Chris twese turamwemera, ahubwo umukozi w Imana ntavuze yigeze gutanga ama audios artyoza igikorwa ca Kanguka, hari hageze ko asaba imbabazi kuko yarajuragije abantu. Hari benshi bari baciye baja narwo ariko intahe zitangwa ku bwinshi zatumye benshi bemera kurengera amajambo y abanyedini bakoreshwa n ishari ngo bariko bararangura ubutumwa. Imana irarengeye goooose aya madini yacu.❤
umupagani ni umuntu yemera Imana akayishira hejuru y' amadini! Tout est sacré! le sacré se fête avec des rituels précis. Baba aba catolika, baba abaporoti ni ababeshi basa!
Chris ndikumana abamuvuga nabi Bose baba barikwiteranya n' Imana. Nuwoba Ari umu baby spirituel yumvirije kanguka aca akura muvyimpwemu. Chris ndikumana komera kumurimo W'Imana wahamagariwe 🙏🏾
imana zarabaye nyinshi !ikidutandukanya ni kimwe, hari imana zifise abakozi bazo,imana zivuga zishura n'ingoga. ariko Imana Nzima Yo Yaratwibarutse muri Kristu Yezu !turi abana baYo, turi abasangiramurage na Yezu Kristu Umwana w'Imana Nzima. Ibindi vyose n'amayeri ya sekibi yiyita imana.
Uvuze ukuri vrt harabantu babaye ari chris ndikumana aba dody gad nibi bogendana gusa chris ndikumana ntiyiyemera aca bugufi abamuvuga uko bashatse nabanyeshari
Umunsi nzobampuye na Chris ndikumana nzomwihweza neza mubiganjavyiwe neza kwatoba afit inkovu nkazimwe zayesu kuko jewe ndamubona nka yesu yagarutse kurinos tubayeho ❤❤Amen🙏🙏🙏🙏
Uvuze ukuri
Aho wamaze gucumura
Oya si Yesu Christo nawe urarengereye ahubwo akoreshwa nawe
😅😅😅😅😅😅
Wars unite disi…. Ntukwgererqnye Chris na Yesu… aho wayovye nukuri
Ico nkundira Pasteur Mbayahaga nta shari yifitiye avugisha ukuri
Amen .nanje kweri Chris ndikumana ndamwemera kwarumukozi W'Imana. Kuko ijambo ry'IMANA rivuga kotuzobamenyera kuvyo bama.burya ivyamwa vya Chris ndikumana biratwereka kwarumukozi W'Imana. Ndabihamya sinshidikanya n'a gato❤
Chris ndikumana numukozi wimana wukuri turamukunda cane Imana imukomeze imwongerereze inkomezi tumwipfurije kuramba uhoraho yiyubahishe muvyiwe nabiwe.❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbayahaga ahezagirwe kwel.ndakunda ukuntu avuga ukuri.nawe urumukozi w'Imana uhezagiwe cyaane nawe muvyeyi❤
Mbega ikiganiro cyizaaa....Yemwe uyu mukazi w'Imana Imana imuhe umugisha...rwose jyewe nkunda uburyo yitwara mumuriimo w'Imana peee...ikiganiro bye bibamo ukuri rwose...nanone Imana imuhe umugisha kandi nawe munyamakuru Imana iguhe umugisha mwinshi peee....
Nukuri chris n,umukozi wimana
Bravoo Mbayahaga! Uvuze neza caaaane abavuga nabi Chris NDIKUMANA n'abanyeshari caaaane!
Chris n'umukozi w'Imana w'ukuri amasengesho yiwe arafasha cane pe! 🙏🙏
Papa Chris numukozi w'IMANA vyukuri🤗ndagukunda💙💚🙏🙏🙏
Pasteur,uragahezagirwa na NDIHO,Imana igume ikwuzuriza amavuta.
Warahegiwe Apôtre. Usigura neza cane.ishengero ry'IMANA ntiriri murizirya nzu dukoraniramwo.harya ho haba harimvange nyinshi.arya namadini.nico gituma mubona baniganiramwo.ariko ngo abarongogwa n'a Mpwemu W'IMANA nibo bana b'Imana ❤
Yes Amen, nawe uvuze neza Imana ibiguhere umugisha mwinshi cane, ndikumwe nawe 100%
Amen Amen
Twese ncuti
Chris ndikumana turamukunda cane muvyumve cane kubera numukozi wimana twemeera cane gose atavangigwa kandi akora kumitima yabenshi afise ubushoboz yahawe nandiho kbs ❤❤❤❤❤ahari hose yumveko tumwitayeho cane kandi Imana irushirize kumukomeza cane gose
Chris n'umugisha Imana yabihereye mujye mushima Imana abarundi kd arimo aragarura benshi kuri Christo kubwa ziriya nyigisho atandukanye n'abigisha bo mur'ibi bihe.
Nuko abantu ntudashima ivyo imana induha🙂
batumishi ya tumbo punguza maneno b diiiiii 😂😂😂😂none watumiye mbayahaga chris azamwo gut canke nuko mubona ko christu yamutoranijweeee ngo abantu bakire hama kugira abantu bugurure ikiganiro mushiramwo ishusho rya chris ariko kandi umukozi wiman mbayahaga nawe avuga ukuri kandi kwuzuye peee
journalise 😂😂😂😂weeee titre siyoooo😂😂😂😂
Wao Kuba umwemera❤ Chris Ndikumana yubahwe
Ndagukunda muvyeyi ❤❤❤❤❤❤
Pasteur Mbayahaga avuze ukuri gushimikiye muri Bibiliya.Imana Imuhezagire Imukomeze cane mumurimo w Imana🙏
Mbayahaga mukozi w'Imana muvuze ukuri kuzuye Can . Umukozi w'Imana Chris Ndikumana arakoreshwa nlImana koko ibitangaza bigakoreka Imana igume imusiga amavuta menshiii arambe anezerewe n'umuryango wiwe wose nabo bakorana muri Kanguka turagukundaaaa Chris Ndikumana❤
❤❤❤❤❤ ndongeye kugukunda cane kuko uvuga ukuri
Mignone,uri umunyamakuru mwiza cane
kandi nkuko Pasteur abivuze nawe uri mukozi w'Imana.Gira umugisha
mu vyo ukora mukobwa wacu
Amen thank you
Mutama umwami yesu aguhezagire uravugukuri kubera urakuzi pe mujinjibure
Chris ndikumana ni umukozi w'Imana uko yitwara bigaragara ko Ari umukozi w'Imana wukuri
Christ Ndikumana n'umukozi w'Imana w'ukuri namwemey ko aruw ukuri ntanguye kwumviriza ingene yigisha ijambo ry'Imana
Pasteur MBAYAHAGA NDIHO akomeze kubahezagiraaa.mwubahwe
Ndiho ninde?
Ndiho nizina ry' Imana@@ZAGARO90
Apôtre Mbayahaga, imana ibahe umugisha mw'izina rya Yezu-Kristu 🙌🏽🙌🏽
Uvuze neza Imana ibahezagire
Chris Ndikumana yuzuyemwo ubushobozi bwa Kristo Yesu turamukumda cane gose n'Imana iramukubda. Kandi niyo yamutumye
Apôtre mbayahaga Imana ibandanye iguhezagir kk uravugish ukuri kwos knd ufis mpemu yera nukuri
Chris Ndikumana courage komera kwibanga wahawe n'Imana natwe tuguma kumavi kugusengera love you ❤❤
Imanishimwe cane ❤
Chris ndamukunda cyaneee cyaneee Imana ige imuhezagira kdi umugisha mwinshi imbaraga na amavuta ahagaze mukimbo cya pawulo❤❤❤❤ nawe pastor ndagukurikira cyane
Wamugabowe ndagukunda Kandi Ubuntu n'amahoro bituruka ku Mama n'umwami wacu bubane nawe Amen
Mignone wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Komera mutama yesu Akomeze Aguha kuvuga ukuri lmana lziguhe iherezo ryiza lguhe n'ukuramba ❤❤❤
Chris Ndikumana, Ndiho azamuhe ijuru n'abazamukomokaho bose
Vrt nanje ndamwemera nk'umukozi w'Imana.kk nintahe ya Chris uyumvirije neza vyukur Akoreshwa n'a Mpwemu tera.
Amen amen muhezagirw cne murakoz
Abanka cris nishari
Chris twese turamwemera, ahubwo umukozi w Imana ntavuze yigeze gutanga ama audios artyoza igikorwa ca Kanguka, hari hageze ko asaba imbabazi kuko yarajuragije abantu. Hari benshi bari baciye baja narwo ariko intahe zitangwa ku bwinshi zatumye benshi bemera kurengera amajambo y abanyedini bakoreshwa n ishari ngo bariko bararangura ubutumwa.
Imana irarengeye goooose aya madini yacu.❤
MWESE nande?
Amahoro yimana abanenamw
Mukoziwimana ndakwinginze
Nimwaba muvugana nachima
Manda moses azeyubaha nye
N'icubahiro ngirango yobumvir
Kuko dukwiye kubaha abaturo
Ngoye murakoz lmana ibaheza
Gire amen🙏🏾🙏🏾♥️♥️🇫🇮
Apotre yavuze vyinshi vyiza ico nomwunganira n uko umukristo bigoye ko yogumya ubukirisu yinjiye mu mugambwe hariho iyindi migambwe batavuga rumwe..... kuko tudahendanye icitwa démocratie caje kugumiza abantu mu ndyane zidahera. Iyaba twokwumvikanye imigambwe yose igafutwa, twese tugakorera mu rwego rumwe rwiga ivy igihugu, imigambi myiza ikakirirwa hamwe hanyuma tugatora indongozi nziza, zibishoboye, ziyidushirira mu ngiro. Ariko kubona past aja mu mugambwe umwe ukita abakeba abatari muriwo, aba yibagiye ko abamukurikira bose yigisha ijambo ry Imana bose bataba bari mu mugambwe wiwe. Tukiri mu migambwe myinshi, igera naho yicana... abakirisu VAYO !❤
Thank you apotre mbayahaga
Thanks 🙏🙏🙏 Jesus
Mignonne de la capitale
Mignonne de la yaga tech tv
umupagani ni umuntu yemera Imana akayishira hejuru y' amadini! Tout est sacré! le sacré se fête avec des rituels précis. Baba aba catolika, baba abaporoti ni ababeshi basa!
Uvuzukuri mbayahaga❤❤
Nkunda kurumunyakuri Apostle
Uvuze neza Mbayahaga Imana Iguhezagire
Hezagirwa cane mukozi w'Imana uvuze ukuri
Uvuze ukuri mukozzi w’Imana❤ iki kiganiro kiramfashije,murakoze
Chris ndikumana ndamukunda yubaha Imana nabantu nukuri yubahwe
Chris ndikumana abamuvuga nabi Bose baba barikwiteranya n' Imana. Nuwoba Ari umu baby spirituel yumvirije kanguka aca akura muvyimpwemu. Chris ndikumana komera kumurimo W'Imana wahamagariwe 🙏🏾
Urakoze cane mukozi w'Imana uvuze ukuri,Chris Imana imudukomereze,nawe uhezagirwe.
Kuva numva Krist Ndikumana sindumva avuga ikindi atari ijambo ry Imana.N umugisha k u Burundi no ku mahanga.Imana imukomeze mw izina rya Yesu.
Bayahaga ndamwemera
Nciy ngira abonnement kubera avuz neza kur Chris Ndikumana
Chris numukozi wimana. Abantu. Barakijijwe kubera. Ubutumwa bwiwe. Imana. Imuzigamwe. Abonabo. Nishari bamugiriye. Kubera abantu bamukurikiye. Nibanureke. Abandanye. Ibikorwa vyimana
Ndagushimiye cane mukozi w'lmana kukiganiro utanze vyukuri uri umukozi w'lmana w'ukuri kandi ivyuguga nukuri kwera
Imana ishimwe! Christ Ndikumana ni Intumwa yi Imana yatwihereye ku isi yose kandi👌🙏🙏🙏 ubu turashima kubera ikiganiro cya Kanguka
Chris Ndikumana numukozi w'Imana ndabihamya uwiteka amwongerereze amavuta
Mrs. don’t give up uno musi yadutayemwo ikiganiro cibisazi ari kumwe na papa wiwe Apotre Mbayahaga❤
Imana ibahe umugisha muvuze ukuri
Murakoze cane mukozi wimana mukiganiro ciza muduhaye🎉🎉❤❤❤
Mbayahaga Nakubali urumuntu wumugabo🙏🙏🙏🙏🙏
Ndagukunze Mbayaga uvuze ukuri ,nanje ndemera ko arumukozi w'Imana.
Hallelujah Hallelujah Hallelujah
Chris Ndikumana n'umukozi w'Imana nukuri
Chris Ndikumana numukozi w' Imana pee ahubw Uhoraho amuzigame
amen❤❤❤❤❤❤❤yezu
Urumunyakurui ndagukunda pe❤
Komera mbaye ahaga
Ndafashijwe
umupagani ni ijambo positif
❤uravuga ukuri nukintumva zanze kumva nukuri abubu beshyi bakunda amafaranga nibyubahiro😅
Nta muntu Aja ikuzimu aguhamgira kwihanaaa no gukunda ijambo ry'Imana RER Chris Ndikumana n'umukozi w'Imanaa w vrai atandukany nab profet kanakaa
Nivyo kuko Yesu yaravuze uwuzokwatura izina ryiwe ko ariryo dukirizwamwo uwo azoba anyemera.
Mbayahaga ❤❤❤❤
Uhezagigwe mukozi w,Imana
Merci beaucoup pasteur ❤
Imana ishishikare kubasiga amavuta uvuze ikuri kwuzuye ntashari ubishizemwo icera uvuga kocera kdi ntubeshe ubona Aho umuntu yacumuriye ariko ntumenya ahoyiha niyiye.
Oya si yesu n'umukozi wiwe , hanyuma ikindi nk'abarundi tuzirikane ko ubuvugishwa bwavuze k'uburundi ko ikanguro kw'isi yose rizova i Burundi ,ubuvugishwa tubirimwo dushime Imana iriko irashitsa ivyo yamenyesheje abasavyi biwe
Chris ndikumana Imana ikomez kukonger imbaraga ninkomez turagukunda caaan
❤❤❤
Ndakunze uko uvuze kuri Chris Ndikumana uvuzevyo numuyoboke w'Imana pe
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Emwe Chimamanda yasevya Chris ndikumana yareka nukuri Chris ndikumana Ndamukunda cane kandi numukozi w'Imana Imana izomuhe ijuru
Chris Iman Imwonger Amavuta Nukur nanj ndabihamyako arumukoz w,Iman ijana kwijana
Chriss ndamwemera cyane🇷🇼
Nivyagacaro kuba imana yatoye umukozi wimana nka chris mugihugu c'Iburundi❤ uhubwo tumusengere cana cane kugira igikogwa c'imana kibandanye.
Christ ndikumana ndamwemera usenganye na kanguka urakira
imana zarabaye nyinshi !ikidutandukanya ni kimwe, hari imana zifise abakozi bazo,imana zivuga zishura n'ingoga.
ariko Imana Nzima Yo Yaratwibarutse muri Kristu Yezu !turi abana baYo, turi abasangiramurage na Yezu Kristu Umwana w'Imana Nzima.
Ibindi vyose n'amayeri ya sekibi yiyita imana.
Pasta burya nawe urumukozi w Imana Imana iguhe umugisha
Mbayahagaa uzokwama uritwariii urimvugakuri vrement Chris numukozi wimanaa cokimwe nawe urimvugakuri
🙏🙏🙏
Chric namukunda cane kunda numurimo Iman yamushinze
Mbayahaga kuba wemera kriste ndikumana bitumen nawe nongera kugukunda
Uvuze ukuri vrt harabantu babaye ari chris ndikumana aba dody gad nibi bogendana gusa chris ndikumana ntiyiyemera aca bugufi abamuvuga uko bashatse nabanyeshari
Nukur uravuze ukuri apotre lmana iguhezagire
Apotre ❤❤❤❤
Oyaha.chris.turamwemera.ijana.kwijana.akoreshwa..nintumwa.yimana
Chris ndamwemera
Uyu aremewe
Chris w urmuzi w muda munene Chris yaratoranijw n,Uhoraho
Uvuze ukur mutama ntamana yavuze ahubwo yabesheye lmana ahenda abantu