Raba Ingene Perezida Nkurunziza Yishwe n'Umurozi wo Muri Tanzania Amakuru Mwanyegejwe Agiye Hanze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ธ.ค. 2023
  • #fardc #ishamitv #m23 #congo #amakuru #intambara
    Urupfu rwa Perezida Nkurunziza Burundi
    iyakure tv m23 amakuru mashya, ishami tv, m23, b&b umwezi live, dj afro movies 2023 latest full movies, hano hose tv, iyakure tv amakuru mashya, iyakure tv m23, m 23, m 23, papa sava, wazalendo, wazalendo et m23 aujourd'hui,
    M23 amakuru mashya, m23 congo 2023 today,m23amakuru mashya uyu munsi, m23 congo 2023 today live, m23 amakuru mashya iyakure tv, m23 goma, fardc vs m23 aujourd'hui, wazalendo goma, m23 yafashe goma, m23 congo 2023 today iyakure tv, fardc congo m23 congo 2023 today, m23 congo 2023 today bunagana, fardc congo goma, rutshuru congo rutshuru m23, bunagana, bunagana congo today, wazalendo et m23 aujourd'hui, m23 congo 2023 today video, m23 rwanda, rwanda congo conflict today, wazalendo vs m23, m23 sake, m23 congo 2022 today Bunagana

ความคิดเห็น • 193

  • @user-tu1vi5jd3i
    @user-tu1vi5jd3i 6 หลายเดือนก่อน +18

    Oh! Ntaciza yokoze ngo ashimigwe nabisi kuko nayesu yatubereye umukiza ariko ntitwamwemeye yarahizwe kugera nokuruphu ariko imana yabikoze uko igomba kandi mwibuke nubwo yesu yagaragaye nkuwaphuye data yavuzeko arimuzima ndizera ko nuwundi atapfuye arimuzima ariko kuwuvyizera gusa kuko nayesu yagaragaye nkuwaphu ariko nimuzima ,amen.

  • @ElvisVyizigiro-yz8kw
    @ElvisVyizigiro-yz8kw 7 วันที่ผ่านมา +2

    Imana imwakire

  • @AbikundaIsaac-ce4lh
    @AbikundaIsaac-ce4lh 6 หลายเดือนก่อน +9

    Naragukunda nkurunziza muzahorane nimana papa❤❤❤❤❤

  • @NiyigenaPhanuel-jn3nx
    @NiyigenaPhanuel-jn3nx 6 หลายเดือนก่อน +6

    Nizereko nzagusanga mwijuru❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-oe9nj4vs8o
    @user-oe9nj4vs8o 5 หลายเดือนก่อน +3

    warintwari
    imana
    👏💜💛

  • @claudinendagijimana5262
    @claudinendagijimana5262 หลายเดือนก่อน +2

    Imana izamuhorera

  • @ShaniaNiyonkuru
    @ShaniaNiyonkuru 14 วันที่ผ่านมา +1

    Mana abo barozi batwiciye Umuvyeyi baragafa urakabata Mucobo 😢😢Waradukorera ineza Mwiza wacu dukumbuy imfashanyo yae😢😢ub ntayo turonka😢😢

  • @user-lu5ii2pn3k
    @user-lu5ii2pn3k 6 หลายเดือนก่อน +1

    Muri abantu b'imbwa cyane,muri ni bimara mijye muvuga amakuru afitiye rubanda akamaro. Ibyo muvuga ntacyo byubaka. Puuuuu

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t 6 หลายเดือนก่อน +1

    Vyarambabaje kubona yarashikirije ubutungane Hama agacapfa sinzakwibagira Imana ikuzigamire umuryango washize.

  • @belysenshemezimana3853
    @belysenshemezimana3853 6 หลายเดือนก่อน +7

    Imana izaguhe iruhukiro rindashira 😢😢😢😢

  • @user-sy4jw2lk5g
    @user-sy4jw2lk5g 6 หลายเดือนก่อน

    Imana izobabarir uwomurozi kuk ubuzima bw,umunt bufisw n,Imana

  • @niyukuriezechieltatra
    @niyukuriezechieltatra 6 หลายเดือนก่อน +3

    Umurozi wambere ni wewe uteranya abakundanye wa mwangushi we😢

    • @user-uq9jr5li9y
      @user-uq9jr5li9y 5 หลายเดือนก่อน

      Ntamakur ufise ukur guc muzak ntigush

  • @elysemanirambona7680
    @elysemanirambona7680 6 หลายเดือนก่อน +2

    Ababikoze imanibababarire❤

  • @HypoliteMinani-oo6kx
    @HypoliteMinani-oo6kx 6 หลายเดือนก่อน +10

    Emw nimumukuremukanwa yiruhukireAmahoro Abane nayezu yatambira😭😭😭

  • @jeanpierrebyiringiro2716
    @jeanpierrebyiringiro2716 6 หลายเดือนก่อน +6

    Babyita kuzikura akaboze

  • @onedibonufeli1538
    @onedibonufeli1538 6 หลายเดือนก่อน +4

    None uwavuze ko yishwe na covid ko umengo yari uyo nyene none ubu rero mwosubira mukatubwira ko mwaduhenze? Noneho ivyamwa mwama bisanzwe bizwi,nta gishasha muzanye! Gusa abarundi twaciye muri vyinshi twabonye vyinshi,ntitwoba tugisamazwa n'ayo majambo yanyu y'ibiraguragu!

  • @RenirdAhishakiye-s4d
    @RenirdAhishakiye-s4d 3 วันที่ผ่านมา +1

    .birababaje,biteyagahinda

  • @ferdinandngamije480
    @ferdinandngamije480 6 หลายเดือนก่อน

    Abarundi mwa buze umugabo wingira kamaro na kunda nta muzi !! Yarumunyahoro asenga. Imana Izamuhe Ubugingo buhoraho..

  • @bauji4533
    @bauji4533 21 วันที่ผ่านมา

    Imana ikwakire warakoze ibikorinka

  • @ChristopheNdikuriyo-mi9kf
    @ChristopheNdikuriyo-mi9kf 17 วันที่ผ่านมา +1

    Ntakundi

  • @user-cl1dk2cg5y
    @user-cl1dk2cg5y 6 หลายเดือนก่อน +1

    Imani mwakire

  • @FabriceNsengiyumva-jm8qs
    @FabriceNsengiyumva-jm8qs 7 วันที่ผ่านมา

    😢tubwire amakuru yinkino shaa

  • @Mudageelevisnduwayo-tx2ws
    @Mudageelevisnduwayo-tx2ws วันที่ผ่านมา

    Uraduhenze kandi cane

  • @OnegaNiyogushimwa
    @OnegaNiyogushimwa 8 วันที่ผ่านมา

    Imanimwakire mubwami bwayo

  • @user-fe7yq4ri7z
    @user-fe7yq4ri7z 18 วันที่ผ่านมา +1

    Aha ni mureke Denyse ubupfakazi arabumenyereye

  • @user-gw5pd7nu8g
    @user-gw5pd7nu8g 23 วันที่ผ่านมา +1

    Koyapfuye none boburugurika ubu haheze imyaka itatu yimariyiki none

  • @NduwayezuEgide
    @NduwayezuEgide 21 วันที่ผ่านมา

    Mirabel neza

  • @user-yc7bu8nb6k
    @user-yc7bu8nb6k 23 วันที่ผ่านมา +1

    Ubesha,uburozi bwavuye murwanda

  • @bainomwanamboka
    @bainomwanamboka 6 หลายเดือนก่อน +1

    Nya kwigendera yar'umuntu yakund'imana nimureke kumukurikiza ibinyomavyanyu mwa bapaganimwe

  • @FrancineKwine-md5zv
    @FrancineKwine-md5zv 6 หลายเดือนก่อน +2

    Kimw nuk ababikoz nab bazaph😭😭😭

  • @RukatazaTheogene-gs1ff
    @RukatazaTheogene-gs1ff 6 หลายเดือนก่อน +1

    Ingeni

  • @ChouenaNikiza
    @ChouenaNikiza 6 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t 6 หลายเดือนก่อน +3

    President nkurunziza naragukunda watuberamaso ntaninzara Nahoranbona nonubu kuvugenda vyarahindutse uwakwishe Imana umubabarire icompa Imana ikabayarakwakiriye kubwivyowakoreye abarurundi ❤❤

    • @KwizeraNadine-qu3zm
      @KwizeraNadine-qu3zm 6 หลายเดือนก่อน

      Nimba wahora urea usahuy ereg ub niret nkozi

  • @marie-chantalpahud7100
    @marie-chantalpahud7100 5 วันที่ผ่านมา

    Holala c est triste

  • @user-oo3gc7gq1n
    @user-oo3gc7gq1n 6 หลายเดือนก่อน

    Sivyo nagato nibarek kumutwibuts yarintwar mu gihugu cuburundi

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 6 หลายเดือนก่อน +1

    Nta vyawe !

  • @PacifiqueKadubire-jl8tr
    @PacifiqueKadubire-jl8tr 6 หลายเดือนก่อน +2

    True

  • @djallan-ns1es
    @djallan-ns1es 21 วันที่ผ่านมา

    Very good

  • @donaldmpagaze9803
    @donaldmpagaze9803 22 วันที่ผ่านมา

    Imana ilababona intelanya

  • @Isidore-bv3mu
    @Isidore-bv3mu 6 หลายเดือนก่อน +1

    Aya ni amatiku pe!

  • @Nshimiyimanajeanclaude-nx3pc
    @Nshimiyimanajeanclaude-nx3pc 19 วันที่ผ่านมา +1

    gendawamubesh we

  • @user-lk9ul9hl8c
    @user-lk9ul9hl8c 6 หลายเดือนก่อน

    Niyiruhukir ababikoz nabo barinyuma inyuma yimisii mike icurimwe nico wimbura

  • @adriennsengiyumva3712
    @adriennsengiyumva3712 6 หลายเดือนก่อน

    Aha we warize kuburyo ushikiriza amakuru muriyi nzira canke ukeneye tugushorere Ama mégas

  • @santosseba814
    @santosseba814 6 หลายเดือนก่อน

    Ndayishimiye niwe wamugandaguye basha

  • @AkingabiyeElvis
    @AkingabiyeElvis 9 วันที่ผ่านมา

    Kubesh gus

  • @MisigaroDavid-yk8ik
    @MisigaroDavid-yk8ik 6 หลายเดือนก่อน +1

    Kwa matora yegerej ivyo mutanguy kubizana

  • @user-wr9zz5lf1w
    @user-wr9zz5lf1w 6 หลายเดือนก่อน

    Vuga ivyugwanda iburundi ntahuzi kowarimuvyuburozi bwamwishe ivyigitoro ubizanyewmo gute

  • @OscarNdayishimiye-m5l
    @OscarNdayishimiye-m5l 3 วันที่ผ่านมา

    Twarahomvye intwari cne

  • @user-rv8gx4hf7x
    @user-rv8gx4hf7x 6 หลายเดือนก่อน

    Sha muriko mugira totologie kwl. Subira mumatohoza p. Kk ntibitahurika ivyo mudendekeranya

  • @REVOKATUSFidery-oj2nj
    @REVOKATUSFidery-oj2nj 6 หลายเดือนก่อน

    Sha umutama wacu uwamwishe imana izomubaze pe

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro 6 หลายเดือนก่อน

    Ndabasabe imbere yokuvuga ibindi vyose banza mupfukame mubaze imana mbega hari uwuvuma uw,imana itavumye mbega imana:siyo ituma umuntu abaho kandi niyo ituma apfa.

  • @andrewbariyo8456
    @andrewbariyo8456 6 หลายเดือนก่อน +3

    Iyo mitwe muyirecye kuvuga ubusa

  • @mikeonthetrack2222
    @mikeonthetrack2222 5 วันที่ผ่านมา

    Nikuberiki none abanyarwanda aribo bazi cane amakuru ya barundi....?

  • @user-or8fm6mc5t
    @user-or8fm6mc5t 6 หลายเดือนก่อน

    Ntiyari kuraba umupira wamaguru,yari volley ball.

  • @aminanekesa3718
    @aminanekesa3718 6 หลายเดือนก่อน +1

    Non hiyo iwanyu murwanda ntavapha bahari?😂😂 Mukama abanyarwanda nimuduhe amahoro vuga ivyiwanyu ivyacu ntibibaraba mwe Nuyi Bob wanyu

  • @user-rr5cg3iy6t
    @user-rr5cg3iy6t 3 หลายเดือนก่อน

    Bob Rugurika niwe yarwanya Nkurunziza Ubu niwe agarutse kuvuga amagambo nkayo kugira acanishemwo abarundi nacane cane Abo muri CNDD-FDD.

  • @maryi2845
    @maryi2845 6 หลายเดือนก่อน

    Ntacyo uvuze gihuye na title watanze pe

  • @OnegaNiyogushimwa
    @OnegaNiyogushimwa 8 วันที่ผ่านมา

    Sapor yaguhenze?

  • @kulwajuma100
    @kulwajuma100 6 หลายเดือนก่อน +1

    None mwebwe muriyo ntambara ntimupfa!!? Ubukene nabwo dufita burabateye agahinda? Harico turaza kubasaba!!?

  • @hahajah7189
    @hahajah7189 5 หลายเดือนก่อน

    Uwu yishakira ama vius ntabindi

  • @IshimweEvelyne-ml1ks
    @IshimweEvelyne-ml1ks 6 หลายเดือนก่อน

    Iyoo muv murinzigoo muri nabanyarusaku niyiruhukire amahoo muzovugaa nibindi iyoo umuntu apfuye havugwa mvyishi mumureke umuvyeyi yiruhukiree

  • @user-bc2bc5zk4q
    @user-bc2bc5zk4q 6 หลายเดือนก่อน

    Kuberiki abanyangwanda bama toujours bafise ivyo bavuga kubarundi nuburundi Kuma resau sociaux? Nurukundo rwishi?

  • @user-lu5ii2pn3k
    @user-lu5ii2pn3k 6 หลายเดือนก่อน

    Itangazamakuru ryanyu ni iripfu rwose

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i 5 หลายเดือนก่อน

    Papa iruhukire nibakuveko maaze

  • @user-ii2gw8nr2d
    @user-ii2gw8nr2d 6 หลายเดือนก่อน

    Wew yarumuvyeyi.yaragiye none abarundi tugire dupfe twangara

  • @niyukuriezechieltatra
    @niyukuriezechieltatra 6 หลายเดือนก่อน

    Uragowe wa mwangushi we

  • @habyarimanajeanclaude3883
    @habyarimanajeanclaude3883 6 หลายเดือนก่อน

    Itonde U Burundi ntibukennye uko ubivuga...uko ni ugusenanya...Ko ubivuga bidahuye n'umutwe w'inkuru...

  • @DesireMuhoza-jh9sy
    @DesireMuhoza-jh9sy 16 วันที่ผ่านมา

    Ntavyonemeye

  • @rosettecimpaye4090
    @rosettecimpaye4090 6 หลายเดือนก่อน

    Urupfu rutwara uwo rushatse kandi ngo Imana niyituma umuntu apfa, Ayo majambo yavuvuze wewe aruhuri?

  • @user-zp3bc3jd3b
    @user-zp3bc3jd3b 6 หลายเดือนก่อน

    Uko nukuri kbx baramwish mutam wacu sekuri wacu nivyo baramwish kbx abarund mutiny kunya ngomwoshoza

  • @user-sy4jw2lk5g
    @user-sy4jw2lk5g 6 หลายเดือนก่อน

    Niwigir warintwari y,igihugu ugitwar igihug ntanzara ntabuken burenz bwahar ibisigay iruhukir amahor tuzohurir mubwami bwijuru inzamb niyavug abapfiriy Mur YESu nib bazotangur kuyumv

  • @SamediNduwimana
    @SamediNduwimana 29 วันที่ผ่านมา

    None mwebw mwabanyarwandamw ivyomubikuraheh toka

  • @boscogahinyuza1817
    @boscogahinyuza1817 6 วันที่ผ่านมา

    Ariko ahontimurikomubesha

  • @user-fe7yq4ri7z
    @user-fe7yq4ri7z 18 วันที่ผ่านมา

    Kd peter nawe I guburundi ntacyo bikimurebaho

  • @user-jk2nz4ov8e
    @user-jk2nz4ov8e 15 วันที่ผ่านมา

    Twabuze inyish ntbw watubwiye ingene ubw buroz bwavuye mur Tanzanie

  • @MkuruMikasi
    @MkuruMikasi 2 วันที่ผ่านมา

    😢😢

  • @user-vt8uh6zm9t
    @user-vt8uh6zm9t 6 หลายเดือนก่อน

    Vyamenyekanye Bash imana niyo izomeny icimukoza

  • @user-ft7em9xj1j
    @user-ft7em9xj1j 6 หลายเดือนก่อน

    Sh ntakund nikwihangan gus non koyamaz kwigir twes ntswuzorusimb

  • @IGIRANEZANICORE
    @IGIRANEZANICORE 24 วันที่ผ่านมา

    🎉

  • @user-rd5mm1om1c
    @user-rd5mm1om1c 5 หลายเดือนก่อน

    Es ayomakur mw muyakurah?ivy nivyo guyerany abantu

  • @user-xb5zw7rp5l
    @user-xb5zw7rp5l 6 หลายเดือนก่อน

    Ahubwo nikeka ko arimwe mwamugandaguye kuko ntakintu nakimwe cemeza ivyo wavuze,ntahantu nahamwe uvuga ukuntu ubwo burozi bwashitse nuwabuzanye,none ntiwumvako ufise ukuri ariko ushatse kuyovya amatohoza? Iryosumu uvuga urazi iyo mwarikuye. abamwishe muzokwivuga bukebuke ntimwibazeko mubarire ibijuju,mumenyeko harimwo incabwenge mbere kurusha uko muvyiyumvira
    Ubwobubeshe bwanyu nubwo bwatumye igihugu mucambika iceyi ariko Imana irimwijuru icoduhorera mugume aho.

  • @ElieNijimbere-fd4pg
    @ElieNijimbere-fd4pg 6 หลายเดือนก่อน

    Bemureka kuvuga ivyomutazi knd kwa uvuga amajambo mutazi gutanga inkuru mutazi bizobakoraho sinkubeshe

  • @musangamfuracelestin6629
    @musangamfuracelestin6629 6 หลายเดือนก่อน +1

    Yavanwe mubuzima ariko ni inkuru ibabaje. Uwabikoze wese ijyihe icyaricyo cyose nubwo atazwe ariko nawe azopfa.

    • @baranyeretsejeanpoul-vv5yx
      @baranyeretsejeanpoul-vv5yx 6 หลายเดือนก่อน

      Twese turabagenzi nneniwe
      Ejo niweho abantu bibagiwe
      Amategeke y' Imana kunda
      Mugenzi wawe nkukowiku
      Nda.

  • @user-ni7ts7ig7f
    @user-ni7ts7ig7f 6 หลายเดือนก่อน

    Yo imana ikwakire mubayo turagukunda

  • @jaypablo
    @jaypablo 6 หลายเดือนก่อน

    Nimuvuge ayabahanze iwanyu simwe mworohewe!! Niyiruhukire mumahoro aho yadushikanye nintambwe ibereye cane

  • @user-tu1vi5jd3i
    @user-tu1vi5jd3i 6 หลายเดือนก่อน

    Hama naw niwivugire ivyo ushaka ariko urabe nturogote kumana kuko niyo irema umuntu kandi niyo ituma umuntu apha canke abaho !rero ntimwigire inzu zamabuye ngo ntiruzobazako namwe!

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 26 วันที่ผ่านมา

    Birumviksna ko nkurinziza nimbatari nkurimbi ko yahimba keiyahura mugusaba ivyovyose. Mbega sbobGabo bibazs yuko u burundi ari icibare cabsde eani

  • @user-el3ne5ew1u
    @user-el3ne5ew1u 6 หลายเดือนก่อน

    niyiryamire neza sokuru wabarundi ntituzomwibagira

  • @user-ni7ts7ig7f
    @user-ni7ts7ig7f 6 หลายเดือนก่อน

    Humura imiryango yijuru irafunguye itegerejeko winjira abakwshe imana izaguhorera😂😂😂😂😂

  • @user-fe7yq4ri7z
    @user-fe7yq4ri7z 18 วันที่ผ่านมา

    Uwo nareke yiruhukire

  • @user-kj2ut4vs8l
    @user-kj2ut4vs8l 6 หลายเดือนก่อน

    Ko tuzi ko uburozi bwavuye iwanyu mu Rwanda ivyo murementanya mubikurahe

  • @DenismixKinyange-so4ow
    @DenismixKinyange-so4ow 6 หลายเดือนก่อน

    Twarabahinyuye !!!Ivyo ushaka bidufashiki????

  • @user-lk4tz7uc7m
    @user-lk4tz7uc7m 6 หลายเดือนก่อน

    Birababaje cane

  • @niyibonadevote8577
    @niyibonadevote8577 6 หลายเดือนก่อน

    Mumuhe amahoro yiruhukire

  • @user-nf2dz1zf9t
    @user-nf2dz1zf9t 6 หลายเดือนก่อน

    Mureke amagambo mabi

  • @uwizeyimanadamien8229
    @uwizeyimanadamien8229 23 วันที่ผ่านมา

    Aca mambo yahoo were, ivyo uvuga nta gaciro bifis.e

  • @user-zi2ti8lw6h
    @user-zi2ti8lw6h 6 หลายเดือนก่อน

    Aho utanze umuco uwihe?

  • @yvettenizigiyimana6857
    @yvettenizigiyimana6857 6 หลายเดือนก่อน

    Zimya ivyo birofa

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 6 หลายเดือนก่อน

    None ngubwo utumenyesheje iki? Wewe na Bob rugurika muri bamwe

  • @NdacayisabaElvis-zr9re
    @NdacayisabaElvis-zr9re 18 วันที่ผ่านมา

    Hapfa abagabo imbwa zigasigara sha. Niyiruhukire mumahoro mutama wacu