Intahe ya Past Blaise N./IBINTU 3 BIRANGA ABANTU BARI MU NZIRA Y'UHORAHO

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 มิ.ย. 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

ความคิดเห็น • 33

  • @nk.p.9503
    @nk.p.9503 วันที่ผ่านมา +1

    Dufise Imana 🙏

  • @EdouardNiyokwizera
    @EdouardNiyokwizera 27 วันที่ผ่านมา +1

    Amena lmana iguhe umugish igikur civyo vyose nukuzorangiza neza🙏🏽🙏🏽🙏🙏

  • @manirambonasylvestre8164
    @manirambonasylvestre8164 27 วันที่ผ่านมา +1

    AMEN

  • @AlineNtakirutimana-po4eb
    @AlineNtakirutimana-po4eb 28 วันที่ผ่านมา +1

    Uhoraho Aguhezagire Pastor ndakunda Imana Ikurimwo .Uravuga ngasubizwa kurutonde❤

  • @Béni-kingDushime-m3p
    @Béni-kingDushime-m3p 28 วันที่ผ่านมา +2

    Amen amen nkunda cane Imana ikurimwo

  • @odettenishimwe8040
    @odettenishimwe8040 29 วันที่ผ่านมา +1

    Aamen

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 หลายเดือนก่อน +1

    UHORAHO ahabw'ICUBAHIRO !!! Merci beaucoup mon Pasteur

  • @boazniyobuhungiro8735
    @boazniyobuhungiro8735 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @user-oy5uw3tc7s
    @user-oy5uw3tc7s หลายเดือนก่อน +2

    Imana ikongerumugisha Pasteur

  • @user-hh9hb2ub2d
    @user-hh9hb2ub2d หลายเดือนก่อน +1

    Amen❤❤❤❤

  • @user-id6ht6lz3r
    @user-id6ht6lz3r หลายเดือนก่อน +1

    Amen Amen

  • @EmileHabarugira-cn8ly
    @EmileHabarugira-cn8ly หลายเดือนก่อน +1

    Amen 🎉

  • @ibuyerizimatv
    @ibuyerizimatv หลายเดือนก่อน +1

    Amen uwo niwo mutwaro Abera dufite rwose

  • @ibuyerizimatv
    @ibuyerizimatv หลายเดือนก่อน +1

    Imana Ibongerere imigisha cyane,🙏

  • @belyse2074
    @belyse2074 หลายเดือนก่อน +1

    Amen paster Imana ikugwirize amavuta

  • @gamarielnkurunziza4312
    @gamarielnkurunziza4312 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-xb8wy3ff8h
    @user-xb8wy3ff8h หลายเดือนก่อน +1

    Amen lmana igukomeze cane

  • @user-yc4zh3jy2j
    @user-yc4zh3jy2j หลายเดือนก่อน +1

    Imana yama ari Imana ibihe vyose.

  • @muhirenadinenadine1950
    @muhirenadinenadine1950 หลายเดือนก่อน +1

    IMANA yacu ishimwe cane

  • @EmileHabarugira-cn8ly
    @EmileHabarugira-cn8ly หลายเดือนก่อน +1

    Amen merci mon pasteur je me souviens de cette histoire igihe urya muntu afatigwa nyakabiga niho nari.vyukuri hari imbaraga ziruta izindi Imana iduhe kubibamwo neza

  • @duydhjfjfj7007
    @duydhjfjfj7007 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤

  • @user-kx1cc7si8c
    @user-kx1cc7si8c หลายเดือนก่อน +1

    Irijambo rirahembura rikongereza amavuta!lmana itwibuts iciy mwijambo urakoz Mana!

  • @NtihindukaLevis
    @NtihindukaLevis หลายเดือนก่อน +1

    Yesu ntabara😢

  • @AhishakiyeEupfraim
    @AhishakiyeEupfraim หลายเดือนก่อน +1

    Ijambo rihembura

  • @user-gl2zu6gw6m
    @user-gl2zu6gw6m หลายเดือนก่อน +1

    Imanashishikarekubaguramumpwemimwizinaryayesu

  • @user-ry2qf5lb1t
    @user-ry2qf5lb1t หลายเดือนก่อน

    Nanjye IMANA impe izo mbaraga zo gutsinda satani

  • @chancelineizibikwiye2665
    @chancelineizibikwiye2665 หลายเดือนก่อน +2

    Amen mon pasteur

  • @ElieNsanzubumwe
    @ElieNsanzubumwe หลายเดือนก่อน +1

    Amen pasteur

  • @BettyNshimirimana
    @BettyNshimirimana หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @NinganzaLaurant
    @NinganzaLaurant หลายเดือนก่อน +1

    Amen