Star TV257
Star TV257
  • 1 145
  • 5 283 005

วีดีโอ

Raba Ibikorwa Vyo Gusanura ISOKO Nkuru Ya BUJUMBURA Uko Biriko Bigenda/Vyatanguranye Umuvuduko🫡🙏
มุมมอง 12K9 ชั่วโมงที่ผ่านมา
#starboythesheep
Umuhungu Wa FANNY LAVINE Mutari Muzi Aradusekeje😂/Nakuze ngana uku Abantu barebare baranyubaha Ariko
มุมมอง 1.2K14 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Umuhungu Wa FANNY LAVINE Mutari Muzi Aradusekeje😂/Nakuze ngana uku Abantu barebare baranyubaha Ariko
IBITORO i BURUNDI🇧🇮ni nywa nawe Raba Kuma STATION Abakozi Barisinzirirako Bakabura n’Imodokari Baha.
มุมมอง 3K21 ชั่วโมงที่ผ่านมา
#burundi
KELLYNA Akorewe Surprise Y’isabukuru🎂🎂Yiwe Yamavuko Umva Ivyamubayeko/Yeretswe Urukundo Rudasanzwe👊🫡
มุมมอง 1.2K21 ชั่วโมงที่ผ่านมา
#kellyna , #starboythesheep
VAAN BEAUTY and Fashion Itweretse Ubwambere Amatungo Yabo/Nabitanguye Bamrwanya Ariko…..
มุมมอง 3Kวันที่ผ่านมา
#startv257 , #burundi
AMERIKA🇺🇸Yacu I Burundi🇧🇮Ngiyi Yatanguye Kwubakwa mu KAMENGE/Aba Diaspora Ngabo Abagiye Kugaruka….
มุมมอง 4.2Kวันที่ผ่านมา
#bujumbura , #burundi
Intambara Ikomeje Kuba Nshasha Hagati Ya MELANIN BOY,ALVIN SMITH,DJ FERNANDO Bakuyemwo Amajwi Yiwe😭
มุมมอง 1.7Kวันที่ผ่านมา
#starboythesheep
Cousine Wa B-FACE Ahevye Umuhungu Bakundana Kubera Yatutse B-Face Umu Cousin Wiwe/Karabaye Uratse✍️
มุมมอง 84014 วันที่ผ่านมา
#starboythesheep
GRETTA Raba ivyo akarere NELLY NAT na SIMBIZI Ngaba Batanye Mumitwe/Guhuza Abantu Nkaba Murabizi🤫
มุมมอง 3.3K14 วันที่ผ่านมา
#starboythesheep
LIBERT NSORO Akorewe SURPRISE Y’Ibisazi🫣/GAGA nawe Ararize😭Imbere Ya Mama.Umuvyeyi Wa Film WARUBUZI.
มุมมอง 3K14 วันที่ผ่านมา
#starboythesheep , #nsoro
Prezida NEVA Ukuntu Yaraye Yakiriwe n’Abasani DRAMA-T,D-ONE,MELANIN BOY,VANIA ICE na LINOG Kuri Eden
มุมมอง 9K14 วันที่ผ่านมา
#starboythesheep
Kumyaka 120 Irenga Unomunyokuru Abayeho nabi birenze/arara hasi muze tumushigikire biteye agahinda😭
มุมมอง 41414 วันที่ผ่านมา
Kumyaka 120 Irenga Unomunyokuru Abayeho nabi birenze/arara hasi muze tumushigikire biteye agahinda😭
Umu Diaspora Yarambeshe Amfata Kungubu muri HOTEL ambesha ko agira amfashe/Chimamanda Ivyo Yamvuze..
มุมมอง 3K21 วันที่ผ่านมา
Umu Diaspora Yarambeshe Amfata Kungubu muri HOTEL ambesha ko agira amfashe/Chimamanda Ivyo Yamvuze..
Apotre MBAYAHAGA Ati Abahabara Muduze Ibiganza/Aradusekeje Adutambiye Igisirimba Nubunini Bwiwe..
มุมมอง 32221 วันที่ผ่านมา
Apotre MBAYAHAGA Ati Abahabara Muduze Ibiganza/Aradusekeje Adutambiye Igisirimba Nubunini Bwiwe..
Uburundi🇧🇮babugize Amerika🇺🇸Mukanya Gato Cane/Abandi Barundi Raba Amazu Meza Batwubakiye(400maisons)
มุมมอง 23K21 วันที่ผ่านมา
Uburundi🇧🇮babugize Amerika🇺🇸Mukanya Gato Cane/Abandi Barundi Raba Amazu Meza Batwubakiye(400maisons)
Wamusore nguyo asubiye Kwifatira Mugahanga Inzego Mwa Bino Bihe/Agiriyeko Aha Massage Ikomeye B-Face
มุมมอง 58921 วันที่ผ่านมา
Wamusore nguyo asubiye Kwifatira Mugahanga Inzego Mwa Bino Bihe/Agiriyeko Aha Massage Ikomeye B-Face
Fanny Lavine Yaraye Ahatswe Kwitaba Imana😭Murubanza Rwabo na Norasque Kubera Ibibaye(Full Party)
มุมมอง 12K28 วันที่ผ่านมา
Fanny Lavine Yaraye Ahatswe Kwitaba Imana😭Murubanza Rwabo na Norasque Kubera Ibibaye(Full Party)
Inzu Nshasha Ya Fanny Lavine na Norasque Tubagunduye Bariko Bategura Urubanza Rwa (Solution Couple).
มุมมอง 3.2K28 วันที่ผ่านมา
Inzu Nshasha Ya Fanny Lavine na Norasque Tubagunduye Bariko Bategura Urubanza Rwa (Solution Couple).
B-FACE Muri Show Ya KIDUMU Unomusore Yaraye Awakije/Indirimbo za SAT-B Nizo Yaguma Aririrmba......
มุมมอง 52528 วันที่ผ่านมา
B-FACE Muri Show Ya KIDUMU Unomusore Yaraye Awakije/Indirimbo za SAT-B Nizo Yaguma Aririrmba......
LINOG Imbere Yisinzi Ry'Abantu Nawe Araye Yiyandikiye Amateka Murino SHOW ya KIDUMU/Iryanyuma.......
มุมมอง 93628 วันที่ผ่านมา
LINOG Imbere Yisinzi Ry'Abantu Nawe Araye Yiyandikiye Amateka Murino SHOW ya KIDUMU/Iryanyuma.......
Gusto Melanin boy Kuncuro Yambere Raba Ino Ndirimbo Uri Sweet Ivyo Yaraye Ikoze Imbere Ya KIDUMU....
มุมมอง 2.3K28 วันที่ผ่านมา
Gusto Melanin boy Kuncuro Yambere Raba Ino Ndirimbo Uri Sweet Ivyo Yaraye Ikoze Imbere Ya KIDUMU....
KIDUMU Yaraye Akoze Amarorererwa i BUJUMBURA/Biramwanse Ahamagara B-FACE Baduza Idarapo Ry'Igihugu🇧🇮
มุมมอง 1.4K28 วันที่ผ่านมา
KIDUMU Yaraye Akoze Amarorererwa i BUJUMBURA/Biramwanse Ahamagara B-FACE Baduza Idarapo Ry'Igihugu🇧🇮
KIDUMU KIBIDO na SIMBIZI WA SEMAVUMBA Kuncuro Yambere Turabahujwe Aramwubahutse Biranse Ko Bumvikana
มุมมอง 6K28 วันที่ผ่านมา
KIDUMU KIBIDO na SIMBIZI WA SEMAVUMBA Kuncuro Yambere Turabahujwe Aramwubahutse Biranse Ko Bumvikana
Msemaji Wa VITAL'O Alichokisema kwa Wa Tanzania Baada Ya Kufika BUJUMBURA,Kudundwa Goall 10 na Young
มุมมอง 53Kหลายเดือนก่อน
Msemaji Wa VITAL'O Alichokisema kwa Wa Tanzania Baada Ya Kufika BUJUMBURA,Kudundwa Goall 10 na Young
SIMBIZI Karabaye Ntaco Asigarije NELLY NAT , DJ Fernando na Melanin Boy/Natacha ni Magore Magabo...
มุมมอง 3.2Kหลายเดือนก่อน
SIMBIZI Karabaye Ntaco Asigarije NELLY NAT , DJ Fernando na Melanin Boy/Natacha ni Magore Magabo...
DJ Fernando na Melanin Boy Agize Ico Abavugako MADIBA Ivyuburozi Baroganye/PAPA Wanje Yarapfuye Hama
มุมมอง 1.1Kหลายเดือนก่อน
DJ Fernando na Melanin Boy Agize Ico Abavugako MADIBA Ivyuburozi Baroganye/PAPA Wanje Yarapfuye Hama
Karabaye Arafukamye Asubiye Gutera Ivi Starboy The Sheep/Kwino Ncuro Arabashimiye Kubamufashije🙆‍♀️
มุมมอง 476หลายเดือนก่อน
Karabaye Arafukamye Asubiye Gutera Ivi Starboy The Sheep/Kwino Ncuro Arabashimiye Kubamufashije🙆‍♀️

ความคิดเห็น

  • @euphrasiemashwabure9831
    @euphrasiemashwabure9831 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ngirango yararonse ubwenge gihugu. Sinon abusa bye Ngirango yo büronla. Arakoze cane kuvuga igihugu cacu neza

  • @FerdinandHakizimana-b1b
    @FerdinandHakizimana-b1b 7 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Merci

  • @RuyigiCentee
    @RuyigiCentee 7 ชั่วโมงที่ผ่านมา

  • @LucNdabahinyuye-qw6gs
    @LucNdabahinyuye-qw6gs 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Igitangaje ni ikihe twe ntituviga igi faransa n'icongereza.

  • @diomedeniyonyenevyo5619
    @diomedeniyonyenevyo5619 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Vrt uratanga ikiganiro neza. Icigwa ciza.

  • @DésiréBIKORIMANA-d2t
    @DésiréBIKORIMANA-d2t 15 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ndamushimiye Imana imwongerereze amavuta yayo

  • @NshimirimanaSeleman-u5y
    @NshimirimanaSeleman-u5y 16 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Mweho ko muvuga igifaransa nicongereza iyo muri mubihugu vyabo barabakoresha intaviue ngo umurundi avuga igifaransa 100% toweni ushamba hapo

  • @norbertndayisenga3951
    @norbertndayisenga3951 16 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    None umuzungu azi ikirundi arabatangaj kweri??genda KARUSI muri Paroise BUGENYUZI muhasanga umuzungu yitwa VIRGINIA ahamaze imyaka irenga 40 ikirundi azi agisumvya abarundi beshi

  • @AlbertCongera-qz3on
    @AlbertCongera-qz3on 17 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Rekakubesha ikirundi nicabarundi. Gusa aragerageza

  • @IsabelleUwihanganye
    @IsabelleUwihanganye 19 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Mbega umuzungu uvuga ikirundi neza manaa!!!

  • @toussaintnkurunziza3670
    @toussaintnkurunziza3670 22 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Amen amen umutumire w' intore gose w' umuhezagiro cane , ncuti Samantha Imana iguhezagire ikunzigamire n' umuryango wawe imyaka gose wakoze gose !

  • @NestorNdabirengako
    @NestorNdabirengako 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Uwo mu maman be n'umugabo wiwe ndabazi.bafise n'umwana yitwa malacky.bameze neza cane.bafise company yitwa "cries of a child".

  • @philbertntungwanayo5916
    @philbertntungwanayo5916 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Chez eux nous parions mieux qu’eux, pas de miracle!

  • @ErnestMbonabuca
    @ErnestMbonabuca วันที่ผ่านมา

    Samantha kabisa ndamukunze kweli

  • @majwegerifabrice9187
    @majwegerifabrice9187 วันที่ผ่านมา

    Umutama wo mubuyenzi yavukiye mu burundi arindapfa ikirundi atakizi ariko umunya merikakazi kumyaka 15 akivuga neza murabe mwisuzume mwaba swahili mwe

  • @IssaDonaldoNahimana
    @IssaDonaldoNahimana วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤

  • @nshimirimanaolive4965
    @nshimirimanaolive4965 วันที่ผ่านมา

    Jewe uyu mudame naramukunze ntamuzi vraiment elle est gentille kandi numupfasoni ninaronka amahigwe nkamubona nzobimwibwirira ninfura ❤❤❤❤❤❤❤

  • @MartinNiyukuri-n2t
    @MartinNiyukuri-n2t วันที่ผ่านมา

    Courage ❤❤❤ muzomukoresh ikiganiro arikumwe nabana vyobavyiza cane

  • @JeanNdayizeye-y9n
    @JeanNdayizeye-y9n วันที่ผ่านมา

    Quand une américaine nous apprends à aimer notre propre patrie. Que Dieu te bénisse infiniment sister aguhe umugisha goose

  • @Ihangirotv-1234
    @Ihangirotv-1234 วันที่ผ่านมา

    Ihangiro tv🎉🎉❤

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 วันที่ผ่านมา

    Abahutu muragayitse kw isi yose kubera Uhoraho yabavumye définitivement

    • @fredericnshimirimana8014
      @fredericnshimirimana8014 วันที่ผ่านมา

      Cakora ufise ubugwayi mumutwe.Nukukujana kwama regenti

    • @startv257.
      @startv257. วันที่ผ่านมา

      @@fredericnshimirimana8014nikumujana vyihuse ashobora no kuba yanyoye ibintu bibi kuko ivyo azanye ngira ntiyaravyanditse aha❤

    • @nshimirimanaolive4965
      @nshimirimanaolive4965 วันที่ผ่านมา

      Are you serious?? Kuberiki uri méchant kugeza ngaho ??

  • @thaddeeniyontore1718
    @thaddeeniyontore1718 วันที่ผ่านมา

    Najewe nipfuza kumumenya.ese ni gute nomumenya?

  • @bigfer2003
    @bigfer2003 วันที่ผ่านมา

    Bravo Samantha utandukanye n'abo musangiye igihugu kandi ushobora kuvuga neza suwariwe wese ashobora kumenya ikirundi nkuko

  • @nsabimanamediatrice5907
    @nsabimanamediatrice5907 วันที่ผ่านมา

    Samantha, ahubwo ndagukumbuye. Twarabanye asiatique ukiva Amérique.uri umuntu mwiza cane. Proud of you.

  • @nsabimanamediatrice5907
    @nsabimanamediatrice5907 วันที่ผ่านมา

    Samantha, ahubwo ndagukumbuye. Twarabanye asiatique ukiva Amérique.uri umuntu mwiza cane. Proud of you.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 วันที่ผ่านมา

    Ariko mumuravye mubona akir umuzungu ? Je mbona umuzimu 😢😢😢😢

    • @nshimirimanaolive4965
      @nshimirimanaolive4965 วันที่ผ่านมา

      Udafise ikintu ciza cokuvuga kumuntu utuma uceceka sivyiza gutuka umuntu ataco umuhoye mwitoze kuvuga amajambo yubaka canke atera intege

    • @harick3719
      @harick3719 วันที่ผ่านมา

      Kazima yamenye Imana ibisigaye mwite uko ushaka ntaco bimutwara.

    • @madamechemba3720
      @madamechemba3720 21 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Yesu kristo 😢

    • @FerdinandHakizimana-b1b
      @FerdinandHakizimana-b1b 6 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Nawe haregereje ubumuzimu kbx

  • @SaydatSaid
    @SaydatSaid วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 วันที่ผ่านมา

    Abahutu mwaragowe.. Umurushwa yigimorewe mugire mumugire umutahe udasanzwe musha ama euro ? Wenyene arayifuza ? Amavunja aramwishe none muriko muratamba ngo mugiye mwaronka ama devises 😂😂😂😂😂😂

    • @Zian3103
      @Zian3103 วันที่ผ่านมา

      Urakenye mumutwe

  • @EvaGlow-r3e
    @EvaGlow-r3e วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤

  • @miburoemeline4070
    @miburoemeline4070 วันที่ผ่านมา

    Yes open your own TH-cam

  • @AstereNtirampeba
    @AstereNtirampeba วันที่ผ่านมา

    Vyiza cane

  • @MAGAGI_Burundi
    @MAGAGI_Burundi วันที่ผ่านมา

    Numunezero ugeretsekuwundi kubona uyumupfasoni amajambo afise y'Ikirundi ayakoreshaneza atavangavanzemwo irurimirundi nkurwakavukire yiwe mugihe twebwe hano Burundi twavukiye tukanahakurira bitugora gukora ikiyago dukoresheje ikirundi kitavanze!!!

  • @NtirampebaFanuel
    @NtirampebaFanuel วันที่ผ่านมา

    Uwo none nuwo muri amerika??

  • @mariekamikazi9308
    @mariekamikazi9308 วันที่ผ่านมา

    Madam Samantha good uvuga neza ikirundi félicitations

  • @HabonimanaLeonce
    @HabonimanaLeonce วันที่ผ่านมา

    Nibaguhe ubwenegihugu😂

  • @SagaRumonge
    @SagaRumonge วันที่ผ่านมา

    Samantha Fabrice ariko Yubaka uburundi kumunwa gusa😂😂

  • @susikhokabela
    @susikhokabela วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤

  • @pacifiquetuyisenge3762
    @pacifiquetuyisenge3762 วันที่ผ่านมา

    Abanyabukey bubahw

  • @AntoinetteIrankunda-q4g
    @AntoinetteIrankunda-q4g วันที่ผ่านมา

    Chadudu naramubonye yiga ngaha Kuri Technique aha kumusave

  • @AntoinetteIrankunda-q4g
    @AntoinetteIrankunda-q4g วันที่ผ่านมา

    Star boy ndumva urazigitega nanje mbahonyene uvuze

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha54 วันที่ผ่านมา

    Egooo pee ikirundi ciwe kirakaze ku courage

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha54 วันที่ผ่านมา

    ✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮

  • @thierrylerusse7744
    @thierrylerusse7744 วันที่ผ่านมา

    Sha nta muntu yovuga ikirundi ngo ashobore kukivuga uko ataho ahuriye naco. Birashoboka ko ari umu métis mu bavyeyi biwe umwe ari umurundi, nka nyina. Har'ubwatuzo numva avuga budakunda kugaragara mu mvugo y'umunyamahanga agerageje kuvuga ikirundi: ^ '' niwe wambere numvise abishoboye ar'umunyamahanga.

    • @startv257.
      @startv257. วันที่ผ่านมา

      Wapi muta yakuriye amerika nabavyeyi biwe nabanyamerika orginal nanje vyarantangaje

  • @jamaldirre7899
    @jamaldirre7899 วันที่ผ่านมา

    😢

  • @sunnadia1830
    @sunnadia1830 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k
    @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k วันที่ผ่านมา

    Mu Mana niho har.ubuhungiro uvuz.ukuri🎉

  • @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k
    @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k วันที่ผ่านมา

    Samantha yambuuuu❤

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja วันที่ผ่านมา

    ❤❤

  • @kwizerimanajacpueline269
    @kwizerimanajacpueline269 วันที่ผ่านมา

    ❤❤🎉🎉