Umufasha urashobora kumuronka yokubera mama wawe, ariko hari n, aho mama wawe ariwe amubera mubi. Nawe rero wananigwa kuba manupila ugahagarara ku ruhande 1 soit ku ruhande rw,umugore cg rwa mama wawe usanga havutse ingorane kuko umwe avuga uti ukunda nyoko , nyoko nawe ati ukunda umugore wawe bigatuma baguma barabana iry,ingwe
Pastor Mbayahaga,uranezera urandemesha
Ndakunda Mbayahaga kubera ko avuga ubutumwa ngirakamaro buhindura abantu baba batahuye ivyabariko arigisha
IMANA irusheho kumugwizamwo ubwenge n,ivyiyumviro birashe
Wewe nawe basha urayerera nino wahageze🤣🤣🤣
@@falesanewsaba9293 😂😂😂😂😂nikuraba uko akarere gapanze
Imana ishimwe cyaneee ndishimye nukuri ndanyuzwe. Imana ishobora byose.
Imana yaragutwikirije Ubuntu bwayo cane igukuraho igisuzuguro Imana ishimwe cane. Iyontahe iranyubatse cane. Nshimwa MANA wuzuye Ubuntu butovugwa
Imana ihabwicyubahiro kwibwimirimo yayo
Ntakur Imana itovana umuntu kand itoshikana umuntu Imana iguhezagir Apôtre ❤️
Be more Blessed Bishop. You are a real testimony of God. Thanks for your sincerely testimony.
Merci Juste Gael kutuzanira Apôtre Mbayahaga
Imana iribuka umuntu Apotre ibereho neza
Imana ikura ku cavu...irambire mukoze w'Imana uranyubaka cane
I love this Pastor. Agira impanuro abantu batwenga ariko habwigwa abumva niba aruko babivuga sinzi
Nuko nyen disi kuk bavuga ngo ikibwirwa nicumva pe pastor Mbayahaga yubahwe afis impanuro za bien🙏🙏
ooooh! Imana iguhe imigisha myinshi ndagutegereje ku marembo yijuru tuzahure ndagukund cn!!
Ndagukunda mubyeyi Yesu akurinde
Nice Mungu mbere tu
Imana igira neza tuyizigire gusa nico idusaba
Man of God apôtre Mbayahaga
ivyo vyuki abirere neza nzozana inka💪💪💪
ndagukunze Apotre nukuriii.
Ndakunda ukuri uvuga udahengama kandi utishiravhejuru nibake bbavuga iyimana yabakuy
Uyu mutama ndamukunda kabisa 👍👍👌
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 jewe ndapfuyeee ndagukunda kweli !imana ize ukumpere umugisha
Respectful
Imana imukomeze uyu mu pasteur wacu
Mukozi w’lmana nkanje, nkwipfurije n’iherezo ryiza!
Nanje uzogume unsengera nzobone lmana!
Ngo akiri inkumi wamengo n'inyana y' Inka 😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤
IMANA N’Iyogushimwa 🙏🙏🙏🙏
Just icokigniro arikumw numugore vuba nukuri ugikore ❤❤❤❤❤❤❤
Bless u man of God
Muhezagirwe cane 😊😊😊❤❤❤
Imana ni nziza ntaho itokura umuntu kandi ntaho itomushikana inzira zayo ni nyishi cane
Mon Dieu!!!! intahe iryoshe
Uyu mu Gee wacu Mbayahaga 👌
Mungu mkubwa 🙏
😂😂😂 Imana iracakora kabisa...Intahe yawe irakomeye pe!
Imana ishimwe burya imana ikora ivyayo❤❤
Merci
😂😂 i love this pastor 😂😂 he made my day
Akokama dollars niko kankuyemwo
😂😂😂😂😂😂
Amen. Ndafashijwe nukuri. Imana nihabw icubahiro kko
amene
Mwirambire
Yesu agira neza
IMANA iguhezagire caaane gosee
Afisinkumi nziza🥰
Imana ibishimigwe 😀😀
so nice biography
Yôooooooo Témoignages yaweeee Irateyeeeee Ikigongweeee Pasteur🙊🙊😭😭😭
Ikindi Imana ibandanye ikugirire neza ko mwagumanye n,aho muronkeye ibintu. Abandi baca bikura abagore babo ivyo mu hira bikamenya abo hanze
😂😂😂😂jewe vrt uranduhura😂😂😂kandi ntubesha uvuga ukuri n'imana izoguhezagira uzotunga cane
Amen
Respect
God is all
Ako kama Dollars rero niko kantwengeje😁😁😁 nubu ndacatwenga
IMANA nta habi cane itokura umuntu kandi nta Kure cane itogeza umuntu✍️
Nukuri ntaho Imana itokura umuntu kandi ntaho itomushitsa
😂😂😂😂akama dollar 💰💰 kankuyeho kweli,ti kubita agasuzuguro nasatani atinye😅😅😅😂😂
Ngo abakene bakakwita umukene😂😂😂😂
Turasavye next time mwasubiye kuganira na nyakubahwa Mbayahaga muzomubaze adushingire intahe ikwiye kubijanye Numuhisi PETERO NKURUNZIZA murakoze.
amena
Kabisa
Komera mugenzi mbayahaga
Akaguha amafaranga y akayeri mwaramaze kubatizwa 😂😂😂
ACA maneno
🤣🤣🤣🤣Uyu Muvyeyi aranyubaka nukuri Imana ntaho itakura umuntu wayo kbsa
Amen amen 🙏 ❤❤❤❤
Sha ubuzima nihatali ntakwihebura utarava mumwuka
Imna igara neza cane.Gusa hari ahantu ntatahuye neza mutama yavuze kubukwe yabukoreye Ruguru kandi umupfasoni yaratwaye yari umu foromakazi ariko harageze igihe bamanuka i Buja .Icongomvye gutahura bamaze gushikayo Umufasha wiwe akazi koba kaciye kabanza guhagarara?Umusi mwiza
Twogira aba pasta nka 10 bavuga ukuri nkuyo uburundi bwoterimbere
Aranyubaka uwo mu pasteur
Ntiyavyae yarasutse ndake😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣aranyishe mutama MBAYA
Turabakurira Umukubito tv
Sinogenda ntavuze kuk uyu mutama avugirako nukuri yubahwe😂😂
Amen amen ❤❤❤😂😂
cool
amen
Inyigisho nziza cane kweri.mugabo ico gishingantahe cubuzima bwuwo mukozi wImana titre turayikeneye kuko nibishingantahe vyinshi yagiyavuga.murakoze.
💯💯💯💯
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Umufasha urashobora kumuronka yokubera mama wawe, ariko hari n, aho mama wawe ariwe amubera mubi. Nawe rero wananigwa kuba manupila ugahagarara ku ruhande 1 soit ku ruhande rw,umugore cg rwa mama wawe usanga havutse ingorane kuko umwe avuga uti ukunda nyoko , nyoko nawe ati ukunda umugore wawe bigatuma baguma barabana iry,ingwe
Mwiriwe mwese, nashaka mbaze abamwegereye ko botubariza ko tutakibona service za church, habayiki?
😆😆😆😆😆 atinabandi bakene bararaba bakavuga atibbarya nabaken pe
Tugufitiye products nziza cyane zigabanya umubyibuho byihuse Kandi zitagira ingaruka kubuzima uzikeneye watugana aho dukorera nyarugenge tukaziguha cg tukazikoherereza Aho uherereye hose haba hano mu Rwanda no hanze yigihugu Europe USA na Canada zikugeraho Numero watuboneraho ziri kuri profile pic yaçu iyo irimwibara ritukura mwAjyaho mugakandaho Mukazibona murakoz
Ngomba inamba zifone zambayahaga
Wubahwe Kiko ntamukuru nkawe yokubahuka kuvuga ukuntu nkuko kwiwaw ukoyabayeho ivyuvuga binkorako pe
Vyogenda gute ngo ampe umubonano uyu mu apotre?
Abo KURUSHURU NO KW,IBAMBIRO duza ibiganza😃😃
Ndaguye ndagarutse wwe urumunyapolitique
Umugabo agenira n'uwundi kabisa😂😂😂
Kabisa urumugabo yugurutse
ONATOUR mucuri ntirimwo???
Turemejw nukuri,twemere dukuzw uko umuremy ashaka!
Nawe uri MVUYEKURE kabisa
🤝🤝🤝🙏🙏❤️❤️❤️
Hhhhhhh zuradusengera natwe twibukw
❤❤❤❤
😂😂😂iki kiganiro nico kabisa😂
Jewe urandenze
Uwo mugabo ni icitegererezo nukuri!!!
🙏
Intahe nziza yubaka abantu mu buzima.
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️
Utwo tu étapes rero ningombwa?? Abataducamwo bo bahomba iki??
Ugomvye kuvuga iki?
Utwo tu étapes twubukene mu ba jeunes mariés, nkukwo kuntu akazi kaheze nkukumenga nikikintu cashaka kuburabuza mariage yabo
Genre ico gihe yihe ko IMANA iba iriko icisha mwishire umuntu
😂😂😂😅😅 landlord baramukanze
🎩😊
Yari yarazahaye IMANA iramuzahura atwenza nka pasteur Théo iyadaph bagahura barikuryosh ikiganiro
🤣🤣🤣🤣Basha jewe Isidore arantwengej sana ndamukunz sana KK numucomedian