DRAMA-T ugize neza cne sha bro knd uze wame uko aho turabonye ko hari vyinshi biri inyuma tutazi knd bitajanye na concert so nivyiza cne ugize neza cne kuko abantu bakunda abantu bashira kukarubanda so entre vs umwe wese arazi ukuri aho kuri so nibabireke mubandanye ibindi
Boss kaja live wapambe wotee wamekua upande wa pili 🤣Ala wapambe wanashangilia wakati dogo alie muwezesha ndoto ya concert eti amchanee mwambieni dogo mzazi hakosei 🤣kikubwa walikua live woteee walikua upande wa drama boss alipo sepa walipaki wanashangilia
Aha DRAMA-T nawe yavuze ivyiwe! Mwumvirize kandi musangize abandi!🔥🇧🇮
Ayo ma " was like " kwari menshi ga basha !? Je mba mugihugu kivuga english ariko ngera hariho aho ntarashika! Basha buja twikebuke ikirundi kirikwije! Je nshobora kuvuga indimi ziburayi 3 ariko ikirundi canje nikirundi kitiyemeramwo izindindi ndimi ! Twikebuke rero vrt ! Buja mureke gupimisha indimi ubwenge !
Drama yamumaramaje indirectement😂 kumunt afis ubwenge yamaze kwumva ko Drama T yeraaaaaa
DRAMA-T ugize neza cne sha bro knd uze wame uko aho turabonye ko hari vyinshi biri inyuma tutazi knd bitajanye na concert so nivyiza cne ugize neza cne kuko abantu bakunda abantu bashira kukarubanda so entre vs umwe wese arazi ukuri aho kuri so nibabireke mubandanye ibindi
Ubundi drama t maze kumenya kobamwankira uburyo arincabwenge confidence yiwe himself
Uri sure ko bamwanka!?
Dramat🌷🌷🌷🌷😍😍
Uyo PCK numusuma wambere kwisi Ahubwo uyo yarahatwe
Niryambere numvise PCK avuga ikirundi🎉
Haaa this guy PCK yama muma drama and scandals. Nciy nibuka inkuru yiwe na Wema Sepetu muri TZ 😂😂
Uyumugabo ninumu esco kuko naje benumuhabarawiwe baranyivye nikokimeze
Harya uburundi busigaye ari anglophone? Canke nikwiyirya? 😂Hewe burundi burundi buhire.. keep it up .
Hahaha nukuri biratangaje. Hari abantu bamanutse baca baribagira iyo bava
@@kalyka4107 kabisa Kandi umubwiye ngo tugume tuvuga icongereza gica gikama.
Isi yose ubu ikoresha icongereza rekana nibifaranca sha nomubufaranca ubu bavuga English
@GloryIranzi umwe wese avuga uko ashaka nukuri. Ariko ndatangara ingene abantu bihatira kuvanga indimi (icongereza canke igifaransa). Ubu i Bujumbura urashobora kuvugisha umwana atarafata nindege ukumva umuvyeyi aradutse ngo nta kirundi avuga. Turi mubihugu bike muri Afrika bivuga ururimi rumwe, ababishoboye borubungabunga.
Nimecheka sana 🤣
Ngo englisch yo mu kamenge 🤣😅😂
Ubundi baba babahamagara mukitaba mushaka iki
Boss kaja live wapambe wotee wamekua upande wa pili 🤣Ala wapambe wanashangilia wakati dogo alie muwezesha ndoto ya concert eti amchanee mwambieni dogo mzazi hakosei 🤣kikubwa walikua live woteee walikua upande wa drama boss alipo sepa walipaki wanashangilia
Yaani mambo ya entertainment yetu Burundi sijui tutakuwa serious lini!🤔😭🇧🇮
Nihatari Didier 🤣🤣🤣
Uyo benu muhabara wiwe chuki nibandi miriyoni zanje banyivye zizobahumira
Pole! Ariko ahantu benshi bizera ivyemeza kurusha ibihuha burya!
Umuziki w'uburundi uracari goye kugira utere imbere mugihe umuntu aje gushiramwo amahera muheza mukamugwanya uko. PCK ntaco atakoz kuriyo concert kuki mugaruka kumucafuza. Après ivyo mubona azofasha uwundi muntu?