Weye dogo Christina, tuliya! Uko una zeeka! Kaziyako. Weye jifaya mutoto. Mwaka iko nahenda. Akuna kikombe utapata Dubai🏆🏅tuliya uzahe apo Burundi🇧🇮. Kuna siku tuta ona video zako mu Internet! Ujuwe auko wakwaza! Kesho usema atu kwambiya dogo Christina. Let visit Burundi now 🇧🇮👊🏿
Lamze ndagukunda guaa warukumbuwe nukuri
Like brother like sister abanyoni bavuga ukuri nkunda ngene mucangamutse we na Simbizi
Yari yagiye hehe mushiki yacu dukunda Lamez❤
UMUNYONIKAZI 🥰🥰🥰
Merci kutazanira Chris Lamez. Nimwirambire. Naho utishur commentaires.
Be blessed
I like the interview
Umunyoni kazi wacu
Yeah ndagushigikiy! Ubu star bwa vrai nama cash!
NICE CHOICE
Gomez ❤️
Waoo ndakunda ibiganiro vyawe kweri wakoz kutuzamira uwomuntu
Vraima Laly Lamez Christiana araryohera abantu,ibiganiro vyiwe ntibirambira
Weye dogo Christina, tuliya! Uko una zeeka! Kaziyako. Weye jifaya mutoto. Mwaka iko nahenda. Akuna kikombe utapata Dubai🏆🏅tuliya uzahe apo Burundi🇧🇮. Kuna siku tuta ona video zako mu Internet! Ujuwe auko wakwaza! Kesho usema atu kwambiya dogo Christina. Let visit Burundi now 🇧🇮👊🏿
Lakini makosa kumpaka mtu hivo labda mtafute PV umwambie itasaidia
Fabrice banza uvuge ikirundi ureke kuvuga umuntu ushirako drapo y'u Burundi atanikirundi uzi.
Nta Munyoni abesha....
Harahiye
Take 5 Gaël ❤
Uyumuzwazokaziiiiiiiiiii ndamwemer 😂😂😂😂😂
Imwe mur interview ziryoshe kuraba kk sinyishi muburundi....
Ubu star utagira amahera ni 0.0😂😂 That's true! Warukumbuwe
Juste Gaël Monfils umaze iminsi myinshii utigita amahera uronka uyashira hh? Tubwire🤭
Bro uzohindure iyo logo vrt, uko mtoto wa town pfuma urondera ubabizi bagukorere ibitomoye
😃😂😂wakoz kumuzan aravug ukuri kwinsh😂😂
Nukuri Christiana ndamukunda😆😆😆😆
juste gaël hejuru courage uguma uterimbere uko bukey nuko bwije
Abanyoni mwese mwarasaze
kbsa
Umukubito komeza ubemeze👍🏾
Wewe uzana abantu basobanutse kumwanya wabo. Umunyoni arisiguye aca arigurukira🦜🦅🕊🦜
Uwo muntu ndashaka utube yiw ndamukunda
Knd barasa na simbiz kumb muravukana
Uri gi cherie ga Mana😂😂😂
Narinkumbuyée uyumuntu kuel Gomez
Gomez 😅😅😅😅😅ndakwemera ub star butagir inoti nikibazo pee😢
Nahor a ndamukunda arik gasigaye kishima cane, ubwiyemezi buramumaze kabisa, naho harimw ivy avuga vyo, harih n'ibindi ashiramw amanyama
Lamez umwe mubakobwa bituma caaane.😂
Ukeneye kumenya vyinshi Kanda ngaho th-cam.com/video/EUC1GClcN_I/w-d-xo.html
Basha kumutavuz uwo musozi😩😂😂😂
Ukuntu vrmnt Lamez antwenza 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
hhh, yakuze mumutwe wamu diva wacu😀gusa Ubu uvug neza !!kwiyemer vyarahez!!wape makavu dada 😅
Aragarutse wamukwobwa 😂😂
Gomez😂😂😂
Yari yagiye hehe mushiki yacu dukunda Lamez❤