันที่ผ่านมา +1

    Anywa urumogi rwishi keep shinning double jay hejuru cn🔥🔥🔥🔥🔥

  • @DianeDushime-v1n
    @DianeDushime-v1n 13 วันที่ผ่านมา +2

    Ikivagundu umwana Imana yaremvye kweli??? uratukanye pe! Imana ikubabarire pe!

  • @cyizamalickdedieu2726
    @cyizamalickdedieu2726 13 วันที่ผ่านมา +2

    shn Simbizi akwiriye kwisubiraho kweli kko ibyo avuga ntabwenge nabukeyi burimo ntakinu nakimwe mubyo avuga vyakwigisha abamukurikira cane ugwaruka ama nouveau génération

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 12 วันที่ผ่านมา

    Semavumba hejuru caaaane ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @IreneNyarwaka
    @IreneNyarwaka 13 วันที่ผ่านมา +1

    double J ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 13 วันที่ผ่านมา +5

    Ariko maman w'uyu mwana arihe? Ibaze ivyo bijambo abwira umwana. Urazi ko uriko urica umwana? Umwana azohava akura ata self confidence agira. Abonumengo abandi bana harico bamusumbije kubera umwita ikivangundu😢 sigaho kwica umwana wawe mubwire ko ari mwiza, intelligente, yaj mumushashaye mumukunda muti twakwise mugisha kuko uri mugisha ku bavyeyi bawe n'umuryango. Even if tu es son père tu n'as pas droit y' ukumwonona m' umutwe. Please naho ntakuzi naw utanzi akira conseil ugeragez uhindure pour le bien de ta jolie fille

    • @stevekubwimana2119
      @stevekubwimana2119 13 วันที่ผ่านมา

      ❤❤🎉uvuz amajambo meza cane nukuri ikibazo nuko uwo simbizi naho umuntu yorara arahanura ntiyumva.

    • @monameyahve3060
      @monameyahve3060 13 วันที่ผ่านมา

      Yakuze abwirwa gutyo

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 13 วันที่ผ่านมา +1

    Simbizi wa Semavumba❤❤❤❤

  • @willboy5899
    @willboy5899 11 วันที่ผ่านมา

    Ako kana ngo we witwa gute?#akavangundu nakajwi gatuje😁

  • @AXELLAassia
    @AXELLAassia 13 วันที่ผ่านมา +2

    😂😂😂😂😂nukur simbizi naho nobandemvye sinosimb ntaravy ikiganiro ciwe😂😂😂uranyeguye

  • @Alexis-j1u
    @Alexis-j1u 13 วันที่ผ่านมา +1

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @chadindayishimiye5280
    @chadindayishimiye5280 11 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂ngw'akavagundu

  • @aphillanduwayezu3147
    @aphillanduwayezu3147 12 วันที่ผ่านมา

    Ahwiiiiiiiiii ndahwereyee basii hhhhhhhhhhhhhhhhhh eweee se mavuuuu weeeee hhhhhhhh

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 13 วันที่ผ่านมา

    Simbizi ikiganiro ciwe ngomba kukiraba ariko nareke kuza avugisha ibijambo bibi😊😊

  • @LeisurePUB-jb7zg
    @LeisurePUB-jb7zg 13 วันที่ผ่านมา +1

    Ndagusabiy guhanwa namategeko urarengera

  • @stephaniegirukwishaka6974
    @stephaniegirukwishaka6974 12 วันที่ผ่านมา

    Akabaju gasa nase

  • @BerniceAkimanaKM
    @BerniceAkimanaKM 13 วันที่ผ่านมา +1

    Simbizi nikigugu kl nkuyo mwana ariko abwira ng nakavagundu kakama gasubiramwo nibibazo

  • @Capitainedelacapitale
    @Capitainedelacapitale 13 วันที่ผ่านมา +1

    😅😅

  • @orafu-g5l
    @orafu-g5l 13 วันที่ผ่านมา +1

    ikibwaaa

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 13 วันที่ผ่านมา

    Hhhhh ewe simbizi reka kuntwenza ikivagundo

  • @niyonkuruolivier4808
    @niyonkuruolivier4808 13 วันที่ผ่านมา

    Ako kantu kabamama namacupa muri mubambe 4ème min 15 karanyish

  • @gloriaingabire8902
    @gloriaingabire8902 13 วันที่ผ่านมา +1

    Simbizi iryo jambo ukoreshej siryo kbs umwana wawe kweri kumwaturako iryo jambo kndi ur'umuvyeyi!?oy kbs ivyo ntagaciro bigyhesh

  • @bukurufreddy28
    @bukurufreddy28 13 วันที่ผ่านมา

    😅😅😅😅Akokana ngo nakavagundu hahaahaha

  • @ZuwenaZuzu
    @ZuwenaZuzu 13 วันที่ผ่านมา

    Ukwiy kwambara Della vrmt kuk wibaraguz gusumvy Les femmes.

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 13 วันที่ผ่านมา +1

    None umwana niyakura akamenya ikivagundu icarico urumva azokwiyumva gute?

    • @Semavumba
      @Semavumba 12 วันที่ผ่านมา

      None ntiyabonye mariage yabavyeyi biw3

    • @Hunterdonyhn
      @Hunterdonyhn 12 วันที่ผ่านมา

      None ababonye mariage zabavyeyi bitwa ibipfagundu?

  • @DianeIradukunda-u9l
    @DianeIradukunda-u9l 13 วันที่ผ่านมา

    Uwo mugabo ngo nisimbizi aranshisha nukur ibintu kivuga

    • @boscoconkunze1068
      @boscoconkunze1068 12 วันที่ผ่านมา

      none agushisha umukurikiranira IKI? Harya nawe ntubuze Abo ushisha😂😂

  • @Akanovero
    @Akanovero 13 วันที่ผ่านมา

    None simbizi uwokwitira umwana ikivangundu womwiruka inyuma. Wewe uriko uhanura abandi kuza barashira abantu mumago cari ciza zurabwira umwana ivyo bangana kandi ngo voyous none ntumushoboye cank ni voyous kugira abandi bana bamutinye cnk bamwubah Erega azohava akumirwa Kandi ashobora no kuba aggressive kurera mugenzi ntivyoroshe urigengesera

  • @fabricebaregensabe5833
    @fabricebaregensabe5833 12 วันที่ผ่านมา +1

    Mbe none vous avez un seul invité éternel. Ama title tjrs ngo " ntaco asigarije... Manque de créativité kabisa

    • @Semavumba
      @Semavumba 12 วันที่ผ่านมา

      Niwe ukunda kuraba

  • @IradukundqLydia
    @IradukundqLydia 13 วันที่ผ่านมา

    Abantu mugum muvug ng yatukany ikivangudu sigitutsi nik kera bavyit n ruguru nik nubu babivuga

  • @nsabiyumvaezechiel2745
    @nsabiyumvaezechiel2745 13 วันที่ผ่านมา

    Wa mushenzi we ubundi wewe ubuze umurizo ahandiho urimbwa muri make uri imbwa itagira umurizo