Mutima Le Comedien ,Cisha Ivyo Bakoreye Imbere Ya Nyenicubahiro Prezida NEVA😂Amosozi😭Kuvyababayeho💔

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • #mutimalecomedien,#burundi , #evaristendayishimiye

ความคิดเห็น • 46

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 ปีที่แล้ว +11

    Team Mutima courage kbs comédie zanyu ziba zirimwo inyigisho nyinshiii cane IMANA ikomeze kwagura ibitekerezo vyanyu kugira mukomeze kutugezako inyigisho zica muri comédie zanyu
    Kbs félicitations 🗣️🗣️🗣️

    • @tokatoka2497
      @tokatoka2497 ปีที่แล้ว

      Igihugu cacu narambuwe nabagitanguye kugitwara ayomahera muvyukuri kubon Gera bose vyarivyo none kwaribo nyene bayiba azovahe mubisanzwe ubukene buriho ariko harinabayakoresha nabi ahandi numuduga baraguh ukajurarih make make wotangura akazi uhogutahimuhira uhitira kuri amsteri ni nyama wirenza ahorero udashizemwo abahabara bomumbavu ngwazokwira nahowofata brochettes imwe n'a amsteri ubiterany kukwezi udashizemwo umuryango uburiy amahera meshi wenyene hamangoborek kuryigiturire gute bashakindazikoroke

  • @violetndaikedza6440
    @violetndaikedza6440 ปีที่แล้ว

    Byiza cyan bro

  • @ndayishimiyeclaver6440
    @ndayishimiyeclaver6440 ปีที่แล้ว +2

    Cisha Do ibintu uvuze usabira abacamanza ningirakmaro koko,nubwo usab udategeka, Nyakubhwa yakumvise afise amatwi yumvira murwinshii!!!Ni kera arakwishura!!!

  • @nshimirimanaemmanueline3410
    @nshimirimanaemmanueline3410 ปีที่แล้ว

    Ndamayutse uranyeguy kbs

  • @quennevadina1949
    @quennevadina1949 ปีที่แล้ว +1

    Mutima arankaze 😅😅😅😅😅😅 nukuri yoooooo yooooo mukama

  • @uwimanavanessa-jf1bl
    @uwimanavanessa-jf1bl ปีที่แล้ว +1

    Warayi muranyeguye

  • @joleal7941
    @joleal7941 ปีที่แล้ว +1

    Team mutima mwubahwe✌✌

  • @niyonsengaprimitive
    @niyonsengaprimitive ปีที่แล้ว

    Mwubahwe kbsa team mutima

  • @nivyayoeddy
    @nivyayoeddy ปีที่แล้ว

    Mamawee

  • @EDDYGang-db1tl
    @EDDYGang-db1tl 3 หลายเดือนก่อน

    Egoooo

  • @user-js4yi6xg4y
    @user-js4yi6xg4y ปีที่แล้ว +1

    damanyust

  • @jimmykaneza-ul7dw
    @jimmykaneza-ul7dw ปีที่แล้ว

    Courage bana bigihugu

  • @elianeininahazwe4480
    @elianeininahazwe4480 ปีที่แล้ว

    Wv

  • @BelyseB
    @BelyseB ปีที่แล้ว +1

    Hhhhhhhhh Ewe Mana Mutima 😅😅😅😊

  • @kubwayo_nakpil
    @kubwayo_nakpil ปีที่แล้ว

    Hejur cyan

  • @belyseibuteyiteka4257
    @belyseibuteyiteka4257 ปีที่แล้ว +1

    Waouw mukinaneza land mushiramwo inyigisho

  • @cedrickyvan4063
    @cedrickyvan4063 ปีที่แล้ว

    Mwybahwe

  • @dianetuyisenge6637
    @dianetuyisenge6637 ปีที่แล้ว

    Niko bazica

  • @alinehs3733
    @alinehs3733 ปีที่แล้ว +1

    Ubuho murawakij noneho mwubahwe

  • @balaammanirampa1494
    @balaammanirampa1494 ปีที่แล้ว

    À santé dans star boy

  • @niyubahwebenithe7940
    @niyubahwebenithe7940 ปีที่แล้ว

    Mugeze Kure nukuri murashoboyeee.

  • @user-gn9hy5to3g
    @user-gn9hy5to3g ปีที่แล้ว

    Muranyishe imbavu

  • @shurwerinah676
    @shurwerinah676 ปีที่แล้ว

    BG up xn 🔥❤

  • @Gatoolivie-hy3ql
    @Gatoolivie-hy3ql ปีที่แล้ว +1

    gato olivine

  • @rachidyniyongere2061
    @rachidyniyongere2061 ปีที่แล้ว

    Nukur Ibibintu Vyubutungane Vyigize Ndase Kl Ariko Nukur Nukuraba Bakadushigikira Kl Nkajewe Ndavye Ukuntu Ndikondarenganwa Mugihugu Kirimwo Incabwenge

  • @user-ro1ny9sh2q
    @user-ro1ny9sh2q ปีที่แล้ว

    Ryooo

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 ปีที่แล้ว

    Mukinana ubwenge bwinshi cane👍ibintu vyanyu birimwo ubwenge bwinshi cane👍

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 ปีที่แล้ว +1

    Nukur ndamanyutse 🤣🤣🤣🤣

  • @UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI
    @UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI ปีที่แล้ว

    Ndacitsintege 🤣😀😀😀

  • @lazzrchanal1935
    @lazzrchanal1935 ปีที่แล้ว

    Ubutumwa bwashitse kwa Se Barundi agashahara nigake ariyo mpamvu ibiturire bituma vyiganza

  • @eriyajames2273
    @eriyajames2273 ปีที่แล้ว

    Ngumutwe nki tiala 🤣🤣🤣

  • @mariamundayisenga4050
    @mariamundayisenga4050 ปีที่แล้ว

    Muranyemeje vrm mukinibintu vyukuri pe

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 9 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂❤🎉

  • @yvetteniyokindi3803
    @yvetteniyokindi3803 ปีที่แล้ว

    Team mutima hejuru canee😅😅😅

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 ปีที่แล้ว

    Mukam wanj 😂😂😂😂 mutima 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz ปีที่แล้ว

    Hhhhh matayo bahonz'ifuni mumutwe.

  • @christabeb7503
    @christabeb7503 ปีที่แล้ว

    Ngo ngwik😂😂😂😂

  • @emmausburundi
    @emmausburundi ปีที่แล้ว

    Gusa ntibibona

  • @karicarmel4114
    @karicarmel4114 ปีที่แล้ว

    💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha54 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌✌✌

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 ปีที่แล้ว

    Mutim we🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @joleal7941
    @joleal7941 ปีที่แล้ว

    Mutima😂😂😂😂

  • @iidd6782
    @iidd6782 ปีที่แล้ว

    Inyigisho nziza

  • @jamela1114
    @jamela1114 ปีที่แล้ว

    🤣😂🤣🤣🇧🇮