RWANIRA GUKORA IVY'IMANA IGOMBA KUGIRA NGO URONKE AMASEZERANO YAYO//Pasteur Blaise NDAYISABA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • UKO UTEBA GUKORA IVY'IMANA IGOMBA NI KO IMANA ITEVYA KUGUSHITSAKO AMASEZERANO
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 6

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 หลายเดือนก่อน +2

    Amen Amen Amen !!!! Ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @DeoBizimana
    @DeoBizimana หลายเดือนก่อน +2

    Amena habga umugisha muvyeyi

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @delphineniyonkuru4762
    @delphineniyonkuru4762 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓