ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Uwabonyeko chadoudou yambaye 3fa amp like.tumwitege mugisasu ça lavine
Ari très sympathique ga mana! And he also has a sense of humor 😊Wakoze cane kumuzana Juste Gaël
Courage sh chadoudou wa gitega i wacu🌷🌷🌹🌹🌹🌹🌹
Ikaze musore mwiza ukomere ntagucikintege komera uharanire kuba uwuriwe gusa wubahe Imana ibisigaye jendabona wuzuye ubwiza bwImana
Imana iguhe kuramba nubwitonzi kuko imana ikunda umuntu yicisha bugufi ❤❤❤
Atari Aki ni Akkwa wo mu Burundi🇧🇮🇧🇮
Terimbere sh chadoudou ' ubudasa bwacu ni bwo bwacu ' nivyiza ko twokwig kwiyakira no kwakîrana twese ' niho tuZotérimbere' Gaë wakoze kumutumire ' TERIMBERE 🇧🇮🇧🇮🙌🙌
afise ijui nkirya niyonsaba
Uwo mu frere ameze neza cane Kandi araciye ubwenge.merci Gaël
Bro shima ukuri kandi unyurwe Imana yabonye ubiberey kimw urazi kuganiriza itangaza makuru kandi urafise mû mutwe
Usa neza sha chadu...Imana ikuje imbere ukungana naho umenye uko ubigenza wobivyaza umusaruro 😅
Gaë merci sana kubiganiro uduha ntitukigira irungu😂😂😂😂 uyo mutumire wacu ico nomubwira ari mubandi siwenyene
Uyo ni Arien 🏃🏃🏃Ava kuwundi mubumbe
TRES INTELLIGENT, UZOGERA KURE
Courage sha Chadoudou uri mwiza kandi usa neza kazima wumva ukavuga ukagira nubwenge bukwiye ibindi ntabumuga ufise umeze nkabandi bose
Courage chadoudou uhema umwuka w,abazima imana iracakurize harya ubudasa bw,acu nibwo bwiza bw,imana chadoudou waraheaagiwe
Kazima ukomeye kandi ingingo zitamugaye kuba zabaye ngufingufi nibisanzwe harabomporambona usanga banamugaye ariko weho urinakeza Imana ishimwe twese kuriyisi ntitureha kandi nivyiza ku Mana
Nashime Imana ko atagenda yikwega hasi ikirengeje byose afite ubwenge uko areha niko Imana yabishatse kandi muri byose tujye dushima
Jado ndakwikundiye kbs yani wariyakiriye kandi nivyiza🎉🎉❤❤
Warakuze nuko nyene kuri muzima shima Imana
Osite iheme from Burundi.nigeria.
Musaza Caméra yawe mwiyimisi yerekana amasanamu adasaneza❤ giricuhinduye
Warabitoye kwinjira muri film. Courage
Uwo mu jama azobe umuririmvyi ace amera nka grand-P
Asa nuwuraho akina ama movies muri nigeria
😂😂😂😂😂abandi Bana bariko bakura bakura😂😂😂nawe uriko ukura uba umu bb😮😅😂😂ewe Gaël sha😂😂
Chadabii cool xn bro,xo Gaël uyumujam twarigany👊👊
Chadoudou uri mwiza,uri incabwenge kdi uzogera kure cane.ntukite kumajambo y'abantu,ube wewe kdi ubinezerererwe
Courage, concentre toi sur tes forces et ignore les gens qui passe leur temps à critiquer. Souvent tout ce qu'ils ont à faire c'est ça et rien d'autres. Plein de succès à toi ! Je te vois accomplir beaucoup de choses
Yoooo niryamber ndamubony vrt arik numwana mwiza
Acapella Bwoy❤
Kazima ufise mumutwe bro. Ibindi menya ko ushoboye nkabandi. Courage cane, Ivyo wobonako umengo ni ingorane bishobora kukubera opportunité yo gushika kuco ushaka
Très intelligent ce petit bonhomme 👍🏼
Gaël big up xana na Chadoudou looling good
Très intelligent !
I like him ❤big up sana bro u so cool guy I cane see
Enteligent boy
uyu mu gentle ari cool
Ebube w nigeria🙈🙈🙈
Niyirase muri cinema 🎥📽️ nkabandi.
😂😂😂😂 ndumv naryohewe nuyumujama rater inkur❤❤
To you🌹Shadoudou
Courage Chadoudou 🔥
Kumbe n'umurundi?None ko bahora bavuga ngo nuwo muri Ghana
Chadoudou sha❤️
Tres intelligent🎉🎉❤
Wari keza ako kageso ko gushurashura niko kabi kazo gukenya shahu
Yishuranta ubwenge😂😂
Ngo " Ntera nza nkumwana wa Naka ntera ngo nimumurere uwomwana " 😅😅😅😅😂😂Uratwenza kbs
Chadoudou courage
😂😂😂😂😂akantu k muri bus rer karanyishe,yooo shadudu diii ndanakwikunduye mazeu uterinkuru
Chadoudou courage ❤❤❤❤
Arashimishije
Ariko Gaël vrt wew😂😂😂chadoudou naw ari cool sana😂😂😂
Nanj ndimuremure xna birambangamira
Ishuri ni shuri mn gusa courage kbx ntukihebe kbx
Uyumujam wanj kwer ariko Jew mbon asobanutse kwer❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ikinryohey nica bus ingen wew adatonda kuri bus😂
Kuyindimpwemu idasanzwe imbere cyane 😊😊😊😊😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤🔥🔥
Kuba arehuko ntaco bitway, nukwiyakira, kuko yaribikuri bigend bikambakamba, rr wew uri murefu ukombona,
Nshimye ko agendesha amaguru ye hariho abifuza no kubona hanze bidakunda ikirenze byose nuko afite nubwenge bwinshi Imana imurinde imuronse ibyo yifuza byose
Iciza Ariko arinywera aga juice 🥤… ibaze Sasa agiye kugura icupa akagusanga mwikioske worimuha? 🤔🤔
Nanj narik ndibaz 😂😂
😂😂😂😂nukuri respect ereg aranazi ubweng shn ngo yaradraga disi
💪🙌✊
Ubuhungu bugufi nkuko ku mitoma ntawegera 😂😂
❤
Oooooh sorry to hear that
🎉🎉🎉
bandany bro imbere nihez
Arko Gaël ga MANA 😂😂😂😂😂 ndragua numvee😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Basha mugabo abaganga bikebuke .nkahontazibagira kwarabaganga batumye agumukwari.arko yihangane PE.je nukurinarinzi kwafise nkimyaka.nka cumi.nkimubona Kwa 3Fa
Gayer ndagusavye uzo turondereye kamanda ndagusavye pe😂
Chadoudou ❤❤❤
Nakunze uburyo ayaga
😆😆😆🤣🤣😂😂 ndahimbawe 😂😂😂ego mama wee 😅😅
Abakobwa bakunda amahera yarondere utayafise baragayana cane
Gael naw urashiramwo shiku😅😅😅😅
Yea
jewe mbona arakana😂😂😂
Bakumpere igisuguti. Urantwengeje kabisa😂😂😂😂😂😂😂😂. Courage bro. Keep on polishing.
😂😂😂😂😂😂😂 courage pet
❤❤❤❤❤
😂😂uzokura itekanire uracar muto
3FA oyeeee❤❤❤❤
😂😂 umus ndamubona kur UGL nibajj at uyumu bb aje ngah mubik gs sh kuraj utita kumajamb knd abant bos nikubahir umunt ukwar
kuri ya mpwemu nyene
Uwomu gee ndamukunze 😂😂😂😂😂
Aka ga type gasa neza.. ariko uwu ntabwo ari ubukuri kuko yagumanye isura y'abana !!
❤❤❤❤
😂😂😂😂😂😂😂Gaël weee ngo nimumurer uyo mwana😂😂
Ndabona ako kajama kambaye 3FA , tuzokabona kwa #Fany #Lavine
Ng uwo mwana n'ibiki? 😅😅😅😅 Gusa shn ki chadoudou ni keza cane. Karanatwenza sana Kari cool vrmt🌹🤜🤛
Jewee numva ukomeye caaaaaneee,kudubura nibisanzwe wangu natwe twabababa 2m, twarisubiriza mukudubura😂, Courage bwana ntucikintege
Yahengereye izuba ryazimye gusa uwomuhungu nimwiza ntacabaye bazomukunda urukundo nirubi ksbisa
Can he sue the hospital bamutey urushinge rwamubujij gukora?
Ni hatali nikwiyakira
Ako kajwi sasa😂😂 nuruyoya shaaa jana muri maternelle😂😂
Naje uw nkimubon narinziko arumwana
Ahhhhhh.wasiwe.urikoreyepe
His so funny 🙌
Ewe Chadrack 😂😂
Uwabonyeko chadoudou yambaye 3fa amp like.tumwitege mugisasu ça lavine
Ari très sympathique ga mana! And he also has a sense of humor 😊Wakoze cane kumuzana Juste Gaël
Courage sh chadoudou wa gitega i wacu🌷🌷🌹🌹🌹🌹🌹
Ikaze musore mwiza ukomere ntagucikintege komera uharanire kuba uwuriwe gusa wubahe Imana ibisigaye jendabona wuzuye ubwiza bwImana
Imana iguhe kuramba nubwitonzi kuko imana ikunda umuntu yicisha bugufi ❤❤❤
Atari Aki ni Akkwa wo mu Burundi🇧🇮🇧🇮
Terimbere sh chadoudou ' ubudasa bwacu ni bwo bwacu ' nivyiza ko twokwig kwiyakira no kwakîrana twese ' niho tuZotérimbere' Gaë wakoze kumutumire ' TERIMBERE 🇧🇮🇧🇮🙌🙌
afise ijui nkirya niyonsaba
Uwo mu frere ameze neza cane Kandi araciye ubwenge.merci Gaël
Bro shima ukuri kandi unyurwe Imana yabonye ubiberey kimw urazi kuganiriza itangaza makuru kandi urafise mû mutwe
Usa neza sha chadu...Imana ikuje imbere ukungana naho umenye uko ubigenza wobivyaza umusaruro 😅
Gaë merci sana kubiganiro uduha ntitukigira irungu😂😂😂😂 uyo mutumire wacu ico nomubwira ari mubandi siwenyene
Uyo ni Arien 🏃🏃🏃
Ava kuwundi mubumbe
TRES INTELLIGENT, UZOGERA KURE
Courage sha Chadoudou uri mwiza kandi usa neza kazima wumva ukavuga ukagira nubwenge bukwiye ibindi ntabumuga ufise umeze nkabandi bose
Courage chadoudou uhema umwuka w,abazima imana iracakurize harya ubudasa bw,acu nibwo bwiza bw,imana chadoudou waraheaagiwe
Kazima ukomeye kandi ingingo zitamugaye kuba zabaye ngufingufi nibisanzwe harabomporambona usanga banamugaye ariko weho urinakeza Imana ishimwe twese kuriyisi ntitureha kandi nivyiza ku Mana
Nashime Imana ko atagenda yikwega hasi ikirengeje byose afite ubwenge uko areha niko Imana yabishatse kandi muri byose tujye dushima
Jado ndakwikundiye kbs yani wariyakiriye kandi nivyiza🎉🎉❤❤
Warakuze nuko nyene kuri muzima shima Imana
Osite iheme from Burundi.nigeria.
Musaza Caméra yawe mwiyimisi yerekana amasanamu adasaneza❤ giricuhinduye
Warabitoye kwinjira muri film. Courage
Uwo mu jama azobe umuririmvyi ace amera nka grand-P
Asa nuwuraho akina ama movies muri nigeria
😂😂😂😂😂abandi Bana bariko bakura bakura😂😂😂nawe uriko ukura uba umu bb😮😅😂😂ewe Gaël sha😂😂
Chadabii cool xn bro,xo Gaël uyumujam twarigany👊👊
Chadoudou uri mwiza,uri incabwenge kdi uzogera kure cane.ntukite kumajambo y'abantu,ube wewe kdi ubinezerererwe
Courage, concentre toi sur tes forces et ignore les gens qui passe leur temps à critiquer. Souvent tout ce qu'ils ont à faire c'est ça et rien d'autres.
Plein de succès à toi ! Je te vois accomplir beaucoup de choses
Yoooo niryamber ndamubony vrt arik numwana mwiza
Acapella Bwoy❤
Kazima ufise mumutwe bro. Ibindi menya ko ushoboye nkabandi. Courage cane, Ivyo wobonako umengo ni ingorane bishobora kukubera opportunité yo gushika kuco ushaka
Très intelligent ce petit bonhomme 👍🏼
Gaël big up xana na Chadoudou looling good
Très intelligent !
I like him ❤big up sana bro u so cool guy I cane see
Enteligent boy
uyu mu gentle ari cool
Ebube w nigeria🙈🙈🙈
Niyirase muri cinema 🎥📽️ nkabandi.
😂😂😂😂 ndumv naryohewe nuyumujama rater inkur❤❤
To you🌹Shadoudou
Courage Chadoudou 🔥
Kumbe n'umurundi?None ko bahora bavuga ngo nuwo muri Ghana
Chadoudou sha❤️
Tres intelligent🎉🎉❤
Wari keza ako kageso ko gushurashura niko kabi kazo gukenya shahu
Yishuranta ubwenge😂😂
Ngo " Ntera nza nkumwana wa Naka ntera ngo nimumurere uwomwana " 😅😅😅😅😂😂
Uratwenza kbs