Ivya SABAS na FANNY LAVINE biramenyekanye|Abakinyi ba FILM ababwiye ijambo rikomeye|Bareke gushaka..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 มี.ค. 2024
  • #Sabas #SolutionCouple #FannyLavine #Norasque #rwanda #burundi #LibertNsoro
    Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 76 806 014
    Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze

ความคิดเห็น • 75

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 4 หลายเดือนก่อน +1

    Waoooo ikiganiro kirimwo urufasoni kirimwo indero carimwo Imana🎉🎉🎉firme za sabass nabana banj nsinokwanka kobaziraba kuk zurimwo ijambo ryImana🎉🎉🎉🎉

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 4 หลายเดือนก่อน +2

    Sabbas nukuriii impanuro zaw nukuri ziratwubaka ❤❤

  • @uwingabireesperance8402
    @uwingabireesperance8402 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉Sabas nukuri Yesu Kristo amuduherumugisha yongerereze uwowarusanganwe uvuze nkuwuvugishijwe nuhoraho.kabisa

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ndakunda ukuntu sabas yishura ❤🇸🇦🇧🇮

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 4 หลายเดือนก่อน +2

    Uyu mupapa ndamukunda avuga ivyubak❤🎉

  • @angerubeneirakiza1628
    @angerubeneirakiza1628 4 หลายเดือนก่อน +1

    King Sabass💪💪💪❤❤❤❤❤👌

  • @Coriote88
    @Coriote88 4 หลายเดือนก่อน +2

    Wubahwe Sabas ndagukunda urahanura cane ❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @user-ug4ef8ew6t
    @user-ug4ef8ew6t 4 หลายเดือนก่อน +1

    Sabbas vrmt wubahwe ❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 4 หลายเดือนก่อน +1

    Reka ntore agatebe nicare naheruka ikiganiro ca Sabbas kera avuga amajambo akomeye🎉🎉🎉 Ingaruka séries ni film iryoshe cane uwutayikurikirana yarahovye

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 4 หลายเดือนก่อน

    ❤Ukonukuri, avuze, neza(?) cane(?) ukonukuri, sebase, avuze🙏🇧🇮🤙❤️💐

  • @styvengabirano-wn4cq
    @styvengabirano-wn4cq 4 หลายเดือนก่อน +1

    Merci canekumpanuro utaze jewe uranyubatse cane sabbs umwamiyesu abandanye aguha amavuta mashasha hamafilim ubuzima arabuzegrwose bimezegute grafrere tubwire

  • @irakozedorine
    @irakozedorine 4 หลายเดือนก่อน

    Imana ikwongere amavuta sabbas ❤❤❤❤

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o 4 หลายเดือนก่อน +1

    Sabass wubahwe umutima ufise ufise bake vraiment imana igukomeze

  • @user-bx6tb1rt4f
    @user-bx6tb1rt4f 4 หลายเดือนก่อน

    Vrt Imana ishishikare ikuzigama vrt uyo mutima ufise urawigisha n'abandi kwel ndakunze amajambo yawe

  • @christabeb7503
    @christabeb7503 4 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe cyane nkunda cane Impanuro za sabaas❤❤❤❤✊✊

  • @trinitasvyukusenge5307
    @trinitasvyukusenge5307 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ndaryohewe!kuberiki mudatumira kenshi Sabas?ndipfuza numero yiwe mwoba mukoze!!

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 4 หลายเดือนก่อน

    imana ikujimbere mumigambi yawe yose sabass🎉🎉🎉

  • @uwamahorojoselyne1328
    @uwamahorojoselyne1328 4 หลายเดือนก่อน

    Mr6. Sabasi🎉🎉

  • @nellykezamutima2256
    @nellykezamutima2256 4 หลายเดือนก่อน +1

    Iman iguh umugisha 🙏😍

  • @user-qw5pe7dd3p
    @user-qw5pe7dd3p 4 หลายเดือนก่อน

    King sabbas nkunda cane film zawe vrt.mbipfurije kure hashoboka

  • @user-fi4bn5ur1w
    @user-fi4bn5ur1w 4 หลายเดือนก่อน

    🙏🙏🙏urakoze cane kuriyo mpanulo uduhaye imana ikongere umugisha

  • @user-rb6ee5dq9d
    @user-rb6ee5dq9d 4 หลายเดือนก่อน +1

    Numukozi w'lmana sabbas

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 4 หลายเดือนก่อน

    Ikiganiro ciza caneeeee mwubahwe ❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 4 หลายเดือนก่อน

    Benichou courage uriko Ubikora neza❤️❤️❤️❤️

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz 4 หลายเดือนก่อน

    Komera cane bwana Sabass
    Ishari niryoshure ryanyuma umuntu yiga agahita aroga
    Ni iyubakire rugume Imana ibarinde canee

  • @user-rb6ee5dq9d
    @user-rb6ee5dq9d 4 หลายเดือนก่อน +1

    Uyo sabbas numukozi w'lmana

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 4 หลายเดือนก่อน +1

    Bien dit🥰🥰🥰

  • @NdimuLyne-be4nf
    @NdimuLyne-be4nf 4 หลายเดือนก่อน

    Couragebrother❤❤❤❤❤

  • @user-jv8pr5yv2s
    @user-jv8pr5yv2s 4 หลายเดือนก่อน

    Sabbas ,Imana iguhezagire ntumeze nkabamwe batukana

  • @user-is4yp5bz6d
    @user-is4yp5bz6d 4 หลายเดือนก่อน

    Impanuro za sabbas ziranyubaka cane wubahwe 🙏🏻🙏🏻🙏🏻

  • @user-qk2dx9qv5t
    @user-qk2dx9qv5t 4 หลายเดือนก่อน

    Wubahwe kabisa ❤❤❤

  • @user-wc3qo3ud1p
    @user-wc3qo3ud1p 4 หลายเดือนก่อน

    Nico mukundira❤❤❤❤❤❤❤

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 4 หลายเดือนก่อน

    kingi sabaas ongera sana nakubali

  • @reverandmanirakiza4978
    @reverandmanirakiza4978 4 หลายเดือนก่อน

    Sabas turakwikundira❤

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 4 หลายเดือนก่อน

    Sabas ❤❤❤❤

  • @khanwkk
    @khanwkk 4 หลายเดือนก่อน

    Nukuri amajambo Sabbas avuga namajambo akomeye.cane.kumuntu uwariwewese.

  • @BoazNiyomugisha
    @BoazNiyomugisha 4 หลายเดือนก่อน

    Sabbas yubahwe kabisa ❤

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 4 หลายเดือนก่อน

    .uvuze neza cane sabasi

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 4 หลายเดือนก่อน

    Beni ujee nezaaa kabisaaa

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 หลายเดือนก่อน

    King sabass welcome yambiiiii 🫂 cane gose vyukuri ndakunda ❤ vyukuri urumwo m amana kuko ibikumvamwo nivyubaka jewe sinkunda ibiganiro kuko keshi nugutukanagusa ariko wewe nkubonye sinigerandeka kumvirinza kubera amajambo yawe arafasha akanyunzuza hama fanny nawe nibamureke yihubakire kuko imana iramutabaye wewe urazikuribwa ahotashobora kwiyaga 😆😆 nindanje iyo Bank twoyuguruza gute tutarihafi ?????

  • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
    @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 4 หลายเดือนก่อน

    Nkund sabbas kub🎉🎉

  • @user-px7bq2ox6x
    @user-px7bq2ox6x 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤

  • @RoseAleose
    @RoseAleose 4 หลายเดือนก่อน

    Nibakur inzing

  • @nishimweclaire
    @nishimweclaire 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @amnah631
    @amnah631 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @user-ei9mc9pv4z
    @user-ei9mc9pv4z 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-jd4iz3fm4h
    @user-jd4iz3fm4h 4 หลายเดือนก่อน

    Sabas niwewe muvugakuri twar dukeney,uryamwanya bata bariko bakora ibiganiro vyo gucafuzanya bawukozemwo ibindi igihugu kiba kigeze kure."uwutiba arabeshe"ntawera ngo de✍️

  • @NdayishimiyeEsperance-zb2os
    @NdayishimiyeEsperance-zb2os 4 หลายเดือนก่อน

    Nukuri sabass ndamukunda akina atuje

  • @alphonsefofo-wr1fx
    @alphonsefofo-wr1fx 4 หลายเดือนก่อน

    Turagukund cane sabbas kk ntarusak turakumvak

  • @everlynenahimana9687
    @everlynenahimana9687 4 หลายเดือนก่อน

    Uvuzeikuri

  • @AlthrayhQw4-kq4ru
    @AlthrayhQw4-kq4ru 4 หลายเดือนก่อน

    Ikiganiro kiryoshe

  • @AmenaBrondy
    @AmenaBrondy 4 หลายเดือนก่อน

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🤜🤛👍👍👍

  • @DianeIrakoze-dv8ky
    @DianeIrakoze-dv8ky 4 หลายเดือนก่อน +1

    Sabass niyo yovuga 2h sinorambigwa nukuri wubahwe cane tugukunda kanini gus film ubuzima ntituzi koyaheze bimez gt

  • @barkasouq4462
    @barkasouq4462 4 หลายเดือนก่อน

    Sabbas nkukunda kubi

  • @AlthrayhQw4-kq4ru
    @AlthrayhQw4-kq4ru 4 หลายเดือนก่อน

    Nkunda sababs nzokubona nabonye usengera kwa Muyomba wanje

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 4 หลายเดือนก่อน

    Amen amen amen 😂😂

  • @kezakimanaflorence774
    @kezakimanaflorence774 4 หลายเดือนก่อน

    Yubahwe cane

  • @MireilleMireille-qp9kr
    @MireilleMireille-qp9kr 4 หลายเดือนก่อน

    Uwondonkera numéro ya sabasi ayindose yoba akoze

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 4 หลายเดือนก่อน

    Ndakundimpanur utang sabbas nukwicisha bugufi afis imana iguh kuramba

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official 4 หลายเดือนก่อน

    Sabba vyokunda ko nuguruza iyo compte ntarihafi?

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 4 หลายเดือนก่อน

    Sabass nkundiigeneurumuvugabutumwa

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348 4 หลายเดือนก่อน

    Sabbas ndamukunda nubwo ntamuzi kuko akina neza kandi aratuje

  • @user-lk7eu7kf7f
    @user-lk7eu7kf7f 4 หลายเดือนก่อน

    Komeza iyo ngendo irubaka cane kuko harabandi akaranga kamaze gutakara

  • @Okia257
    @Okia257 4 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂NI MUNWA😅😅😅😅😅😅SHN CYAKORA MUNKORERUMUSI😂😅😂😅😂😅

  • @belysemunezero8372
    @belysemunezero8372 4 หลายเดือนก่อน

    Sabbas ahanura neuza

  • @syliviegahwekazi2306
    @syliviegahwekazi2306 4 หลายเดือนก่อน

    Sabbas ndakunda Film zawe,ndakunda ingene usenga,ndakunda impanuro zawe ,ubuho uranyumije

  • @user-fv7be1es3t
    @user-fv7be1es3t 4 หลายเดือนก่อน

    Sabbas yubahw

  • @styvengabirano-wn4cq
    @styvengabirano-wn4cq 4 หลายเดือนก่อน

    Nuko naje iman yompakubananeza nabantu nkabubaha ciyebugufi murakoze

  • @RoseAleose
    @RoseAleose 4 หลายเดือนก่อน

    Kabis avamw kurog

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 4 หลายเดือนก่อน

    Vyiza cane sabass kumpanuro zawe❤❤❤❤❤❤

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 4 หลายเดือนก่อน +1

    Bien dit🥰🥰🥰

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤