Ntuhitiranye no mu Burundi, mu Rwanda hakora amategeko, nti hakora ka mwana wa mama, ubutungane bwabo bukorera ku bimenyetso (facts) ... Bagendeye kuri enquêtes na facts, basanze uno muntu yera baramurekura, ivyo n'ibisanzwe ...
@@NosaFamilleuravuga ibinyoma aribyo gereza irimo abakoze ibyaha ntamoko tugenderaho mu rwanda turi bamwe hanyuma nyiri channel ukanda like kuri iyi comment wayisomye? Cg urabishyigikiye nawe
Pole sana Manager wa kirikou na double jay✊🏼Ikiganiro kize kubabera inyishu yibibazo mwari mumaze imisi mwibaza
What'up!! Umva man uzagende bazayaguha, witinya nayawe. Ndi murwanda ndabemera sana!!!
humura bro wowe nutinye uzagaruke ibiceri byawe bazabigusubiza murwanda🇷🇼 namuntu wakurira amafranga yawe itegeko rirakurikizwa😮😮
@@RutayisireLeog yobatabazi ikibi ninzigo mufitiye abarundi yogaruka mukagenda mutahaye nyina 😂 nimuyarye namww ibibahanze sibike Nimana yamukiyeyo ninde afungigwa mugwanda ngwaveyo mutamwishe ww wibagiye kizito na jay polly mugabo uzogenda uyitorere muhu ureke gushuka umuhungu wacu amagara arutaamajana aho yayakuye haracariho azongera ayaronke
Pole sana hama twege gukunda ivyacu hanze baradusuzugura sana kand ntarukundo badufitiye No love
Ntawamusuzuguye yazize inshuti mbi atabizi mu rwanda ntibagayana kandi nigipolice carimukazi kabo
Pole xna brother
be strong bro
Mr igifi kinini❤❤❤❤
IYO MIHIMBIRI NIBAJE BAYIFUNGA IREREKWA NTIBONA, ABANYARWNDA MENYA KO ATARI ABAVUKANYI, NINZOKA ZIGENDERA, NINDYADYA KUVA HEJURU GISHIKA MUMBARI, MWAGUMYE NGAHA MPAKA HAGEZE KWUBAHANA, KANDI WIN WIN, BABAFUNZE BABAGAYE BAKIRIKO, MWISUKIRAYO NKAMAZI KUTUMARAMAZA GUSA, UBU AMAHERA MUMUZIKI ARAHARI MUBURUNDI
Ukwiye gushima Imana bro, case ya drogue iba irenereye cyne…! 25 ans, gusa amaranga yawe aratekanye … bazayagusubiza.
Pôle San br ntamvur idahit iman ntiheb uway ❤❤
Pol sana Mr Vuitton
Pole sana cuzo
Uzagende hamwe wabanje gufungirwa bazayaguha nabandi barayabaha pole sana
Mugomba mumushuke yarabacitse none mugomba agaruke mumwice ? Twarabamenye abanyaru
Yicwa nande kwel ujyuvuga ivyuzi murwanda bari safe sivyo @@nibayubahesamuel8569
Impamvu babikajije nuko warukurikiranweho gucuruza ibiyobyabwenge 😮😮
Pole sana mon frère 😢
Sorry bro 🙏🏾✍🏼
1. Wewe wisanze ahantu hatariho mumwanya utariwo 😞 Selon yukunu justice 🇷🇼 ikora Ibimenyetso nivyo bikora so ntakimenyetso kikwagiriza ivyo vyaha baronse 🙏🏾 That’s Why uri FREE
2. Amafaranga yawe arahari bro anytime usubiriye KGL uzogende kuri RIB usabe aide bazogufasha bro 😢 nimba ufise nkama transactions yamahera ya Kirikou bamurishe nama contrat ya show vyoba vyoroshe. Man KEEP IT UP 👍🏾
Brother ntashene idacika nawe yacitsee awana twaraguhize kuri fone turahebura muta icarigisigaye kwari gusaba dua kumana ikugarukane amahoro kandi vyakunze mta karibu sana iwanyu mugihugu cacu ciza c'Uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 turagukunda cane broo imana ikuzigame nubuzima burebure ibuguhe
ikiyobyabwenge abari case ikomeye ino bisaba kuba ufite ibimenyenso kugirango uhivane, naho abarundi bamwe muhita muhuzibintu na politiki sikobikorwa hano nibaharigihugu nzi umunyamahanga atahohoterwa n'urwanda
Landry, sinzii uko noyita reka mvuge Intro zawe ziri down hindura papa, 30 à 45 sec zirii suffisant, Merci🥰🥰
Pole sana bro
Ushimiri Mana kubera warumurundi iyucyiba urumu nya Rwanda ubucyurimo ushimirimana kubera wrumu nyamahanga
Pore kweri
Pole saaana mwenewa akagayo abanyaru batugaya imna izokadukura
Gabanya kwikunda muze none Bruce na nyaxo ntimwabafunze muga hakoze amatejyeko barafungugwa nkuko nuwo vyagenze gabanya iguti rero nibisanzwe
So sorry
Murwanda niwe wasamaye amafranga barayasubiza
Uyu murundi ni umwana mwiza ntago abishiramwo politique nkabandi babikora uko gusa iciza ntawamukubaguye ngo nuko ari umurundi Ntago bigeze bamushiramwo kukuvangura kuko ari umurundi yazize kugendera umugenzi atazi neza akazi akora niwe yazize ntago yazize kuba umurundi uzogaruke utware uduhera twawe hari uruhigwa rwibiyayura mutwe nukwitondera abo mutazi ubuzi bakora
Ahubwo yarahatswe afungiye murwanda akavayo akomeye nasenge afukame hariya nikwa kiranga bari kumunigisha amashuka.
Ntuhitiranye no mu Burundi, mu Rwanda hakora amategeko, nti hakora ka mwana wa mama, ubutungane bwabo bukorera ku bimenyetso (facts) ...
Bagendeye kuri enquêtes na facts, basanze uno muntu yera baramurekura, ivyo n'ibisanzwe ...
None wewe ndibaza ubwenge ntiwabwigeze bangahe wumvise vyagenze uko
Abanyarwanda turaziko mwanka abarundi ahubw Imana ishimw kwakiri muzima naho amafrang azoronk ayandi nimugumye
@@niyibitangasamson4156 Nta Banyarwanda banka Abarundi ni nkuko ata Barundi banka Abanyarwanda ...
Ingorane ziri hagati y'Urwanda n'Uburundi, zerekeye abanyepolitike ariko abanyagihugu b'ivyo bihugu bibiri babanye neza ...
Content on time👑🫡
Wanyaru noma sna😢😮
Aca burofa jama yangu
Aca burofa jama yangu
None ko utasubiye gufata ubwo bufaranga bwawe?hari uwayakwimye? ubutaha ibiyayuramutwe ujye ubinywera iwanyu
Toka wamubonowe! Iyaba yagirw nicaha barikumurekura?
@niyibitangasamson4156 none ko utukana?
Wowe land ndakwerasana umutananigwa wubahwe man urimpirimbanyi yumuziki wuburundi, nuza mugwanda nzagura kamwe muze!!!!!!!
Amafaranga barayasubiza wibeshya iyowinjiye barakwandika bakandika nibyo winjiranye uzasubirayo bazayaguha urumogi inaha barabikomeza urebe fata kumavuta ukobya mugendanye
Fata kumavuta kwazira kwarumuhutu ugira miss muheto ntabifata kurusha fata urya ntazopfa avuyeyo kikagame katihonyoyeko ngo iyontwaro yivangura iveho
@@NosaFamilleuravuga ibinyoma aribyo gereza irimo abakoze ibyaha ntamoko tugenderaho mu rwanda turi bamwe hanyuma nyiri channel ukanda like kuri iyi comment wayisomye? Cg urabishyigikiye nawe
@@NosaFamillengaho nyumvira nkawe kweli murwanda na moko abayo😮😮
@@Patrick-p164 igwanda ushaka kuraba icomwita umuhutu uja mageragere ushaka kuraba uwatsinze intambara ariwemututsi uja muma bureaux ahantu hezaheza erega ikibazo cohiyo iwanyu nubwoko bwatsinze ubundi bitandukanye nino twagiye inama ubu turikwiyubakira atawadya wangura
@@RutayisireLeog urumusazi ww niko wigishijwe muhu muga uzorabe ico fatakimavuta afungiwe ntamutsi ahiwanyu yokizira ngwamarayo nakabiri muga kwarumuhutu aho mumisi muzomucira ugo nka jay porry cnk nka kizito
Reka baze babakoresha murabipendekezako batabakeneye
Oya ntakuba koresha nuko yajyize umujyenzi mubi akamukwegera muga ivyo nibisanzwe ntaho bitaba
Tubabuza kuja mugwanda ntimwumva gusa pole xana Iburundi Iwacu niheza mujayo gukoriki?? Mwabo barofa baba nyagwanda???
Iwanyu mwifatira ibiyayuramutwe nta ribi?
Bro uri kirofa saaana 😢 igihugu cose gifise amategeko yaco
None ivyo sibisanzwe haraho bitaba kugira umujyenzi mubi akagukwegera ikiza nuko bamurenganuye
@@RukundoEmmanuer ahubwo ngo yatashye adatwaye amahera ye.kandi mu Rwanda niyo uyatakaje police ikayatora irayagusubiza