ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Brobox wiguriye ,ugenda bugwe
aha umuntu muzima ni Domitien ndayizye le reste sont des trolls politiques....
Basha education system irakwiye guhinduka si non nikibazo
Twariyakiriye😢Barya bavyeyi mwirukanye mu kazi batategujwe,abariho,n'abazicwa n'inzara bazobasabira😮
Uyomugabo ivyavuga birasesema
Abatypes bishusha imyaka 20🤣🤣
AVUZE RUFYIRI
Abobaraho bazoba barapfuye Bose
Ababatama bacu 'dabakunda sana❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Energie ngo 2500fbu ,
Nigitoro nimwibure icanyu
Hello fatafaka turanbiweasunzuguro😂😂😂😢😢 😂😂😂
domitien 🙏🙏
Basha imyaka ingahe😂😂?
Uraraba neza Rufyiri. 😂😂😂
Birasesema kunviriza
SE Barundi arazi gusobanura vyukuri, Agerageza kugwiza amajambo.
so waw may be wew utazi so...
Abo ba nibande? Ko mubazi ariko ntimubadomeko urutoke,?😢
Ikiganiro kirandambiye bayaze kubidafise akamaro
nimuhumure uburundi buriko buterimbere
Hakuvuga imibereho yabenegihugu bato uko mwobafasha mwe muguma mubakama gusa zana ivyo mufise vyose nihatari
🇧🇮❤
Iyombono niguhuma amaso abene gihugu kugira bagume bisahurira. Ntakigenda ivyimbono dans 20ans mutway nigik mumaz gukor
Uwo muvugizi wa Reta arambaza kabisa
Jewe nukuri sindigutahura ivyo barikuyaga sinziko arugutahura guke munyumvira bashitse kuki kukiyago cabo coremesha abarundi mwebwe mutahura kundusha
Ariko iyombono nibaza kwarukuduhenda bobishaka no mumyaka itatu canke itanu igihu coba cifashe Kandi giteye imbere ikibazo nubunyonyezi bwuzuye mumituma yabamwebamwe bari munzego
Nibirame mbone turabitegereje niyo vyakunda tuzoshima imana
😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉😢😢😢
Brobox wiguriye ,ugenda bugwe
aha umuntu muzima ni Domitien ndayizye le reste sont des trolls politiques....
Basha education system irakwiye guhinduka si non nikibazo
Twariyakiriye😢
Barya bavyeyi mwirukanye mu kazi batategujwe,abariho,n'abazicwa n'inzara bazobasabira😮