yoo inkuru nziza kuba dd bose Hussein Radjabu nimuzima ashitse Bujumbura abahunze baratashe 🙏🙏🙏

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ค. 2024
  • Amakuru#burundi#shiramatsikotv

ความคิดเห็น • 5

  • @user-qr2ww4nl7f
    @user-qr2ww4nl7f 13 วันที่ผ่านมา

    Esimana yobikora usen rajabu akaza kuyoboruburundi❤igihugu coba kirokose

  • @user-dr5jo9bi1c
    @user-dr5jo9bi1c 14 วันที่ผ่านมา

    Shiramatsiko Radio Kinyoma Hussein ni yivugire ureke kudutamba kumuvyimba, OK?

  • @BrigitteNIYUHIRE-mt8we
    @BrigitteNIYUHIRE-mt8we 13 วันที่ผ่านมา

    Ikibabaj nikimwe, ntanakimwe mutanga inkuru yo nibinyoma gusa.

  • @melancendekekubanza2958
    @melancendekekubanza2958 13 วันที่ผ่านมา

    Gabanya ikinyoma kandi reka gucurira umuryango wiwe ,niba akiriho mureke avyivugire . ni murèke Ayo ma photo yiwe ya kera kuko , na ba bakecuru Rose na Barankitse muhora mubareka bakivugira ,mbega mutinya ijwi ry'umuzimu? Umuzimu wiwe uzobereka ukuntu intama yambarwa .

  • @abrahambukuru725
    @abrahambukuru725 13 วันที่ผ่านมา

    Uragatsindwa wa mugesera we. Ububeshi bwawe burarenze kandi ukwiye kurwanywa