Fanny lavine na Libert || Barandoze mpakwa gupfa || arakunda caane uduhugu dutoya II Abel Nduwayo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ต.ค. 2023
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

ความคิดเห็น • 427

  • @MuhozaChadia-in4fm
    @MuhozaChadia-in4fm 8 หลายเดือนก่อน +91

    Abafa ba abel mugonge hano

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 8 หลายเดือนก่อน +16

    Muguma muraba show munkandira nokuriy foto yanje mundemera ham tugum twirir show 🔥🔥🔥

  • @aullah257
    @aullah257 8 หลายเดือนก่อน +6

    Mubakinyi batatu Fanny yari yakubwiy ko nabo agire abagutware jew sinigeze genda ndakugumyeko wubahwe❤❤❤❤

  • @dianeniragira6500
    @dianeniragira6500 8 หลายเดือนก่อน +2

    Abel niryambere numvirije ikiganiro cawe.kumbe uri umu papa mwiza yiyubashe,avuga make,kandi courage uvuge make arik ukore cane ureke abo bashize umunwa imbere

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s 8 หลายเดือนก่อน +3

    Abel numwana mwiza cn Kandi ntaningorane yiwe vraimant Kandi numunyabwenge cn gose kbx ✌️ Kandi ndamwikundira sn ❤

  • @Sara-iz2nr
    @Sara-iz2nr 8 หลายเดือนก่อน +11

    Komera mutama imana irakubon ntaco uzoba imana yaruvise gusenga kwaw turagukunda❤❤❤

  • @emelynemaisha1150
    @emelynemaisha1150 8 หลายเดือนก่อน +2

    Ndabona umengo Fanny asigaranye jewe gusa🙆

  • @suadonahayo
    @suadonahayo 8 หลายเดือนก่อน +6

    Ndakunda abantu bari juste nka abel

  • @gaspardniyindagiye7012
    @gaspardniyindagiye7012 8 หลายเดือนก่อน +5

    Uri umuntu w'umugabo vraiment !!! Tu fais la différence !!!

  • @jojobukeyeneza5449
    @jojobukeyeneza5449 8 หลายเดือนก่อน +8

    Uwakabiri dukomeza twumigwa😅😅😅😅 mbisa nfate agasonga bugari👌

  • @audavieniyo
    @audavieniyo 8 หลายเดือนก่อน +6

    Sha Jew ndakunda Abel kabisa uri umurundi wa kwr kuk ntuhubuka

  • @NyahizaniyeJoachim-ql7iy
    @NyahizaniyeJoachim-ql7iy 8 หลายเดือนก่อน +5

    Uyumgabo Jew ndagukunda can goose ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ ingora muzeh ufashij umuntu impemboyawe nuwitek

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 8 หลายเดือนก่อน +2

    Vrt muri cinema bazany impunduka jew naj birambabaj 😢😢😢nukuri Fanny yaragiz Nabi

  • @francinekezimana9212
    @francinekezimana9212 8 หลายเดือนก่อน +5

    Big up mon cher Abel uhezagirwe niyampezagiye...Imana imbere kandi courage ibihuhusi ntaco bizokigira ndafufana pe

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 8 หลายเดือนก่อน +6

    Asha jewe nkomeza kumigwa na fanny kuko nintqmubano none bose nibabi kimwe gusa abel sinigeze nkubinyuma komera witqgatira mutama reka bije ahabona nivyo sawa kuko umuntu mubi amenyekane nivyo vyiza kubigqragagaza kuko abantu benshi baribakwiyumviriye nabi

  • @kwizerarosine7676
    @kwizerarosine7676 8 หลายเดือนก่อน +21

    Abel agomba awatse hahire rimwe😂😂😂ndakwikundira mutama wacu abel❤❤❤❤

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 8 หลายเดือนก่อน +4

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @AbcXyz-ru8qq
      @AbcXyz-ru8qq 8 หลายเดือนก่อน +3

      Precia ndamubony naw urumukunz wa shooooi iyongiy hos duhuriray❤😂

    • @arletteinamuco
      @arletteinamuco 8 หลายเดือนก่อน +3

      Abel yubahwe ahubwo

    • @fabiolasilyvain8880
      @fabiolasilyvain8880 8 หลายเดือนก่อน +3

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 8 หลายเดือนก่อน

      @@AbcXyz-ru8qq 😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @billnemess9369
    @billnemess9369 8 หลายเดือนก่อน +1

    Abel nukuri pole sana nukuri ndumva waciye mubintu bikomeye nukuri! Pôle sana! Hama abarundi turi abantu babi ntago twipfurizanya iciza kabisa! Imana ibandanye igendana nawe nukuri!🙏🙏🙏🙏

  • @NtakirutimanaJeanmarie-ll2fc
    @NtakirutimanaJeanmarie-ll2fc 3 หลายเดือนก่อน

    Abel nukuri ndumvirije ikiganiro cawe nicubwenge hama wewe kweli ukina neza pee kandi ivyukina birubaka ariko nukuri nkurikije ukondakubona nukuvuga wewe film ntizikubereye kuko wewe urumunyamahoro cane urasenga imana ikwihere ubundi buzima butarubwa film.gusa ahandi nakunda film zawe cane.sha imana igufashe pee❤

  • @user-vs2lu6wl8u
    @user-vs2lu6wl8u 8 หลายเดือนก่อน +2

    IMANA iracagufiseko umugambi mwiza Abel❤

  • @ihirwediane4224
    @ihirwediane4224 8 หลายเดือนก่อน +1

    Impanga n'imanga mu Kinyarwanda turabigira kdi biratandukanye, imanga ni ikinogo cg igisimu.

  • @ndikubwimanaanastase4303
    @ndikubwimanaanastase4303 8 หลายเดือนก่อน +5

    Abel disi ndagukunda mutama guturuka munRwanda❤❤❤

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ihorere mutama Abel Imana irakubona rekana nako gakecuru kararushe kazobibona kbs

  • @user-wo5os4nu3g
    @user-wo5os4nu3g 8 หลายเดือนก่อน +4

    Abel we nisawa ndakwemera utanze impanuro nziza 🎉

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 8 หลายเดือนก่อน +2

    Nimushire ibikogwa imbere twiteze imbere🎉🎉🎉🎉

  • @FANNY-oc4cb
    @FANNY-oc4cb 8 หลายเดือนก่อน +2

    Abel nduwayo Turamwemera cane❤❤

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz 8 หลายเดือนก่อน +12

    Yoooooooo Isaac n'umunyarusaku ntiyari kureka kukuzindukira pole sana 😂😂

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e 8 หลายเดือนก่อน +3

      😂😂😂

    • @christellakanyange4729
      @christellakanyange4729 8 หลายเดือนก่อน +4

      Jew urworusaku rwa Isaac nirwonikundira hahhhh.courage sh Isaac bakundekere

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 8 หลายเดือนก่อน +4

    Muhoza❤thank u for giving us the hit song with nice lyrics & good melody🎉 5 star is going to be on my playlist.

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 8 หลายเดือนก่อน +7

    Ukonyene nkomeza kumirwa 😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-sg8sr3uk3u
    @user-sg8sr3uk3u 8 หลายเดือนก่อน +2

    Nindanj basha barundi barundi kazi ntumikamere nkabanyarwanda ndabingiz❤

  • @nisubireapollinaire-pn2kw
    @nisubireapollinaire-pn2kw 7 หลายเดือนก่อน

    Ndakunze Abel n,umunyakuri vraiment.

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 8 หลายเดือนก่อน +1

    Pol san abl abaroz kwer barahari cane ivyo ndavyemeza, %%%%%%

  • @niyonkuruniyonkuru9615
    @niyonkuruniyonkuru9615 8 หลายเดือนก่อน +5

    Erega muraraba ahava yagitinga scene ya the craziness🤣🤣🤣Abel courage turagukunda

  • @ondndkddkddk4612
    @ondndkddkddk4612 8 หลายเดือนก่อน +2

    Abeli wavuze neza ❤❤

  • @juliettehatungimana5109
    @juliettehatungimana5109 8 หลายเดือนก่อน

    Umutama wamateka ijandajandire shaaa IMANA yakwishuye abagutey amabuy yamajambo ngurimbwa yumugabo nibasubir kugutuk twumve

  • @BoyBack-gc4se
    @BoyBack-gc4se 8 หลายเดือนก่อน +4

    Abel guma utwihera imanga 🔥

  • @user-hz7yc2bh4r
    @user-hz7yc2bh4r 8 หลายเดือนก่อน +2

    Bikomeza kuryoha yemw😂😂😂abel Imana irakwishuy nukur wew uriyubasha🙏 gusa rer iyi serie iratesa nukur muz muyigumek chimamanda nyaruka ucuduh ep 2 ndagusavy 😂😂😂😂😂

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 8 หลายเดือนก่อน +8

    😂😂😂😂😂episode ya 4😂😂😂🎉🎉🎉🎉Abel warihangañye Imana igukomeze. Fanný ibihe biha ibindi mukobw

    • @gyslainekeranda5348
      @gyslainekeranda5348 8 หลายเดือนก่อน +3

      Oya iyi ni part 5 rk rk😂😂😂😂 wewe sinzi iyuri

    • @mamancheiilla0fficial
      @mamancheiilla0fficial 8 หลายเดือนก่อน +3

      @@gyslainekeranda5348 😂😂😂😂😂

    • @chadiaManirakiza
      @chadiaManirakiza 8 หลายเดือนก่อน +1

      Tugeze kuya 5 Ubu tugiye kuya 6😂😂😂😂

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 8 หลายเดือนก่อน +4

    Gukora nicocingenzi ❤❤❤❤❤

  • @AriellaIrakoze-vi8fg
    @AriellaIrakoze-vi8fg 2 หลายเดือนก่อน

    Yooooo ngo nashize kuri statut ntanuwaje kundaba pôle sana maze🥰

  • @mimeme8802
    @mimeme8802 8 หลายเดือนก่อน +2

    Abel Imana yarumvise gusenga kwanyu na madami wawe😢❤❤❤

  • @user-sc1jg6pn8e
    @user-sc1jg6pn8e 5 หลายเดือนก่อน

    Yoooooo ndababaye imanishumwe kuba mwarakize

  • @user-fw9xd8yx6c
    @user-fw9xd8yx6c 8 หลายเดือนก่อน +1

    Mashallah asaac yavyibushe amezeneza Alhamdulillah

  • @immaculeenduwimana6873
    @immaculeenduwimana6873 8 หลายเดือนก่อน +8

    😂😂😂papa kuri mama ni fresh hhh Abel urantwengeje

  • @maniragabaeric1558
    @maniragabaeric1558 8 หลายเดือนก่อน +1

    Episode 5 ngiyo sha reka dutore ubusongabugari tubote ko mwamaze kwihibara ntakundi

  • @ayshaaysha885
    @ayshaaysha885 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤turakunda. Indero gusa mukina neza ntimushwana muriyibaha

  • @user-vp8ex2oj7u
    @user-vp8ex2oj7u 8 หลายเดือนก่อน +1

    We isaac amazi kandi arabishe cane.narayunvirije😢.hm abel wew komeza usenge Imana irakubona hma usengere fanny cane kuko fanny arafise ingorane kweri

  • @itangishakanadine7693
    @itangishakanadine7693 8 หลายเดือนก่อน +2

    Abel ndagukunda❤❤❤

  • @shizomaniga9627
    @shizomaniga9627 8 หลายเดือนก่อน

    Pole Sana Abel Imana izokwishurira itekanire

  • @user-ii5dw4lq8d
    @user-ii5dw4lq8d 8 หลายเดือนก่อน

    Abe Humura Fanny Imana Iriko Iramugaragaza Yigize Inzoka kuva kera Ikinicogihe Benshi bariko baramenya Uburyarya nubukoko bwiwe

  • @user-hb6di9yz8n
    @user-hb6di9yz8n 3 หลายเดือนก่อน

    Ww urumushingantah Kweli,uwomuzinaw Imana iramubona acung neza azobona ibara

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 8 หลายเดือนก่อน +1

    Umbea umbea umbea abakunzi b'urusaku muze hano Isaac rer ku rusaku ni number one we princia urihe nyaruka nguy Abel yaje

    • @kwizerarosine7676
      @kwizerarosine7676 8 หลายเดือนก่อน +1

      Umbea ninziza iranduhura😂😂😂

  • @bienvenuentihinduka3137
    @bienvenuentihinduka3137 7 หลายเดือนก่อน

    Abel kwel ?!!!!!umuntu Ari humble 😊 Imana ikuje Imbere

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 8 หลายเดือนก่อน +47

    Abakunzi ba show show😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 tumenyene 😂😂😂😂😂 musoma comment muraba ikiganiro 😂

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e 8 หลายเดือนก่อน +3

      Niho turi😂😂😂

    • @AbcXyz-ru8qq
      @AbcXyz-ru8qq 8 หลายเดือนก่อน +3

      ❤😂

    • @fabiolasilyvain8880
      @fabiolasilyvain8880 8 หลายเดือนก่อน +3

      Oya harasha kbs

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 8 หลายเดือนก่อน +3

      ​@@user-qq6mv6vh3e😂😂😂😂😂😂 wew urigiheko canje😅😅😅❤

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 8 หลายเดือนก่อน

      ​@@AbcXyz-ru8qq❤😂🎉

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 8 หลายเดือนก่อน

    ndamwikundira abel umwana womuhira humura ntacuzoba abakugwanya bose uzobarondera ubabure❤

  • @NihorehoSandrine-im3bb
    @NihorehoSandrine-im3bb 7 หลายเดือนก่อน

    Mubanywanyi baw ndimwo kwa fany sindimwo

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 8 หลายเดือนก่อน

    yoooo urumugabo vrt uvuga nkumushingantahe utandukanye naribat kwl ribati yitwaye nabisana yabaye nkabagore nahonyene harinabagore biyubaha.abel hejuru cane

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 8 หลายเดือนก่อน +3

    Show ziracakomeza pe🔥🔥🔥🔥

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 8 หลายเดือนก่อน +1

    Turakwikundira Mutama Abel ❤❤❤❤

  • @ChachaIrakoze
    @ChachaIrakoze 8 หลายเดือนก่อน +6

    Yeweeee show ni show mvuye kuro hittop tv ngeze ngaha naho reka ntore agatebe😂😂😂😂😂😂😂

    • @nshimirimanjaja6130
      @nshimirimanjaja6130 8 หลายเดือนก่อน +2

      Asha urakoze kunzanira umbea kuri hit top tv vyacitse

  • @SalimaDusabimana-su8qf
    @SalimaDusabimana-su8qf 8 หลายเดือนก่อน

    Irambire Di Abel urakoze kwizo mpanuro utanze naj ziranyubatse kand Imana irishuy

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille 8 หลายเดือนก่อน +6

    Nihatal 😂😂 munkandire kwiyipaje yanj munkorer umuti❤

  • @chany9950
    @chany9950 8 หลายเดือนก่อน +1

    Komera ncuti Yesu aragukunda🙏🏾😘

  • @mimeme8802
    @mimeme8802 8 หลายเดือนก่อน

    Abel nubu nzama mbikubwira gucabugufi kwawe Imana izagukorera ibikomeye

  • @olivierbaoli2457
    @olivierbaoli2457 8 หลายเดือนก่อน

    Abel ndamwemeye kwel
    Niyiterere imbere amjambo make ibikorwa vyishi mutama

  • @mariedianendayikenguruki-sf2jy
    @mariedianendayikenguruki-sf2jy 5 หลายเดือนก่อน

    Ndagushimiye uravuze ubutumwa,courrage

  • @user-vs2lu6wl8u
    @user-vs2lu6wl8u 8 หลายเดือนก่อน

    Abel pole sana, ryajambo fanny yakubwira niryo nyene kwl, niwe yagukoreyeko pe! Kanatsinda wibuke nijambo yakubwira.
    Ariko ico nkundira IMANA nuko idakora nka bantu.

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo2828 8 หลายเดือนก่อน +4

    Abel courage 💪💪💪💪

  • @AlineNzambimana-zx9rn
    @AlineNzambimana-zx9rn 8 หลายเดือนก่อน

    Mpore sha Abel Imana imbere

  • @user-vp8ex2oj7u
    @user-vp8ex2oj7u 8 หลายเดือนก่อน

    Abarozi ntabubasha bafise Abel.izere Imana izogutabara.upfukame usenge

  • @user-nl7tg7zu5m
    @user-nl7tg7zu5m 8 หลายเดือนก่อน

    sha kabisa Lebert ayariko arapofita kweri kuko ibyoyashaka urabironse ikindi mureke ayomatiku musenanya si byiza kuko nagato murabantu bakuze

  • @mereemairi8717
    @mereemairi8717 8 หลายเดือนก่อน

    Byoooo abel ucabugufi kweri ndagukunze urumu papa mwiza kweri

  • @EmmanuelineEmmanueline-hg7rz
    @EmmanuelineEmmanueline-hg7rz 8 หลายเดือนก่อน

    Show ziracakomeza rek nore agasongabugari nivirez show

  • @afsamossi830
    @afsamossi830 8 หลายเดือนก่อน

    Turakwikundira sha abel wewe pambana nibikorwa vyawe urekane nafanny .🎉🎉

  • @mireillendayikeze
    @mireillendayikeze 8 หลายเดือนก่อน

    Pole kwer Abel wararenganijw vrm ukur kwabonets

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe 8 หลายเดือนก่อน +5

    Mutama wacu ashaka awatse hashe hatokombere🔥🔥🔥🔥😂😂😂😂 abakunzi b'urusaku hejuru caane😂😂❤❤❤❤

  • @uwurukundobella-uv4xx
    @uwurukundobella-uv4xx 3 หลายเดือนก่อน

    Abel big up sana🙏🙏🙏

  • @user-fw4uv1nb5u
    @user-fw4uv1nb5u 8 หลายเดือนก่อน +1

    Yooooo 😢😢😢 jew ndababaye kubona abaduha impanuro aribo bagaruka bagaduca intege.arik vrt ibibintu nibiki koko ntomwojahamwe mukiga ikibazo gihari mukagikemura mukareka kugumura abafanq😢😢

  • @MiddletigerEntertainment
    @MiddletigerEntertainment 7 หลายเดือนก่อน +1

    Kweli Kbis

  • @user-ct7kx9qm3p
    @user-ct7kx9qm3p 8 หลายเดือนก่อน

    Uvuzukuri vrt waouh waouh show show.

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 8 หลายเดือนก่อน +3

    Komera mutama abel❤❤❤

  • @nihorimberedorine9945
    @nihorimberedorine9945 8 หลายเดือนก่อน

    Mwe nimukore hama mudukundishe kurusha film ndundi so mwubahwe

  • @Alexissindayihebura-re6oy
    @Alexissindayihebura-re6oy 8 หลายเดือนก่อน

    Nukuri mutama Abel avuga ukuri jewe sinaribwo numve ibiganiro vyiwe ariko ndamukunze Imana nimuje lmbere mu bikogwa vyiwe

  • @ndayishimiyeclaver6440
    @ndayishimiyeclaver6440 8 หลายเดือนก่อน

    Big up sanaaa mutmaaaa❤❤❤ndkubha p
    Ukor nkuwukuze p
    Uwuraho we,nimyk iragendaaa,abo basore bazomuv inyuma!!!

  • @NdahigezeNadia-sy1jk
    @NdahigezeNadia-sy1jk 8 หลายเดือนก่อน

    Kabisa abeli lmana iguhezagire lmana yarakugwaniriye

  • @user-mk2su3gv3i
    @user-mk2su3gv3i 8 หลายเดือนก่อน

    Abel lmana iragukunda natwe abakunzi bawe turagukunda nubw abakurwany ari benshi,urumushingantah kbsa

  • @AlineNijimbere-zt9tp
    @AlineNijimbere-zt9tp 8 หลายเดือนก่อน +1

    Abel nukur urumuntu wumugabo vrmt 👍

  • @bijoux20
    @bijoux20 8 หลายเดือนก่อน

    Umeongea vizuri

  • @yvetteirakoze1524
    @yvetteirakoze1524 7 หลายเดือนก่อน

    Imana yiteho umurimo wawe

  • @kimana8818
    @kimana8818 8 หลายเดือนก่อน +3

    Abanyamakuru rero mwese Fanny muramuheneye😂😂😂😂😂

  • @EgideNISHIMWE-nq3dl
    @EgideNISHIMWE-nq3dl 8 หลายเดือนก่อน +1

    Yeyeye...... Fany aba Ex arabakarira!!!! Non gaayemwe niw abaroze kueli??? Muratubuiy abakabanga kueli! Libert numuganga uti ndikijuju kugira ndamwagirize ivyo!!!

  • @nduwayezuallyda6184
    @nduwayezuallyda6184 8 หลายเดือนก่อน

    Tubeho nkabazopfa ejo by Inzahuke Pasteur Theogene murwanda niw yagakunda kukavuga

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 8 หลายเดือนก่อน +1

    Icakoze abanyamakur muvyngukiramwo iyohaj isaku aho mwamurondey fani yiyankiy muciy musimbir kwa abel kugir mukomez kuwatsa

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 8 หลายเดือนก่อน +1

      Fanny ntaco afise avuga hewe we

    • @user-gg4rh2bq2h
      @user-gg4rh2bq2h 8 หลายเดือนก่อน

      Nihatar abant bub mbabay nab ndakubesh ah bobo barabuz ivy bubavungak fani ww gumy umunw ww kukuber abant bafis ishar kand bac umungan at uwas kuvurw yahez mund kwanyin kand umunt ntakundw nabos kbx

  • @francinentiranyibagira8812
    @francinentiranyibagira8812 7 หลายเดือนก่อน

    Abel,urumushingantahe pe

  • @Minain-nf6iy
    @Minain-nf6iy 8 หลายเดือนก่อน

    Abel ndakwemera cane

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 8 หลายเดือนก่อน

    Mukama abantu ruiba biimanayarahabaye

  • @ndayitazirehonorine857
    @ndayitazirehonorine857 8 หลายเดือนก่อน

    Ico nico cishe aba Star bo muburundi

  • @santhaaudreilleakimana1778
    @santhaaudreilleakimana1778 8 หลายเดือนก่อน

    Libert Kuko arashoboye flm

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ni je ndabiz abarozi barahar kwer nije ndabizi 😢sha Nubu ndacivuza 😭

  • @SkyJoelFilms
    @SkyJoelFilms 8 หลายเดือนก่อน +6

    Abel n' Umusaza ❤

  • @annonciatteuwimana1630
    @annonciatteuwimana1630 8 หลายเดือนก่อน +5

    Ub mvuy kwa Dico ngaruts kw Isaac 🤣🤣🔥🔥 show show show ni 🔥🔥🔥🤸🤸🤸

    • @dignendayishimiye9891
      @dignendayishimiye9891 8 หลายเดือนก่อน +3

      Nanje mvuye kwa Dico nje kwa Isaac 😂😂😂

    • @annonciatteuwimana1630
      @annonciatteuwimana1630 8 หลายเดือนก่อน +2

      @@dignendayishimiye9891 ni 🔥🔥🔥🔥