LIBERT gusiba Muri Dote ya FANNY LAVINE |Joachim nishavu ryinshi bishinga bacikisha abakobwa babandi
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 7 มี.ค. 2024
- #Dote #Dot #Joachim #InkinzoTv #EtatCivil #SolutionCouple #FannyLavine #Norasque #rwanda #burundi #LibertNsoro
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 76 806 014
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Joachim nukuri❤❤❤uravunye imbanvu zanje
Ico shimira Imana rero ubu muhinduye invung 😂😂
😂😂😂😂
Naho mushima ivyo fanny yakoze muri dote araraba ntibabe bariko bamubesha aherezeyo utwiwe inyuma yubugeni babure bamwe babosha ngo bakore ibitangaza babate!! Imanza ninziza ariko ntagupinga nabantu
Joachim and chaggy ndabakunda💝💝💕💕💕🎉🎉🎉🎉🎉
Joachim ❤❤
Courage Joachim 🎉🎉🎉
😂😂😂Bareke, bavunge, twaraye(?) twirukanye, tubiya(?) yarahuze)?) bihoye(?) ubusa, baryanabasazi🙏❤️🇧🇮🇧🇮vyaraye, biheze(?)
Ewe juwakimu shahu Chagy yaramenyekanye nkinzira ijamwisoko munyibukije yakomed yakiny yitwa cimamanda avuga ngo unkure mukanyoko😂😂😂😂😂
Beni ❤
courage kabisa
Joachim wubahwe vrt wew ndakwikundira saaaanaaaa babwire bumve sha utaje yarahomvye kbx
Intasho kuri chaggy ndakunda comédie ziw
Joachim uransetsa vraiment 😂😂😂
Ahwiiii 😅😅😅😅😅 Joachim urumwicanyi ndapfuye nugutwenga 😀😀😁😁😁😁😁
❤❤❤❤❤❤ courage
Ngo yakubwiye uterure intebe 😂😂😂😂😂😂
😢chaggy aratekerej ngh umng sumw atukan ukurah😂😂😂😂😂😂
Gusa ndabakeje!
Umugb wa mimi avuk imwaro😂😂😂😂😂😂😂
Uyu musi ndazindutse kwa benichou🤣🤣🤣 step media hejuru cane mbakunda kubi🥰🥰🥰
Imbavu zanj maaaaaanaaaaaa weeee 🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌹
Mysta umuntu juwakim😂😂😂😂😂akokantu kahorakanyica
Muranyish😂😂😂😂😂❤❤❤
Joachim ico nico ndagukundira uransetsa gose nibaze baraguha ibiganiro nzendatwenga
Joachim kweli😂😂😂😂😂
Ababahungu je un musi baranyishe😂😂😂😂😂😂😂nkira kwugurura ikiganiro ca ntwenga😂😂😂 basha muranganguriye week-end 😂😂😂😂😂 basha abab type nukuri😂😂😂😂😂😂😂ndasadutse nukuri😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Abel ngo bamuhaye iki? Joachim urumuti wa depression😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤
😂😂😂😂joachim aranyica kwr imbavu zumye😂😂😂
Ngo Ckay yarafise isafuriya yumuceri komutampaye photo nitwengere😂😂😂😂😂 imbavu zanje nukuri muranyishe 😂😂😂
joachim uratuma ntwenga naho noba mbabaye ndakwikundira❤
Ingene rero baraban mumaso bababajije ikibazo😂😂😂😂😂😂😂 muranyishe😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Uribwayumugabo mbe kwabacikije aribobubaka ariko MWe ba mariage muksguma mwahukana riberi arigerayahukana Ariko abo ubonabanye bakurinkumi vugamak ntukwijewewe mariage suyiyubaka mwabaporotomwe 😂😂😂😂😂
Rek kuvuganabi none mubantu Bose bacikiranye wew niwe vyababaje ?abobahungu ntubamenyereye?baba bashaka gutwenza ntanzigo irimwo
Mb shaggy ko yigize intama😂😂
Nukuri muranyeguye pee
Byakweri murasa neza
❤❤❤
Ikiganiro kiryoshe ngumye ntwenga😂😂
❤❤❤❤
Uyu mugabo akozikiganiro ndatweng😂😂
❤❤💪💪
Ababahungu bo kugasaka mwinomisi imbavu zanje barazimaze ukuntu barabana reo🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ndamanyutse joachim na chaggy bahuye ni comedy gusa🎉🎉
Chch kutampaye link kweli 😂😂😂ababa type bo kugasaka iwanyu bazonanyica 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nihatari Kabisa
Bashaaa kimwe gusa ntimubeshe ,Danny yariko akoresha fone
Nuko Bimeze ntampamvu yokubesha
Muranyish❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Joachim hejuru
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤
Uradutwenza nampaka
Joachim arantwengeje😂😂😂😂
Joachim yavuz yanarush nibamurabire kamwe kwl😂😂🎉🎉🎉
✌️✌️✌️
Murasetsa pee
Nkunda ikiganiro ça béni
Johachim uhorunyica 😂😂😂😂😂
Muramvuny imbavu😂😂😂😂😂😂
😀😀😀😀😀😀
😂😂😂runyuzi yashony chimamanda
Benny turabigusavye nuzohagarike Kandi ushike kubihumbi Jana mukwezi mukwaga tatu basi
Murashoboye kuntwenza kwzli
ngwasa ningona😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
Ikiganiro kiryoshe pe
Joachim kiramvu 🤣🤣🤣🤣🤣, je ndamwikundira
😂😂😂😂 kukuri muransekeje caneee
nukul muranyish 😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂❤
😂😂😂😂😂😂❤
😂😂😂😂😂😂😂
😂😂
😂😂😂😂 Joachim kwl😅
Jo uratwenza bikarenza
😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Abo bahungu nibirorii
😂😂😂😂
Murankorey umusi vrmt sinariziko muter inkuru nkuko😂😂😂