MUTIMA atwengeje abantu na President kuvaho ndongoreye umwana wabandi || Twagwanye ngiranze ngaha..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2023
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

ความคิดเห็น • 230

  • @dianeirakoze6550
    @dianeirakoze6550 ปีที่แล้ว +16

    Uyu mubyeyi ndamukunda cane Papa Barundi yubahwe 🙏🙏🙏

  • @yesunumwami1003
    @yesunumwami1003 ปีที่แล้ว +11

    Abanyamurenge dukunda Neva ❤❤❤❤

    • @nzaba9349
      @nzaba9349 2 หลายเดือนก่อน

      Umukundira iki?

  • @nshimiyimanajames840
    @nshimiyimanajames840 ปีที่แล้ว +32

    Ndumunyarwanda ariko nkunda uburundi cyane!mfite ishuti nyinshi zaho kuko murabana cyn umutima nyanyu nkabarundi n’urukundo rwanyu ntacyo nabinganya gusa aribishoboka nakiturira iburundi😢😢

  • @nduwimanaernest1050
    @nduwimanaernest1050 ปีที่แล้ว +7

    Isaac tv big up vrem muriko muvyitwaramwo neza kuba mukurikirana iterambere ry igihugu Kandi ikinyamakuru canyu kibandanye gushika hose

  • @laurentgentil4645
    @laurentgentil4645 ปีที่แล้ว +6

    Perfect! Nkunda Uburundi n'abarundi cyanee! Vuba aha ndabasura ndumva mbishaka cyanee! From Rwanda.

  • @ntareomiky3767
    @ntareomiky3767 ปีที่แล้ว +25

    Love from Rwanda 🇷🇼

  • @eddymorsho7726
    @eddymorsho7726 ปีที่แล้ว +3

    Wow wow nkunze cyane President wabarundi ukuntu aha umwanya abajene bakamugezaho ibyifuzo byabo

  • @jonasnsanzumukiza
    @jonasnsanzumukiza ปีที่แล้ว +9

    Love from Rwanda

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 ปีที่แล้ว +5

    Muvyonipfuza ndipfuza kubona amaso muyandi president wacu wuburundi dukunda nukuri numva vyonezera pe.

  • @AbdulSalim-wu8wo
    @AbdulSalim-wu8wo ปีที่แล้ว +11

    Buke buke mutama azobitunganya🙏🙏🙏

  • @tedroyc9897
    @tedroyc9897 ปีที่แล้ว +13

    Keep up much love from Rwanda

  • @fildeniragira3029
    @fildeniragira3029 ปีที่แล้ว

    Son excellence yubahwe ABA jeune ariko adukura mwibarabara 👏👏👏

  • @frankndahiro8129
    @frankndahiro8129 ปีที่แล้ว +3

    Uburundi nimwirambire bavandimwe🙏 Mufite president w'imfura kweri🤝 naho iwacu baba bahekenya amenyo😠😡

  • @emmanuelkirenga9091
    @emmanuelkirenga9091 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda abarundi

  • @gashemaolivier2913
    @gashemaolivier2913 9 หลายเดือนก่อน

    Ubundi bwarahezagiwe kabisa. love from mozambique

  • @nduwayezulaurent1431
    @nduwayezulaurent1431 ปีที่แล้ว +1

    Njye ndigukunda cyane ukuntu uburundi burikuyoborwa

  • @user-gn8xz8pb5z
    @user-gn8xz8pb5z 3 หลายเดือนก่อน

    Yes nivyiza

  • @akimanazawadi1003
    @akimanazawadi1003 ปีที่แล้ว +4

    Mutimacyubahwe🔥🔥🔥🔥

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 ปีที่แล้ว +6

    Mutima oyeeee 😁😁😁😁😁🥰🥰 Uransekej Nukr 😂🤣 Ng ngari ya Dudu 🔥🔥🥰🥰😁😁

  • @massudbiz9828
    @massudbiz9828 ปีที่แล้ว

    Hangama son excellence
    Nakomez kutuba hafi

  • @munezeroolivier3913
    @munezeroolivier3913 2 หลายเดือนก่อน

    Wau ubundi rwose batere imbere kbx

  • @cycyira7457
    @cycyira7457 ปีที่แล้ว +4

    😅😅😅 nukuri mutima aranyishe😂😂😂

  • @Rajabu95
    @Rajabu95 ปีที่แล้ว

    Keep going tuduha info nkizo ziba ziriko zuratubaka dukunda ku gikurikira info yo mu burundi iwacu

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 3 หลายเดือนก่อน

    From España, adelante 🇪🇦

  • @nduwayodesire5960
    @nduwayodesire5960 ปีที่แล้ว

    J' aime mon Président Son Excellence Ndayishimiye Evariste. Imana irumva amasengesho. Turizeye ko Imana izobandanya imutuzigamira imurongora nkuko abarundi benshi caaaane twifuza.

  • @user-sb4cc9rx2v
    @user-sb4cc9rx2v 9 หลายเดือนก่อน

    Thank you

  • @belfloretkoriciza5279
    @belfloretkoriciza5279 ปีที่แล้ว

    Umukuru w'igihugu cacu ciza Imana imuje imbere

  • @lydiawamaana8527
    @lydiawamaana8527 ปีที่แล้ว +3

    👏👏👏

  • @orlankevyirambona4720
    @orlankevyirambona4720 ปีที่แล้ว

    Mutimaaa n'umusaziii kbs

  • @nahimanajeanne411
    @nahimanajeanne411 ปีที่แล้ว +8

    Mutima uravuye muri honeymoon 😘usaneza turakwishimiye kukubona kandi inyuma yahushingiye ugwawe 🥰

  • @ndayikengurukiyeegide4601
    @ndayikengurukiyeegide4601 8 หลายเดือนก่อน

    Imanishimwe kuba Burundi dufise umuyobozi mwiza yumviriza ivyiyumviro vyabenegihugu hezagirwa nyakubahwa

  • @popomona3329
    @popomona3329 ปีที่แล้ว

    Très cool

  • @sylvieirambona6834
    @sylvieirambona6834 ปีที่แล้ว

    Mutima aranyishe pe😂😂😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥

  • @tomkaykipayaofficial7156
    @tomkaykipayaofficial7156 ปีที่แล้ว

    Kwl kabisa

  • @samilansabimana9101
    @samilansabimana9101 ปีที่แล้ว

    😄😄😄😄
    Mutima uradutwengeje
    Kandi nivyo mutima

  • @nnno989
    @nnno989 ปีที่แล้ว

    Umukuru, wigihugu, ncan u, nimewuza, ncane💯💯💯💯

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 ปีที่แล้ว

    Ndamanyuts kbs ew mutim sh uranyeguy kbx

  • @jaysonnyawe
    @jaysonnyawe ปีที่แล้ว +3

    You've got awesome president

  • @claudinemanirakiza872
    @claudinemanirakiza872 ปีที่แล้ว +3

    😂😂😂😂😂yewe Mutima sha

  • @fffr317
    @fffr317 ปีที่แล้ว +2

    Uwo muntu uri kuri protocol uri kuvugira muri his excellency bamwigishe akazi ke

  • @justinnimbona9785
    @justinnimbona9785 ปีที่แล้ว

    Kwl

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 ปีที่แล้ว

    Mutima hejuru 😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😃😃😃😃

  • @thedyogbdi7003
    @thedyogbdi7003 ปีที่แล้ว +1

    😂😂😂mutima ndemeye kwl

  • @pacifiqueirakoze9738
    @pacifiqueirakoze9738 ปีที่แล้ว

    Nice speach

  • @mireilleirabibona127
    @mireilleirabibona127 ปีที่แล้ว +5

    kanyosha yubahweee

  • @Rajabu95
    @Rajabu95 ปีที่แล้ว

    Turi muri America duhereze info ziwacu. I like my president of burundi ariyegereza abene gihugu biwe

  • @inesirankunda3815
    @inesirankunda3815 ปีที่แล้ว +1

    Mutima komera kbc 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @HakunzimanaAlade
    @HakunzimanaAlade 8 หลายเดือนก่อน

    Yewe mutima sha

  • @chachachany9410
    @chachachany9410 ปีที่แล้ว +6

    Mutima uranyishe pe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @lucksonbonfilsbrown907
    @lucksonbonfilsbrown907 ปีที่แล้ว +11

    Mutima still number one in Burundi comedy 🤣

  • @slhnsng3032
    @slhnsng3032 ปีที่แล้ว +5

    Ntanubaza isoko rya Bujumbura aho rigeze ryubakwa

  • @user-ut4jf6jq9p
    @user-ut4jf6jq9p 2 หลายเดือนก่อน

    Komera mutima

  • @gildashakizimana2560
    @gildashakizimana2560 ปีที่แล้ว +3

    😂😂😂🏃ibikombe bitatu vy'ubuyi ugiye gusaduka😂😂

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 ปีที่แล้ว

    Nakubari ayo njo mambo tunao taka

  • @user-mc4tx2ym6v
    @user-mc4tx2ym6v ปีที่แล้ว +7

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiii 😂😂😂😂😂 Hejuru can 🙌 Mutima

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 ปีที่แล้ว +2

    Our president baho wubahwe

  • @user-gr8nf8wt8i
    @user-gr8nf8wt8i 9 หลายเดือนก่อน

    You still number one

  • @iremaharindealex5240
    @iremaharindealex5240 ปีที่แล้ว +1

    Good 🙏🙏❤️❤️🇷🇼👍

  • @EzechielNshimirimana-nj6yo
    @EzechielNshimirimana-nj6yo ปีที่แล้ว

    Amakur agezweho

  • @kennedynzeyingoro9452
    @kennedynzeyingoro9452 ปีที่แล้ว +2

    Uwo mugaba avuga Nyenicubahiro ariko aravuga ntazasubire! Kirazina kikanaziririzwa.

  • @nteziryayosamuel9630
    @nteziryayosamuel9630 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri umukuru w'igihugu tumushigikire arashoboye arafata ingingo nziza

  • @sergeskubwimana.1754
    @sergeskubwimana.1754 ปีที่แล้ว

    🙏

  • @umwimereretv5013
    @umwimereretv5013 ปีที่แล้ว

    Nkunda U Burundi

  • @nduwayezuallyda6184
    @nduwayezuallyda6184 ปีที่แล้ว +1

    Ewe Fleury mutima

  • @user-vt7op9ot7c
    @user-vt7op9ot7c 3 หลายเดือนก่อน

    Kmer bwn

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 ปีที่แล้ว +3

    Mutima uranyishe ntogutwenga

  • @AugustinNgabireyimana-bh4vm
    @AugustinNgabireyimana-bh4vm 4 วันที่ผ่านมา

    Ebn
    Mutim
    arabatwenz
    Nukur

  • @twotentvchannel116
    @twotentvchannel116 ปีที่แล้ว +3

    Mutima mutima ubivugiye imbere yumunyamahoro azobishira mungiro

  • @muganza1
    @muganza1 ปีที่แล้ว +1

    sha uri igitanagaza

  • @Ingomatvshow
    @Ingomatvshow ปีที่แล้ว +1

    Mutima oyeeee

  • @emekaikee3676
    @emekaikee3676 ปีที่แล้ว

    ❤️❤️💗💗

  • @salima7729
    @salima7729 ปีที่แล้ว +2

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣We mutima 🥰😍🤣🤣🤣

  • @chancenicimpaye8775
    @chancenicimpaye8775 9 หลายเดือนก่อน

    Courage mutima

  • @manderajeanclaude1482
    @manderajeanclaude1482 ปีที่แล้ว +2

    umukuru wigihugu cyiburundi nkunda uko ahorayisekera

  • @mjvg9441
    @mjvg9441 ปีที่แล้ว

    Ewe mutima😂😂😂😂😂komer

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 ปีที่แล้ว +1

    Papa.imana.iguhezagire

  • @manofgod1321
    @manofgod1321 ปีที่แล้ว +3

    Isaac urampa number ya mutima ndamuremere kuko arantwenza ngapfa

  • @GerardBizumuremyi-em2tv
    @GerardBizumuremyi-em2tv ปีที่แล้ว

    Kinyange

  • @cheillakessyndayishimiye3661
    @cheillakessyndayishimiye3661 ปีที่แล้ว +3

    😀😀😀😀mutima

  • @igirukwishakanadege5335
    @igirukwishakanadege5335 ปีที่แล้ว +1

    Mutuma😂😂🇧🇮💪💪💪

  • @aminanekesa3718
    @aminanekesa3718 9 หลายเดือนก่อน

    IMANA IMBERE

    • @RodrigueRodrigue-bq1ip
      @RodrigueRodrigue-bq1ip 2 หลายเดือนก่อน

      Najekunda umuntu yobonakoperezinda wacuko yokebura abalundi icipfuzo retanitare impuga muburimye mumuziki mumupire nomubasure nomubakuramere batenkereza perezinda niwe nabashikiranganji mubisatavyose bobikagore kandimurukundo uburundi bukubawanabose umakugu

  • @N.therence
    @N.therence ปีที่แล้ว +1

    Isaac ndashaka numéro ya Gael,umukubito tv

  • @philbertmanirakiza5531
    @philbertmanirakiza5531 ปีที่แล้ว +1

    Komera

  • @asenmalaw2220
    @asenmalaw2220 ปีที่แล้ว +2

    😆😆😆😆Mutim uranyishe

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 ปีที่แล้ว +1

    Nanje ndashaka ngari ya dudu kabisaaa 👌😊

  • @guidonniyomugisha-if8lb
    @guidonniyomugisha-if8lb ปีที่แล้ว

    Rayvan

  • @shanyatv5167
    @shanyatv5167 ปีที่แล้ว +1

    Mwagiye mwubaha president wanyu ntimukamuvugiremo

  • @user-wk1yf7dz1q
    @user-wk1yf7dz1q 3 หลายเดือนก่อน

    Neva arakunswe pee byababyiza akoranye na kagame bagafatanya kuko Bose iri abanyanweng e niba wumv ibyovuze ma ka like 👍

    • @user-wk1yf7dz1q
      @user-wk1yf7dz1q 3 หลายเดือนก่อน

      Abanyarwanda na Burundi turibamwe duzagiye umuco

  • @urunanatvrwanda7446
    @urunanatvrwanda7446 ปีที่แล้ว +12

    ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🇷🇼

  • @arsenwenga
    @arsenwenga ปีที่แล้ว +2

    Hahahhaa🤣🤣🤣 Mutim numut wameny kl

  • @zahra44jj
    @zahra44jj ปีที่แล้ว +2

    Gusa mutima ndabona natagase nacane

  • @patrickniyonzima342
    @patrickniyonzima342 ปีที่แล้ว

    Wompa numéro yiw ico ndamwibariza

  • @habibi5688
    @habibi5688 ปีที่แล้ว +6

    😂😂😂😂😂mutima uramvunagura

  • @tamimmohamed5499
    @tamimmohamed5499 ปีที่แล้ว

    Hhhhhh Mutima arasarishij chr wie nukuri

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 ปีที่แล้ว +1

    Arihehe tumuhe iyongendesha akomeze imyimenyerezo??

  • @thierymbonirematitu5801
    @thierymbonirematitu5801 ปีที่แล้ว +2

    Mutima yubahwe

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 ปีที่แล้ว

    Nukuri ndatwenze hamwe nkumbagara nukuri mwubahwe

  • @dnecinemiro3002
    @dnecinemiro3002 ปีที่แล้ว

    Mutima uyumusi urasekeje cane

  • @arsenedivin4260
    @arsenedivin4260 ปีที่แล้ว +2

    I really like this man his excellency 💪💪💪💪🤍🤍

  • @chrismuganwa8634
    @chrismuganwa8634 ปีที่แล้ว

    Mutima uri umugabo ukoresheje imvugo nziza Kandi uvuze neza!!