FANNY LAVINE nishavu abansi biwe uko abafata | Intambanyi bahuriye i Gitega |Agarutse muyindi
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 7 มี.ค. 2023
- Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Courage di fanny turagufana can,ndakund ukunt urumu no stress,abakund intwengo ya fanny mumpe like💞💞
Waaaaoo Fanny ndagukundap ubwo bokuvuga nabi Gute bakakwanka Jew nzama ngukundap kuko ukora neza vrt urashoboye abakwanka nabankako woterimbere ahubwo uzurabaca Kure ndugu yangu
Naho nzoba ndumwe ntaguhindurwa n,ibihe🙅🏾♀️🙅🏾♀️🙅🏾♀️✍️
IMANA ikomeze kubagura impande zose zishoboka bakunzi banje🥰 mbafise k,umutima❤️🗣️🗣️🗣️
Fanny disi ndamukunda vraiment atabubeshi❤️❤️❤️ Misi yose yama aberew elle est belle toujours 🤍🤍🤍🤍👌👌👌👌👌👌courage Fanny Iman Ihezagire Ibikorwa vyamaboko yawe🥰🥰🥰🥰Ibagwirize ubwenge WE na Libert 🤍🤍🤍🤍🤍🤍🤍🤍 murakinzwe.
Fanny ndakwikundira disii uluntuugima witwengra urakoz kutwipfuira umusi mukuru nubwo tutarihafi ariko twawuryoherew beni chou naw kora nkumuzinga🥰🥰🥰
Akanya kabaye gato Pe 😭, muzotwongere i Gitega😌💁🏽♀️, ikirushirije nuko mbakunda cane💝
Fanny jewe nubu ndacumva umunezero kuko nagize amahigwe yo kukubona hamwe n'a libert. Abakwanka nabo bihoze kuko n'igihe yezu yaza ngaha kw'isi abantu Bose ntibamukunze🙏🙏🙏🙏
Ki fanny 😁😁😁Ng ndaberewe ba fana yuuuuuuu 🥰🥰🥰 Uraberew Maze 🥰🥰🥰🥰 Usaneza Pee uraberew Cyane 🥰🥰 Kamata 💋💋💋Kwitama ❤️
Slt, fafa aranezerey cne gose, Ngo ic ushak gukora gikore, waaaaaaaaaaaaooooo, noneho avuz vyish uyumus aranryohereje umusi, narabe acangurana 1 mllon😋😋😋😋🇧🇮❤️❤️
Komera kwibanga Fanny ushishikare kugira ubwenge no kuba Akarorero KEZA mu bikorwa vyawe no mu mibereho yawe ya buri musi.
Courage ma chérie,Imana yarahabay gde félicitation,ndifuza édition ikurikira tubahabwe i ngozi,nshimira cn c-kay wa step média kuba vyarabay akaguma aduha chaud kumwanya
Jewe ndashak kumubona naho ndamuzi
Urakunzwe mwiza nukuri,abaguca intege barimenya❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Elida wazindutse😁😁😁
@@vanessa-vavandikumwenayo2757 nguma ndi yeux
Fanny murwanda turagukunda cane🇷🇼💌💌💯
Fanny na Libert nukuri Imana ibajimbere muvyomukora hama ababanka baba ndureko kandi ndagukunda cane 💕💕👌👌💪💪🔥🔥🔥
🥰🥰🥰🥰
Coiffe yubwenge😁😁😁
Benichou &C kay Asante sana🙏 kuba muguma mukazi kose🗣️🗣️
Mama Générale(HWD) ,Nsoro,Béni chou niwubahwe cane we love you so much 💝💝💝💝💝
Wawoo courage Di Fanny ❤️❤️❤️😘😘😘😘😘😘👌👌👌🙏🙏🇧🇮🇸🇦
Songa mbere Maman Lavine💪Ibindi n'ivy'Imana🙏
Duhe umubanyiii 😊
Courage Fanny gusa watunyoteje mu mupfakazi n,umubanyi turabakumbuy.
Sha Fanny nukur ak ga coiffe karakuberey san vrt uz ugum uko🥰🤏 Uter uj imbere mwiz
Fanny Lavine and Libart murakunzwe beza
😂😂 fanny reka kuhavuga ndahazi kwabamuco🤦💋♥️🌹🍓🥰
Fanny komera turikumwe musonge mbere na Riber nkumuzinga🍓🌹🥰🔥♥️🇧🇮🇸🇦
Courage umuntu muvanye muba muvanye igisubira kuco cadashwe nimbwa
Fanny ndagukunda caneee kandi ukomeze uhezagirwa jew nzokomeza kugusabiraaa
Courag my nkunda
Ndagukunda mwizaaa💓💓💓
Fani ndabakundacane Benishu yubahwe abikora neza
Uraberewe vrma
Ndagkunda fanny ww komeza nibkorwa abaguca intege ubime amatwi nkuko ubikora lve u❤
Ubirimwo neza
Fany lavine & libarty forever
Komera fanny na ribert big up sana mubirimo neza and beni
Ngo Lifa mwubahwep turabakundap
Ndagukundaaa canee 🇧🇮🇴🇲😘😘😘😘😘😘😘
Abisinikobameze my ntacobazokinga Imana ishaka kuguhezagira
Fanny. Yaberewecann👍👍👍🌹😘
Turagukunda Fanny turakunda ibikorwa vyawe cne
Benichou muh 99% baradukorey umuti kbx couple LiFa yaranditse amateka abakwank nn bakunda nde?🥱🥱🥱🥱🥱
❤❤❤❤wubahwe mamalao courage nibigorwa
Benichou ndakunda ikiganiro cawe surtout iyo ugikoranye n'a Fanny
😍😍😍😍
Ndagukunda p👌👌👌💪
Irambire muvyeyi kumpanuro nziza uduha
Courage Fanny 🙏🙏🙏
fani yubahwe ahubwo azogaruke aduhe iyindi sho adukwakwanirize agaruke jitiji turabakunda bandanya muterimbere
Courage Fanny end béni
Mutere mujimbere mwiza na step mwubahe
Mashallaa ume pendeza Sanaa ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
LAVINE NDAGUKUNDA SIBANG
Uraberew cane gwose
Fanimubuzimanikonimeze
Imana ikujimber disiiii❤️❤️❤️
Ukuntu ariciza rero💕💕
Wibereho sha,uwukwanka akwandureko
Fanny ugumye umutima nubwo nzob ndumwe nzogum ngukunda mwaradukorey umuti gtg
Ndagukunda cane
Uterimbereeee
None iyi Tv niya Fanny n Libert 😀😀 mbwira neza
Fanny bandany utra imbra mur vyose ndakwikundira
Muduhe umupfakazi ibindi mureke abavuga
L&F mwubahwe nukuri mutere mujimbere uwubanka abandureko
🔥🔥🔥🔥💯💯💯
Fanny wubahwe urakunzwe
♥️♥️♥️♥️
Turarikunda iterambere ryae lavine
Nukuri araberewe
🥰🥰🥰
🥰🥰🥰🥰
Kumvuga neza noe
Wewumeze nkanje nanse simpindukirinyuma nahowompiki
Ndagukunda uvyumv Knd uvyakire KK nyn uranyigisha!Kure cn nih nkwipfuriz kugra
Film mukina zose ndabakunda murikumwe na libert hamwe na Fanny ndaryohegwa cane
Ariko fanny urampimbara cane
Family.yubahw
Mubamda nyekutunyohera
Fafa tuzanire umubanyi yigarukane turayikunda
Mana iki kiganiro nari ndakinyotewe
Fanny wirambire kabisa gusa uzigutwenza.
257 bakurabire rimwe
😂😂😂😂😂😂
Gusa mumutw ntuberew
Narababajwe nibintu hosy yakubwiye ngukinisha abakobwa babi???🤔🤔🤔
Uryamukobwa ashobora Kuba yirya Nn Mukazi Birarinda ububi Hoho Harumuntu mubi Abaho kububi bwumuntu Buri kumutima
Lundi ntiyaduhay umupfakaziiii😒
Ubirimwo neza
🥰🥰🥰
Umutananirwa yahigereye mwubahwe kbs
Béni tubarize umupfakazi wa lundi iyo iri