Ubundi Neva yogiye yiyambarira imyambaro ya gisirikare niba yibaza ko hari aboba bibagira yuko ari umugenerali. Ntabona ba Assimi Goïta, Abdouramane Tiani, Ibrahim Traoré, Mamady Doumbouya... Ah'ubwo ico Neva atari akwiye kwibagira, nuko umu général agigwa no gu komanda atagigwa na nzovyikorera !!!
😂😂😂😂😂😂😂, chacun à sa diplomatie! Aujourd'hui, je me sens bien! Je dis MERCI à notre cher Président actuel de la République, le Burundi devient de plus en plus fertile! J'ai de l'espoir, le cher Burundi connaîtra un meilleur avenir, je vous le dis! Muzoze muritondera imigambi y'Imana, Imana ishaka ko abarundi duhumuka, mais tuguma twidodomba! Abanyislael mubugararwa bari beenshi barenze ukwemera, ariko abashitse babaye inkehwa! Imana ibandanye kutuzigama, tuzoshikeyo ikivunga❤😂!
Uyu ni président koko canke numuboyi? 😅😅😅nabaye muburundi kuntwaro ya buyoya,domicien et Nkurunziza ariko sinaribwabone président ukoresha imvugo yikiboyi nkiyi.buyoya wahemukiye abarundi muguha igihugu aba ba cndd fdd.
@EricIrakoze-s7b virement gute kndi nyirayo aba akeneye cash?? Ubwose 500millions yamarundi murumva ari menshi ?? Ibazeko no mu manyarwanda bank iwacu zirayatanga knd ntangorane
Abanyabolitike bo mu Burundi no muri congo ni kwikinira udu comedy gusaaaa gusaaa.Ubu se imyaka ine ko igiye guhera utubwira ngo ubu tugira dutangureeee ,ubu ngira ndavyifatire mu minweeeee.None izo mpinduka ko atamusaruro n'umwe tubona mu gihugu no kwisoko?Ngire niryamire nzovyuka muri 2040 muri Bus ya Pays Emergent😂😂😂😂
De grâce, umukuru w'igihugu cacu akwiye kugabanya amajambo asa n'ayo guhangana n'abatanga ivyiyumviro bivuga ibitagenda, naho bavuga ngo hariho ukuri kubabaza, bamwe batinya kuvuga.
Ubundi Neva yogiye yiyambarira imyambaro ya gisirikare niba yibaza ko hari aboba bibagira yuko ari umugenerali. Ntabona ba Assimi Goïta, Abdouramane Tiani, Ibrahim Traoré, Mamady Doumbouya... Ah'ubwo ico Neva atari akwiye kwibagira, nuko umu général agigwa no gu komanda atagigwa na nzovyikorera !!!
None nsiwewe neva wavuzeko amahera izoyagira ibipapuro
Uyu ntaho atandukaniye na capitaine moussa dadis kamala wa guinée Conakry. Des comédiens
None kuva 2005 kugushika ubu yibazako yoba akimeze ukonyene muri 2024 ndake😂😂😂 Neva we urantwenza kweli🇴🇲🇴🇲🇴🇲
Bunyoni vrement yafungiwe ubusa 😢
Knd uwo muntu son Excellence avuga ninawe eteje ubukene mugihu😂😂
Nomukwiba za millions 50z'amadorare yarimwo😅
Reka atuhiribijuju😂😂
@JustineNizigiyimanajustine nikibazo nshut yanje
Hari igihe bibazko Abantu badatekereza
Umugore wiwe Na Prime Niyongabo barafukamye igihugu munda none ariko aratujijisha ngo Rufyiri !! Wewe vuga gusa umwanya urengane abantu bitahire mungo zabo. Nayo weho izina niryo Muntu ngo Kiro.....................
@Aiuoex wabimenye gut naw urumusuma
None warose umwanya wokwandika gute Kandi bagufukamye munda pore ncuti numva urarushe
Mutama amajambo yawe atagira ibikogwa yaraturambiye. Iyomitego uzoyitege njelina na prestige utwereke iyo 120....$ zagiye
Sendagara ari gusaba ko bamukomera amashyi kungufu wallah😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂AHA jew numiwe
We wokoma amashi kand ariwew arikuvuga erega ntibagomba ko igihugu agitenza imbere ahubwo bo bagomba ko baguma birira nimiryango yabo
Yabuze uwayamukomera ntuzewe! bose bahise barabana 😂😂😂
sawa twakubonye mwene ndaribwaribwa
@@songamberetv2219 jyakurya imisiha undeke petit
Nama comedy😅
Umu comedien
Finalement gutwara si ivya bose🤷♂️birateyisoni🙆♀️
Mwabibonye namwe?
😂😂😂😂😂😂😂, chacun à sa diplomatie! Aujourd'hui, je me sens bien! Je dis MERCI à notre cher Président actuel de la République, le Burundi devient de plus en plus fertile! J'ai de l'espoir, le cher Burundi connaîtra un meilleur avenir, je vous le dis! Muzoze muritondera imigambi y'Imana, Imana ishaka ko abarundi duhumuka, mais tuguma twidodomba! Abanyislael mubugararwa bari beenshi barenze ukwemera, ariko abashitse babaye inkehwa! Imana ibandanye kutuzigama, tuzoshikeyo ikivunga❤😂!
Desordre économique yatanguye 2015 burya😷???
Nimukosore turabe ko igihugu cova muri crise économique🏃🏃🏃
Gusa crise économique aho yatanguriye burya twarahabonye🫣🫣
IMANA ivyumve muzane impinduka
Nyakubahwa neva igisuma cambere gitembeje,igihugu,niwew,kuk aho bipfira urahazi,,ariko abana bigihugu bariko barapfa,ninzara imana izobikubaza
😢mama sha prosper 😢
Le grand farceur du Burundi qui s’appelle Never ubujanja😂😂😂
Neva sha ara turyoohera guma kwivora
Ibaze président muzima wisabira gukomerwa amashyi😂😂!
Nanje namaramaye
😢😢😢
najewe byansekeje
Ariko neva ndakugire,inama ndumuntu muto can ariko igihe,cose icabwenge mutazihaye agaciro igihugu ntikizigera gitera imbere none harya Gabriel ntiyariyakugiriye inama yukuntu wokura igihugu muganga
Ndabaz ibibintu avuga aba yabiteguye canke biza ukunyen murimak ya Discour yerekey iki jew nunva aribintu vyibirongo rongo bidatahuritse 😅😅😅😅
Iterambere
Gutwenga
Guhana
Comedian 😂😂😂
President arisabira amashi mukayamwima muragayana nkeeeeeeee,,
Bacukiwe😂😂😂😂
Pastor Evariste NDAYISHIMIYE😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣
Amina mulomere. ❤😂
Mutama ndamwemera ntafyina abatembeje igihugu arabazi kandi agira abakorereko
Biva kumakori yanyu ateye ubwoba nanje nkakazu kampa igihumbi mwantoje ikori ryibihumbi ijana shaaa nzandika igitabo cuko
Mon president,rabaneza nibabandi ba 2015,bariko barwanya igihugu.
Neva noneho vyamushobeye, niba agiye gutangura gusaka abantu ababaza ngo amafaranga bayavanyehe. Mbe aho yari yavuze ngo abashikiranganji berekane amatungo yabo imbere yo kwinjira mumabanga ko atabikurikije.!!!😢 Aho gusaka abasahura ikigega ca leta ashaka gusaka abitungiwe na mpwemu yera.!!!😂😂😂🙈🙈🙈
varisito we wewewibazako uriko uhenda abantu canke ibukoko nonewewe buriya ivyuvuga wibazako harumumaro numwe urimwo jakurubuga vyukuri urabe amajwi ufise vyukuri Imana irihangana peeee
Umuntu yatsindiye isoko prix et qualité kumubaza ngo ayo mahera uzoyakoza iki? N’ukumurengera akarimbi ayarya yubaka vyoba bimuraba
Waduhenze vyinsh niyompanv abanyepolitike mukwiye kutubabarira kuk ivyo mukora turabibona nivyo muvuga turavyunva niyompanv mworeka kuza muduhenda kuk mwank uwubamenera agafu
Uyu ni président koko canke numuboyi? 😅😅😅nabaye muburundi kuntwaro ya buyoya,domicien et Nkurunziza ariko sinaribwabone président ukoresha imvugo yikiboyi nkiyi.buyoya wahemukiye abarundi muguha igihugu aba ba cndd fdd.
Imvugo irutwa n'ingiro😮
Nigute uvuga ngo uri guhamagara aba investisseurs knd urwanya abakora transactions yamafranga meshi kandi arayabo, imagine ngo kuretira 500millions ngo ubugiye kuriha iki!!!! Umuntu afite uburenganzira kumafranga ye
Mon cher amahera angana gutyo haca hakora ico bita ordre de vilement biranyarula kandi biroroha
@EricIrakoze-s7b virement gute kndi nyirayo aba akeneye cash?? Ubwose 500millions yamarundi murumva ari menshi ?? Ibazeko no mu manyarwanda bank iwacu zirayatanga knd ntangorane
Nyaragasa rerouveho ugende,kuryama kuko ntaco,utumariye atari ukudutera induru gusa iyo nduru yawe,ntaco idufasha reka kuturusha turagusavye
Abantu bicaye iburundi knd 2015 nivyobakoze 😢😢nibo batwiciye musaz igire kukivi twijabukire❤❤❤long life musaza
Urabanzutubwire igitoro wifatiye muntoke iyowakijanye
Muzehe turarushe plz ibiciro biduka plus de 100 %
😭😭
😂😂😂😂, buhiri
Mutama yatwemereye kw'ikibazo c'igitoro yagifashe mu minwe turacarindiriye muvyeyi wacu ako gatoro turabe ko umuruho dufise upunguka.
Ubukungu bw igihugu busumba ibiryo....
Kora ndebe iruta vuga numve
Iyo wumvise neza discour za nyakubahwa ubona neza ko atariwe uyoboye igihugu, none nyakubahwa abo bose bonona inyungu rusange kutabahana ngo abandi barebereho batinye ibya rubanda, fata ingingo umuntu wese wonona akurikiranwe nubutungane.
Amaruru gusa, ikinyamururu, vuvuzela, igikanganyoni, ivyufata muntoke turabibona, ja hiyo
Nabari munama bumiwe
abarundi twararushe amashi abotwoyakomeye ntabo hazogerigih uvuga nukukuraba ntibakurabe bos biyunamiye kuko turambiwe amajambo atagira ibikorwa😢
😂😂😂
BRB yononokaye ryari kubera iki ?
Ayo majambo adaherekezwa n'ibikorwa araturuhisha pe!
Imyaka 4 iraheze turi muri ayo!
None habuze iki?
Shikiriza ijambo ryumvikana apana kujajura
Ibaze iyi rofa 😂😂 sinabivuze gibyo
Irofa niwew udahwa utabona ko président arikutugwanira kand azi ko bimwongererez abansi
@@MrNuurofficialarwanira wew?🤣🤣🙄🙄🙄
Wamushenzi WE ariko agwana ibiki iki kirofa arukuvuga gusa nkindonongo ntaco amariy abarundi nave kubutegetsi amenya kwiba gusa ntakindi😭😭😭@@MrNuurofficial
Agwanira wew jeewe sindinmw
Tora ubutaburete mumanyagurane niho mwotora umuti wavyose.
None wew kariwe udutwara nyabutare buzoza kwimba jewe womuntakara.nawe urigisuma ntaraguhaze.
President wacu nincabwenge ariko turacamwisabira mugabanye amajambo mugwize ibikorwa kko ivyuvuga ubikoze papa wacu imbonalazoza twoyibon live 2030 rero dutangurure natwe turinyuma yawe kugirango tugufashe akazi
Babababaaa 😮😮😮
Kuvuga menshi siko kuyamara gwiza ibikorwa ntamajambo yawe dukeneye
Abanyabolitike bo mu Burundi no muri congo ni kwikinira udu comedy gusaaaa gusaaa.Ubu se imyaka ine ko igiye guhera utubwira ngo ubu tugira dutangureeee ,ubu ngira ndavyifatire mu minweeeee.None izo mpinduka ko atamusaruro n'umwe tubona mu gihugu no kwisoko?Ngire niryamire nzovyuka muri 2040 muri Bus ya Pays Emergent😂😂😂😂
Ntivyoroshe. Ako nagashavu kaho yahanuye ko BRB isubira aho yahoze. Umuntu abahe imitwe yukuntu mwobogora ubutunzi bw'igihugu ngo ariko arakigwanya? Politike nihatari ubu twese turabona ibintu. Emwe burya uwomuntu twamumenye ariko n'umugabo kuko ararinda akerekana uko ibintu bihagaze.
Ndumiwe ngo bari gukoma amashi😂 uri président mugabo nikubera bazi ko aguma atubesha
Goyigoyi des fonctionnaires out vubavuba perezida ndayishimiye. Ubivuge cyane cyane
Nibyo urikwiba muri congo.Abasore bawe bakica ariko ugacura amabuye
❤
Amajambo yakanovera ryoshe kwumviriza impinduka gushiramungiro neva😂😂ivyiwacu kl ninoma
Ese imvugo yojana n,ingiro.
None kuva 2005 Ubu muri 2024 yoba akimeze nkuko yarameze muri 2005😂😂😂😂😂
Rufyiri mumuziza ubusa kbs avuga ukuri
ℕ𝕚𝕙𝕒𝕥𝕒𝕣𝕚 𝕓𝕠𝕤𝕖 𝕓𝕒𝕛𝕠𝕧𝕪𝕖
Parara tout 🙄🙄🙄
Ikinico cishe igihugu uwuvuze ukuri aca ahigwa buhongo
Ameru yagafi katanganyika ari mukutwica
Ikibabaje nuko uwuseruye iciyumviro yerekana ibitagenda, afatwa nk'uwurwanya uburundi. Ari uko hazovuga uwuvuga ko vyose vyera, uwukoma amashi naho hoba atakigenda.
Ibuye riserutse ntiryica isuka bihereye aho
Nubujanja.naedeni
It is pretty to have a president like you talk too much . God have mercy on our country
Mr Evariste ndabemera. Vous êtes un présent intelligent.
Mugerageje gushira mungiro ivyo muvuga igihugu cyotera imbere.
Avancez abarundi turi kumwe.
😭😭😭😭😭🤣🤣🤣🤣🤣🤣amajambo
Amaboko mu mapandaro ? Wapiiii 👍
Ntakugwanya igihugu abakigwanya nabo barya amahera yigihugu mukabakingira ikibaba ntibahanwe
Ngo dutanguye 2025,kubera amatora yageze
Reka baduhende
Ewe Burundi rwacu
Mbe kuyo Neva ariwe yiba nabagenzi biwe .... shame.😡
Abarundi mwanukiwe nta commenter nimwe mbonye imuvuga neza😂😂
Biratangaje kyanee kubona umukuru wigihu avuga amagambo atubaka abarundi ahubwo atinyisha a ba Barudi.
Gukora d'abord kuvuga hanyuma😂😂
None abanyagihugu barahaze,? Reka kubesha abantu kugarukana agaciro kamahera iyo ni propaganda
Perezida wa mbere w ikiwerewere😂
Vyarabafyuye ni mama
Kkkk abantu baranutse baramaramara
Aaare mwese ,ndumva murimwo mutmbagaza igihugu .dukeney ubutgtsi busha
Real ejo izokina Final 😅
Urabikora nanje nkihorera ukibaza kompwanye nawe,nzobishira imbere y'amaso yawe vyose uko bikurikirana
Vungisha ukuli ko vyananiye kurogora
Kuk harah nibazak atwara abant batabna
I'm sure
Reba uyagarukan agite agaciro nayahandi karabaye mutama Gabriel ntarira buseme murundi avuga ukuri
Ils font les malins mukubinda manoti ?? Yeeee baba weeee barundi. Faire les malins, c'est très très grave
Fata abivye 54 milliards y barrage
😂😂😂😂😂 niho nkibona président asaba ngo munkomere amashi erega abaza munama yiwe umengo siho Bari kuko ibinyoma vyabarenze umutwe ariko ikibazo. None Ubu vyukuri Mumu gwambwe cndd iyo niyo ncabwenge basigarany kuburyo hobura aba jenama bamwereka. Ivya rimwo ? Bofata cd yivyo yavuze vyose bakabimuha akumvako atanakimwe yakoze yoca yihanura jewe ndarindiye kwel iyindi myaka 7 Aho izoba igejeje uburundi
Evariste bwacu hejuru
None werekanye bangahe???
ndimo kwibaza rirya buye David yatey Goliath iyo rimuhusha uko vyari kugenda
Twarinjiranwe kweli,Gusa mwibuke ko hariho abafungishije abandi arik uyu munsi nabo bari mumabohero,
Iminsi iterekka inzovu murwavya,kandi iminsi ikona ingwe
Mutama uravuze ukuru ivyo nivyo twari taken eye ba Mya rucari😭😭😭😭😭
Mutama wacu duhe ibisuma tubifute vyicwe ntabintu ubutundi bwose bwono ekara