ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ndashimiye cane Jean minani gusubirana na bagenzi biwe. FRODEBU niwo mugambwe wanje. Mukomere
Bazokwiba Matora nivyobamenyereye mwabantumwe barahejeje kubipanga kera Aba DD nibisuma vyenyuye 🎉🎉🎉🎉🎉
Aà
Bon idée Patrick, songa mbere, ubutungane kuri bose, itera mbere , rizotugeza k’Umahoro. Kuguma dusubira inyuma tuvuga ubwicanyi bwabaye ttutaravuka ivyo bintu ntaco bimaze. kuko les politiciens baravyitwaza kugira batware kandi batunge batarushe. Turashigikiye la positivé. Mukomere!!
Big up to Junior ❤✌️
Wishuyeneza abanyagihugu nibo bazoca urubanza❤❤❤❤
Gusa.Imana ibafashe batagira uwusubira guhohotera kiremwa muntu.ubu abahutu bariyicanira bonyene kubw'umygambwe yaba no mu batutsi n'uko nyene.Harahiriwe abatwa bobo ntaco bapfa .kubera iki abafise ico bafungura n'ibindi.....Dupfa intebe gusa.Naho dushira imbere Imana dushitse Ku ntebe duca tuvyibagira.Mvuze mumpande zose.
Istinzi sener yamutama agato rwasa icimana yamuvuzeko kizoshika kwibwo siko gukena 16:47 ❤
Nimugerageze yamara simbona muribibiri nacumi ibirovyitura ntivyacunzwe bibiri namirongibiri ntivyacunzwe none muzanye ubuhinga ubuh?Kugira amatora ntazosubirekwibwa otsuburo K
DEBU yahaye DEDE iryana, bareke n'isombe n'akabamo, urwarwa rwiganye barunywa umwanya wose
Banza murab Indyane zose zirirwa mumigambwe ziva kunzara irimubarund so banza rer mukure abarund munzara mugabanye ibiciro kanatsind niho umwenegihug wew abonako mugihug hariho iterambere banza kwanz mu valoriser amafaranga yuburund
Igisagara c'imisore ntigikora umwotsiKandi ntugatsinde uri Frodebu imbere yokuba umurundi
umugambwe ubaruhishije😂😂😂 aho murakomeye neza
Ndabumva
Egome birakwiye KO biyunga.Ariko sinzi kweli KO vyokunda.Yesu abahe kugira umugisha.Ariko babanze bicare babihurizeko.Ariko Na CNDD _FDD barabe neza Kuko ndabavuzeko bose.bazogere mu matora Abarundi Bose bafise amahoro.Batarabana ay'ingwe.Kandi uwuzotsindwa ntibazotsindeho.Jewe nkunda iyo migambwe yose kandi sukuvuga ngo naraigiyemwo.
Ndababazwa n'abantu bavuga urunani kukazi wumva ngo ivyo Frodebu yakoze
Cndd fdd nintsinzi❤ frodebu namatangazo!
Amazi MasaMuriruhishije ntimuruhishwa
Mushingantahe Patric urashigikiwe 100/100.
Banyakwubahwa bariko ndabatega yompi burya muburundi ikintu kiraje ishinga uburundi nabarund ntanakimw mwavuze burya ikint kiturembej niduzwa ryibiciro namakori Ubu 1kg cumuceri ni 5500 taxe commle twariha 100 ubu ni500 nyabuna nimudutabare tutarashira
Mwubahwe abajejwe urunani turabashigikiye kbx
Igirekubikoko ugusirahamwe. Kubunyegeri guterura inzovu
Jewe ndifuza umutware a Shira imbere ineza yabaruñdi bakiriho bazima ariko usanga intwaro za kino gihe zishaka gushira imbere ineza y'abishwe za 1972,1993,Ndadaye kandi Ndadaye we urupfu rwiwe wrakurikiwe n'ihonyabwoko (ibwicanyi bw'abantu benshi cane abahutu, abatutsi)so kuronka impinduka nuko twibagira kahise kabi,ahubwo tukaraba cane uwahonyanze amasezerano ya Arusha kuko Ariyo yàkuye abagwanyi mw'ishamba,arahungura impunzi,kandi turizera neza ko abarundi abarundi bari baganiriye neza kugitera ingorane mugihugu,so kubaka uburundi bwiza bwibakiye k'ukubu ,abagirizwa ibwicanyi bwa KERA za 72,93,94.....2015 nimba Ubu atabwicanyi bariko barakora mwobihoza tukubaka uburundi bushasha bushingiye k'ukubu n'akazoza.
Patrick uravuzukuri kanatsinda twamwenimanimwe rudende atabwoko ishizeho twesetwaravuye kuri adamu na event ntabwokobagira
mukomer kumuheto
Jean minani nazoze arigikoresho caba Dd mushire hamwe hama twebwe abenigihugu turikumwe kwer
Ntibuteba burakeye tubirebe kabs
Erega iyo cndd wumva yavuye munziraguhemuka za sahwanya frodebu
Ubwo Patrick ntatwara Frodebu kubera se canker nyina umidondoro wiwe ntiwari ukwiye muntunge
Komera Canée nziraguhemuka za sahwanya frofebu abarundi amamiriyoni turinyuma yanyu
Nduhidure turarevye
Expérience ya hehe ? Ja gusoba uce uja kuryama !CNDD FDD ni kugeza YESU aje.
Mu bdi ntamatora ahaba nikintu bakora bakereka amakungu ngo namatora.ntakuntu wokora amatora uwurongoye umurwi wamatora arabumugambwe uri kubutegetsi abenshi ngonumurwi wigenga.urya yakira amajwi hanyuma agatangaza urya abakwiye kwitswa kubera asubiza inyuma abarundi baba bitoreye uwobashaka
Peuple burundais iramugaye mumitwee
Se kobanka gutegura amatora meza domicie yarayateguy ubusuma bwamatora ntaho butaniye nakudeta rwasa yatsinze igisagara cabujumbura ariko ntananyombakumi numwe ahari wiwe!!!!!!!!!!!! 1:25:03
Mubaze ko akorera DEDE kurusha Bunyoni,Radjabu, canker.....
Wewe mubarundi nturimwo?Ne te renies pas dis seulement ton bravoure
Injiraguhemuka ihembwa idakora?Juste muri corridor ou au Frodebu?Iyambike inkofeero
Hatabaye urunani ngo ruhindure ibintu igihugu kigeze habi kweli.
Imigambwe yose n'amadini vyose n'amacakubiriBimwe vyorondeye iterambere, ibindi vyategerzwa kurondera amahoro kw'isi yose, bibananiye baca barenga ibwirizwa ry'ukubesha ngo muzoja mw'ijuru Iyo ngendo y'abazungu yivemwo nayo ahandi ho umukoloni azokwama abaruta mwe mwakolonijwe Show your minds, na copy
Nanje nkumunyagihugu muto nkunda igihugu canje niyumvirako ivyo bintu vyokuguma murondera kumenya abishe ndadaye nabagize ihonyabwoko kubahutu canke abatutsi je kubwanje ndabifata nkaho arikuzura ivyaboze je nibaza nimba tugomba iteramber rirama mugihugu cacu niturondere guhuza hagati yumuhutu numutusi kk nubundi twatahuyeko umukoroni ariwe yazanye amoko yatumye abarundi bacanamwo kare umurundi yamenyako ari umurundi twasangira akabisi nagahiye ivyo nivyacaho ntakabuza mutazotera imbere twe nkatwe nkugwaruka dukeneye amahoro umutekano iterambe ivyakahise ntaco bidufasha bitewe nuko tubibwigwa ugutandukanye bivana numuryango tuba dukomokamwo canke nubwoko rero iyo muguma muvuga hutu tutsi ntaco muba muriko mutwonona mubwonko je nanje mbaye président nobanza gushira ho ingingo ibuza ijambo hutu tutsi kuko navyo biriko muvyazingamitse igihugu
Urimwo muyayiboye?Ishura kukibazo ca Orange
Uyumujama avuga neza kwer nimba atarakarimi gusa akabaruwo ishiramugiro sibibi pe
Hi
Jewe nakuze numva bavuga ngo abatutsi baracige ubwenge,barababesheye kabisa,frodebu 93,yagize ihonyabwoko,cnl nayo ikora nka frodebu,dd nayonyene ikora ihonyabwoko,nubu ikibandanya.None muguma mubiruka inyuma.Inkoko muguhera zicudika nakagomba.
Wewe uvuzibi wikebuke kuko ivyontahovyogeza abarundi wobugombako dusubira muntambara
@ScaireSengiyumva iyo yatanguye kera,niwaba atavyo ubona.urahumirije.
Amaso ahume mudashitse kundoto zanyu
Nimusubire kuvuga abarundi ati bazoca urubanza kandi ubwabo ataho basambira ataco bokora nabo bararemvye ninzara nogufurwa nokunyarwa hama ati bazoca urubanza
Mbega ko yatubwiye ko Ari umwana w'umu frodebu ariko ntavuge se kugira twumve ko yera
Ko bavuga KO amatora yohava yibwa.Nihaba urunani akibwa n'umugambwe runaka, mukubaburanya bazogira urunani?canke uwo nasize imbere azobikueikirana?Turasavye KO abarinde hanze .yaba abahunze kubw'ivyo runaka bobakira atagucagura Hama batahe mugihugu batore mumutuzo atawutotezwa.Cari ivyiyumviro.Murakoze
Istinzi sener yamutama agato rwasa icimana yamuvuzeko kizoshika kwibwo siko gukena
Nico gituma yozana ivyiwe ntaze guhisha aho abamukurira bononye
La liste bloquée est juste la solidarité négative Si tu te crois brave dis ton programme car ton grand frère t'a vu
Merci essayez de me contacter aussi je vous rendrai fier ( l'humanité)
Ivyo bavyita kwidigadiga...
Every body wants to go to heaven but nobody wants to die, I man need equality and justice. R I P Peter Tosh
Muriruhisha kubusa amatora yaraheze
Uravuzeneza Abamaze Abantu nibakecane
Pardon Je me suis adressé à l'invité, j'aimerais avoir droit de parole ou mieux une émission sur la vie politique à mon sens Merci d'avance
Akaba aserutse aserukira abatiyagiriza abgirwa uzobemerera iki?
Turura yamyakan ibihumb 7000 ans ntirager tuma dushiriririy
Mwavomeye mukiva ihangane birangiye babahaye ikarata yumutuku murukino
Vive la jeunesse pour un Burundi apaisé et prospère !
Ariko murasara mwebwe aho myihenda mucudika nibyo binwamaraso ngo bizobashobokera? Vyovyo boshaka ko intwaro isubira mu minwa yabo ngo nta mahoro muzogera muronka mugihe hagitwara umuhutu.
Abatutsi nimutekerez kuko mugarukanye ivyamoko ntizoborohra kk ubu igisoda ntikikiri icubwoko bumwe.kumva ngo Buyoya ngo yagiriy ikigongwe aba Frodebu?mb muraziko ibibazo dufise vyose vyazanwe numugambwe uprona.
Démocratie s'ikirundi, kandi amajwi menshi siyo kuri cank'ubwenge, ubunyegeri bw'inshi ntibwimba n'ibindi...
Kumbe muracafise imigambi y'intambara!!? Ngo nimwatsindwa muzokora iki?Si abanyagihugu Bose baharura amajwi ahubwo ni ababijejwe n'abamandatrs politike
Uwo muntu ngo ni Patrick ntashoboye na gato mubijanye na Politique y'igihugu. Ntaho ahuriye n'iraribonye MINANI, igihangange muri politique y'uburundi. Reka urunwa runwa wewe Patrick kuko ntushoboye na gato. Mbega wewe KO utazwi n'abanyagihugu b'u Burundi, kandi ntaco wabamariye none ivyo bijambo vy'urunwarunwa ntaco vyoshikana abarundi. Wapi wapu ntushoboye kuko Minani ntaho mwohurira kuko ntimungana na gato haba mû bwenge n'ubuhinga muri politique.
Ariko muratwenza!!!Amazina adakaze ni ayahe??Ndadaye yishwe kubera abacinyijwe Kandi iragi yasize twararigwaniye dutako duhabuza demokarasi. Ntawuzosubira guhenda abarundi ubu turi yeux. Hanyuma namwe bamenyeshamakuru ivyo biganiro vyanyu vyo kugerageza gucanishamwo abarundi ntaco muzoshikako Kandi ikindi mwomenya abo Bose muhendahenda ngo mubacuvye,so abana Kandi ni abanyepolitikeIvyo mwigirisha vyose ngo mubahende,ubwo barababona gusumvya uko mubabona knd ivyanyu nabi barabizi
Jewe ndafise akabazo Kuri iki kiganiro.kuko canezereye cane.hama,mugihe c'ammatora,hari ubundi buhinga urwo runani ruzoba rufise,mugihe mumatora hamahobonekeje défense militaire civils nagira abenegihugu iterabwoba, Canke guhagarika irya système yokw'ibish'amakarata menshi mwissandugu y'amatora? Kotubona kandi tuziko n'inzego z'umutekano nk'abapolisi bavanze n'imbonerakure,usanga babigiramwo uruhara rudasanzwe mukwiba amatora.?
Se kobanka gutegura amatora meza domicie yarayateguy ubusuma bwamatora ntaho butaniye nakudeta rwasa yatsinze igisagara cabujumbura ariko ntananyombakumi numwe ahari wiwe!!!!!!!!!!!! 1:25:03 h
Ikibazo gihari nuko bobo bafashe ikirindi bazobiba nayahandi hoho abenigihugu bazobatora nukuri.ikindi nabashimiye nuko murikwiyegereza abavuye mumugabwe nimukomereze aho
Amasandungu baramaze kuyashiramwo Ama Carter kera Arabitse hantu Aryabazozana nimuchezo wandani😮😮😮
Noe burya rwasa yoja murunani nkuwigenga canke nkuwuserukira umugambwe hama amategeko arabimurekurira mugihe vyoba arivyo vyurwo runani??
Nibaza ko twotegura kazoza keza kugira dushike kuco twifuza. Kuko turarushe kwama mukahise kabi aco kazofushikanako tuvyihoze kuko nabibiikoze mbona baheze. Bapfa none bizoca vyishura bande 2040 😮na2060 🎉🎉 mubona mwoyishikako gute mugitumutwe mu vya 1972 1973. 1993 2015 murarushe pe hindura ingendo
Aca uongo ubwo bwinshi nabone barabufise
Rien des maux seulement inconscient
Ikibazo patrique numunyagrwanda ko yavukiye Kigali canke numurundi?
Et si vyahindutse tu veux quoi?
patric nzomutora jewe!
vyogenda gt kugir tuzoz tumeny ibi biganiro tugasab ijamb mukubaz ibibazo
ivyo vya patrik nivyo cane, nugushiramwo agatege muri urwo runani , ntitugume twiyunvira negativement
DDD
Komera komera nuko abarundi bararushe Pepe.
Uwutangaza niwe abicurika.abicuritse bizoca bibandanya gute?muhageme ibango.
Iciza numva muri ugwo runani, hafi 99,3% muri aba HUTU; Kandi muriko mugwanya abari ku butegetsi banabatabaye muburyo bwinshi kandi aba HUTU bagenzi bqnyu! Ntanico norenza ngaho.
😂😂😂😂batabay bande?uti nabahutu,ivyamoko bitegerezw kuvaho kk umuntu numuntu
Binwa komedi
Merci wemeye ko utogenda utabeshe comme quoi la politique est l'art de mentir Au revoir
Muvyemera mutavyemera shauri yenu mimi nimekwisha sema
Haaaaa Noé kwarabarambe igihe batwara bakoziki cotuma twongera kubatora emwe ndakiurahiye muracarushe nyamba muruhishijwe na DD imyaka 10 mwishamba baje barakenye iyoba mufise ivyo mugwanya ntarunan mwogize mwogiy kurubuga mukabwira imigamb abenegihugu bakabatahura ariko ntimwibahire kobazi ivyakahise vyanyu
Ntakugugumwa caratuvunye ntitubaha
😊moo
Urintwari pe jeneration yawe amamiliyoni turinyuma yawe harageze ko duhindura ingendo imana ituje imbere
Rwasa rwasa rwasa baramutinya uwo nindadaye
Abarundi muratangaje kabisa. Nimwivugire.Mufise akanya sha. Ariko mwibaza ivyobiganiro murikuvuga ko vyunvikaba nkunko tuvyunva?
Aba ddd bayi nimwanka kugenda nineza tuzovuzinduru nimigere
kuberikise mukora ibiganira vyamacakubiti nkibi ngo Frodebu yahuye na buyoya arafukafuka ivyabo ntasoni Buyoya nabo barikumwe karibo bishe President Ndadaye yongera atanguza ubwicanyi mubarundi Uwobuyoya niwe yarafise igisirikare wombwira gutese ko abanyagihugu bakoze ihonyabwoko ndabemeye murarinda nimugende mubaze buyoya yishe umukuru w'igihugu
Kuki mutavuga abishe Nkurunziza wa nkoto we?!?
Umeze nku waraye umutwe Patrick ntasoni wa nkozasoni de ntasoni ufise yo kuvuga ivyo gutsinda CNDD FDD wapi vitæ birarura
Ntabwo frofebu yateguye ihonyabwoko twebw twari duciye ubwenge twarabonye iyo vyazananye kandi nababitanguye Nico nashaka gushika ko muzoze mwitonda mukuvuga ivyo mutazi jewe data yishwe 'nabatutsi maman n'a we yicwa nabahutu none iryohonya bwoko muhoza mukanwa muba muhimvye ntimwabuze muzotwegere tubahe umuco
Amatohoza yerekanye ko abomuvuze ba Buyoya nibo bishe President Ndadaye mwoyerekana? Ninde yakoze ayo matohoza?
Jew ubwambere mbon bokura munzira ivyihonyabwoko kk umuhutu,umututs bose barapfuye rer tureke gukora ikibi ngo turi kwihora
urwo runani runyaruke ahubwo, hatugeranye,
ikiba garantisa ko amatora batazoyiba bakoresheje ububisha bwabo ni iki? aho naho nugutora strategie yokuyacunga, ahandi , bazoyiba kandi. bariko barategura nabo ayandi manyanga yogutsinda atarivyo. bakoresha igikenye, tube magabo
Ivyo uriko ubivuga kuber ukirik urarondera amagwi hing uhashiste vyose bizohinduk benchi ntimushir imbere inyungu zabanyagihugu ubu ntidukeneye umuhutu cank umu tusti dukeneye uwuza agwanira inyungu zabanya gihugu niterambere mugihugu
Amahoro neza mwese barundi bene wacu, Patrick ndagushigikiye,komera uhuze abarundi,twese tuje hamwe ,tukagarukire igihugu cacu,kuko kigeze habi
Tumera tutavyemera ntawobideha
iyomuvugako feodebu yakoze ihonyabwoko nimwebwe banyamacakubiri ubutungane buzokora basha
Jewe ndabashigihiye.tuje hamwe twese igihugu cacu gisubire kugira iteka.ndi canada
Aba nyamacakubiri mubime amatwi ndabona abatanguye kuvuga ibitaja ntibize kuri frodebu ngo bagize ihonya bwoko Abo nabasi ba demokrasi abarundi bose b umutima benabo mubatere ibitugu
Biratwengej kwl!!!! Mbeg Patrick uzogir urunan nabant batakwemer???!!!!! Ahontiwumv k mutavug rumw?? Ntakizovamw.
Nuwo wibisatsi?😅😅😅😅😅😅😅😅😅 Never arahagije
Munyishure ikikibZo amatora arabaye abanyagihugu baratoye ivyavuye mumatora birahinduwe hazokurikira iki nn
Ndashimiye cane Jean minani gusubirana na bagenzi biwe. FRODEBU niwo mugambwe wanje. Mukomere
Bazokwiba Matora nivyobamenyereye mwabantumwe barahejeje kubipanga kera Aba DD nibisuma vyenyuye 🎉🎉🎉🎉🎉
Aà
Bon idée Patrick, songa mbere, ubutungane kuri bose, itera mbere , rizotugeza k’Umahoro. Kuguma dusubira inyuma tuvuga ubwicanyi bwabaye ttutaravuka ivyo bintu ntaco bimaze. kuko les politiciens baravyitwaza kugira batware kandi batunge batarushe. Turashigikiye la positivé. Mukomere!!
Big up to Junior ❤✌️
Wishuyeneza abanyagihugu nibo bazoca urubanza❤❤❤❤
Gusa.Imana ibafashe batagira uwusubira guhohotera kiremwa muntu.ubu abahutu bariyicanira bonyene kubw'umygambwe yaba no mu batutsi n'uko nyene.
Harahiriwe abatwa bobo ntaco bapfa .kubera iki abafise ico bafungura n'ibindi.....
Dupfa intebe gusa.
Naho dushira imbere Imana dushitse Ku ntebe duca tuvyibagira.Mvuze mumpande zose.
Istinzi sener yamutama agato rwasa icimana yamuvuzeko kizoshika kwibwo siko gukena 16:47 ❤
Nimugerageze yamara simbona muribibiri nacumi ibirovyitura ntivyacunzwe bibiri
namirongibiri ntivyacunzwe none muzanye ubuhinga ubuh?
Kugira amatora ntazosubirekwibwa otsuburo
K
DEBU yahaye DEDE iryana, bareke n'isombe n'akabamo, urwarwa rwiganye barunywa umwanya wose
Banza murab Indyane zose zirirwa mumigambwe ziva kunzara irimubarund so banza rer mukure abarund munzara mugabanye ibiciro kanatsind niho umwenegihug wew abonako mugihug hariho iterambere banza kwanz mu valoriser amafaranga yuburund
Igisagara c'imisore ntigikora umwotsi
Kandi ntugatsinde uri Frodebu imbere yokuba umurundi
umugambwe ubaruhishije😂😂😂 aho murakomeye neza
Ndabumva
Egome birakwiye KO biyunga.
Ariko sinzi kweli KO vyokunda.
Yesu abahe kugira umugisha.
Ariko babanze bicare babihurizeko.Ariko Na CNDD _FDD barabe neza Kuko ndabavuzeko bose.bazogere mu matora Abarundi Bose bafise amahoro.Batarabana ay'ingwe.Kandi uwuzotsindwa ntibazotsindeho.Jewe nkunda iyo migambwe yose kandi sukuvuga ngo naraigiyemwo.
Ndababazwa n'abantu bavuga urunani kukazi wumva ngo ivyo Frodebu yakoze
Cndd fdd nintsinzi❤ frodebu namatangazo!
Amazi Masa
Muriruhishije ntimuruhishwa
Mushingantahe Patric urashigikiwe 100/100.
Banyakwubahwa bariko ndabatega yompi burya muburundi ikintu kiraje ishinga uburundi nabarund ntanakimw mwavuze burya ikint kiturembej niduzwa ryibiciro namakori Ubu 1kg cumuceri ni 5500 taxe commle twariha 100 ubu ni500 nyabuna nimudutabare tutarashira
Mwubahwe abajejwe urunani turabashigikiye kbx
Igirekubikoko ugusirahamwe. Kubunyegeri guterura inzovu
Jewe ndifuza umutware a Shira imbere ineza yabaruñdi bakiriho bazima ariko usanga intwaro za kino gihe zishaka gushira imbere ineza y'abishwe za 1972,1993,Ndadaye kandi Ndadaye we urupfu rwiwe wrakurikiwe n'ihonyabwoko (ibwicanyi bw'abantu benshi cane abahutu, abatutsi)so kuronka impinduka nuko twibagira kahise kabi,ahubwo tukaraba cane uwahonyanze amasezerano ya Arusha kuko Ariyo yàkuye abagwanyi mw'ishamba,arahungura impunzi,kandi turizera neza ko abarundi abarundi bari baganiriye neza kugitera ingorane mugihugu,so kubaka uburundi bwiza bwibakiye k'ukubu ,abagirizwa ibwicanyi bwa KERA za 72,93,94.....2015 nimba Ubu atabwicanyi bariko barakora mwobihoza tukubaka uburundi bushasha bushingiye k'ukubu n'akazoza.
Patrick uravuzukuri kanatsinda twamwenimanimwe rudende atabwoko ishizeho twesetwaravuye kuri adamu na event ntabwokobagira
mukomer kumuheto
Jean minani nazoze arigikoresho caba Dd mushire hamwe hama twebwe abenigihugu turikumwe kwer
Ntibuteba burakeye tubirebe kabs
Erega iyo cndd wumva yavuye munziraguhemuka za sahwanya frodebu
Ubwo Patrick ntatwara Frodebu kubera se canker nyina umidondoro wiwe ntiwari ukwiye muntunge
Komera Canée nziraguhemuka za sahwanya frofebu abarundi amamiriyoni turinyuma yanyu
Nduhidure turarevye
Expérience ya hehe ? Ja gusoba uce uja kuryama !CNDD FDD ni kugeza YESU aje.
Mu bdi ntamatora ahaba nikintu bakora bakereka amakungu ngo namatora.ntakuntu wokora amatora uwurongoye umurwi wamatora arabumugambwe uri kubutegetsi abenshi ngonumurwi wigenga.urya yakira amajwi hanyuma agatangaza urya abakwiye kwitswa kubera asubiza inyuma abarundi baba bitoreye uwobashaka
Peuple burundais iramugaye mumitwee
Se kobanka gutegura amatora meza domicie yarayateguy ubusuma bwamatora ntaho butaniye nakudeta rwasa yatsinze igisagara cabujumbura ariko ntananyombakumi numwe ahari wiwe!!!!!!!!!!!! 1:25:03
Mubaze ko akorera DEDE kurusha Bunyoni,Radjabu, canker.....
Wewe mubarundi nturimwo?
Ne te renies pas dis seulement ton bravoure
Injiraguhemuka ihembwa idakora?
Juste muri corridor ou au Frodebu?
Iyambike inkofeero
Hatabaye urunani ngo ruhindure ibintu igihugu kigeze habi kweli.
Imigambwe yose n'amadini vyose n'amacakubiri
Bimwe vyorondeye iterambere, ibindi vyategerzwa kurondera amahoro kw'isi yose, bibananiye baca barenga ibwirizwa ry'ukubesha ngo muzoja mw'ijuru
Iyo ngendo y'abazungu yivemwo nayo ahandi ho umukoloni azokwama abaruta mwe mwakolonijwe
Show your minds, na copy
Nanje nkumunyagihugu muto nkunda igihugu canje niyumvirako ivyo bintu vyokuguma murondera kumenya abishe ndadaye nabagize ihonyabwoko kubahutu canke abatutsi je kubwanje ndabifata nkaho arikuzura ivyaboze je nibaza nimba tugomba iteramber rirama mugihugu cacu niturondere guhuza hagati yumuhutu numutusi kk nubundi twatahuyeko umukoroni ariwe yazanye amoko yatumye abarundi bacanamwo kare umurundi yamenyako ari umurundi twasangira akabisi nagahiye ivyo nivyacaho ntakabuza mutazotera imbere twe nkatwe nkugwaruka dukeneye amahoro umutekano iterambe ivyakahise ntaco bidufasha bitewe nuko tubibwigwa ugutandukanye bivana numuryango tuba dukomokamwo canke nubwoko rero iyo muguma muvuga hutu tutsi ntaco muba muriko mutwonona mubwonko je nanje mbaye président nobanza gushira ho ingingo ibuza ijambo hutu tutsi kuko navyo biriko muvyazingamitse igihugu
Urimwo muyayiboye?
Ishura kukibazo ca Orange
Uyumujama avuga neza kwer nimba atarakarimi gusa akabaruwo ishiramugiro sibibi pe
Hi
Jewe nakuze numva bavuga ngo abatutsi baracige ubwenge,barababesheye kabisa,frodebu 93,yagize ihonyabwoko,cnl nayo ikora nka frodebu,dd nayonyene ikora ihonyabwoko,nubu ikibandanya.None muguma mubiruka inyuma.Inkoko muguhera zicudika nakagomba.
Wewe uvuzibi wikebuke kuko ivyontahovyogeza abarundi wobugombako dusubira muntambara
@ScaireSengiyumva iyo yatanguye kera,niwaba atavyo ubona.urahumirije.
Amaso ahume mudashitse kundoto zanyu
Nimusubire kuvuga abarundi ati bazoca urubanza kandi ubwabo ataho basambira ataco bokora nabo bararemvye ninzara nogufurwa nokunyarwa hama ati bazoca urubanza
Mbega ko yatubwiye ko Ari umwana w'umu frodebu ariko ntavuge se kugira twumve ko yera
Ko bavuga KO amatora yohava yibwa.
Nihaba urunani akibwa n'umugambwe runaka, mukubaburanya bazogira urunani?canke uwo nasize imbere azobikueikirana?
Turasavye KO abarinde hanze .yaba abahunze kubw'ivyo runaka bobakira atagucagura Hama batahe mugihugu batore mumutuzo atawutotezwa.
Cari ivyiyumviro.Murakoze
Istinzi sener yamutama agato rwasa icimana yamuvuzeko kizoshika kwibwo siko gukena
Nico gituma yozana ivyiwe ntaze guhisha aho abamukurira bononye
La liste bloquée est juste la solidarité négative
Si tu te crois brave dis ton programme car ton grand frère t'a vu
Merci essayez de me contacter aussi je vous rendrai fier ( l'humanité)
Ivyo bavyita kwidigadiga...
Every body wants to go to heaven but nobody wants to die, I man need equality and justice. R I P Peter Tosh
Muriruhisha kubusa amatora yaraheze
Uravuzeneza Abamaze Abantu nibakecane
Pardon
Je me suis adressé à l'invité, j'aimerais avoir droit de parole ou mieux une émission sur la vie politique à mon sens
Merci d'avance
Akaba aserutse aserukira abatiyagiriza abgirwa uzobemerera iki?
Turura yamyakan ibihumb 7000 ans ntirager tuma dushiriririy
Mwavomeye mukiva ihangane birangiye babahaye ikarata yumutuku murukino
Vive la jeunesse pour un Burundi apaisé et prospère !
Ariko murasara mwebwe aho myihenda mucudika nibyo binwamaraso ngo bizobashobokera? Vyovyo boshaka ko intwaro isubira mu minwa yabo ngo nta mahoro muzogera muronka mugihe hagitwara umuhutu.
Abatutsi nimutekerez kuko mugarukanye ivyamoko ntizoborohra kk ubu igisoda ntikikiri icubwoko bumwe.kumva ngo Buyoya ngo yagiriy ikigongwe aba Frodebu?mb muraziko ibibazo dufise vyose vyazanwe numugambwe uprona.
Démocratie s'ikirundi, kandi amajwi menshi siyo kuri cank'ubwenge, ubunyegeri bw'inshi ntibwimba n'ibindi...
Kumbe muracafise imigambi y'intambara!!? Ngo nimwatsindwa muzokora iki?
Si abanyagihugu Bose baharura amajwi ahubwo ni ababijejwe n'abamandatrs politike
Uwo muntu ngo ni Patrick ntashoboye na gato mubijanye na Politique y'igihugu. Ntaho ahuriye n'iraribonye MINANI, igihangange muri politique y'uburundi. Reka urunwa runwa wewe Patrick kuko ntushoboye na gato. Mbega wewe KO utazwi n'abanyagihugu b'u Burundi, kandi ntaco wabamariye none ivyo bijambo vy'urunwarunwa ntaco vyoshikana abarundi. Wapi wapu ntushoboye kuko Minani ntaho mwohurira kuko ntimungana na gato haba mû bwenge n'ubuhinga muri politique.
Ariko muratwenza!!!
Amazina adakaze ni ayahe??
Ndadaye yishwe kubera abacinyijwe Kandi iragi yasize twararigwaniye dutako duhabuza demokarasi. Ntawuzosubira guhenda abarundi ubu turi yeux. Hanyuma namwe bamenyeshamakuru ivyo biganiro vyanyu vyo kugerageza gucanishamwo abarundi ntaco muzoshikako Kandi ikindi mwomenya abo Bose muhendahenda ngo mubacuvye,so abana Kandi ni abanyepolitike
Ivyo mwigirisha vyose ngo mubahende,ubwo barababona gusumvya uko mubabona knd ivyanyu nabi barabizi
Jewe ndafise akabazo Kuri iki kiganiro.kuko canezereye cane.hama,mugihe c'ammatora,hari ubundi buhinga urwo runani ruzoba rufise,mugihe mumatora hamahobonekeje défense militaire civils nagira abenegihugu iterabwoba, Canke guhagarika irya système yokw'ibish'amakarata menshi mwissandugu y'amatora? Kotubona kandi tuziko n'inzego z'umutekano nk'abapolisi bavanze n'imbonerakure,usanga babigiramwo uruhara rudasanzwe mukwiba amatora.?
Se kobanka gutegura amatora meza domicie yarayateguy ubusuma bwamatora ntaho butaniye nakudeta rwasa yatsinze igisagara cabujumbura ariko ntananyombakumi numwe ahari wiwe!!!!!!!!!!!! 1:25:03 h
Ikibazo gihari nuko bobo bafashe ikirindi bazobiba nayahandi hoho abenigihugu bazobatora nukuri.ikindi nabashimiye nuko murikwiyegereza abavuye mumugabwe nimukomereze aho
Amasandungu baramaze kuyashiramwo Ama Carter kera Arabitse hantu Aryabazozana nimuchezo wandani😮😮😮
Noe burya rwasa yoja murunani nkuwigenga canke nkuwuserukira umugambwe hama amategeko arabimurekurira mugihe vyoba arivyo vyurwo runani??
Nibaza ko twotegura kazoza keza kugira dushike kuco twifuza. Kuko turarushe kwama mukahise kabi aco kazofushikanako tuvyihoze kuko nabibiikoze mbona baheze. Bapfa none bizoca vyishura bande 2040 😮na2060 🎉🎉 mubona mwoyishikako gute mugitumutwe mu vya 1972 1973. 1993 2015 murarushe pe hindura ingendo
Aca uongo ubwo bwinshi nabone barabufise
Rien des maux seulement inconscient
Ikibazo patrique numunyagrwanda ko yavukiye Kigali canke numurundi?
Et si vyahindutse tu veux quoi?
patric nzomutora jewe!
vyogenda gt kugir tuzoz tumeny ibi biganiro tugasab ijamb mukubaz ibibazo
ivyo vya patrik nivyo cane, nugushiramwo agatege muri urwo runani , ntitugume twiyunvira negativement
DDD
Komera komera nuko abarundi bararushe Pepe.
Uwutangaza niwe abicurika.abicuritse bizoca bibandanya gute?muhageme ibango.
Iciza numva muri ugwo runani, hafi 99,3% muri aba HUTU; Kandi muriko mugwanya abari ku butegetsi banabatabaye muburyo bwinshi kandi aba HUTU bagenzi bqnyu! Ntanico norenza ngaho.
😂😂😂😂batabay bande?uti nabahutu,ivyamoko bitegerezw kuvaho kk umuntu numuntu
Binwa komedi
Merci wemeye ko utogenda utabeshe comme quoi la politique est l'art de mentir
Au revoir