KIGINGI avuze amajambo akomeye kuri APOTRE MBAYAHAGA//Icatumye ataza mu giteramo//abari CANADA nzoza

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ส.ค. 2024
  • KIGINGI avuze amajambo akomeye kuri APOTRE MBAYAHAGA//Icatumye ataza mu giteramo//abari CANADA nzoza
    ‪@AlfredMUGENZI‬
    #kigingi #diaspora #canada

ความคิดเห็น • 58

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596 11 หลายเดือนก่อน +5

    Kigingi iri incabwenge, ufise Ubuntu ukungene wishuy ikibazo c'abana baja mumahanga. Uyo gael asa nk'umuntu ashaka kwumvisha ko bimaramaje kuja mumahanga. Wew uri notre icône, tu es talentueux et sage. Ntiwishura ico kibazo ushaka kugira propagande yo kuryohera indongozi

  • @IldephonseComedian257
    @IldephonseComedian257 11 หลายเดือนก่อน +7

    Courage bwana KIGINGI 💪💪💪💪ivya MBAYAHAGA ubisobanuye neza cane ndaguteye intege..ahubwo kuba ataje twarahomvye

  • @ndayikengurukiyeernestraou710
    @ndayikengurukiyeernestraou710 11 หลายเดือนก่อน +2

    Bwana Gaël jew ndumurundi arihanze y'Igihugu ariko maze kubona ibintu vyinshi butandukanye ushobora kuja hanze ubuzima bugakunda cank bukana ariko kugira Abarundi batuze bumveko ubuzima muburundi bikunda bisabako letã igira icikora kugira abarundi boyumvemwo Igihugu

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 9 หลายเดือนก่อน

    Vichou much love🎉🎉🎉❤

  • @user-hk5qp6pp7x
    @user-hk5qp6pp7x 11 หลายเดือนก่อน +1

    Ni ryamber ndamubony ataryohew,umenga ntari muri mood

  • @Nkotanyi1990
    @Nkotanyi1990 11 หลายเดือนก่อน +3

    Komera Cyanee Kigingi Welcome In USA 🇺🇸

  • @fabiolambabazi7228
    @fabiolambabazi7228 11 หลายเดือนก่อน

    Kigingi
    Le sage
    Imana yivange mu vyawe vyose.les jaloux bazamaho ariko ntibazohagarika imirimo y abakozi nkawe.courage et bonne chance

  • @phocasndayikeza2892
    @phocasndayikeza2892 11 หลายเดือนก่อน +2

    Kigingi ntar mur mood yiw

  • @rdtvonline5426
    @rdtvonline5426 11 หลายเดือนก่อน

    Asante sanaa brother uvuze ukuri

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 11 หลายเดือนก่อน +1

    Wooooa kigingi hejuru cane ❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛🤛🤛🤛🤛🥳👌👌👌👌👌😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 11 หลายเดือนก่อน

    Kigingi hejuru cane ❤❤❤

  • @famoustv4588
    @famoustv4588 11 หลายเดือนก่อน +2

    Bonne émission!!

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 11 หลายเดือนก่อน

    Kbsa🎉

  • @user-fe2km6yx8r
    @user-fe2km6yx8r 11 หลายเดือนก่อน

    🤛Mstr jxt gaille,uwo musaza turamwera abikor neza saaana wubahwe🙏🙏🙏

  • @denisehakizimana9828
    @denisehakizimana9828 11 หลายเดือนก่อน

    Kigingi ntawukudwa nabose komera imana murikumwe❤❤❤❤❤

  • @egidensabiyumva998
    @egidensabiyumva998 11 หลายเดือนก่อน

    Umukubito hejuru caane💪

  • @user-vx8gv4qq3n
    @user-vx8gv4qq3n 11 หลายเดือนก่อน

    Kurikira CUKUMBURA UKURI TV muhabwe umugisha

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 11 หลายเดือนก่อน

    Uyu mwaka yari 🔥🔥🔥🔥

  • @manofgod1321
    @manofgod1321 11 หลายเดือนก่อน

    Usigaye uri boss Kigingi

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 11 หลายเดือนก่อน

    Legend kigingi

  • @patrickhakizimana8214
    @patrickhakizimana8214 11 หลายเดือนก่อน +2

    Ni interview yambere ya Kingingi ndavye avuze yitonze nkuko

  • @nshimuwerajosue690
    @nshimuwerajosue690 11 หลายเดือนก่อน

    Kiging

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 11 หลายเดือนก่อน

    Courage Gael

  • @Joel-yn2kz
    @Joel-yn2kz 11 หลายเดือนก่อน

    My favorite tv by far

  • @valentinenahimana
    @valentinenahimana 11 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤lov sana

  • @ali-ey9yi
    @ali-ey9yi 11 หลายเดือนก่อน

    Kigingi usang Madame yamukoroze wallah nubwambere aje mukiganiro bameze uku mbona😂😂😂😂

  • @irakozeliliane7548
    @irakozeliliane7548 11 หลายเดือนก่อน

    Ko Ngihema nanje ndayikunda. Ifise amajambo meza cane gose

  • @niyonizeyeancille-dx7re
    @niyonizeyeancille-dx7re 11 หลายเดือนก่อน

    Eeehhh,kigingi arazi gufata Ubu sérieux nani😂

  • @Pacilybryan2000
    @Pacilybryan2000 11 หลายเดือนก่อน

    Kigingi respect san bro k'Ubutwari wishuranye ikibaz c'urwaruka ruja m mahanga. Wishuye nez mu nzira nziza cane. Gael yaraz ng uhava utuk ab jeunes😂😂😂

  • @pacifiquenihorimbere-lt9yo
    @pacifiquenihorimbere-lt9yo 11 หลายเดือนก่อน

    Karibu cane Canada

    • @AnnociateKamariza
      @AnnociateKamariza 11 หลายเดือนก่อน

      Kigingi uyumusi arashavuye ntatwenga

  • @soldiersforchrist-s4c912
    @soldiersforchrist-s4c912 11 หลายเดือนก่อน

    Kigingi wubahwe cne 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @mfuranzimaeric833
    @mfuranzimaeric833 11 หลายเดือนก่อน

    Abyishuye neza kandi kuvurwa nikimenyetso cuko uhari cnk ubaho

  • @salubi
    @salubi 11 หลายเดือนก่อน

    Kigingi kwari trop sérieux 😂😂😂😂

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 11 หลายเดือนก่อน

    WAWOOO❤❤❤

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 11 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 11 หลายเดือนก่อน

    Kigingi uyu musi Uri sérieux saaana

  • @AddaIRANZI-xv9ig
    @AddaIRANZI-xv9ig 11 หลายเดือนก่อน

    Nuko nyene

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 11 หลายเดือนก่อน

    Muragenda nabandi murakomeza mugende😂twe tuzohasigara kuko turiwacu

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana 11 หลายเดือนก่อน

    Gael ndashaka ukuntu no shika kuri palleige igitega nobignza gte?? Plz mfasha cnke umpe number yaw ngire ivyonkwibariza kndi uzekunyusha

  • @silvernizi7790
    @silvernizi7790 11 หลายเดือนก่อน

    When are you coming to US?

  • @leagacuti2844
    @leagacuti2844 11 หลายเดือนก่อน

    Jewe ndi Kigingi noca mbanza nkagumayo kuko aronse passport ya Canada nayo mareresi yiwe azomworohera kuko nta Visa azosubira gukenera ariko ubu naho bazimuha ntawubizi ko bazoguma bazimuha

  • @user-ei6wi6ny7w
    @user-ei6wi6ny7w 11 หลายเดือนก่อน +1

    Umukubito umu momoro.uzokwihende uje mu rumonge ntumbwire nzoca ndakwanka.aha nagira ndyame ariko mpaka ikiganiro giheze

  • @benshaka7595
    @benshaka7595 11 หลายเดือนก่อน +1

    Nkunda iyo ari umu demu ariko amugirisha interview niho adutwenza..

    • @charleskwizera2358
      @charleskwizera2358 11 หลายเดือนก่อน

      Urantanze kubivuga😂😂😂😂

  • @moisecishahayo
    @moisecishahayo 11 หลายเดือนก่อน +1

    Nirya mbere Kigingi agize ikiganiro ari sérieux uku 😅😅

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 11 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 11 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 11 หลายเดือนก่อน

    th-cam.com/video/dOv3bJWvX_k/w-d-xo.htmlsi=oTr1z9_P7FHu9LPP
    Samantha series ngiyo

  • @Nkotanyi1990
    @Nkotanyi1990 11 หลายเดือนก่อน

    Courage Cyanee Nyakubahwa Kigingi

  • @hermenegildeniyongabo9769
    @hermenegildeniyongabo9769 10 หลายเดือนก่อน

    Kigingi urazi uko wishura umuntu kandi ugume ku ntumbero wihaye.
    Ubuntu burihabwa

  • @valentinenahimana
    @valentinenahimana 11 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤lov sana

  • @user-vf7lo1ui9x
    @user-vf7lo1ui9x 11 หลายเดือนก่อน

    Wishuye neza kukibazo cabagenda ntibagaruke , Gaël agirira propagande ngo abantu bagume hiyo ,ninde yokunda igihugu cambere gikenye kwisi