BIG FIZZO avuye mugacerere//Inyifato ya DOUBLE JAY na KIRIKOU//Hari abantu bampinga//Navuye kure
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 27 พ.ย. 2022
- BIG FIZZO avuye mugacerere//Inyifato ya DOUBLE JAY na KIRIKOU//Hari abantu bampinga//Navuye kure
@bigfizzoofficial @doublejayonceagain9102 @kirikoua-kili4591 #bigfizzo #doublejay #kirikou - บันเทิง
Abemera ko Juste Gael asigaye aduha interviews nziza cane bampe Like 👌👌👌👌
Juste Gael yubahw naw arashoboy atandukany nabandi banyamakuru
Ibiganiro vyiwe bisagaye birimwo
"IN -PWEMU "ZIDASANZWE 😘👌
Gayere mukubaza mutama urinda kuzana ikaye mamawe kuyomutama atoroshe 🤣🤣🤣🔥🔥Abafana ba fizzo liké ngaha 🇧🇮
😀😀
Muze ntitwarituguherustep fizoo urakaz
Mutama arakaze sasa😃
Umusaza avuga ukuri 💪💪
Iyi interview irimwo amajambo akomeye, iyi yonyene yotuma aduzwa ipete akongera akanayironkera agashimwe.Big up Big Fizzo
Abakunda Big Fuzzo bose murihano mumpe like hano 👍
Big fizzo warundi tuko nashida sana! Atupendi music 🎶 yetu! Ata na mimi nikija Burundi 🇧🇮 Bujumbura ni music 🎶 ya Tanzania 🇹🇿 ao ya Rwanda 🇷🇼 ao yaki Nigeria 🇳🇬 kwani warundi atuna music? We need to love our self first Burundian ❤ we need to love our music 🎶 ❤ we need to love our Burundi 🇧🇮 movie 🎥 ❤ people's in Burundi they still whatch India 🇮🇳 movie every time🎥 shida iko wapi sisi warundi! please tupende bitu vyetu kwaza! Let visit Burundi🇧🇮🇨🇩🇹🇿👊🏿
Tu'amuziki muzuli tena sikiliza vizuli Big fizzo alijibia kwakila kitu ulicho uliza
iyi émission abafana bâ fizzo satb nabndi mwes mukunda umuziki ndundi muyi partage kuri fb nahandi
Love from Rwanda . Big fizzo ivyo avuga ni ukurii Burundi banyamakuru Mukine indirimbo zanyu 75% , 25% kubanyamahanga soon your music irahita yongera gufata imbaraga kuko you got talented dude like drama t ,D one ,Alvin smith, sat b man #support our artist!!
Mungu mbele sisi nyuma!
JAH BLESS BIG FIZZO
JAH BLESS JUST GAEL
JAH BLESS BANTU BWOY
JAH BLESS BURUNDI
JAH BLESS BURUNDIANS
JAH BLESS UMUKUBITO
JAH BLESS BURUNDIANS ARTISTS
#BigFizzoofficial
#JustGäel
#Umukubito
#BantuBwoy
#PlayBurundianMusic
Nakubal boss big fizzo wubahw kl ubikora nez cn gose abarundi mwese respect
Ndasavye vraiment ikiganiro mugihe abasani bose biwacu mu Burundi kubera mutam wacu avuze neza cnnnnnnnnnn 😔😔😔
Kubakubitisha Umushure wumuziki big up Big fizzo ikiganire ucitwayemwo neza
Abarundi turabakunda mukomerezaho love from RWANDA
Natwebwe abanya-Rwanda turabakunda erega turi bamw
Fizzo izo stratégie zawe wisangije ni nziza boss Gusa abandi baririmvyi nan'umuzIki bize 😭wewe urabiraba ugahora amagara bayatereye hejuru usama gwawe fizzo nimwishire hamwe les grands artistes ba kera mwigishe urukundo n'akazi mumuziki ico kizodushimisha cane nukuri😭😭😭🇧🇮🥰🇷🇼
Bwana Gaël nabandi ba journaliste bakwigireko baze bakoresha umu star bateguye ibintu vyose biri kumurongo ikijanye namasanamu hoho ni perfect
Fizo ndamubona ndamukumbuye niyompamvu nkubonye mbeba ivyondigukora kugira nkumvirize wallahi merci kubwimpanuro zawe kuvyerekeye umuziki wu Burundi
BG fizzo nitakupenda adi mwisho ya pumuzi ynguu 💗💗🥰💗🥰💗🥰 much love you so much ❤️
Gael urakoze umuti kabisa kutuzanira big fizzo kuko twari dukumbuye ikiganiro ciwe 🔥🔥🔥
Fizo hejuru caane turagukunda terimbere 💞💞💞
Abakunda kingi big fizzo mugongo like ngah🔥🔥
Gaël bravo sana ikiganiro kiryoshe giteguye tuhungukiy vyinshi👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I am a fan of UMUKUBITO especially turakumbuy mood y aba rappeur hano😎💥🔥
#WeGotThat👁
Waaah bwabumwe 🇧🇮 abataragira abonné kuri You tubi big fizzo muyikore muri bwabumwe 💝
Uvuzukuri kbs
@@fabiolasilyvain8880 murakoze 🙏
🥳🥳🥳🥳🥳🥳
big fizzo ivyukora vyose uravyitondera cane turakwemera 👏👏👏like👏👏
Gaël ndabuze ico mvuga. Amajambo abaye menshi sinoheza kwandika Na mitende iyaba nakoresha audio. Ariko usigaye ukora ibiganiro atari ukujaganya nk'abandi. Fizzooooooo
Muri make Abarundi ntidukundana sinzi inzigo dufite ugasanga umur undi avuza music ya Tz 🇹🇿 kandi Abarundi du shoboye 💪 akarorero D~One ariko ntabitaramo bamuha Fizo Babwire bumve. Love from 🇴🇲 🇧🇮 💖 je vous aimes beaucoup 💋
Respecte big z fizzo ndugwe ndagupendasana bro 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndugwe mwenyeweee ✌🤝♨️♨️
We Juste (Mazina) 👊amasanamu yae asigaye ari kumpwemmuu zirenze💯👌
The best interview my favorite artist fizzo love u big up gaël ndakwemera
Myakwubahwa mutama big fizzo turagusaaaaaaaavye umuhe agakorabo D-one uzoba ukoze cane 🙏🙏🙏 ni musan from Oman muscat 🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ego kweri
Work hard big big talent, legend.
Untumye nkwibuka kuri leave me alone udutesa tutavuze intambara mwagwanye naba lolilo
Wewe ni kichwa big Seema courage.umwaka mushasha nibindi bishasha kwakundi hahandi.big up
King Big fizzo uvuzukuri pe natwebwe abarundi dushigikire umuziki wu Burundi 🇧🇮 💪 twese hamwe tugiye hamwe birashoboka Abo tuhuje iciyumviro mumpe like
Ingorane indirimbo zomu Burundi baririmba ibirundigusa niyompamvu itashik kur kuberik bataririmba nigiswahiri fizzo avuze ukur ingorane abarundi turi iryarya ntidushigikiranira aba digei bomu Burundi nibabi kbx🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮👌
juste arimukazi Caan yubahw Fizzo is living legend
Big up mugani desiré nzogufana gushika uhari udahari
#Gaèl Nyeshenza niwacu man
😍😍😍😍😍🇧🇮❣️ interview zawe niza bien kabisa
Sha Gael yubahwe kuk abaza neza
Knd vyongey big fizzo avuga ukuri
Kbx umuziki wishw natwebw abarund ntiduknda ivyacu vrt
Wavuy Kure pe! Ukwihangana nukuramiriza nivyo vyakuranz kugira ushik kwihangiro ryiza I kubak'izina na development economique binafusi, so uri inspiration vraiment, good luck!
I call him Undertaker 👑
Ni bampinge canke bareke 😅🔥🔥🔥 Legend
GENERAL kama GENERAL👏👏👏👏👏
Imana ni nkuru caane kabisaaaa 🙏uwuzi aho yamukuye naho imugejeje yibuke gushimaaa 🙏
Juste Gaël mubwire Fizzo kodukumbuye Hip-Pop nshasha ! Love you from kanyosha Kan-city
Waoo D one uramuzi muhe collabo nukuri umuzamure
Gael you the best 😉 ariko nizereko iryo kosa ritazongera Ako ka papuro ufise kibibazo uzihore uvyandika Mur Note on ya fone yawe ham courage Bruder ✌🏽💯🤗❤️🇩🇪✨🇧🇮🔥👌
Beremewe. Muveko just Gael
THE DON ....one love from rwanda
Fizo yitangira umuziki wuburundi kbc yubahwe sanna Imana niyo yonyine nifuza ko izamuha umugisha. Fizo ndi umunyarwanda arko ndagirango nkubwireko URI umuntu wumugabo ubahwaa, abarundi ndagirango mbabwireko mufite umuhanzi urenze sanaa
Waaaaoooh!!!urazi gukora interv... Abandi bakubonereho juste Gaël urabizi
Fizzo avuga ukuri kbs ngaha murwanda bavuza inyarwanda gusaaaaaaaaaa ntamurundi wokwumva kbs
Muvyukuri uretse ko nkunda indirimbo ziwe ndakunda uko yitwara ntiwopha kumubona mukajagari araniyubaha sicokimwe na lolilo fizzo naho yoba akenye ntaja kuvyerekana muri rubanda🙏🏽
Amashusho yawe ari kugwego hejuru. Big up Gael
Gaël big up ndakunze ukuntu wateguye ibibazo uza kumubaza wamuhaye valeurs🙌
Never give up Big fizzo intahe yaw irampayicigwa nanj one day bizogenda fresh🙏🙏🙏
Umusaza naho nzoba ndumwe nzokugwa inyuma Mutama kuva nkiri muto gushika nanubu🙌🙏💪🤏
Fizo numurijend iyumuntu akora ivyabandi bakora agaca yongerako ivyo akora atawundi abishobora bategerezwa kumuhora akokantu ashoboye batagashoboye ariko wewe ashoboye ivyo bashoboye fizo Uri namb one 💪💪 from burundi 🇧🇮🇿🇦
Gaël big up kutuzanira Gikundiro 😍😍
Nico gituma abakera bayamaze bâti :" Agakuru ntigakur' ubusa"
Thanks you the living ligend Fariouz Big.
Gael I'm your number one fan!I like your introduction and questions
🇷🇼🇷🇼🇷🇼 Njye sinitaye mugapingane kabarundi ark Bigfizo Yadukoreye umuti we na Lolilo cyera like 2008- gutyo...... But Rwanda 🇷🇼 always on top music
Ibaze nimba hakiri umunyarwanda yemera ariko ugasanga imicuko iraha icira inkonda, courage ndugu
Umu legende wa mbere twemera mukwambara no mukuririmba muri buja.uwo musaza niyubahwe 🙌ndakwemera Mtama
Umumashuro😂😂😂😂😂
Fizzo aranyemeje pe burya isoko yumuziki yicwa nabarundi nyene nkuko abivuze kuko harabantu babonye komwenewabo yoronka 50million abona koyoba amurenze nibahe abobana bigihugu kuko ntibahabwanabo bahabwa nimana yabahaye kwikora mugahogo keep up brother
The most musician.Big fizz urumuntu w'umugabo kabisa wubahwe🤙🤙
Big UP Gaël hejuru cane kutuzanira umusaza
Fizzo uri legend kabisa
You are doing very good on your videos, now I’ve subscribed! Much love to you Mr. Gael
Vrt Fizzo wacu yatunyoteje niyisubireko ❤️❤️❤️❤️
Big fizzo wubahwe 🔥🔥🔥🔥
Big Up “ legend Big fizzo “avuga ukuri Gusa. 🔥🔥💯💯
Truly ndashimye cane amajambo yose uyu mugabo Farious avuze,,dukunde kuvuza umuziki w iwacu,,🇧🇮kumaRadio yacu,no muri club z iwacu
Gaël interview ziwe ziba ziri on time ziba zimara kwer🥰🥰🙏🙏
Fizzo ndakwemera bro ,nkunda ijwi ryawe nkunda nukuntu wambara neza
Muvuze amajambo akomeye cane Imana ibahezagire 🔥
Legend Big Fizo Big up sana🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️
Yoo Uburundi burakumbuye rap yiwe iyo wamutubariza Gikundiro😍
Yes sha Fizzo babwire 😍😍😍 too much love from Baltimore Maryland USA🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Much respect juste Gaëlle komeza ndibuka ijambo big Fizzo yavuze ukuri kuri colombe ryarashitse😋😋😋😋
The 2 legends meets ooh😍 Big up sanaa😍🤞👐
Vrmnt 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Komera musaza bigifizo uvuzeneza can ndakwikundira ukuntu wivugira jewe mubagupinga sindimwo ndakwemerukuntu witwara❤❤❤❤🎉🎉🎉
Naj kuri Diwane nababazwa nukuntu batamuhibiteramo Vrema bigifizo imanigihezagir Diwan arashoboy can 🎉🎉🎉
umu artiste mwiza cane,tuzanire iradiyo igarukire akanovera kumuziki wigihugu.
No mu Burundi baragusaba Karanga Muntu🤣🤣🤣
Totalement chouette ✌️✌️✌️
Love from #Aisuper💓
Ego barayikwaka ariko iyo bishitse ugasanga atayo ufise nukuri ntaho bagushira bashobora gufata ingingo zitandkanye ariko baguma bagufata nk'umurundi ari iwabo. Au contraire uri mu kindi gihugu iyo ubuze document hariho chance ko bashobora ku deportinga ndetse bica bigaragara ko utari umwenegihugu waho.
Big fizzo♥️♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️✌️🔥🔥🔥🔥
The one and only😍GIKUNDIRO cacu❤ I love you🙌God bless you dear Fizzo😘
MUGANI Turamwubaha Kandi turamukunda Imana ijimbere murivyose
Wubahwe cane Mugani❤❤❤❤❤❤
The lengend 🔥🔥🔥🔥Juste Gael wubahw uru mu journaliste az kubaz ibibaz bir very important keep respect
Komera cane mutama Big Fizzo tukubona gake cane Kuma réseau sociaux Gusa warabisiguy kwa Isaac TV rer twaritugukumbuy❤️❤️❤️
Mutama en 2014 indirimbo yawe yaratumy nzigiza inkono Hari kur bonane harihavumy Muntugana hariyiwacu mbabarira ndakwitumir kuwonakunz kuwonapfiye eeeeeee bro sinzavyibagigwa peeeee
Umu journaliste abikora kinyamwuga ni Gaël, wengine fake ! Undisputed Fizzo 💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾
Ikiganiro gihez ntashaka nukur kumpanur za Big fizz ziruzuy nabandi bunvureho
Best interview 👌👌Bigfizzo we missed you
Ibiganiro vyiza cane ichambele mulabereye hai kwa bg fizzo
Merci pour l'émission.
Yateguw neza kumpanda zose
Xo Big up xaan Umukubito kutuzanira mutama wacu #Ndurwe👊🔥🔥
Uyumugbo nuwambere wllh
kwer fizzo ndakwemera
Keep it up 🔥🔥🙌 🇧🇮🇧🇮
Big fizzo respect to you🙌🔥🔥🔥
Ndamukunda shaaa yitiranwa nimfura yacu badesire nabantu bari Responsable vrm
Very informative. Gael the best presenter in the Country