UMUNTU ARIMWO UMURIRO W'IMANA AGENDANA IBIRWANISHWA VY'UBURYO BWOSE//Pasteur RUZOVIYO Fabien

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • Culte du Dimanche 14.07.2024 - NYAKABIGA
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 57

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 หลายเดือนก่อน +2

    Amen Amen Amen !!! Ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @ImeldeNibitanga
    @ImeldeNibitanga 18 วันที่ผ่านมา +1

    Amen muhezagigwe cane mukozi w'Imana

    • @meirratv
      @meirratv  18 วันที่ผ่านมา

      Amen 🙏💓

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq หลายเดือนก่อน +4

    Imana Ishimwe

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @josueniyonsaba-kd9nj
    @josueniyonsaba-kd9nj หลายเดือนก่อน +1

    Fire kabisa Imana Ibahezagire Mukozi w,Imana

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน +1

      Amen 🙏💓

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +2

    Imana iguhezagire mukozi w'Imana turigufashwa cane

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @DianeNizigiyimana-r5e
    @DianeNizigiyimana-r5e 15 วันที่ผ่านมา +2

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  15 วันที่ผ่านมา

      Amen 🙏💓

  • @user-ms1rv1ye4x
    @user-ms1rv1ye4x หลายเดือนก่อน +2

    Iman'ibahezagire cne

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @AbelNIYONGABIRE
    @AbelNIYONGABIRE หลายเดือนก่อน +1

    Amen amen

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @EpimeniNtahondi
    @EpimeniNtahondi 28 วันที่ผ่านมา +3

    Imana ibahezagire bakozibumwami

  • @SadockBatungwanayo
    @SadockBatungwanayo หลายเดือนก่อน +3

    Abarimwo mpwemu yera barongorwa nayo,hezagirwa papa

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @Nzambimanachantal
    @Nzambimanachantal หลายเดือนก่อน +1

    ❤ nzonesha 🎉🎉🎉

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @chrisskelos7164
    @chrisskelos7164 หลายเดือนก่อน +1

    Yesu aguhezagire mukozi wImana

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @ReverienMukamarakiza-mt2ig
    @ReverienMukamarakiza-mt2ig 16 วันที่ผ่านมา +1

    Aaaaaamen

    • @meirratv
      @meirratv  16 วันที่ผ่านมา

      Amen 🙏💓

  • @user-pq9kc9fm3s
    @user-pq9kc9fm3s 14 วันที่ผ่านมา +1

    Fire

    • @meirratv
      @meirratv  14 วันที่ผ่านมา

      🙏❤️

  • @sabushimikefrank8803
    @sabushimikefrank8803 หลายเดือนก่อน +1

    Merciii

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @KwizeraEmmanuel-bx7ww
    @KwizeraEmmanuel-bx7ww หลายเดือนก่อน +1

    Uhoraho akongere amavuta, agukomeze kandi ahezagire Ishengero ryiwe.

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @NIYONZIZASolange
    @NIYONZIZASolange หลายเดือนก่อน +2

    Ewe wa muriro we urahoruraka

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m หลายเดือนก่อน

    AMEN

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +3

    Abarongozi ba Chanel umuco wera TV Imana ibahézagire

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen Amen 🙏💓
      Iyi Channel ni MEIRRA Tv, ariko kandi ni imwe na Umuco Wera TV. Yesu Kristo abahezagire cane.

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 หลายเดือนก่อน +2

    Igisha bene wanyu bareke amacakubiri ko mutabivuga ? Ntavyo muzi?

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Yarabivuze!

    • @chrisskelos7164
      @chrisskelos7164 หลายเดือนก่อน

      Ivyo turabizi cane na Yesu Nico yapfiriye hama wewe?nubanze wirabe

    • @Twese.01
      @Twese.01 25 วันที่ผ่านมา

      Mugenzi ni wumvirize ubutumwa, uneshe, ivyo bindi ubireke, amacakubiri y'amoko akurwaho n'umusalaba.

    • @ReverienMukamarakiza-mt2ig
      @ReverienMukamarakiza-mt2ig 16 วันที่ผ่านมา

      Amacakubiri n umusalaba uyakuraho kwel kandi bama bavuze umusi wose harivyo kurya bikwiranye nawo

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 หลายเดือนก่อน +1

    Mwese muri bamwe muriyorobeka nk'abandi

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Imana yo nyene ni yo ituzi

    • @chrisskelos7164
      @chrisskelos7164 หลายเดือนก่อน

      @@claireuwimana9973 nka gute Claire? Bakwiyorobetseho gute?

    • @ReverienMukamarakiza-mt2ig
      @ReverienMukamarakiza-mt2ig 16 วันที่ผ่านมา

      Oyaye ibi bintu naho wovyanka ni IVYUKURI rwooose Kandi nivyo kwizerwa

  • @Lecombatdelafoi
    @Lecombatdelafoi หลายเดือนก่อน +1

    𝘼𝙢𝙚𝙣,𝙣𝙙𝙖𝙛𝙖𝙨𝙝𝙞𝙟𝙬𝙚❤

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

    • @SadockBatungwanayo
      @SadockBatungwanayo หลายเดือนก่อน

      Fashwafashwa mugenzi

  • @mpawenimanaflavia1158
    @mpawenimanaflavia1158 หลายเดือนก่อน +2

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @NyabenaJeremie
    @NyabenaJeremie หลายเดือนก่อน +3

    Amen