KIDUMU YARAHIYE KO ATAZONGERA GUKORA IGITERAMO MURWANDA CANKE MUBURUNDI UMVIRIZA IMVO NIMVANO

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ม.ค. 2025

ความคิดเห็น • 17

  • @nininahazwerichard5555
    @nininahazwerichard5555 5 ปีที่แล้ว +5

    Heeeee mbega abantu babi? nibareke uwo mutama yikorere akazi kiwe mubisanzwe UBURUNDI NURWANDA turibamwe bisa nuko dusangiy nimico nakaranga

  • @Narumiwe5332
    @Narumiwe5332 2 หลายเดือนก่อน

    Niba arukuri birababaje cyane abayobozi bumugi wa kigali bakwiye gusobanurira abantu impamvu bamwangiye kuko kidumu ntakibazo afitanye nabanyatwanda

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 5 ปีที่แล้ว

    Komera rasta Kidumu,dont let Babylon system affected you ,rastaman live up.Peace and love

  • @guyrodrigueirambona2052
    @guyrodrigueirambona2052 5 ปีที่แล้ว +7

    yaramenje uwihoye. ihorere kibido.

  • @enockntambara7403
    @enockntambara7403 5 ปีที่แล้ว +2

    Ark mwabavandimwe mwe baba Rundi Kidumu koko Kidumu koyivugiyeko Mu Rwanda ahinjira nk'imuhira ubwo Kidumu ko iyo ari Mu Rwanda koyisanzura cyane iyo Sumu ivahehe nuwuhe Mu Rundi wahawe Sumu?

  • @kozzomix120
    @kozzomix120 5 ปีที่แล้ว +6

    Eeeee abanyarwanda nihatari Kidumu weee shimimana kwatasumu baguhaye

    • @lamanene8848
      @lamanene8848 5 ปีที่แล้ว

      Isumu ayihabwa na biwabo abarundi apana abanyarwanda ntimukabye

  • @richardngendakumana2871
    @richardngendakumana2871 5 ปีที่แล้ว +3

    Uburundi nurwanda turibamwe
    Twaridukwiye gufatana munda ndetse africa

  • @jeandondecampeur9221
    @jeandondecampeur9221 5 ปีที่แล้ว +3

    None bakwankiye kwinjira iwabo nikibazo? Nuburenganzira bwabo bihorere ivyo biteramo wagira ubatwara ifaranga ryabo reka barigumane usarazwa niki kombona agapfa kaburiwe ari impongo...!!!! Ubuwojayo bakaguha sumu nivyo vyoba vyiza? Uziko burya abanyarwanda birinda ibibazo vyagushikira bwana kibuganizo?

  • @blaiseniyomwungere924
    @blaiseniyomwungere924 5 ปีที่แล้ว +3

    mbega abantu bubu babaye gute vraiment ? umuntu nka kidumu bamuhor'iki ? ko yikorera umuziki haruwo agirira Nabi ? Imana ibabarire

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 4 หลายเดือนก่อน

    Reka gutwenza nawe kidumu. N'amashengero ari amashengero yarugawe....Harya n'uwuhe mwami muri bibiliya yavuze ati reka Imana niba ari Imana koko yirwanire.

  • @gamelahg4613
    @gamelahg4613 5 ปีที่แล้ว +1

    nihatari kabisa

  • @ndarenova5224
    @ndarenova5224 5 ปีที่แล้ว +3

    kidumu bihorere kuko imana niyo nkur twarakumeny kugez ubu tuzi uwo uriwe.kand komr cane

  • @CharlesBukuru-u2e
    @CharlesBukuru-u2e 7 หลายเดือนก่อน

    Ntabwiza bwurwanda gusa ico novuga twese turibamwe ntaho tuzoshiran twese tuzoban ukobiri kwose

  • @badomerikiyoro9749
    @badomerikiyoro9749 5 ปีที่แล้ว

    Probleme il est Hutu alors qu'au Rwanda les tutsi controlent tous

    • @starosaa
      @starosaa 5 ปีที่แล้ว

      Reka ivyo igihe yakagiriyeyo akora ibiteramo ntiyari umuhutu,?abo batutsi uvuga Nibo nyene batwara kandi.Rzro kuvuga KO ahow ubwoko sivyo kuko ntabaye umuhutu Ubu nyene uretse KO no kuba umuhutu ari iteka co kimwe nukuba umututsi ntawiremye numw
      Bose baremwe n'Imana.Abica abandi babahora ico batigize izobibabaza .

  • @aal1855
    @aal1855 5 ปีที่แล้ว

    Ooo🤔uwo ni Luck Prmtr ubikoze ntawundi kuko ndibuka mumisi ishize aho yaguma yidognga ngo Afrimax TV iguma iha I biganiro Abarundi ngo Babe baguma iwabo aho nihamwe B Face Rap 🇧🇮uja gukorana na Tom Close mu Rwanda ahita akorana I biganiro na Afrimax TV hamwe ni I simbi TV 😏be mureka ishyari 🤮🤮🤮