hhahaha ati Ihema hahahaha nyamuneka mwishakemo ibisubizo mukore cotesation muhere ku bakozi ba Leta y'u Burundi mushake amahera yo kwagura ikibuga cyanyu erega n'indege mwazigura
Ivyo avuze nukuri nahandi nikobimeze akarorero muri Los Angeles nigeze guca mwihema bariko barasanura Airport yaho uwupinga ninde hano let me see your comments down here.
Nimba ukunda u Burundi na Barundi Twese Tumwunge Akaboko Twubake Uburundi bwacu Umukire ahera kuri rimwe akabandanya kugeza kwicumi kubwivyo rero twese dushire hamwe dushigikirane kwubaka uButundi Amen
Kabisa wigiye kubirenge byanyenicyubahiro neva
Basha uremera ukuri
J reveriyano ndamwenera kbsa.
hhahaha ati Ihema hahahaha nyamuneka mwishakemo ibisubizo mukore cotesation muhere ku bakozi ba Leta y'u Burundi mushake amahera yo kwagura ikibuga cyanyu erega n'indege mwazigura
Burundi bwacu, reka twiragizimana rwosee
Imana yaravumye aba DD ibintu bagira biteye isoni.ibivume ibisizimwe.ntanimwe mufise ariko amahera ya entretien yama asohoka kundege mutagira?
🤔
Nimurondere nakadege 1 kiwacu bashahu
Ndabakunda mutama wacu❤❤ niwewe dukeneye gusa dukeye impinduka mugihugu cacu ciza cuburundi
Ariko urimbwa wewe uvuga ko ukeneye umuntu nkuyu
Nk'aho mutukana mugamije iki!?
@@belloboy6342heh😢! Rondera amahera urek guta ishavu kubantu
Ikindi dukeneye ivangura ryamoko rihere tubebamwe dukundane
Apan ibyo birateye isoni igihugu birateye soni imyaka yose ni murubaka nikibuga chindege
Abarundi muvu muvyamoko sivyo vyubaka igihugu ndumva abayobozi noneho batangiye gutekereza neza 20ans utegeje funds zokuba air port biteye isoni come to Rwanda murebe bugesera Air port .Mwigire kubandi nkuko reverien abivuga
Sha ivyiyumviro vyanyu biracari hasi can
Gute!?
Gute!?
Yamvuze neza cane
Ibaze Ariko abandi bari guca nyakatsi namwe ngo ihema kukibuga kindege!!
Aha Burundi. Ibaze ihema. None ishyaka imyaka ritwaye igihugu rimaze iki
Uradukuriraho iyra minzani bazirika, kugira iwyo ukuyemwo babisigarane, badigaye bashaka no kubyuruza telp zingenzi, biratukishq igihugu cacu.
Murwanda twarivye congo tubigeraho namwe barundi nimwiyeranje mushizehamwe muzobigeraho. Ndavuze muzogera kwiterambera simvuze kwiba. Ariko sha ndabona Béton ashaka kuducutsa abanyarwanda tuzarwara bwaki nitutigira kubarundi ngo twige kwimenya nokwitunga tutaravye amahanga yabandi
WAKIJUJUWE NINDE UTABONAKO URI UMURUNDI WIYITA UMUNYARWANDA? URANDIKA IKIRUNDI GUTE KANDI WIYITA UMUNYARWANDA?
Ibi bijambo bibi mubikure ng'aha muje kubivugira iwanyu!
Ni kigoryi Wahanuye ukagabanya ibijambo bitamesuye
Ihema kweli???? Ntaburiyo
Genda gake sha!
Ndikuriyo uri umushingantahe
Ni VIP 😅 imana ibahezagire ntakundi
Bi gup
Kumyaka 20 mutwara ubu niho mukibona ko mwoshiraho ihema ataco bitwaye? Kugir mwubake ikibuga ciza murindiye imfashanyo?😂uwaroze abirabure ntiyakaravye bigera muburundi ho bikayangara😢
ABARUNDI MUFITE INCABWENGE KWERI KUKI UYU ATABA PRESIDENT??
Mutama uciye ubwenge cane
Ivyo avuze nukuri nahandi nikobimeze akarorero muri Los Angeles nigeze guca mwihema bariko barasanura Airport yaho uwupinga ninde hano let me see your comments down here.
nimuguringege mwoye kuguma muyanyegeza mumabanke yohanze nomumazu
😂😂😂birasekeje
Ivyo birimwo abo batama numva bigoy!ihema 😂😂😂?
Mu Rwanda bafite indege 12 harimo zitatu 3 za Airbus
Ewe mahema
Arijane imakamba😅😅😅😅
Uyu mutama nicabwege
Musaza uvuga neza twemere icoturi
Yubahwe
Igihugu mwakigize potopoto
Ibyo uyu mugaba avuze nivyo ijana Kwijana....Niko gusa abanyafurika ntakimwaro mugira....ça ne vous dérange jamais.
Nubwo mwokubaka Ikizu cibyatsi mugashiramo /guhoma amase hasi ngohataza imbaragasi!!
Urarushe peh!
Noe kub atandeg dufis nubuken noe cank haburik jew sintahur kl
You can’t make this shit up ..😂😂 ihema ntasoni vana ubucucu ahongaho, ubuse inzu yawe yubatse nihema?
Kubwawe bigende gute!?
What you mean fool of course we can
Gwarira inisazi hio bana kirofa
Hutu makaki!!!
Gutukana sinibaza ko ariwo muti w'ibibazo!
Ibintu byamoko mubizana mute Koko ibibintu bizarangira ryari mukomeza gushiramwo urubyiruko igengabitekerezo ubawabihinye ibyo wanditse ntabwo aribyiza
Shut up😂😂
Vana ubwo bujiji ngaho!!
Genda gake sha!
Umujinga niwewe uracari muvyo wamyemo 20years ago😂😂😂
Uyazee neza .
Ibijuju bitazi ukuntu igihugu cubbakwa …. Umugabwe wi bijuju
Nkawe!
Ukuntu rero munuuka !!!!!!
We shaaah!
Abahutu mwaravumwe genda. Kwiga nokureka birangana kurimwebwe..
Ahubwo ikosa nukubita abantu kuko muri DES CHIENS 🐕
Muri UMWANDA MUKURU
None ko uriguta infane kuba hutu abatusi batwaye igihe kingana gute none montayo bubase ahubwo aba Tutsi nubo mwanda mukuru aba hutu baca baba umwanda muto uwotuvyunva kumwe ampe 👍
🤔🙄
Nyamwaku Yvette we uriyibagije vyinshi ariko ninkirenganye ntabwenge mugira nico gituma mumaze 18ans muri abanyuma kw' isi. Abzyahudi nitwe twabigishije kwoga naho vyanse vyabananiye mukaguma munuka.
Aba juifs nitwe twabigushije kwambara agahuzu, akarato eka nitwe twabishije kuryama kugitanda... kumesa agahuzu ni les juifs bakibigisha gushika iyi saha.. N'ubu kirogorye nyarapfa amenye kwambara.
Sabahutu, ahubwo nikubwoko Bwose buri mu Burundi kk barafadikanije,ahubwo bajehamwe kk twarihenze cane turavyabandi
Ewe mana yanje😂😂😂😂 urakoze xane kwerekana ubukeeha bwenge bwawe
wubahwe