ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Gretta(Maman Kais) nawe nk'uwari muri staff atanze umuco wiwe!Mwibuke gukora share dushike kure basi!❤🙏
❤❤❤❤❤❤
Nagira jury yari kuba ifise les critères à l'avance ?
Mutirengagize ko hari abantu iyo bamaze kubona ko bari hejuru yabandi baca bigira abahatari none ko bose bavuga ko bakomeye muba influencer bahuye nikibazo kimwe gituma batanga vidéos inyuma?barabi néglige ahubwo basuzugura nababiteguye nabo babiteguranye ngo izina ryivugire
Muvugira rimwe nkubu simbirahamwe protocol yo mu burundi Iri hasi duhereye hejuru gushika hasi murakwiye kwisubirakoGerageza kugira protocolIbintu bigire isuku please ndasavy
AMI pro araharira natwebwe aba fan twariko tubakurikirana twaravyumviseko harimwo abantu bakuyemwo kubera batanze vidéo zabo batevye.
😂😂Landry promoter 😂😂respect kuel urenze kigingi😀bagusanze iwawe🤣iwawe😂tu souligne iwawe😂shn niwewe warigutwara irebe vrmt😘wararenganijwe man xo ndagufana gifi kinini😂i respect you ma gee kndi ww ndemera yuko wigirishije kugira ntutsinde
Uyo ntiyari gutsinda pe
Aho amipro acavuga ngo""lmana ibirimwo""" nn iri muvyiwiwe wenyene??reka nivyabandi ibibemwo
😂😂ico mwomenyaaaa nuko ntamu influenceur numwe ahari i burundi atari kingigi wnyen akora igiteramo buri mwaka iminsi hakitabirwa abantu batagira ukobangana nayo mwbw mwese mur live mur udu citoyen tw social media n utungambo tutabahooo
Grette uvuzukuri babwire izontumva kuberik bacere w mugutanga ibisabwa??murek gushavuza Grette wacu.
Ikintu nunva cishe abarundi nukumuntu abayibaza ko azwi agaca yibazako bamuzi atamwanya waronse urareka abandi bakabandanya nta excuse ihari mwihiganwa basha nkuyo ariko araharirira nkibintu nkivyo biteyisoni mureke bashasha nabo baduge
😂😂😂😂😂😂
Gretta(Maman Kais) nawe nk'uwari muri staff atanze umuco wiwe!
Mwibuke gukora share dushike kure basi!❤🙏
❤❤❤❤❤❤
Nagira jury yari kuba ifise les critères à l'avance ?
Mutirengagize ko hari abantu iyo bamaze kubona ko bari hejuru yabandi baca bigira abahatari none ko bose bavuga ko bakomeye muba influencer bahuye nikibazo kimwe gituma batanga vidéos inyuma?barabi néglige ahubwo basuzugura nababiteguye nabo babiteguranye ngo izina ryivugire
Muvugira rimwe nkubu simbirahamwe protocol yo mu burundi Iri hasi duhereye hejuru gushika hasi murakwiye kwisubirako
Gerageza kugira protocol
Ibintu bigire isuku please ndasavy