IGIHE CARANGIYE - TUBE MASO BUGIRA BUCE - Pasteur NIYIZONKIZA Aaron

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • Igikorane cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo ku MUGOMERA/KIREMBA - 17/08/2024
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 4

  • @ClovisNdayikeza-o6h
    @ClovisNdayikeza-o6h 23 วันที่ผ่านมา +2

    Imana ishimwe

    • @meirratv
      @meirratv  23 วันที่ผ่านมา

      Amen 🙏💓

  • @EricItangishaka-s7j
    @EricItangishaka-s7j 22 วันที่ผ่านมา +2

    Kristo Umwami aguhezagire cane mukozi wa Kristo nukuri igihe twahawe abanyamahanga kirihafi kurangira agakiza gasubire iyo kavuye

    • @meirratv
      @meirratv  22 วันที่ผ่านมา

      Amen 🙏💓