Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ก.ย. 2024
  • Akenshi turumva havugwa ubwicanyi bwa Ntega-Marangara. Ni ibiki tubuziko ? Mbe ni ibiki vyoba vyaratumye buba ? Reta y'ico gihe yo yavyifashemwo gute ? 🤔
    Abanyagihugu b'aho, hamwe n'umuhinga muri Kahise baragerageza gutanga inyishu muri kino kiyago.
    #TuyageKahise #Burundi #kahise

ความคิดเห็น • 24

  • @jeanpierreniyungeko717
    @jeanpierreniyungeko717 5 หลายเดือนก่อน +2

    Prof Sentamba uratohoza neza. Ivyo uvuga sivyo. Buyoya yashaka un pont pour arriver au changement qu il voudrait donc le gvt de l Unité nationale. None iyo politique yashikanye igihugu he. Ubwenge bwo mw ishuli n ubwenge nyakuri biratandukanye kabisa. Wopfuma uhora. Gustave yasanze igihugu gitekanye. Abarundi barima, bakimbura,bakaryama atawurara uwundi Ku mugono. Niwe yabagumuye. Aha abicanyi inkigi. None raba Aho Uburundi bugeze. Au lieu d opposer au palipehutu une idéologie contraire, il l a ouvert toutes les portes alors qu il fallait le combattre idéologiquement. Résultat a toi de l expliquer comme tu essaies de le faire

  • @NtirenganyaMathieu
    @NtirenganyaMathieu 5 หลายเดือนก่อน

    Ubwicanyi 1988 bwankozeho cyaneeee narumwana nibwo mwishe amarangamutima yanjye bashoye numunyarwanda akanyaru uwitwaga muhinde,umwuzukuru we witwa Ngabire bishe umurundi wumututsi witwa merekitoro muri seguteri ya gikomero byatumye mbabara mukuri intambara yo 1993 yaje naramaze kumenya ko nshobora kwicwa nabaturanye.

  • @senyereee
    @senyereee 3 ปีที่แล้ว +1

    Merci.

  • @pascasiemukeshimana7364
    @pascasiemukeshimana7364 หลายเดือนก่อน

    Ubwicanyi bwa Ntega na Marangara bwateguwe nu buyobozi bwa Habyarimana
    Yakoresheje abahutu ba barundi bari barahungiye mu Rwanda
    Bashakaga gutangira gushyira mu bikorwa jenoside yakorewe abatutsi
    Abahutu bifuzaga kumaraho ubwoko bwa batutsi
    Buyoya niwe wabihagaritse.

  • @ndayishimiyealexis7182
    @ndayishimiyealexis7182 5 หลายเดือนก่อน

    Murabeshe cane imana ibababarire cane uzobaze uwari umusirikare yitwa Gateretse uvuka imwaro nabantu bakuru bose abapana abo mubwoko bumwe ndababayevkubona mucyinira kumaraso yabacu.ese musenyeri kaburungu yavuze mumisa yasomeye kuri paruwasi yamurehe?umunyamakuru mutana yatangaje gute kuri radio yigihugu mubeshe abandi

  • @alphonsentaganda5995
    @alphonsentaganda5995 หลายเดือนก่อน

    Vyari vyarateguwe jewe nari umwana
    Abahutu baratubwiye ngo bozotwica tukagira ngo nibizobaho
    Babanje kwigumura abasoda baje guhosha ivururu barigumara cane gose ngo abasoda babasubize ingozi minister abasubiza ingozi bahavuye batangira kutwica iyo abasoda bataza nta mututsi warigusigara kuko baze kuvakwizima barwana nabasoda narabibonye namaso yanjyle mwisoko mu Marangara bagarutse kwica bafise imipaga namacumu bavuga ngo inkoho niyabica
    Bashaka gutema abasoda

  • @sindisengi292
    @sindisengi292 3 ปีที่แล้ว +1

    Kubera iki muvuga uburofa. None mwasubiriye CVR?

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 4 หลายเดือนก่อน

    Nivyo Buramatari wico gihe yitwa Jean Baptiste batazira Boule barabimubwiye abifata minenegwe.

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 หลายเดือนก่อน

    Abatutsi bamwe bigira inzoka zikomorana kuko ari ibibazo vyo muri ntega na marangara ntivyari gutuma bica incabwenge zo muri ngozi na kayanza abapadiri,ababikira,abafurere b'abahutu bakorera ngozi na kayanza.

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn หลายเดือนก่อน

    Mwo tubariza Albert shingiro kuko yarakuze yari muri supérieur i Ngozi kuri Don Boscos abana babatutsi babanyarwanda baharereye don boscos yasigaye yera

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 4 หลายเดือนก่อน

    Jew novugako Abatutsi bo Ku Ntega n'a Marangara bishwe n'a Buyoya. None wosigura gute ko abantu bicwa imisi 4 guhera kuwambere le 15 aôut 1988 gushika le 18 aôut 1988 batagira gitabara mu gihugu indépendant gifise inzego zumutekano, akanka gutanga uruhusha. None wewe Ubu 'tiyapfuye ? Nizere ko yitavye mu rukiko imbere y'Imana.

  • @ndayishimiyealexis7182
    @ndayishimiyealexis7182 5 หลายเดือนก่อน

    Uzogende kumusozi wa kigoma nyanza kigufi bazobaha amakuru

  • @innocentsegahinga107
    @innocentsegahinga107 2 หลายเดือนก่อน

    Uwomutama arabeshya,kuberiki mwishe abatutsi babanyarwanda bimpunzi za 59 mwabahoye iki?

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 ปีที่แล้ว

    Mu Rwanda ubwicanyi butangura, abantu bahona Inkotanyi zavuze ngo nimubanze murindire turonke Ordre.
    Ku Ntega na Marangara abantu bahona, abasoda bati nta Ordre turaronka ngo dutabare🤔🤔🤔
    Sacrifices du sang par les lideurs Freemason !
    Twarabahinyuye abayobozi!

  • @rosentakarutimana2432
    @rosentakarutimana2432 3 ปีที่แล้ว +1

    Inyuma yimyaka cumi ningahe gusa, habaye massacre zirindwi na kabiri, ubutegetsi ntibwari kwijajara. Rero ubutegetsi bwico gihe ni bwo bwabikoze nkana. Ikivyerekana kindi ningene ubwo butegetsi nyene bwari bwashitse mukibanza bwarimwo bubanje kugira coup d'État. Abanyagihugu batureke twirambire abategetsi babazwe ivyo bakoze bibi kandi babihanirwe kisunzwe amategeko

  • @MugaruraIssa-z8e
    @MugaruraIssa-z8e 2 หลายเดือนก่อน +1

    Intambara ya Ntega na Marangara ya teguwe na Havyarimana wo murwanda

  • @JeanMarieNdayiragije-p8q
    @JeanMarieNdayiragije-p8q หลายเดือนก่อน

    Sha nimwivuge kbx mugabo imanga ntimarira Imana basha

  • @PascalNdiwenumuryango
    @PascalNdiwenumuryango 3 หลายเดือนก่อน

    None muvuga yuko abahutu bapfuye muri ntega na marangala yuko aribo biyishe?haruwutazi yuko kajugujugu yabishe aribuyoya nyene yayiduganiye

  • @ndayishimiyealexis7182
    @ndayishimiyealexis7182 5 หลายเดือนก่อน

    Amateka yamarangara muratubeshe vyatanguriye kuntega ntimutubeshe wewe uri kuvuga urimwo ubesha abantu

  • @ndayishimiyealexis7182
    @ndayishimiyealexis7182 5 หลายเดือนก่อน

    Baza nabari imarangara ureke kubaza bamwe gusa

  • @DIEUMERCI4349
    @DIEUMERCI4349 2 หลายเดือนก่อน +1

    Hanyumase komutavuga abahutu babarundi bakoze genocide murwanda bafatanyije nabahutu bomurwanda mukwica abatutsi kandi muziko tutabizi🤔

    • @KasminaCreation
      @KasminaCreation หลายเดือนก่อน

      Ico utazi urabaza ncuti?apana kuvuga ivyamoko ngaha

    • @pascasiemukeshimana7364
      @pascasiemukeshimana7364 หลายเดือนก่อน

      Abahutu ba barundi babaga mu Rwanda bakoze ibara nibo bishe abavandimwe bacu muri jenoside
      Bakoraga inama zo kujya kwica abatutsi ba Ntega na marangara
      Imana twagize nuko Buyoya yahagobotse batarabamara. Yewe mushatse mwakwihana ibyaha byo kumena amaraso si non azobahumira.

    • @BigirinteranyaSerges
      @BigirinteranyaSerges 29 วันที่ผ่านมา

      ​@@pascasiemukeshimana7364azohumira mwebwe mwishe abahutu kkuva 1972 gushika nikigihe mukomeza gushaka kuduhonya àriko ntibizoshoboka mbona na Buyoya yarapfuye ndazi ubu arimwo arota umuriro wamaraso yabahutu yamenye