IMANA IGUHE UBUSHOBOZI BWO KUVUGA OYA KU CAHA/Pasteur Prosper IYAKAREMYE/ubutumwa Bwiza bubohora

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 มิ.ย. 2024
  • UBUTUMWA BWIZA BUBOHORA
    Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
    AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
    Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
    ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
    Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
    Mu kwirura abihevye ,
    N'abafise integenke z'umutima
    No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
    Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
    / @gospelofpeacetv3
    kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
    Yesu abahezagire cane
    AGAKIZA NAKABANTU BOSE
    NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
    HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
    NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA
    YESU ARAHARIRA IVYAHA
    UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
    AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
    ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA
  • ตลก

ความคิดเห็น • 8

  • @KWIRIMANAEmelyne
    @KWIRIMANAEmelyne 5 วันที่ผ่านมา

    Yesu aguhezagire pastor.yesu aduhe kutamusuzuguza.ndatsinzwe

  • @user-kr8kr4wy9v
    @user-kr8kr4wy9v 20 วันที่ผ่านมา

    Uhezagirwe n'Imana mushobora vyose Aho wakuye Yesu Christo agusubirizemwo vyinshi kugira ubandanye wigisha isi yubu

  • @azizasaid1555
    @azizasaid1555 7 วันที่ผ่านมา

    Manawe nanje nyuzuza Mpwemu wawe Yera ashike kubana banje numufasha wanje numuryango wacu wose na korare yacu yabasenzi Amen

    • @ThierryKwizera-kr5yp
      @ThierryKwizera-kr5yp 5 วันที่ผ่านมา

      Yooo mpwemu wubushobozi twuzure ndqkwinginze🙏

  • @user-wv6kw4fw3q
    @user-wv6kw4fw3q 21 วันที่ผ่านมา

    Yesu aguhezagire cane mukozi wi MANA

  • @ClaudeRukundo-kk4tx
    @ClaudeRukundo-kk4tx 21 วันที่ผ่านมา

    Amen 🙏

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq 25 วันที่ผ่านมา

    Imana Ishimwe

  • @user-kr8kr4wy9v
    @user-kr8kr4wy9v 20 วันที่ผ่านมา

    Uhezagirwe n'Imana mushobora vyose Aho wakuye Yesu Christo agusubirizemwo vyinshi kugira ubandanye wigisha isi yubu