ไม่สามารถเล่นวิดีโอนี้
ขออภัยในความไม่สะดวก

umu STAR wa mbere mu BURUNDI afise INZU NZIZA//MUTIMA le COMEDIEN//Ndayigurisha Amafaranga//

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 มี.ค. 2024
  • Uwipfuza ino nzu yohamagara kuri;61848035 canke akatwakura kuri 79100663
    #mutima

ความคิดเห็น • 233

  • @umukubito257
    @umukubito257  5 หลายเดือนก่อน +4

    Uwipfuza ino nzu yohamagara kuri;61848035 canke akatwakura kuri 79100663

  • @egideniyonsaba7048
    @egideniyonsaba7048 5 หลายเดือนก่อน +14

    Mutima, courage kabisa. Muri iki kiganiro ukoze ,uhinduriye ubuzima benshi. Abatahuye neza ivyo mvuze mumpe 👍 ❤

  • @user-if8gr8ew2m
    @user-if8gr8ew2m 5 หลายเดือนก่อน +31

    Kwitwa umupangayi mu gihugu uvukamwo kirimwo canke bavukiyemwo ukaba umupangayi birababaje, irijambo mutima uvuze rirankoze ku mutima kandi rirakomeye can Imana imuhezagire ❤❤❤❤❤

    • @lamanene
      @lamanene 5 หลายเดือนก่อน

      Ego rirakaze

    • @Sympholine
      @Sympholine 5 หลายเดือนก่อน

      Me too!

    • @GyslaineAkimana
      @GyslaineAkimana 5 หลายเดือนก่อน

      Reka biryana mumutwe cane iyo arahuvuka reo bibabaje kurushaho

  • @BigiVictor
    @BigiVictor 5 หลายเดือนก่อน +23

    Cyane ndabakunda bavandimwe from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤️❤️❤️

  • @kubilewis
    @kubilewis 5 หลายเดือนก่อน +7

    Nahatswe kuvyemera kwari rwaw gushika bakubajij ivyumba biyigize nsanga ntavyuzi. Big up, iyo pub mwayiteguy neza kabisa

  • @Bizimana-yb4vq
    @Bizimana-yb4vq 5 หลายเดือนก่อน +10

    Courage muvandimwe turakwemera ni frank from rwanda 🇷🇼

  • @AmaBlessedBoy
    @AmaBlessedBoy 5 หลายเดือนก่อน +1

    "Ntabwo uronka umugisha kuko wavyaye cg warongoye nkuko bakunda kubivuga ,ahubwo iyo ukora kuko IMANA ihezagira ibikorwa vyamaboko "..bien dit MUTIMA🎉

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 5 หลายเดือนก่อน +11

    Mutima urumuntu muzima ndakwemey mwe na ildefonse mur incabwenge vrt na kigingi murafise mumutwe❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

    • @ueush643
      @ueush643 5 หลายเดือนก่อน

      Iyonzu siya mutima iri kurya kabiri mu Kibembe mutima ni commissionnaire 😅😅😅😅 mutima aba kurya ndumiwe kabezi

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e 5 หลายเดือนก่อน

      Twabibonye ​@@ueush643

  • @zebedemirambi3067
    @zebedemirambi3067 5 หลายเดือนก่อน +3

    MUTIMA UNYIGISHIJE IBIKOMEYE BROTHER. Komera brother GOD protects you ever😢❤❤️🇨🇩

  • @yvetteirankunda520
    @yvetteirankunda520 5 หลายเดือนก่อน +3

    Isi yo nyene izokwigisha uko wiruka. Ufise amajambo akomeye, mutima. No kurira ndarize, nkukurikiye. Much respect

  • @allyabnbaba8639
    @allyabnbaba8639 5 หลายเดือนก่อน +2

    Reka twubake igihugu chachu. Big up man.

  • @irakozejeanmarievianney7737
    @irakozejeanmarievianney7737 5 หลายเดือนก่อน +6

    @Juste Gael merci pour l'interview, muga urabe na cameraman wawe iyo muriko murerekana igikorwa c'umuntu, nivyiza kucerekana neza 2-5min zirakwiye. Hama Mutima courage uvuze amajambo akomeye cane, twubake Systeme hama tubandanye dutera imbere.

  • @julesjulius2694
    @julesjulius2694 5 หลายเดือนก่อน +14

    Interview usigaye ukoresha ni za sagesse .Big up sana

    • @bestjo2003
      @bestjo2003 5 หลายเดือนก่อน +1

      C VRAI

  • @Nivyochannel
    @Nivyochannel 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mutima ibintu uvuze vya systems zubatswe n'abavyeyi si kenshi vyerera abana kuko umugisha ni uw'umuntu umwumwe burya Siyoni uvuga uzotangara ubonye nk'ubu atakiri muzima abana biwe ubasanze mw'ibarabara! Sivyo ndabipfuriza mugabo jewe ni kwironderera kuko uburorero bwinshi buriho!

  • @Beloved-E-l-h
    @Beloved-E-l-h 5 หลายเดือนก่อน +1

    Burya hano kw'isi ntamuhinga ariho kiretse uwacishijwe mw'ishure ryubuzima, Mutima big up sana urikuvuga ukoresheje ubuhanga bwinshi . UMUKUBITO Nshimiye ikikiganiro muduhaye komere cane ahondi Nairobi ndakurikirana ibiganiro vyanyu muduha

  • @macairenshemezimana3697
    @macairenshemezimana3697 4 หลายเดือนก่อน

    Impanuro nziza cane kabisa mutima jewe aramfasha cane mu vyiyumviro.impanuro ziw ziranyubaka.Isi niyo ikwereka ico gukora.

  • @user-bb4cb8ov9l
    @user-bb4cb8ov9l 5 หลายเดือนก่อน +4

    Mutima ndakund ukuntu ufis ivyumvir namajamv vyubweng ndets vyigish!! Big up xan a'm proud of you 🤜🤛💪

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j 5 หลายเดือนก่อน +2

    Mana yanje amajambo mutima avuz arakomey cne gose afis umutim peeee gupanga mugihug uvukamwo !!! Mana yanje ndanyuzwe yab abarund bose biyumvir nkawe ntituba dukenyendagukunz cne mutima❤❤❤❤❤❤

  • @firotemanirakoze4505
    @firotemanirakoze4505 5 หลายเดือนก่อน +2

    Iyinzu mbona ariya mafranga meshi kuburyo naba diaspora bamwe bamwe batopfa kuyibona batipanze hama ngo ni yamutima courage muritima uze uraha abandi akarorero kwukuntu urondera amafranga nabandi bahumuke

  • @Faizomelodyvm1yc
    @Faizomelodyvm1yc 5 หลายเดือนก่อน +5

    Courage sana mutima wubahwe ndabona gukora nivyiza✊️

  • @fatuniyomwungere5412
    @fatuniyomwungere5412 5 หลายเดือนก่อน +19

    cameraman wa mukubito afise defo muma video yose yamazu batwereka nabwo yerekana inzu kugira abantu baibone neza yerekana abantu gusa. Nimurabe mwikosorore kurico murakoze

    • @Sympholine
      @Sympholine 5 หลายเดือนก่อน +2

      Nivyo, nta suivant ivyo bariko bavuga. Arazokosora. Kuko twebwe turaba tuba dukeneye kubona vyose.

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 5 หลายเดือนก่อน +4

    Kuyindi mpwemu idasanzwe utuzaniye Mutima twar tumukumbuye❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Cocotv557
    @Cocotv557 5 หลายเดือนก่อน +2

    Courage uburundi ni bwiza cyane

  • @AmissiMelanin
    @AmissiMelanin 5 หลายเดือนก่อน +3

    MUTIMA inteligent Boy ndakwikundira mutama

  • @Allaboutmusiclyrics
    @Allaboutmusiclyrics 5 หลายเดือนก่อน +4

    Much Respect and Love mutima ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @ribertsekadodo662
    @ribertsekadodo662 5 หลายเดือนก่อน +1

    Courage mutima imana ikomeze ikujimbere

  • @user-uk3zk5fe1r
    @user-uk3zk5fe1r 3 หลายเดือนก่อน

    Mama Mutima très intelligents kbxa,🙏🙏🙏🙏 caneeee kandi ♥️♥️♥️♥️♥️caneee

  • @claudiah1460
    @claudiah1460 5 หลายเดือนก่อน +1

    Big up sana mutima.uranyubatse🥰

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 5 หลายเดือนก่อน +3

    Mutima am happy for you my brother God bless you with more houses

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 5 หลายเดือนก่อน +4

    Mutima iyo system wahereye kare uyivuga ariko sindayibona impanuro noha mutima nuko comedie yozishira mu congereza cnk mu gifaransa kugira zibe international

    • @Nidivin
      @Nidivin 5 หลายเดือนก่อน +1

      Cn

  • @charleskwizera2358
    @charleskwizera2358 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mutima ndakwemera urafisukuntuvuga kand utanga akarorero keza

  • @anesieniyikiza5013
    @anesieniyikiza5013 5 หลายเดือนก่อน +1

    Waaawoooo big congratulations to you Mutima and keep it up 👍🏾 🎉

  • @manzidaniel4915
    @manzidaniel4915 5 หลายเดือนก่อน

    Turabakunda from Rwanda

  • @batungwanayoaugustin2115
    @batungwanayoaugustin2115 5 หลายเดือนก่อน +1

    Broe hejuru cane 🤝hardworks pay ma man i am proud of you..hewe uri mutima umbikire Ngari yadudu ndahitana ibiyoba😂

  • @mamanowen5341
    @mamanowen5341 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ndakwumv sha Mutima

  • @user-uk3zk5fe1r
    @user-uk3zk5fe1r 3 หลายเดือนก่อน

    Nukuri yubahwe caneee amez nkumwarimu araho mugutanga conseils.

  • @user-dy6bh4cs2e
    @user-dy6bh4cs2e 5 หลายเดือนก่อน

    Umutima Uri umuntu wumugabo uvuz'ukuri

  • @dushimeterry
    @dushimeterry 5 หลายเดือนก่อน +2

    Love from kanyosha🎉❤

  • @bigirimanaregis1770
    @bigirimanaregis1770 5 หลายเดือนก่อน +2

    Mutima uravuze amajambo mazima ramba rambaaaaaaaaaa

  • @Baruti-ofice
    @Baruti-ofice 5 หลายเดือนก่อน +1

    Bwana systems 2024 terme Mutima

  • @user-fo1yb7vd5e
    @user-fo1yb7vd5e 5 หลายเดือนก่อน +1

    Irambire manager ndakwemera

  • @karamukaanaclet416
    @karamukaanaclet416 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mugabo Mutima atangure sport kuko ibiro biriko biriyongera cane

  • @ndayishimiyeakbar4673
    @ndayishimiyeakbar4673 5 หลายเดือนก่อน +3

    You are really a wise man

  • @nkundimanaalice-es6hz
    @nkundimanaalice-es6hz 5 หลายเดือนก่อน +1

    Niwirambire sha Mutima

  • @abrahamnshimirimana2382
    @abrahamnshimirimana2382 5 หลายเดือนก่อน +1

    Courage mutima nugukuramaboko mumpuzu

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 5 หลายเดือนก่อน

    Mutima ufise amajambo yumuntu muzima kabisa wubahwe

  • @tharcissenduwayo
    @tharcissenduwayo 5 หลายเดือนก่อน

    Mutima yaga❤❤

  • @bigirimanafiacre4929
    @bigirimanafiacre4929 5 หลายเดือนก่อน

    Well nivyiza ivyavuga ariko umwana ntiyovuka ng ace akurikirana ico se yahora akora ahubwo naw uraba ingabire yiwe afis ukamufasha kuyivomera igakura kuk Imana itanga ingabire zitandukanye, si comedy gusa.

  • @HavyarimanaMethode-iq6nf
    @HavyarimanaMethode-iq6nf 5 หลายเดือนก่อน +8

    Uyumwana aravuze ibintu nciy numva arincambweng dufise muburundi

  • @abdoulkwizerimana8562
    @abdoulkwizerimana8562 5 หลายเดือนก่อน +2

    B1 dit Mutima🎉

  • @ncutimathieu4884
    @ncutimathieu4884 5 หลายเดือนก่อน +4

    Ibintu biri kuyindi mpwemu idasanzwe

  • @mutimalecomedien2631
    @mutimalecomedien2631 5 หลายเดือนก่อน +3

    Secret garden 🧠

  • @user-uk3zk5fe1r
    @user-uk3zk5fe1r 3 หลายเดือนก่อน

    Yoôoo nizina niyo muntu kbxaaa

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 5 หลายเดือนก่อน +1

    Wallah nyimb ariwe niheza cne kwer

  • @Davis4876
    @Davis4876 5 หลายเดือนก่อน

    That’s really bro I like it ❤keep it up 🔥🥰🇧🇮💪

  • @user-pg6vm8dc7e
    @user-pg6vm8dc7e 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amajambo harimwo ayaduhubuye cn wirambire mutima. Inzu nayo nta piscine igira muta niho wigendeye

  • @mikepmedia3540
    @mikepmedia3540 5 หลายเดือนก่อน +1

    UN homme très intelligent

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 5 หลายเดือนก่อน +2

    Mtim uratwigishije p uwumva ntiyumve p🎉🎉🎉

  • @user-wr8ck1ul6e
    @user-wr8ck1ul6e 5 หลายเดือนก่อน

    Turakeneye urawaruka rwinshi muburundi rwomera nkawe,uburundi mumyaka itanu coba Ari igihugu cifashe,2060 ntawokwirirwa arashikayo

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 5 หลายเดือนก่อน

    Uvuzukuri mutima amashugwe yawe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @rahmahqueen275
    @rahmahqueen275 5 หลายเดือนก่อน +2

    True ❤❤ komera mutama

  • @fernandmurikumwe9632
    @fernandmurikumwe9632 5 หลายเดือนก่อน +1

    Irafise plaque Solaire iri puissante?

  • @Dusushi
    @Dusushi 5 หลายเดือนก่อน

    Ikikijama kivuga amajambo y'inkoramutima kabsa❤️

  • @AbassiAlaba-vi7tc
    @AbassiAlaba-vi7tc 5 หลายเดือนก่อน

    More respect brother Mutima💯💯💯

  • @Iranzifabrice24
    @Iranzifabrice24 5 หลายเดือนก่อน +2

    Fercitation kbxa🎉

  • @user-ud7zd1lp7n
    @user-ud7zd1lp7n 5 หลายเดือนก่อน +1

    Congratulations 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @abdullhaabdullah9760
    @abdullhaabdullah9760 5 หลายเดือนก่อน

    Nimumbwire amahera muyishakako muce mumbwira naho ndayakura

  • @iradukundaange-rw8ey
    @iradukundaange-rw8ey 5 หลายเดือนก่อน

    Courage musaza. Dakwemera cane❤❤❤

  • @user-tl2tw9rg7r
    @user-tl2tw9rg7r 5 หลายเดือนก่อน

    This guy is a true talk Man

  • @Dddma455
    @Dddma455 5 หลายเดือนก่อน +1

    Nuko nyene ari comedien atarivyo. Yarikuba yagerageje kweli😂😂😂😂😂😂😂

  • @Martin-xf1bw
    @Martin-xf1bw 5 หลายเดือนก่อน +2

    Congratulations!
    Ivyo bintu ni vyiza. Ariko munkundire mbaze: kubera iki iyo nzu ifise amabara menshi?

    • @user-lk8xg9dc8b
      @user-lk8xg9dc8b 5 หลายเดือนก่อน +1

      None wew birakurab abarundi muz kugay uragira iyiwaw ugir ibar rimw😂😂😂

  • @Nshimirimasteve98
    @Nshimirimasteve98 5 หลายเดือนก่อน +1

    Courage mutima le comidien

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha54 5 หลายเดือนก่อน +1

    Congratulations ✌️ ✌️ ✌️ ✌️ ✌️ ✌️ 🇧🇮

  • @bayiramyedanielkolenda2141
    @bayiramyedanielkolenda2141 5 หลายเดือนก่อน

    Good speech and good idea

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 5 หลายเดือนก่อน +3

    Mutimaa walahi

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 5 หลายเดือนก่อน

    Bien dit🥰🥰🥰

  • @IrankundaSamson-gw4ee
    @IrankundaSamson-gw4ee 5 หลายเดือนก่อน

    amajambo yubwenge mutima asigye avuga

  • @djcommetell6892
    @djcommetell6892 4 หลายเดือนก่อน

    Gakoreshe umwanya ukarye witungire

  • @angesingabire4486
    @angesingabire4486 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ico kintu ca système kiranyuze !!! Ariko gutunga sugukora caane ! Harabamwo namahirwe ! Sinon arugukora caane abakarani(portefaix) Bose baba ari ba ziranotse!! Nivyo kora ariko ukorane ubwenge!

    • @BUSHASHASWITCH
      @BUSHASHASWITCH 5 หลายเดือนก่อน

      Nawe uzorabe abo bakarani uzoce urondera ubwambere bataraba aba karani uzoca umenya beshi igitum baguma harya nyene bamwe muribo usanga baramaze kuzibira zanzira zarigutuma atera intambwe mwana wamama nukuri

    • @BUSHASHASWITCH
      @BUSHASHASWITCH 5 หลายเดือนก่อน

      Nawe uzorabe abo bakarani uzoce urondera ubwambere bataraba aba karani uzoca umenya beshi igitum baguma harya nyene bamwe muribo usanga baramaze kuzibira zanzira zarigutuma atera intambwe mwana wamama nukuri

  • @lazazusciza1997
    @lazazusciza1997 5 หลายเดือนก่อน

    Keep it up Mr Gael

  • @user-zo8el2oe8n
    @user-zo8el2oe8n 5 หลายเดือนก่อน

    Hama ngwaba star bacu ngo harakanye!

  • @olicendayihimbaze4074
    @olicendayihimbaze4074 5 หลายเดือนก่อน

    Ntamuntu numwe ashobora kukubwira aho yakuye amafaranga umuntu wese arafise secret yiwe iyo uba ufise ijisho rigira 3 niho umenya ukuntu umuntu ashobora kubaho 😊😊

  • @ribertsekadodo662
    @ribertsekadodo662 5 หลายเดือนก่อน

    5/5🇿🇦🇿🇦 Cape town South Africa

  • @gracekab7173
    @gracekab7173 5 หลายเดือนก่อน

    Iyo nzu irarenze sinibaza kwar iya Mutima

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 5 หลายเดือนก่อน +10

    Courage bana bi burundi

  • @user-vm8ql1un2w
    @user-vm8ql1un2w 5 หลายเดือนก่อน

    Uri umugabo ndakwemeye

  • @adonystarhop9764
    @adonystarhop9764 5 หลายเดือนก่อน +1

    Wokora nka Mr Bin

  • @AntonyBelloto-du2qe
    @AntonyBelloto-du2qe 5 หลายเดือนก่อน +1

    Uwukeneye iyo nzu twomutora gute Mutima??

  • @jinamajody
    @jinamajody 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mutima na Gaël
    Muratubariza impamvu balimitta ama devises umuntu ashobora kwinjirana mu gihugu ciwe.
    Kandi murompe inyisu.
    Komera

    • @jeanettenikobigenda1979
      @jeanettenikobigenda1979 5 หลายเดือนก่อน

      Ivyo bintu ntavyo narinzi. None umuntu yemerewe kwinjirana angahe? Inyishu mwoba mukoze

  • @vincentsunhotlangwe5138
    @vincentsunhotlangwe5138 5 หลายเดือนก่อน

    😂😂 arko mutima uvuzengo twiryamire

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 5 หลายเดือนก่อน +2

    Courage kbs❤❤❤❤❤

  • @EgideNshimiyimana-vp1px
    @EgideNshimiyimana-vp1px 5 หลายเดือนก่อน

    Iki cana ibintu byose ni comedie meme na Interview! Congz kabsa. Umurimo unoze ukiza nyene wo.

    • @Allaboutmusiclyrics
      @Allaboutmusiclyrics 5 หลายเดือนก่อน

      Égide ntabwo ari icana ni serugo

    • @EgideNshimiyimana-vp1px
      @EgideNshimiyimana-vp1px 5 หลายเดือนก่อน

      @@Allaboutmusiclyrics Yego me simwanse humura. Kandi ni umukozi

  • @Kevinhb_
    @Kevinhb_ 5 หลายเดือนก่อน

    This house looks like it was built in 60s 😂

    • @kelvinsauveur6264
      @kelvinsauveur6264 5 หลายเดือนก่อน

      Rya Shari ryabarundi. Sesa nkuyoze . Urigwankineza

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 5 หลายเดือนก่อน

    Uyu munsi mutima aje nta comedy kabsa, ubu serieux burarenze

  • @JosueNsengiyumva-ft7rd
    @JosueNsengiyumva-ft7rd 5 หลายเดือนก่อน

    Mutima Uvuze ukuri wewe nyene Icubahiro nagutegurire Bujet uzozunguruk uburundi bwose utanga inyigisho murwaruka

  • @user-wn4hj6io9e
    @user-wn4hj6io9e 5 หลายเดือนก่อน

    Huuuuuwaaa ego mama mbega ww kupanze ntiwoyibamwo reka shaan numu diaspora yaguhaye ugire publicité nivyooo .

  • @openmindconversation594
    @openmindconversation594 5 หลายเดือนก่อน

    Kora bwana mutima

  • @blaiseirabaruta3644
    @blaiseirabaruta3644 5 หลายเดือนก่อน

    Uravuze kagirijambo

  • @zenanduwimana6445
    @zenanduwimana6445 5 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe kweli

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana 5 หลายเดือนก่อน +2

    Aroo ndarya